MyJourney:Intahe yiwe iramurijije🥹/abantu baradushinyagurira😭/Imana yadukoreye igitangaz kukanyuma

  Рет қаралды 18,456

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

10 ай бұрын

#sirenvibestv #myjourney

Пікірлер: 120
@chanellenin9791
@chanellenin9791 10 ай бұрын
Narahabaye ndazi uko bimeze😢n'urugendo rutoroshe Imana ihabwicubahiro cane kubwawe, nanje ndizeye ko igihe n icagera Imana izompa abana kuko n Imana idahemuka❤
@raoultunchi5927
@raoultunchi5927 10 ай бұрын
Amen
@kam3384
@kam3384 10 ай бұрын
Courage @chanellenin9791, nnaje ndi mubo Yesu yagiriye neza après 6ans. Ubu mfise 3 dans 6ans naw izokugirira neza iguhe abana, mu gihe yashinze. Igihe c'Imana kiratunganye
@chaniseuwimana
@chaniseuwimana 10 ай бұрын
IMANA uko Yar ejo nubu Niko iri nawe izakwishura
@daniellagatavu7026
@daniellagatavu7026 10 ай бұрын
Imana izokugirira neza mwiza,
@VaC006
@VaC006 10 ай бұрын
Ndi umuhungu akuze ariko when she said baby number 2 was on the way , I shed a tear of joy 😮‍💨
@chelha
@chelha 10 ай бұрын
Mw'ijuru nta poubelle y'amasengesho ibayo"🙏 that's so powerful🙏❤
@dorcasmboni9709
@dorcasmboni9709 10 ай бұрын
Bandanya urindwa belle soeur.Igihe c'Imana n'iki twarasenze Imana iratwishura ihabwe icubahiro.Can't wait for our little Mboni❤❤
@chimenendayizigiye6711
@chimenendayizigiye6711 10 ай бұрын
😭😭😭😭😭😭😭😭Amen amen felicitation Alice yooooooooooo nanj haruwonikorerey umutwaro nkuwo Imana niyanyishura Hosy nzomusab ikiganiro nukuri😭😭Wouw
@crescencemuterampuhwe9274
@crescencemuterampuhwe9274 9 ай бұрын
Imana ninziza nukuri. Ururugendo ntirworoshe ndaruzi. Imana ibabarire cane abantu kumajambo nibikomere batera ariko inyuma yivyovyose mwijuru hari Imana. Igihe kigeze iratabara ikazivya iminwa ivuga ibitarivyo , ikomeretsa. Courage kubantu bose bariko barabicamwo twarabonye Imana nubu iracakora.
@dianemunezero3260
@dianemunezero3260 10 ай бұрын
😭😭kumbe nanje nzoronko intahe yawe iransubijemwo intege nanje ndimwugwo rugendo ngomba nkwize nkiyomyaka Imana iragahezagigwa ikora hageze
@uwimana8584
@uwimana8584 10 ай бұрын
Ushimwe mana yacu kuko wamuhaye umwana. Turizeye konabasigaye uzobibuka igihe kigeze
@nadiairakoze9120
@nadiairakoze9120 10 ай бұрын
Amen
@lyse.jennifer
@lyse.jennifer 8 ай бұрын
Amen!
