Saudia na Omani uko abakobwa bafatwa nabi | Aba boss babo bihindura inzoka mwijoro |Abishize hanze..

  Рет қаралды 42,904

Bujahit Tv

Bujahit Tv

2 жыл бұрын

Ushobora kuraba #Nobela uciye kuriyi link munsi :
• Nobela Episode 1 Seaso...

Пікірлер: 430
@BujahitTv
@BujahitTv 2 жыл бұрын
Ufise icubaza canke uterera : +257 68 051 919 N.B . Zikora kuri Whatsap gusa Ntiwibahire kugira Subscribe kugira uzuraba uwambere ukurikirana ibiganiro vyacu. Turabakunda kzbin.infovideos
@nunuisimbi5031
@nunuisimbi5031 2 жыл бұрын
nivyo sibose bameze nabi haribeza hakaba nababi uvuze neza
@odetteodette2421
@odetteodette2421 2 жыл бұрын
Yooo reka kubesha my friend muri oman baratoroka 🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@amissamobet3123
@amissamobet3123 2 жыл бұрын
tena wahuni🤣🤣🤣
@mouzarashidd
@mouzarashidd 2 жыл бұрын
Reka kubesha, wewe vuga neza icari ca kujanye
@angesignolinx5829
@angesignolinx5829 2 жыл бұрын
😅😅😅😅😅😅😅😅
@janetjordine5454
@janetjordine5454 Жыл бұрын
Naratorotse Omani sha reka reka
@ciatt9587
@ciatt9587 2 жыл бұрын
Ntasi idahamba Mbega ntibavuga ngo akagumye bagumako kandi ivyamwa vy'umugisha biva kugiti c'umuruho
@alinaalina3089
@alinaalina3089 2 жыл бұрын
Nuko naba soda somaria barapfa ariko baguma bajayo umusoda apfira kirugamba aha kwisi turi kurugamba rwubuzima
@Kelly-mv7py
@Kelly-mv7py 2 жыл бұрын
Gusa Benichou courage ukomeze kurondera inkuru n'ukubakwirikirana
@ciatt9587
@ciatt9587 2 жыл бұрын
Ivy'uvuze nkavyose urabesha omani baratiroka ndazi benshi bari mw'ibarabara Omani rero ikintu utakizi urahora
@alinaalina3089
@alinaalina3089 2 жыл бұрын
Naje yanyumije ari muribabandi batazi na Cartier babamwo uko yitwa ati mobonye ninjira gusa nihatari kweri
@didkim447
@didkim447 2 жыл бұрын
Ndugu Oman wobegwa umukozi wa contrant ukobegwa uwo mwibara bara ???bose ni mwibara bara kuyerera nki mbwa zisara 😂😂ama sho off nayo yarabamaze kubiyaga wobeshera abagiye muri siporo kuri Black Mukajaga 😂😂🤣🤣🤣Nje ndababwira kuyu mukobwa yari yararozwe muka seka 😂😂😂😂hewe uzoshimi mana wagaruwe Nayo nayubundi uvuga ko Oman badatoka 😀😂😂😂nikirori kiriyo iyooooo nahambere umukozi wa Contrant asohoka akamara iminsi tatu yirarira mubahabara 😂😂😂😂😂Saudia subutu bagufatane niterefone uyaga namwene wanyu wo mwibara bara ahaaaa barakwaka téléphone gahunda babazi ko directe kwari gutoroka.😂😂😂😂🤣🤣🤣Saudia oyeeeeeeeeee 🇧🇮🇸🇦twimanukire twe turi kundero mani
@angesignolinx5829
@angesignolinx5829 2 жыл бұрын
Oyah ntabesha bibaho nukuri
@salimlintoderubes6161
@salimlintoderubes6161 2 жыл бұрын
Hezagirwa shaa Allah akuzigame waraciye mubibazo muga Imana izoguhezagira
@gulfoman2040
@gulfoman2040 2 жыл бұрын
sha abanje vraiment Alhamdulillah nababereye umwana bambera abavyeyi ariko ico cogutoroka muri oman birahari kuko jewe ndino mbere arumukobwa aheruka gufa yagize isanganya yahora akora mwibarabara ico coguhinduka inzoka tinya imana elavie urabeshe nukuri kweli nabarozi ariko ivyo nibibaho abakobwa we pole Sana
