Samuel Ndayiragije uru nigwo rugamba yatanguje mu ba diaspora kandi ngo ntazota hasi

  Рет қаралды 7,594

Indundi TV

Indundi TV

Күн бұрын

#indundinews : Urugamba gw'amajambo muri diaspora ngo gwaraheze, urugamba gw'ubumwe biherekezwa n ibikogwa....

Пікірлер: 62
@NkinahamiraDG
@NkinahamiraDG 3 күн бұрын
Bjr Sam. Ndemeye gutanga 10.000$ (Dix mille) pour janvier 2025. Uzondungikire les coordonnées de dépôt. Avec tous mes encouragements.
@KenAlif100
@KenAlif100 4 күн бұрын
Imana idorrar rimwe nuwuzoyaguha muzoba munganya ubwenge uwutazoyatanga muzamuzibira atashe rekimitwe besha abari Zambia 🇿🇲😅 ko mushaka gutungira kubantu😢😢
@blaisemunezero5887
@blaisemunezero5887 4 күн бұрын
Iyo projet ninziza cane. Ese twese twokwifuza kubaka igihugu cacu tutarondera inyungu. Vive le Burundi sans discrimination.
@lostboy2608
@lostboy2608 4 күн бұрын
Reka ndakubaze. Amahera azova mubizokorerwa myiyo nyubakako azoja he? Mukigega ca Etat canke? Naho yoba 1 dollar nimpaka umenye aho igiye, transparence nikintu gikomeye
@dismasniyo5641
@dismasniyo5641 4 күн бұрын
Umugambi ni mwiza Ariko iyo muyiha intumbero ya business ,long term investment ,umuntu akagura umutahe uzomuha inyungu.Ariko gutanga amahera yo kubaka ibintu nkivyo Mbe inyungu zizova mwo ni izande?
@lostboy2608
@lostboy2608 4 күн бұрын
Ego nasigure inyungu izovamwo aho izogenda. Mukigega ca Etat canke?
@MELCHISA229
@MELCHISA229 3 күн бұрын
Samuel ndagukunda kk ufise imigambi myiza.❤
@lydiendayishimiye2416
@lydiendayishimiye2416 4 күн бұрын
Nimuhamagare aba diaspora bashaka gushiramwo imitahe abe aribo bazoba ari les propriétaires et les gestionnaires b'iyo nyubakwa.
@ChristopherNimubona
@ChristopherNimubona 4 күн бұрын
Ubaka mureke kuvangamwo Ivy'Imana nivyashetani muvyokwubaka niyompamvu Uburundi ivyogutera Imbere bitugora tugumiza Imana mukanwa ivyo dukora bikaba bike
@Nathan44Nathan75-ti7we
@Nathan44Nathan75-ti7we 4 күн бұрын
Neza cane!!!vyukuri iki gikorwa tuzocitabira!!!jewe iyondavye ikigihugu ndimwo ingene giteyimbere kandi nkumvako catejwimbere nabeneco,ncaniyumviranti tweho niryari????uburero Imana ishimwe cane reka dukore
@B-Y-N
@B-Y-N 3 күн бұрын
Turakwunva cane tuzoyatanga pe abakunda igihungu turabashigikiye. Muhurize hamwe na Fablice turabemera from Australia 🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺🇦🇺
@irankundachartieret658
@irankundachartieret658 4 күн бұрын
Bandit karuhariwe
@KenAlif100
@KenAlif100 4 күн бұрын
Utubandi twigendera buno aba diaspora basigaye ari deal muburundi ariko kuwutabatahura niwe azayabaha 😅😅
@lostboy2608
@lostboy2608 4 күн бұрын
Samuel, uriko urakoresha amajambo yiterabwoba. Umuntu atanga amahera kubera yunva bimurimwo, apana ngo uwutazotanga amahera agize ikibazo ntabwo muzomufasha😢
@JfMusic-tg7cn
@JfMusic-tg7cn 4 күн бұрын
Kura ubwo burofa ngaho shaaa genda uryame 😢😢 ukure ubwobusuma ngaho
@Musagisagara
@Musagisagara 4 күн бұрын
Kuki mutokora nka ubaka nation Tushiremwo imitahe tuzongarure amahera twasizemwo ndutage amahera muyubaka hama ice iba inyubaka yiwanyu iyaba twaterera bikaba ivyareta Asha aho ndoshigikira 💯 ariko biba ivyanyu wapi Twitage hama bibe ivyanyu
@lostboy2608
@lostboy2608 4 күн бұрын
Uvuze ukuri
@547ss
@547ss 4 күн бұрын
Ni mwerekane neza ivyo mumaze gukora, mwerekane les documents de preuve. Kubwanje, mworeka kubishiramwo Imana. Bizobahumira kuko muri abasuma.
