1:05 Aha ni kuhashimangirako goose; kuko nimba iyo compte yico kigega yoba iri muri BRB, hari abogira amakenga ko Leta yohava iyagirako ububaasha burenze ikanashobora kuyitiza, imigambi igacererwa.
@bosconiyonkuru61519 күн бұрын
Hozy merci bcq niwe waduhaye ikiganiro cose gikwiye kirimwo tout les compliments abandi baduhaye ibice bice muga aha vyose biratahuritse.
@emelynecimpaye9679 күн бұрын
Courage,abantu benshi baronke akazi
@gorethnsabimana51397 күн бұрын
Fabrice lmanikuzigame imigambi ni myiza Burundi tugiye goûter,imbere
Ndumv ndagkunda ntwar yigihugu.president Yam Yabivuz kwuburind ar mur Eden¡! Bagaping Abas kuvyumv nagiy kubibon. Namw ba bobo rugurika nagiy kumaramar!!!!!
@ndigimunaziri35759 күн бұрын
Ubu rero kuzoja gukwa mumusi irimbere nukuzobaza neza ko umukobwa se yamuguriye umutahe kuva akiri muto😮😮
@ibrahimcongeram.8068 күн бұрын
😆😆😆😆😆😆😆
@mauricendayishimiye31029 күн бұрын
Turayubaka kbxa
@immaculeeniyokwizera93709 күн бұрын
Number one
@Lukns5589 күн бұрын
Ivyo bintu numva bitomoye cane!
@JemaliNduwayezu-di9xi9 күн бұрын
Urintwari
@remykayonde17188 күн бұрын
Uwo mugambi niwo nuko Gusa ubusuma bwabahabuye
@innocentbizimana90479 күн бұрын
Iyo soko abahora bayikoreramwo ko bari bahafise ibibanza vyabo bwite bazoca baba abande
@KC-wj7yh8 күн бұрын
Ibibanza vyabo bwite? Baribaguze ubutaka nande ,muze mutababarira namwebwe. Ubwo buhezanguni bwanyu twaburambiwe kabisa .batubatse ngo nikosa bubatse ngo nikosa. If you didn't go to school len me teach you. Ubutaka bwose bwu Burundi ,leta I ibufiseko ububasha bwokubukorerako ibikorwa vyiterambera none wewe aho wita iwawe nihaca ibarabara uzovuga ngo ntibishoboka? That's why Burundi will never develop. Even in Canada, USA Europe.... ubutaka nubyareta ,ikabukoremwo ibikorwa vyungukira abanyagihugu.
@bernardmaniratunga78608 күн бұрын
Tubahamagaye ntimwitaba
@MazimpakaYohaniPetero9 күн бұрын
Kwifuza ni kimwe, gushira mu ngiro ni ikindi, Gushobora ni ikindi, Crediblity ni ikindi! Nibishoboka nzotaha nanje
@KevinKanyamuneza-su7fi8 күн бұрын
Bro jew nkwipfurijek Iman yokuzigama
@bosconiyonkuru61519 күн бұрын
Siren vibes niwew warushije couleur ayandi ma you tube yose image zawe nizo zambere zisa neza