@arlySerge703
@arlySerge703 10 ай бұрын
uwo muvyeyi aririmba neza disi hashimwe Yesu we yagushize mubavyeyi🎉
@dianeizere4887
@dianeizere4887 10 ай бұрын
Mpore cane Umukama Yezu ni mutananirwa kandi ntacererwa kw isaha yiwe.Merci Seigneur
@gygygyslaine4712
@gygygyslaine4712 10 ай бұрын
Ndaziko abobantu ntibaba borohewe mbibona mumiryango uburyo baba babafata iyo famille itarinziza😢burigihe iyonsenga ndabasengera🙏🙏
@kanyambochadia3997
@kanyambochadia3997 10 ай бұрын
Hosy,d toute tes émissions iyi niyamber inkozeko. Hop nanje nzoronka.4ans atamwana c m f plus k mal ariko ndabiha Imana surtou nibutse l histoire de ma defante grande soeur.yamaze 7ans atamwana amuronse après 11mois d s naissance aca aritaba Imana. Hope nanje nzoronka. Félicitation à vous madam Alice NIZIGIYIMANA❤Rugira Azobakurize
@arlySerge703
@arlySerge703 10 ай бұрын
uyo ni Hana🎉Imanna yamuhaye umwana w'umuhungu mugihe nyaco
@benignendayizigiye224
@benignendayizigiye224 10 ай бұрын
Tu me fais pleuré moi aussi😭😭😭ndashima Imana kuko ikora mu gihe cayo, natwe tukirindiriye turizerako izotugirira neza kuko n’umwizigigwa kandi nezerew n’ijambo ton mari yakubwiy ati erega nubwo itobikora izokwama ar’Imana kandi nivyo nubwo itobikora icubahiro kizokwama aricayo. Ubuzima n’urugendo rurerure gusa dukeneye Imana kugirango idufashe muvyo duhura navyo. Merci beaucoup Alice et félicitations encore pour le 2èm, ariko Imana izi guhoza amarira ati reka ndakongere utaragera no kwibukako ukeney uwa 2. Imana yacu niyo kwizegwa urakoze kudutera intege natwe tukirindiriye 🙏🏾🙏🏾
@christiannkurunziza8523
@christiannkurunziza8523 10 ай бұрын
Merci Mme.Hosy pour l'invitée watuzaniye...Ewe YEZU uri M.W.I.Z.A ...ce témoignage est vraiment incroyable... YEZU uhabwe icubahiro imyaka yose...crois en lui et aies LA PATIENCE...ntazogutetereza...❤❤❤❤❤
@ramlairadukunda6642
@ramlairadukunda6642 10 ай бұрын
Ndafise intahe umusi naje iburundi ndashaka tuganire❤️😍❤️😍
@uwimanacosette5886
@uwimanacosette5886 10 ай бұрын
Ako Mana ntakikunanira😭😭😭😭😭Imana ihezagir urugo rwanyu ndumv iy ntah indengey🥰🥰❤️❤️❤️❤️❤️
@benignendayizigiye224
@benignendayizigiye224 10 ай бұрын
Ndamuzi disi Imana yarakoze kumugirira neza
@alicekaze9526
@alicekaze9526 9 ай бұрын
Twarindiriye umwana wambere 7 ans. Ubu tufise abana 3😊 Félicitation Mazina yanje! Ndiho nuwo kwizigirwa ibihe vyose
@iradukundaange-kessy5361
@iradukundaange-kessy5361 10 ай бұрын
Yesu wacu arakora cane❤❤ Nico unyibukije Alice wanjeu❤ Maman Endless can’t wait for the second baby❤
@mpawenimanaaline6576
@mpawenimanaaline6576 10 ай бұрын
Imana ntanzigo ahubwo twebwe abana babantu nitwe turambigwakare peeee waoooo Imana nihabwicubahir peeeee. Erega iyimana ntibishaka kudukomesha wapi ifise igih caho
@ghysmirrah16
@ghysmirrah16 10 ай бұрын
Il n y a q un seul DIEU et c est toi L ÉTERNEL 🙏🏾 Shimwa cane kuko Ugira neza ibihe vyose 🙏🏾 Urakoze cane mu maman mwiza kuri iyo ntahe. Stay blessed n umuryango wawe wose🙏🏾
@krc0607
@krc0607 10 ай бұрын
Félicitations à cette dame et à son mari kubona bararonse umwana, kuko urabona ko ar'ibintu bashaka cane. Kandi barindiriye n'uwakabiri, je suis très contente pour elle. Twari dukwiye kwibuka ariko ko atari abantu bose baronka abana, kandi ntaco. Ubuzima bw'abantu bubakanye s'ukuvuga kuronka abana gusa. C'est bien plus que ça. Merci pour l'émission, bonne continuation!
@furahaanto7772
@furahaanto7772 9 ай бұрын
ACHA MUNGU AITWE MUNGU🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌 MANA URIMANA IBIHE NI BIHE
@kamikazikamikazi4903
@kamikazikamikazi4903 9 ай бұрын
Yezu uri Imana itabesha.Alice Muribaruka kandi Yezu abandanye ahezagira. Yezu anyongerereje ukwizera kuko ikibazo warufise nico mfise nizeye ntashidikanya ko nanje nzohezagirwa vuba.Merciii bcp kuri témoignage yawe isubiza ubuzima.
@Possible204
@Possible204 10 ай бұрын
Mureke Imana yitwe Imana. Nticerwa. Kandi ntawayizeye azokorwa n'isoni. Imana ni nziza ibihe vyose❤ beaucoup de félicitions ma Alice.