@lylyjaydia3714
@lylyjaydia3714 2 жыл бұрын
Numubeshi narek kubesha
@nduwimanasandrine7725
@nduwimanasandrine7725 2 жыл бұрын
Shimirimana ko waronse abagufata neza biriho ndazi muntu yapfuye arumusazi kuko yasanze inzoka mucumbiwe
@lylyjaydia3714
@lylyjaydia3714 2 жыл бұрын
@@nduwimanasandrine7725Urupfu rurahantu hose kndi bury muntu imana ya muteguriy aho azopfira, ikintu jw ntama vuga abantu iyo tuvuye mubihugu vya bandi tubivug nabi ariko niturek kuhagenda,rero mwoshak mworek amajmbo,ivyo bijambo mugum mushir KU media na président arabibon kndi nivyo bituma batugurur imibaka,
@lylyjaydia3714
@lylyjaydia3714 2 жыл бұрын
@@nduwimanasandrine7725 nimurindir barik barahindur Ama contrat hazoshik igihe umuntu yivuze kuza mubarabu Kandi nimipak izoba yuguruy Arik bizobagora abonyen bahatuk Nibo Baca bahargaruk kndi
@bernissebernisse6657
@bernissebernisse6657 2 жыл бұрын
Yabeshe cane ntavyinzoka ntanivyo kuryamana pe🤔
@uwaseaulla7312
@uwaseaulla7312 2 жыл бұрын
Asha urabeshe kwl Oman hariho abar mwibarabara
@mwamini1545
@mwamini1545 2 жыл бұрын
Neza cane baruzuye hubwo ntavyazi
@ferdinandmpawenimana1579
@ferdinandmpawenimana1579 2 жыл бұрын
Umuntu wese agira ibahati yiwe mukazi, aba boss sibabi boss niwacu aba boss babi baruzuye!
@bernissebernisse6657
@bernissebernisse6657 2 жыл бұрын
Nikwokuri uziko mbona ahondi arabantu beza kugeza kukanyuma umuntu wese nibahati yiwe👍
@bernissebernisse6657
@bernissebernisse6657 2 жыл бұрын
Mu🇧🇮iwacu babakorera amaki bakorera nubusabusa wumve sha arahaze mbega kotwubatse amazu mugisagara twarikuzoyakurahehe babe bahimba neza sha abarabu bubahwe🇸🇦❤❤
@yusrairakoze3966
@yusrairakoze3966 2 жыл бұрын
Elavien twege muri saudiya nta giswahiri bazi kabisa nikiarabu kwenda mbele
@userkkwt5134
@userkkwt5134 2 жыл бұрын
Wallah na Kuwait nta giswahiri bazi p shubwo natangaye awo ni wa Tanzania wameishi Oman
@ninapolo957
@ninapolo957 2 жыл бұрын
Na Oman bavuga icarabu uwo yakorera umunyafrika nawe yaje gupagasa nkawe ino kuko bibaho ko abanyafirika bakoresha abanyafirika nkabo.
@sumyafrance6893
@sumyafrance6893 2 жыл бұрын
None komucuga ngarabecha avuze ivyamuchikiye none mubimuhore abarabu ninyamaswa baratwenga badatwenze uyumusi aravyuka amezeneza ejo akavyuka arinkijini atukanasana from 🇸🇦🇸🇦🇸🇦
@jgyujbvhh9473
@jgyujbvhh9473 2 жыл бұрын
Nuko mukobwa abarabu na bana babi bafise umutima mubi
@user-rg1pw3rw5i
@user-rg1pw3rw5i 2 жыл бұрын
Hhh icobereka Ahondi nayongow niho mwomenya ko abesh
@twitekubanatv2020
@twitekubanatv2020 2 жыл бұрын
Urakoze cyane
@juvenalhavyarimana1385
@juvenalhavyarimana1385 2 жыл бұрын
Murakoze
@kemassonlwangaisha9248
@kemassonlwangaisha9248 2 жыл бұрын
Impa i nomero ziwe ndamurangire umugabo uzoba ukoze, tres courageuse, tenace , kandi yarezwe.