@fierceharpy4636
@fierceharpy4636 4 күн бұрын
🤣🤣🤣🤣
@UwinezaJaphet
@UwinezaJaphet 4 күн бұрын
Mwokuramwo ivyimana
@547ss
@547ss 4 күн бұрын
Mwe muri bande ? Mumaze gukora iki kugira abantu babemere kuburyo bobarungikira amahera yabo ? Gukoresha technologie mu gucapa amashusho ni mureke kubikoresha mu kwiba amahera y'abantu. Abantu ni bagabe, hagiye kuba ubusuma bwinshi kuva aho Ubakanation itanguriye ibikorwa vy'ukuri. Benshi bazogerageza kubigana bafise imvo zo kwiba abantu.
@moisentakirutimana820
@moisentakirutimana820 3 күн бұрын
Uri mu Kibanza ukwiye. Courage BURUNDI Bwacu shinga icumu mu Mashinga
@clavernzohabonayo5908
@clavernzohabonayo5908 4 күн бұрын
Nukur twesehamwe birashoboka barundi benewacu dukundigigugu cacu nahandi nukobigenda
@gregoirekennedy8573
@gregoirekennedy8573 4 күн бұрын
Great I will
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 Күн бұрын
Shiraho akanamba kanyutuzo hamagarako
@YvesNiyonkuru-d4v
@YvesNiyonkuru-d4v 3 күн бұрын
Komeza imana Imbere
@Jeanclaudemboma
@Jeanclaudemboma 4 күн бұрын
Muvyukuri Samuel nindongoz today ejo azohav ark Diaspora ntizoba ivuyeho rero iki nicirato kuba diaspora kndi abahemuk mwibuk ko uheza guhemuk ibigori bikera ni muve mumatik muz dutezimbere igihugu kko birababaj kuba bovuga ko ataco wimariye kndi wamariye abandi cnk igihugu dushigikire abariko barakorera igihugu Samuel sumusuma kko ivyarimwo biracungerewe nigihugu kndi igihugu ni twebwe nahanura murakoze
@innocentbangirinama5008
@innocentbangirinama5008 3 күн бұрын
Umugambi nimwiza mugabo nuko uwozoterera atanyungu azobikuramwo gushira amafoto y’umuntu muriyo ivyo ntakimazi nakore nkakurya kwa Fabrice kugira natwe tuze turonke inyungu atarukwo muzosanga ivyo vyose arivya kagwi runaka
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 3 күн бұрын
Bavuga ko Samweli ari umusuma,bagenzi ni mutohoze iyo nkuru, ntimugwe mu yabira .Baza abantu baba muri USA
@barasokorozaalbert8285
@barasokorozaalbert8285 4 күн бұрын
Ubu subusuma mubundi vrt 😂😂😂 tububakire kugirango turonke icotwiyemerako ngo twaratanze. Asamira hiyo shaa ivyo vyintererano vanangaho
@ezemanvlogs8987
@ezemanvlogs8987 4 күн бұрын
Ntasoni? 1$?