@edithkatihabwa2600
@edithkatihabwa2600 10 ай бұрын
😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢mpore ma soeur Yesu n mwizigirwa ibihe vyose yarakoze cane kukuronsa ikibondo
@NIHORIMBEREDorine-wy7kq
@NIHORIMBEREDorine-wy7kq 10 ай бұрын
Yoooo mbega Imana😍😍😍😍
@setaseeta9779
@setaseeta9779 10 ай бұрын
Mana habwa icubahiro ndanyuzwe nibitangaza vyawe wama wadukoreye 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@FideliteNiyubuntu-bk4bl
@FideliteNiyubuntu-bk4bl 10 ай бұрын
Imana ni umwizigirwa w'ibihe vyose.Icubahiro kibe ic'Imana ibihe vyose
@KimanaSanta
@KimanaSanta Ай бұрын
Mpora yitwa nteturuye ncuti Hosy merci kubiganiro uduha
@arlySerge703
@arlySerge703 10 ай бұрын
ndarizeee🎉😢Yesuu ni mwiza ibihe vyoose
@user-zy8cu7ss2c
@user-zy8cu7ss2c 7 ай бұрын
Imana yacu ni nziza kandi n´Imana isezeranye ishitsa amen
@herve-fideleigiraneza8150
@herve-fideleigiraneza8150 10 ай бұрын
Intahe nziza cane, ndabazi neza kuva kera, Hosy nk'uko wabivuze uzoje kubibarutsa bavyaye umwana wa kabiri kizoba ari ikiganiro c'intahe nziza cane cofasha benshi
@cynthiaakimana5366
@cynthiaakimana5366 9 ай бұрын
Woooooow.Alice vraiment Imana irateye ubwoba iraryoshe nukut.Hama @hosy bayita grossesse precieuse
@nnno989
@nnno989 10 ай бұрын
Mana, ndarize😭😭😭imana, ikora, umwanya, wiwe❤❤❤❤
@mbonihankuyelissa6931
@mbonihankuyelissa6931 10 ай бұрын
Uhoraho yadukoreye ibitangaza natwe turashima 😭🙌🏾 to many more Nieces and nephews 🎉
@medissaniyombabazi8266
@medissaniyombabazi8266 10 ай бұрын
Osiiiii nukuri Imana iguhezagire usigaye unezera ukuntu ukora ibiganiro neza , crge ma sr.
@happyhappy3493
@happyhappy3493 10 ай бұрын
Yesu ntaja ahinduka urakoze cane madam Alice abagitegerej abana mukomeze mwihangane mufata muri kanguka narahabonye Imana
@diradukundaprincess2804
@diradukundaprincess2804 10 ай бұрын
Yoo Imana ni nziza...ndaryohew caane.Imana ihabwe icubahiro ,ndabazi mwarakoreye Imana ,nayo yarihesheje icubahiro.Ese ingene wampezagira muvyeyi uriko uririmba🎉Imana ishimwe ishimwe,ishimweeee🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@jinamajody
@jinamajody 9 ай бұрын
Nivyooooo urintahe murunganwe gwaweeeee❤❤❤
@cheillakessyndayishimiye3661
@cheillakessyndayishimiye3661 10 ай бұрын
Imana Irera Merci Hosy kumutumire🙏🙏
@liessendayiziga4558
@liessendayiziga4558 10 ай бұрын
Mbaye mu bambere nanje uyu musi Imana imfashe sindire😢
@lesliemaellenahimana7684
@lesliemaellenahimana7684 10 ай бұрын
Mureke IMANA yacu yitwe IMANA 🙌😭😭😭♥️
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 10 ай бұрын
Hosy wari waraduhevye saan abakunda My Journey❤❤
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 10 ай бұрын
Pol sana dada ntibyoroshe ❤❤🇧🇮🇧🇮❤❤🙇‍♂️🙇‍♂️🙇‍♂️🙇‍♂️🙇‍♂️🙇‍♂️🙇‍♂️🙇‍♂️🙇‍♂️🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@loritakaze9853
@loritakaze9853 10 ай бұрын
Waouuuuu gloire à Dieu Vyukur imana ikora mugihe gikwiye kandi kibereye