@ninicaca9033
@ninicaca9033 2 жыл бұрын
Icondagukundiye nuko utiyemera
@kizabiza5128
@kizabiza5128 2 жыл бұрын
Benie mrc kubon witaho abantu bino vrt
@mariejeanne4958
@mariejeanne4958 2 жыл бұрын
Niyubahwe cneee👏🏿👏🏿👏🏿
@charleneakimana9
@charleneakimana9 2 жыл бұрын
Sibose abarab bameze ukoo, harih abameze neza jew abanje sinzabavuga nabii kabis 🙏🙏... Bambereye abavyeyi.. Ntaburyarya bigeze banyerek cank ng banvune nakazi, kimwe gusa ushaka kuza Saudia banza usenge Imana kuko iyo usenge Imana irakwishur kandi ikabana nawee..
@seigneurdieu9351
@seigneurdieu9351 2 жыл бұрын
Sha nanj tumarany 4ans ntakabi kabo gusa harih aba mesha
@niyonsengajoselyne3109
@niyonsengajoselyne3109 2 жыл бұрын
Uyumukobwa nubwo bavuze ngarabesha bamurenganinije yavuze ivyo yabonye aho yakoze ikindi mwigiyeko nuko atakintu nakimwe nzoshopinga ngo ndazaniye abantumye bacabazimya amasimu yoooo ashavurankebuye ahubwo kamata💋💋💋
@anisalha6624
@anisalha6624 2 жыл бұрын
Ndabashimie kubwikiganiro muhezagigwe cane ndabakunda🥰🇧🇮
@userkkwt5134
@userkkwt5134 2 жыл бұрын
Ngo Omani ntibatoroka? ntabyuzi 🤣🤣
@didkim447
@didkim447 2 жыл бұрын
Ngira ntiyarazi inzira ndugu.😂😂😂😂
@ciatt9587
@ciatt9587 2 жыл бұрын
N'ukubesha wangu baratoroka
@annonciatteuwimana371
@annonciatteuwimana371 2 жыл бұрын
Nibatoroke nibo batoroka nyene gus abarabu sibose aribabi kl ivyo ndavyemeza cn à %
@user-uq8fh4fr6i
@user-uq8fh4fr6i 2 жыл бұрын
Oy usanga harikera
@alinaalina3089
@alinaalina3089 2 жыл бұрын
Ahubwo numiwe bavuga batabanje kubaza ngo ntibatoroka yanyumije kweri ngira ntafone yahora atunga bamubanza kubaza neza imbere yokuja kuri TV we Benny yakubeshe Oman baratoroka
@angeleilla2309
@angeleilla2309 2 жыл бұрын
Nakure ububeshi ngaho Sha
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 2 жыл бұрын
Imana. Ibakize. Cane. Muvuge. Ukuri
@lydiaakimana7988
@lydiaakimana7988 2 жыл бұрын
Je numva umuntu avuye mubarabu avuga ukuri 👏
@mouzarashidd
@mouzarashidd 2 жыл бұрын
Ukuri ukuhe ko abesha nkuko ahema
@nyanziraleonille3307
@nyanziraleonille3307 Жыл бұрын
Gukorera abarabu nukwihangana cyane birenze mubisanzwe nta santima bajyira ariko iyo wihanganye urayatahana bon kubashobora nukubaryarya niko nabibonye, ahubwo mbabazwa nuwajyezeyo akarwara gusa cg bakamwambura kuko nabyo byashoboka, umuntu abajyeramo akisanga mubundi buzima atabayemo,
@nkurunzizasarahsachou7977
@nkurunzizasarahsachou7977 2 жыл бұрын
Benichou courage kuduha ibiganiro vyiza
@saudisaudi7859
@saudisaudi7859 2 жыл бұрын
Acha wey wew uzubweng bwaw wakoresha natw dukoresha ubwacu ikindi naco uzoz uvuga ivyuzi oman basigay batoroka gusumba Saudia hama ntamwarabu avuga igiswahili abo nabazanano
@laetitiairakoze5966
@laetitiairakoze5966 5 ай бұрын
Ahubwo ndumiwe😂 igiswahiri nyene
@esta7304
@esta7304 2 жыл бұрын
None nkawe wobona boss wawe abay inzoka ntiwiruk mee muravuga ububeshi ukamenga babatway ubwenge
@amessaamessa1950
@amessaamessa1950 2 жыл бұрын
Wentacurabona sha
@alinelina8333
@alinelina8333 2 жыл бұрын
Kwa kweli binaniuma sana uyumugore muongo sana.
