Urugo ruragoye kuvamwo. Ntuvyuka uyu munsi ngo uvuge ngo ndagiye! Iyo umudame arinze afata décision ati ndateruye n’abana urugo ndaruhevye haba hari impamvu. Abantu birinde ayo ma critiques négatives yabo. Secret iba izwi na nyene gufata décision. Courage kubo bigikundira kuba muri “Niko zubakwa” bigqkunda. Ariko bacunge santé mentale yabo ntihungabane. Merci bcp Inès and Hosy kuri ico kiganiro
@habonimanaines3579 Жыл бұрын
Bravo à Inès témoignage yiw yageragej k nabarik barayumviriza biga tout en garda ibanga ry'urugo mukutavuga ama détails yocafuza uw bar bubakanye. Ur umupfasoni w'ibanga big up to you Mme Inès
@InesKidasharira Жыл бұрын
Murakoze
@benignebizimana5876 Жыл бұрын
n umupfasoni cane arafise ubuntu
@yvetteniyonkuru3615 Жыл бұрын
@@InesKidasharira pole sana Ines, uritonda nka Maman wawe yaranyigishije muri primary ,niganye na obed,ariko wewe narakumva sinari ndakuki, ariko komera
@beatricenezerwa3809 Жыл бұрын
Inès ma chère, femme Forte, intelligente, simple , polie abakuzi turagushingira intahe. Love you 😍
@sayumwemunezero4156 Жыл бұрын
She’s so positive, she carries the greatest in herself, and she can lead a generation to the generation
@InesKidasharira Жыл бұрын
Thanks dear 🥰 be blessed
@marcellasek9018 Жыл бұрын
Hosy, urazi kubaza ibibazo bikenewe, courage ku mwuga💪et Merci ku ntahe ya Inès
@enockniyubahwe1795 Жыл бұрын
Merci bcp pour le témoignage si instruisant. Hosy...,Tu nous a apporté le personnage important, qui a marqué longtemps le journalisme burundais. Je connais bien cette Dame #Ines ( Maman Be...) Comme personne de zèle, compassion.... J'apprécie profondément les relations amicales qui la lient avec ses enfants. C'est vraiment un arme offensif contre les effets négatifs de votre séparation avec leur Père. Sois forte !!!!
@InesKidasharira Жыл бұрын
Merci beaucoup Enock muhezagirwe
@lindakaka1754 Жыл бұрын
Ariko abagabo mana yanjye!!!
@m.claire3507 Жыл бұрын
Merc bcp vrt wavyitwaymwo neza Kand urakoz nogukomeza abandi kk ahabshi barababaybarabaye nabi Siren lov u too much
@radiaakiteka1576 Жыл бұрын
Bonsoir, je vous écris depuis la France kugira ndababwire ko nkunda ibiganiro vya Siren vibes, des sujets édifiants. Continuez à rayonner....ndabakunda caneee🥰🥰
@lindakaka1754 Жыл бұрын
Uno mu mama ari cool❤❤❤❤❤
@mbonihankuyechristophe472 Жыл бұрын
Une grande sœur, so strong!
@Hakoringingo Жыл бұрын
Merci temoignage yawe iranyubatse,hama reka ndakwibutse indirinbo yakabiri wakunda ni umporiki bakavugamwo (premiere bureau) wakunda kuyinsaba uri muri studio 🥰
Très belle émission! Courage chère Inès! Merci pour ta sagesse.
@muben3774 Жыл бұрын
Thanks a lot for pour le conseil Mme Inès.....Hosy ja juru👏👏courage
@manirakizamireille8337 Жыл бұрын
Nukuri Mme Ines urakoze cane,uranyubatse .
@annemariendayishimiye426 Жыл бұрын
J,aime bcq cette femme ,elle est brave ❤️
@eustachesitaki3698 Жыл бұрын
Uti barondere amahera barye isi imbere y'uko izobarya nayo. Kiitos
@elyseekigeme6774 Жыл бұрын
Merci madame Kidasharira courage . Siren vibes merci pour l'émission. Hosy la journaliste ma copine urarenze vrt ubaza ibibazo vyiza gose courage.❤
@kg7285 Жыл бұрын
Ariko umugore wese adivorsheje nukumwubaha kuko ntivyoroshe surtout harimwo abana par contre naho woba ukunda umugabo wawe gute wame wibuka wamugani UMUGABO NUMWANA WUWUNDI anything can happen ntacomupfana kubisanzwe. Malheureusement muri africa nta lois i protéger abagore nabana. Jewe mes parents bavanye j’avais 5 avec mes 5 soeur papa yatureze wenyene gushika twese tuve i Burundi à l’époque je me suis pas rendu compte kuko papa ne s’est pas remarié la vie était ok sauf que maman n’était pas là et elle s’est jamais inquiété pour nous papa yaratureze bien seule.