@mariechantalitangishaka3189
@mariechantalitangishaka3189 10 ай бұрын
Félicitations encore kukibondo no mukwihangana bebe .❤
@nininahazwemichelesandrine3680
@nininahazwemichelesandrine3680 10 ай бұрын
Dieu est fidèle aujourd’hui et pour toujours 😭💕
@graceishimwe3636
@graceishimwe3636 10 ай бұрын
Imana nyenimbabazi ihabwe icubahiro🙌
@christabellakaze3525
@christabellakaze3525 10 ай бұрын
Arampezagiyeeee❤❤❤❤ um maman en or Urumugisha❤❤❤
@alinekwizera9819
@alinekwizera9819 10 ай бұрын
Yooooo Imana yarakoze Mwiza wanje❤❤
@inesingabire
@inesingabire 9 ай бұрын
Umve iyo Mana 😢😢😢Iki kiganiro kimpaye inguvu
@user-op3ks5ir6s
@user-op3ks5ir6s 10 ай бұрын
Mm siku nitaeleza historia yangu mutalia wote😢😢
@axelarakaza9870
@axelarakaza9870 8 ай бұрын
C'est la qualité de l'image qui me retient #courage Siren vibes
@alinekwizera9819
@alinekwizera9819 10 ай бұрын
Urandijije shaaa,kdi uririmba neeeeeza.❤
@nadinenizigiyimana2005
@nadinenizigiyimana2005 7 ай бұрын
Imana ni nziza ntisiba kudutangaza
@glorianikiza3940
@glorianikiza3940 10 ай бұрын
Congratulations bébé Imana ishimwe
@parfaitendayikengurukiye7306
@parfaitendayikengurukiye7306 10 ай бұрын
Imana ibishimirwe .urakoze gutanga intahe ikomeze abandi.Imana iguhezagire ,
@user-no3uw6hc6v
@user-no3uw6hc6v 10 ай бұрын
Imana n,inziza ibihe vyose yishurira ku gihe ntabwo yigera icerwa irakaninahazwa.
@mariechantalitangishaka3189
@mariechantalitangishaka3189 10 ай бұрын
Yesu Ashimwe cane Alice.
@user-lq5cd9ru2m
@user-lq5cd9ru2m 10 ай бұрын
Waaaooo Imana Yama ar inyizigigwa
@dorinendayikeza1871
@dorinendayikeza1871 10 ай бұрын
Reka Imana yitwe Imana 😢🎉
@idairankunda7946
@idairankunda7946 9 ай бұрын
Imana. Ishimwe kubwawe Madame🥺🙏
@MucoInes-hb9hr
@MucoInes-hb9hr Ай бұрын
IMANA ni nziza
@ChadeauMabano-kl3tl
@ChadeauMabano-kl3tl 10 ай бұрын
Wauuuuuuuu Jésus Ur Imana ihambaye wauuuuu
@emelyneiradukunda3205
@emelyneiradukunda3205 10 ай бұрын
Imana yarakoz kuguhoza mugihe gikwiy nibihererw icubahiro ❤🎉🎉🎉Imana numukoz w’umuhanga yesaya 60:22 Igihe kigez Uhoraho arabishitsa ningoga 🎉❤
@user-ib4oo1mz3e
@user-ib4oo1mz3e 10 ай бұрын
Imana ninziza ibihe vyose😢😢😢
@lolondikumwenayo-ei2py
@lolondikumwenayo-ei2py 10 ай бұрын
Imana ni nkuru ❤
@ChachaChany
@ChachaChany 10 ай бұрын
Imana ihabwe icubahiro ikora ku mwanya wayo
@inalumieresonia9677
@inalumieresonia9677 10 ай бұрын
Imana igiraneza
@elyseekigeme6774
@elyseekigeme6774 10 ай бұрын
Imana ihabwe ucubahiro
@chantalkakunze259
@chantalkakunze259 10 ай бұрын
Dieu est bon en tout temps
@lalylorraine5429
@lalylorraine5429 10 ай бұрын
Glory to Jesus🙌
@seniorrobertoomonde7652
@seniorrobertoomonde7652 2 ай бұрын
Imana ninziza disi
@nadegekamikazi
@nadegekamikazi 10 ай бұрын
Hariho Imana Glory glory
@niwemugeni
@niwemugeni 10 ай бұрын
Imyaka ingana uko abaganga batarabona ko trompes ziri bouchés ...nihatali! Imana ishimwe ko yabatabaye.