@lydiaansah161
@lydiaansah161 2 жыл бұрын
Erega bamuha amahera ngo babone baronke vues ngo ntabwenge abandi bariyo bakoresha namba kari ikinetwe ngaho nabe ahora ubujuju
@user-rp7hl2ht8c
@user-rp7hl2ht8c 2 жыл бұрын
Yesuwe mbega umukobwa abesha wee ndumiwe kwl urumubeship
@lylyjaydia3714
@lylyjaydia3714 2 жыл бұрын
Caneee
@ngarambeluvi1226
@ngarambeluvi1226 2 жыл бұрын
Kuki mumuhakanira ivyamushikiy cnk ivyo yabonye? Vrt ukuri kurababaza !!!
@mwajumamunezero4055
@mwajumamunezero4055 2 жыл бұрын
Ndi omani Aho mpereteye sindavyumva
@manihoalphonse9217
@manihoalphonse9217 2 жыл бұрын
Bit
@dufandaqueen1617
@dufandaqueen1617 2 жыл бұрын
Name apa nilipo huwaga naabimwa eti tulale ote akini uyo mwanamke. Anaongeya uwongo mtupu ububeshi gusa ariko mana abarundi mureke ukuvuga Nabi akazi koba kakunaniye abarabu basagaburira abakozi Kandi abarabu umwarabu akubwiye muryamanye ukemela ni wewe uba wikwegeye ahandi hoho abarabu nukabeshe abarabu basagaburira abakozi 👍 Kandi ivyo vyi nzoka imana Iku babarire vrm kuko jeme naragiye meri Saudia marayo imwaka 2 Ubu ndiimuri kuweit I miaka 4 ivyo vyi zoka uko kutafungura ivyo vyinzoka ububeshi uyo akazi koba Kara munaniye vrm ariko mana mube mutinya imana mwa bakobwa
@irakozesania1680
@irakozesania1680 2 жыл бұрын
Sema uyu mwan muke nimuwong sn Mei niko hapa Saudia Zaid yamyk 5 ten warabu wot simamoy duuuuh dada uyu nimuwong sn
@aishaaisha8433
@aishaaisha8433 2 жыл бұрын
Wewe komereza aho bikunze urazogaruka urabe ko woromka nayo gucunbisha kumwe🤣🤣wewe sanze urimkanje gusa usunbijje prasera gusa mpakogakomte shaaa😂😂🤝
@shantel2735
@shantel2735 2 жыл бұрын
Iman niyo iturinda nayo ivya saudia Namabanga
@firotemanirakoze4505
@firotemanirakoze4505 2 жыл бұрын
Ongera sana elavie wabaye intwari mugukoresha neza amafaranga uduhe inamba zawe from USA 🇺🇸
@ashaboroni419
@ashaboroni419 2 жыл бұрын
Merci chou 🙏🙏
@dieudonnemanishimwe6661
@dieudonnemanishimwe6661 2 жыл бұрын
Bnjr? mukomeye ?
@dieudonnemanishimwe6661
@dieudonnemanishimwe6661 2 жыл бұрын
Bn
@chemsaakimana19
@chemsaakimana19 2 жыл бұрын
Benny Courage ndagufana kubi
@irishuratigere6427
@irishuratigere6427 2 жыл бұрын
Urumubeshi cane wew gos
@user-io6kc2yw7s
@user-io6kc2yw7s 2 жыл бұрын
Mbega iki Maman kibesha
@clarissekk2978
@clarissekk2978 2 жыл бұрын
Nic
@nadineniyonkuru8913
@nadineniyonkuru8913 2 жыл бұрын
Nihatali kweli
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 2 жыл бұрын
Murabesha. Murabesha. Murabesha. Murabesha. Murabesha. Imana. Ibatabare. Cane
@worshiper5721
@worshiper5721 2 жыл бұрын
Bg up
@zawadi9998
@zawadi9998 2 жыл бұрын
None kobaharir harigihugu kubura abarozi.hama ibibazo bimeny uwovyashikiy nimba uhiriwe urimubarabu shimimana hariho abagowe
@lravanessamamy9503
@lravanessamamy9503 2 жыл бұрын
Wallh urayavuze ngwisato nihatari
@joselynjoselyn9769
@joselynjoselyn9769 2 жыл бұрын
Mwivyovyose j ndi mubarabu icyonkora nugushira imbere yesu kristo amen ubundi sabarabu Gusa nomuburundi mbona nakoze mumazu meshi hariho na bamabunj babi mbere bareze na barsbu
@nourambarak6297
@nourambarak6297 2 жыл бұрын
saudia nibirebire kbx muga ww numvis ntavyuz nivya Oman ntavyuz nez
@munozimimibahati2716
@munozimimibahati2716 2 жыл бұрын
Omani abavuga igiswahiri bariho gus barakivanga ntimumutahur nabi🙏twes ntiduca mubibazo bimwe yavuz uko vyamushikiy
@nduwimanacharlotte237
@nduwimanacharlotte237 2 жыл бұрын
Vyose yabeshe
@user-gu2xz4dn1j
@user-gu2xz4dn1j 2 жыл бұрын
Ivyo wavuze navyemeye ariko ivyokwihindura isato simvyemeye mani
@nachilon6529
@nachilon6529 2 жыл бұрын
Ntacoroshe 💪
@mouzarashidd
@mouzarashidd 2 жыл бұрын
Reka kubesha ahubwo uravuga neza icari cakuzanye ino.