@barasokorozaalbert8285
@barasokorozaalbert8285 4 күн бұрын
@@ezemanvlogs8987 ntiryoroshe kuronk my brother
@theodoregateret996
@theodoregateret996 Күн бұрын
Perez Laura Anderson Charles Allen Karen
@numekofelix6130
@numekofelix6130 4 күн бұрын
Ayo yivye muri Amerika yarayashibije yarahahunze ubu ageze muri Kenya
@FrancoiseNtimpirangeza
@FrancoiseNtimpirangeza 4 күн бұрын
Banze mukure amadeni mwasigiye imiryango
@concisebusinessgroup
@concisebusinessgroup 3 күн бұрын
Mbega uwutari muri Diaspora yumva uwo mugambi w'iteka ntarekuriwe guterera muri uwo mugambi?
@omarnyabenda
@omarnyabenda 3 күн бұрын
Amakuru ,ivyiyunviro vyari vyiza ,mugabo mugihe muri kurondera gushira hamwe abarundi bari muri diaspora je nibaza yuko vyari kuba vyiza ubu burongozi bwa diaspora bwo kwiyunga nuburongozi bwa fabrice muri wa mugambi one Africa investment fund of burundian diaspora abarundi bakazaja baguramwo imitatahe nkuko fabrice yabitangaje hama iyo Mitahe ikaba ariyo izaja ikora iyo migambi yose y iterambere ryigihugu nabo bakazabigiriramwo akarusho vyobaye vyiza kurusha mwebwe banyakubahwa Samuel mukazaja mukora ibikorwa Cane cane vyogushira hamwe abandi baba hanze nokubahamagarira kuguramwo imitahe izakaya iyo migambi yose muri gusigura yiterambere yigihugu nabo bakazabigiriramwo inyungu ,fabrice nawe akazaja aba ari kuri terain comme d'habitude mukaja hamwe hako wew ukore ibi fabrice akore biriya kandi muri abadiaspora mwese hama inyungu zikazaboneka hose kugihugu kubarongozi no kubanyamitahe murakoze ,OMAR NYABENDA DIASPORA AFRIQUE DU SUD.
@lostboy2608
@lostboy2608 4 күн бұрын
Samuel, banza ubwire nabo barundi baguma biba ikigega ca Etat nabo bazane ayo mahera akore ibikorwa vyiterambere.
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 3 күн бұрын
Bavuga ko Samweli atazopfa asubiye muri USA, kuko yasize yivye.None umusuma ni we abantu bazoha amahera? Samweli umuraba, ntimubona ko asa n' umusuma.
@DorineNijimbere-he5rd
@DorineNijimbere-he5rd 4 күн бұрын
Ivyiyumviro vyiza cane, terimbere !
@Amizerotv1619
@Amizerotv1619 4 күн бұрын
Za vocaaa. Abo bantu bari kuvugira inyuma yawe batembereza avocats indagara imihwi n'ibindi muzobahe ikibanza bakoreramwo harya muri projet y'isoko nshasha ya Bujumbura
@user-kx5dz2sp3m
@user-kx5dz2sp3m 3 күн бұрын
Mpema yuzuye weeee☠️
@AristideBUCUMI
@AristideBUCUMI 3 күн бұрын
Iki gikorwa ni ciiiiza turagishimye cane
@kabizit.v4586
@kabizit.v4586 2 күн бұрын
ariko abesha uwo muntu..... umuntu akomeye mumutwe yotanga amahera pour construire un bâtiment de 20 niveau..irimwo ibibanza vyamanama mpuzamakungu hama iyo nyubakwa izoba ari iyande?? Mbe izo nyubakwa ko zizomara même imyaka 300. Utagiy kuri réputation iyo projet izoba iriko yinzija amahera mais banyeneyo ,banyene kuyatanga batubitse uwavubi... c'est insensé
@majwegerifabrice9187
@majwegerifabrice9187 3 күн бұрын
Kuberiki bashizeho golf bakibagira gushiramwo basketball?
@celeusfatirisigaye9624
@celeusfatirisigaye9624 3 күн бұрын
Nimba mutari abomumugambwe kumbure boba babambwiye utinamwe kotwabuze ahotubashira nimurye ngaha kuri diaspora ndumva arikintu ciza nokunda nanje nkumudiaspora akorera hanze yigihugu murakoze
@lostboy2608
@lostboy2608 4 күн бұрын
Ivyo ntibikunda nagato udatanze intumbero yaho inyungu izogenda. Ushaka ko bigenda neza niwigane Fablice kugira tuguremwo imitahe.