@elissakezakimana7558
@elissakezakimana7558 10 ай бұрын
Imana n’umwizigirwaaaa😭😭🙌🏻🙌🏻🙌🏻🙌🏻🙌🏻
@christanicoleiteka2002
@christanicoleiteka2002 10 ай бұрын
Imana iz iguy umuryango munini kuko Ur unyamugish
@raoultunchi5927
@raoultunchi5927 10 ай бұрын
Glory to God
@janetyuyu2492
@janetyuyu2492 10 ай бұрын
Imana ninziza
@sarahgahomera8472
@sarahgahomera8472 10 ай бұрын
Félicitations Kijakazi,Mungu ni mwema
@ineskubwimana
@ineskubwimana 10 ай бұрын
Yesu agira neza
@Hi5392
@Hi5392 10 ай бұрын
sinzi igituma ndikurira... Imana ishimwe kugitangaza yakoze mu ruyu muryango🙏 Hosy hari idea y'ikiganiro sinzi ko coba muri myJourney canke fun & facts: hari depression aba mama bamwe bagira bahejeje kuvyara (ataruko umwana yapfuye canke yagize iyindi ngorane), umengo bayita ptsd. ino mu bihugu vy'abazungu abantu benshi barayigira, hari n'abica abana babo kubera iyo ngwara. so, l'objectif nikugira abantu bamenye ko ibaho kandi hari n'ubufasha bashobora kuronka baburondeye.
@gloriosenininahazwe1678
@gloriosenininahazwe1678 10 ай бұрын
Dépression post-partum
@jilu1095
@jilu1095 10 ай бұрын
😢😢😢😢iyintah iraryosh nukuri
@user-ys9ul8yd1y
@user-ys9ul8yd1y 10 ай бұрын
Imana ihabwe icubahiro yuguruye ntawugara
@quentinegradyigirivyiza4929
@quentinegradyigirivyiza4929 10 ай бұрын
Merci bcp❤❤
@rosettehabimana2666
@rosettehabimana2666 10 ай бұрын
Ce n.est que la Confience en Dieu qui compte Dan's toute situation
@soniankunzimana919
@soniankunzimana919 10 ай бұрын
Dieu est fidèle 😭🙏
@beniecarlette210
@beniecarlette210 10 ай бұрын
Icubahiro n icawe Mana 🤦❤️❤️🙏
@garythebeast3056
@garythebeast3056 10 ай бұрын
Reka IMANA yitwe IMANA twebwe abana babantu ntitworonka uko tubisobanura ndabuze niconvuga nukuri
@user-hu3sy9xm6c
@user-hu3sy9xm6c 6 ай бұрын
Nanje ndi murivyobihe vyo kumbazako atagishasha kararyana munsengere cne
@divineibonavyose8952
@divineibonavyose8952 10 күн бұрын
Umukama akomeze ingo zose zirikiri mururwo rugendo ntacoroshe kirimwo
@fidelakayinamura8030
@fidelakayinamura8030 10 ай бұрын
Hallelujah
@doucebrianairadukunda6153
@doucebrianairadukunda6153 10 ай бұрын
Hallelujah 😭🥳🥳🥳
@soniakayonga4873
@soniakayonga4873 10 ай бұрын
Naje ndarize kweri God is good all the time ❤❤😢
@FannyDada164
@FannyDada164 9 ай бұрын
God is so good🥹🙌🏾🙌🏾
@user-ys9ul8yd1y
@user-ys9ul8yd1y 10 ай бұрын
Imana ihabwe icubahiro yuguruye ntawugara 57:02
@bellardnijimbere1423
@bellardnijimbere1423 10 ай бұрын
🙏🙏
@sindayikengeracelestin5444
@sindayikengeracelestin5444 10 ай бұрын
Nshimye ko ubu mbona uvuga ikirundi ciza. Utavanze kenshi n' igifaransa canke igiswahiri. Rero komeza uje mu mboneza z' umuco w ' I Burundi. Timba ntaco uba😂.
Русалка
01:00
История одного вокалиста
Рет қаралды 7 МЛН
Heartwarming Unity at School Event #shorts
00:19
Fabiosa Stories
Рет қаралды 19 МЛН
Rumonge City: A Casual Tourist's Delight (23 Summer Vlog 5)
9:36
GATEKA Documents
Рет қаралды 6 М.
Amakuru yo ku mugoroba | Tariki 24.07.2024
31:33
RwandaTV
Рет қаралды 3,2 М.