@ashaboroni4731
@ashaboroni4731 2 жыл бұрын
Ndibaza umuntu yantutse ntiyatahuye neza ikiganiro. Kuko benichou yambajije ivyo yumva Yuko ababoss bihindura inzoka ndamubwira nanje ko navyumva . ariko ntavyashikiye jew.jew nari mubi happy ntanigorane ningeze gira ivyo mwivugira nimuvunge nimwumva murushe muranuma
@jeannetteruhumuriza9444
@jeannetteruhumuriza9444 2 жыл бұрын
Tubarire izina rya bank ubihorere abo bari kugutuka ntumvirije ikiganiro cose acana nawo
@salimalnaamani8868
@salimalnaamani8868 10 ай бұрын
Abarundi basigaye babesha ar abesha njewe ndi umurundi mba muri omani ntakibazo tufite tumeze neza
@haidahachim4526
@haidahachim4526 2 жыл бұрын
😂 😂 😂 😂 Ila nyiye 🤣 🤣 🤣 🤣 🤣 polen kwzkwel
@user-ot8uj7hy7v
@user-ot8uj7hy7v 2 жыл бұрын
Naje kugira bangurire fone nararize nukurya ndanka mumisi ibiri baribayimpaye camera nayo mucumba iwanje iriyo kweri
@alinelina8333
@alinelina8333 2 жыл бұрын
Kwanza Omani bavuga ikiswahili 🤣🤣😁😁 numva atani calabu uzi wowe 🤣😁🤣
@AsAs-nn9uv
@AsAs-nn9uv 2 жыл бұрын
Benichou rekana nuwo mubeshi urabeshape🤣🤣🤣ese iyobakumbariza isite watemberamwo gendurabeshape 🙄
@cizaedmond6212
@cizaedmond6212 2 жыл бұрын
Murakoze Beni, iyo Bank yitwa gt bunguka uko? Mpa number zuyo mukobwa
@sozan9854
@sozan9854 2 жыл бұрын
Nukur urabesh kbx can ivy uvuz vyish urabesh
@user-cv6ze5me8c
@user-cv6ze5me8c 2 жыл бұрын
Ntacoroche ubuzima nimumgutu🙈🙆‍♂️🙆‍♂️🙆‍♂️ harabakorahasi cha bakaraba nimgorane🙈🙈☺☺
@sabrasabra1179
@sabrasabra1179 2 жыл бұрын
Dada muongope Allah
@mbabazijuliette7763
@mbabazijuliette7763 2 жыл бұрын
Mana yanjye🤭 gusa Imana idufashe twe turi muri Oman.
@ninapolo957
@ninapolo957 2 жыл бұрын
None béni wosuka detol uzi nuko carron zigaragaza ubucafu ntibabibone🤣Ahubwo aho yakora be nawe bose bari bahuye basa bari umwanda.