@godsgrace6820 Жыл бұрын
Inès sha ndakunda kumukurikira sur les réseaux sociaux surtout pour son engagement pour les droits de la femme. Inès merci d'exister
@lorraineayinkamiye6747 Жыл бұрын
Waouh Inès arandyohey vraiment elle est cool avuga ari posée.....ngo tatouage azoyishirako ce weekend 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@yannwenge108 Жыл бұрын
Sh big up abarundikazi baritahuye ni vyiza peee! Courage ❤❤❤🥰🌹
@ornellanamugisha7780 Жыл бұрын
Mbega ikidame cuza Kiri cool diiiiiisi,Tatouage👌😅yampimbaye trop ni goût yanj diiiisi,hma Hosiane mrc gum utubariz utubazo twse,mrciiiiii kuntaheeeee naj ndize vrmt👌🫂
Urazi kuja ku mpanda uherekeje uwitahiye ugaca ukabona imva ugaca wibaza uti mbega ça kivagundu nticoza naco ngaha😢
@emelynebukeyeneza3937 Жыл бұрын
Témoignage ya Madame Ines iranyubatse caane. Merci bcp uri Intwari. Imana igume iguhezagira. Tu as pris une bonne décision, si tu n'as pas de bonheur quelque part ....tu quittes. Merci aussi à Hosy pour l'émission.
Mpore di Inès war waragerageje nuk wabana n'uwutahaye agaciro Urukundo rwawe war waramukunze bihagije gushika ah usubirayo vrm sha mpore cane kand nugukomez ukarabana n'ubuzima bwaw n'ubwabana bawe ukabahanura bivany nivy wabayemwo ntibazobe mumubabaro wabayemwo.Ukomez gusenga cane imber ni heza.
@InesKidasharira Жыл бұрын
Murakoze cane nivyo Imana irahabona imbere hanje
@evelynenduwayezu Жыл бұрын
Aba maman bakunda ingo zabo kenshi baronk abagabo bameze uko ,ndaryohew niyo ntahe
@kyjojennish8679 Жыл бұрын
Témoignage nziza , quel dame atesaa
@NsavyimanaAnitha23 күн бұрын
Abakukunda hossy nkanje mumpe utuntu
@ancillecilla Жыл бұрын
Félicitation hosy uvyar benshi
@MurorunkweHawa-ry8im Жыл бұрын
Ndagutahura madame
@habonimanaines3579 Жыл бұрын
J'ai toujours une question nama ngumana iyo numvis les histoires de divorce, kubr ik twumva les dames gusa,abagabo ntivyiger bibananira? Hosy ndaguhaye challenge uturonderr version y'umugabo vyanse
Iyo conseil ya Madame inès iri wise. Urukundo gusa ntirukwiye pour s'embarquer avec quelqu'un. Birakenerwa gushira Les pieds sur terre muguhitamwo avec qui de marier. Cane cane Les filles mwige kumviriza Les conseils Des parents.
Anaclet none hoho vyoba vyo ingorane yoba IRI hehe?nukuri abantu muragowe iyo ni vie privée yiwe.ntibikenewe et d'ailleurs kubizana muri commentaire.Hosy love you so much
@aphillanduwayezu3147 Жыл бұрын
Jw iyo famille kidasharira ndayikunda kubiii Kuk ni incambwenge goseeee iwabo hhhhhhhhhhhhhhhhhhhhhh j ndabazii bikwiyee......hama Inès w ndagukunda pee.....ur umunyenkomezii pe...uhazw kuramb mwizaa mu vyiza gusa warahezagiw cane.....
Ico Ines avuga nico cambere ndamushimiye ku mpanuro atanze
@eduigenicishatse8549 Жыл бұрын
Courage abafise de tels problèmes, la vie est faite de haut et de bas, j'encourage ababivuga kuko c'est encourageant la meilleure moyen de se soutenir ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@عليسعد-ظ9د Жыл бұрын
Kabs mwubahw
@bebehafsa1141 Жыл бұрын
Uyo mutumire asa na ntibantunganya😂😂
@InesKidasharira Жыл бұрын
Ni musazanje mukuru
@stellakidasharira Жыл бұрын
😂Ntibantunganya si umuntu?Urateye ikigongwe
@kg7285 Жыл бұрын
Jewe nguma ntangara ingene abana bubu baciye ubwenge twebwe à votre âge déjà abavyeyi ntibakureka ngo uje kwibana canke ngo nje gukora ayaa à 25 ans narimuhira basha ntaniciyimviro cokuhava en tout cas ibihe birahinduka
@fleuryb8706 Жыл бұрын
Hosy ngufise inda ya 3?katayo tubona?
@Hi5392 Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂ariko ko atamugambi ufise wokumufasha kurera abana avyara, umubaziriza iki nkico kibazo??😂😂
@ChachaChany Жыл бұрын
Oya reka aka kanya umwan wa kabiri akir umu bébé?
@christinesemuto940 Жыл бұрын
@@ChachaChany none se ibyo birabareba kweri?
@BelyseKarerwa-kq8we Жыл бұрын
Biragoye me iyumutima ubabaye nta numwe agufatira ingingo c'est toi même