@fatmahaf4951
@fatmahaf4951 4 күн бұрын
Ivyo mubireker fabrice niwe avuga agashitsa mwe nubusum gus😂😂😂
@cedrickbudrick5679
@cedrickbudrick5679 4 күн бұрын
Tuzocitabira ngaha zambia
@floribertniyongabo7725
@floribertniyongabo7725 Күн бұрын
Ubukene abarundi bamazemwo igihe buratanguye kubigisha. Twataye umwanya munini mu kugwanya iterambere, il faut être clairvoyant.
@Musagisagara
@Musagisagara 4 күн бұрын
Muzoba muri indogonzi 100 Shira amahera hamwe muyiyubakire bibe ivyanyu siyo kurondera amahera mubadiaspora hama bibe ivyanyu
@ibrahimnkurunziza8198
@ibrahimnkurunziza8198 20 сағат бұрын
Komera
@herveirakoze7034
@herveirakoze7034 4 күн бұрын
Ivyo vyose bidutandukanya , vyarakemutse?! Bidakemutse ntaco co kwubaka gihari,naho cokwubaka nticorama!
@ndabaniweperusi9546
@ndabaniweperusi9546 Күн бұрын
Turagasavye kazodufasha
@DamianMugisha
@DamianMugisha 4 күн бұрын
Uwu numubeshi ntaterambere rusangi kuva muri bdusa muterera mumutezimbere kunyungu ziwe wenyene ushiremwo amahera kubera agushireko foto inyungu zose zizovamwo zibe iziwe 😢uwumusuma ivyamaze kurira abarundi birarenze
@Jeanclaudemboma
@Jeanclaudemboma 4 күн бұрын
Abarundi tuvibuzimu tujibuntu iterambere ryagiye risubira inyuma kubera gucana intege iyi nyubakwa iri kwubakwa siya president wa diaspora cnk abo bafatanij nimwe mwishusho nziza yigihugu kndi amafaranga bari kwaka ni make kubari hanz migration iragufat ukabah ayarenz kndi ntanyung
@pascalndayiragijepascal1393
@pascalndayiragijepascal1393 4 күн бұрын
Muyashirahe Amahera mwegeranya?Arakingiwe?mwe ubwo ntimuri Abasuma?
@ErickNduwimana-tp9gb
@ErickNduwimana-tp9gb 4 күн бұрын
Les ambassadors mubabwire batworohereze tuzoze turonka passport ahoturi kuko biratugora uko dukora harabaje tutazifise ubu tubayeho nkabari mugasho ! Twebwe amahera sikibazo abategetsi nibadufashe natwe tuzoshigikira igihugu.
@BIGIRIMANATHEOGENE-wo3ys
@BIGIRIMANATHEOGENE-wo3ys 4 күн бұрын
Kumafarase
@Ndayaki
@Ndayaki 4 күн бұрын
Courage, umugambi ni mwiza caane.
@FrankeIgiraneza
@FrankeIgiraneza 4 күн бұрын
Komera cane mwubahwa samweri ndakwemera cane
@felicienharerimana1666
@felicienharerimana1666 4 күн бұрын
Uwo muntu ashobora kuba amenyereye kwiba. Mbega diaspora muvuga ni reta yayirungitse? Canke ni reta yahunzwe? Ubu rero ngo uri president wa diaspora? Warahungishije abantu bagira Imana baragucika none rero ugira ubabere president? Canke ushaka kubahungabanya niyo baguhungiye? Murakora mbone!!!!
escape in roblox in real life
00:13
Kan Andrey
Рет қаралды 69 МЛН
when you have plan B 😂
00:11
Andrey Grechka
Рет қаралды 61 МЛН
PAPA SAVA EP1090:MUMBYINIRE WE!By Niyitegeka Gratien(Rwandan Comedy)
33:11
Niyitegeka Gratien
Рет қаралды 114 М.
Is peace possible with Netanyahu in Israel and Hamas in Gaza?
17:17
Channel 4 News
Рет қаралды 200 М.