@egideniyonkuru9705
@egideniyonkuru9705 2 жыл бұрын
Reka atubwire uko mubayehi hio
@ninapolo957
@ninapolo957 2 жыл бұрын
@@egideniyonkuru9705 kubabwira si bibi ikibi nukubesha
@violettemediatv143
@violettemediatv143 2 жыл бұрын
Sihos batagaburir abakoz,oyaaa kand Bo's ntibamez kimwe muga besh nibabi cane peeeee
@munezerojollybunyenyeri1771
@munezerojollybunyenyeri1771 2 жыл бұрын
Munguwe murabesh hamwe wallah
@floraflora9622
@floraflora9622 2 жыл бұрын
Ndangira iyokonte wobukoze
@malekahmm7502
@malekahmm7502 2 жыл бұрын
Beni chou uratubariza iyo bank utanga umulioni bakaza baguha 50 mille kukwezi uzoba ukoze
@salha9186
@salha9186 2 жыл бұрын
@Sagesse Sagesse uwo numusuma umuntu na banke biratandukany
@user-uq8fh4fr6i
@user-uq8fh4fr6i 2 жыл бұрын
🙄🙄🙄🙄🙄🙄🙄🙄🤔🤔🤔🤔 jew ntaco mvuze husa icutazi uzubaze abakizi
@LouiseLouise-ld3rw
@LouiseLouise-ld3rw 2 ай бұрын
Nonese wampuje nuwo boss wawe nkanjya kwikorera
@mwajumamunezero4055
@mwajumamunezero4055 2 жыл бұрын
Ahomperereye
@bucumirizanirizani9788
@bucumirizanirizani9788 2 жыл бұрын
Yoooooo ndahanyutse ngwimikoyo munrya😂😂😂😂
@igirimbabazisania9768
@igirimbabazisania9768 2 жыл бұрын
Sha wapi naho Leta izovyinjiramw ntikizobuz ko bafatwa nabi burya abarabu baragoy mbona nabo mubindi bihugu birigwa barafatwa nabi Kandi Leta zabo zifitaniye amasezerano na saudia.
@irankundanana8613
@irankundanana8613 2 жыл бұрын
Bareke sha ntavy bazi iyab arib bazin barab ingen bafisinzig nkic ntarabna ngirang nishetani yabaremy
@lylyjaydia3714
@lylyjaydia3714 2 жыл бұрын
Suko
@rosejeanne6493
@rosejeanne6493 2 жыл бұрын
Ububeshi com.😂😂😂 piga kelele s🇧🇮🇧🇮🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦
@baderalnasri6812
@baderalnasri6812 2 жыл бұрын
Reksmuvand, ntibonge, nabageser
@jameelhm528
@jameelhm528 2 жыл бұрын
😎
@vivipro3172
@vivipro3172 2 жыл бұрын
Pore sana ino ukunzwe nanyokobuja nihosawa upfurya wallah
@LouiseLouise-ld3rw
@LouiseLouise-ld3rw 2 ай бұрын
Elaviepuza nuwo boss wawe
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 2 жыл бұрын
Murabesha. Murabesha. Murabesha.
@alinelina8333
@alinelina8333 2 жыл бұрын
Hama madame reka kubesha urababaje cyane nkumuntu yagiyeyo Omani urashobora kubesha nkuko??🤔🤔 duuu wakorera make pé hama abari mwibarabara ntabwo bakora ubumaraya sha.
@mwaminidiodone5569
@mwaminidiodone5569 2 жыл бұрын
Uherukinziranuci omani ntibatoroka🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮izonidijaji uhaze
@remesha
@remesha 2 жыл бұрын
Iyo bank niyihe batanga inyungu gutyo?
@rutamuchantal2530
@rutamuchantal2530 2 жыл бұрын
Jesus
@nshimirimanajeanne2261
@nshimirimanajeanne2261 2 жыл бұрын
Yoooooh ngo Omani ntibatoroka reka reka
@Kelly-mv7py
@Kelly-mv7py 2 жыл бұрын
Muri omani baratoroka nyene
@nourambarak6297
@nourambarak6297 2 жыл бұрын
baratorok kbx ndabizi
@aliqueen9367
@aliqueen9367 2 жыл бұрын
Iyosema yumukobwa ivuyehe kazaba subhanallah mbeg ububesh Mungu anakuona shetan mkubwa uriko uvuga nab ahant nkura agafu kumwana Sha nogufat nok yooo
@mariejeanne4958
@mariejeanne4958 2 жыл бұрын
🤣🤣🤣🤣🤭
@mdsadekmiya9638
@mdsadekmiya9638 2 жыл бұрын
ico kiganir nicakera rek kumutuka
@kamikazi77
@kamikazi77 2 жыл бұрын
Jew bucantah Benichou uzoze ndaguh amakuru atomoye
@uwimana8584
@uwimana8584 2 жыл бұрын
Madame wee ndangira ahohantu batanga 1million kukwezi bakaza baraguha 50milles please
@khadijadieudonne3623
@khadijadieudonne3623 2 жыл бұрын
Wohakura he. Nareke kubesha abantu
@lylyjaydia3714
@lylyjaydia3714 2 жыл бұрын
Sha uyo mu sister vyishi nububeshi nimurek gutukish igihugu ça bandi
@user-os9ul5iu5y
@user-os9ul5iu5y 2 жыл бұрын
Mureke kubesha mwige kuvuga ukuri ntabusambanyi bugwiriye jentabeshe nkawe ndagufashe
@rinkaoman9682
@rinkaoman9682 2 жыл бұрын
Abari mwibarabara omani tumenyane turekane nuwo avugivyatazi ngontibatoroka😄😄😄😄😄😄
@user-tx7ie4om8z
@user-tx7ie4om8z 2 жыл бұрын
Ndondera whatsapp tuvugane
@user-tx7ie4om8z
@user-tx7ie4om8z 2 жыл бұрын
Unyerekez
@nadiarukundo3636
@nadiarukundo3636 2 жыл бұрын
Iyo bank yitwa gute? Umutubarize
@beaimfurayase4482
@beaimfurayase4482 2 жыл бұрын
Iyuvuga Omani ipuu
@GggGg-uh5ir
@GggGg-uh5ir 2 жыл бұрын
Gusa ndaba fana haa gusa Saudi Arabia nidanje nunukwihangana pe gusa lmana izahadukura gusa vyose nidanje from saudia
@aishaaisha8473
@aishaaisha8473 2 жыл бұрын
😂😂uvuzukuri Kbx nanj ndavyumva ariko sindabibona Ivyovyisato😂ikind kurico ca camera📸Narayibayemwo Gusa ntamareba yakoresha ahubwo yanyima ivyokurya Nihatar ham wnj Ubu omana baraja mubarabara nukwomwubahwe
@sandy2sss827
@sandy2sss827 2 жыл бұрын
Navuge make Sha Azé Arabika
@djarudkellz
@djarudkellz 11 ай бұрын
Ark mwarasaze umwarabu yakwiteza wowe?ngo alshababu wowe usa nutararenze burundi
@rosettendayizigiye4627
@rosettendayizigiye4627 2 жыл бұрын
Yooo, mungu wanje insato🐍🐍🐍 numvise ubwoba, Imana ibafasha ba dada zenu kabisa birababaje et 😪
@amalarrgod8588
@amalarrgod8588 2 жыл бұрын
N'ububeshi nibareke kubesha sivyo
@rinkaoman9682
@rinkaoman9682 2 жыл бұрын
Non wew ubizi guye koomani badatoroka jekondimwibarabara nugutimbirako
@ninapolo957
@ninapolo957 2 жыл бұрын
Kandi wumva yakora Oman 🤣🤣🤣🤣ububeshi com biraharawe.
@user-rp7hl2ht8c
@user-rp7hl2ht8c 2 жыл бұрын
Sh iwomukobw arambabajr kubon abesha kwl
@CLfamily1
@CLfamily1 2 жыл бұрын
Bravo 👏 Kabisa imana ikujimbere ✅👊🏾👊🏾
@furahaoman3867
@furahaoman3867 2 жыл бұрын
😭😭😭😭👌👌👌
He sees meat everywhere 😄🥩
00:11
AngLova
Рет қаралды 8 МЛН
She ruined my dominos! 😭 Cool train tool helps me #gadget
00:40
Go Gizmo!
Рет қаралды 59 МЛН
World’s Deadliest Obstacle Course!
28:25
MrBeast
Рет қаралды 137 МЛН
Что произошло в ресторане!
0:16
Victoria Portfolio
Рет қаралды 7 МЛН
Pass or fail?🤔 @Colapsbbx #pedro #beatbox #beatboxchallenge
0:45
BEATPELLA HOUSE
Рет қаралды 67 МЛН
ХЕЧ БУЛМАСА МЕХНАТГА БИТТА ЛАЙК БОСИНГ #2024
0:10
Муниса Азизжонова
Рет қаралды 3,5 МЛН