Ndaziko abobantu ntibaba borohewe mbibona mumiryango uburyo baba babafata iyo famille itarinziza😢burigihe iyonsenga ndabasengera🙏🙏
@kanyambochadia399710 ай бұрын
Hosy,d toute tes émissions iyi niyamber inkozeko. Hop nanje nzoronka.4ans atamwana c m f plus k mal ariko ndabiha Imana surtou nibutse l histoire de ma defante grande soeur.yamaze 7ans atamwana amuronse après 11mois d s naissance aca aritaba Imana. Hope nanje nzoronka. Félicitation à vous madam Alice NIZIGIYIMANA❤Rugira Azobakurize
@arlySerge70310 ай бұрын
uyo ni Hana🎉Imanna yamuhaye umwana w'umuhungu mugihe nyaco
@benignendayizigiye22410 ай бұрын
Tu me fais pleuré moi aussi😭😭😭ndashima Imana kuko ikora mu gihe cayo, natwe tukirindiriye turizerako izotugirira neza kuko n’umwizigigwa kandi nezerew n’ijambo ton mari yakubwiy ati erega nubwo itobikora izokwama ar’Imana kandi nivyo nubwo itobikora icubahiro kizokwama aricayo. Ubuzima n’urugendo rurerure gusa dukeneye Imana kugirango idufashe muvyo duhura navyo. Merci beaucoup Alice et félicitations encore pour le 2èm, ariko Imana izi guhoza amarira ati reka ndakongere utaragera no kwibukako ukeney uwa 2. Imana yacu niyo kwizegwa urakoze kudutera intege natwe tukirindiriye 🙏🏾🙏🏾
@christiannkurunziza852310 ай бұрын
Merci Mme.Hosy pour l'invitée watuzaniye...Ewe YEZU uri M.W.I.Z.A ...ce témoignage est vraiment incroyable... YEZU uhabwe icubahiro imyaka yose...crois en lui et aies LA PATIENCE...ntazogutetereza...❤❤❤❤❤
Yesu wacu arakora cane❤❤ Nico unyibukije Alice wanjeu❤ Maman Endless can’t wait for the second baby❤
@ghysmirrah1610 ай бұрын
Il n y a q un seul DIEU et c est toi L ÉTERNEL 🙏🏾 Shimwa cane kuko Ugira neza ibihe vyose 🙏🏾 Urakoze cane mu maman mwiza kuri iyo ntahe. Stay blessed n umuryango wawe wose🙏🏾
@krc060710 ай бұрын
Félicitations à cette dame et à son mari kubona bararonse umwana, kuko urabona ko ar'ibintu bashaka cane. Kandi barindiriye n'uwakabiri, je suis très contente pour elle. Twari dukwiye kwibuka ariko ko atari abantu bose baronka abana, kandi ntaco. Ubuzima bw'abantu bubakanye s'ukuvuga kuronka abana gusa. C'est bien plus que ça. Merci pour l'émission, bonne continuation!
@furahaanto77729 ай бұрын
ACHA MUNGU AITWE MUNGU🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌🙌 MANA URIMANA IBIHE NI BIHE
@kamikazikamikazi49039 ай бұрын
Yezu uri Imana itabesha.Alice Muribaruka kandi Yezu abandanye ahezagira. Yezu anyongerereje ukwizera kuko ikibazo warufise nico mfise nizeye ntashidikanya ko nanje nzohezagirwa vuba.Merciii bcp kuri témoignage yawe isubiza ubuzima.
@Possible20410 ай бұрын
Mureke Imana yitwe Imana. Nticerwa. Kandi ntawayizeye azokorwa n'isoni. Imana ni nziza ibihe vyose❤ beaucoup de félicitions ma Alice.
@edithkatihabwa260010 ай бұрын
😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢mpore ma soeur Yesu n mwizigirwa ibihe vyose yarakoze cane kukuronsa ikibondo
@NIHORIMBEREDorine-wy7kq10 ай бұрын
Yoooo mbega Imana😍😍😍😍
@setaseeta977910 ай бұрын
Mana habwa icubahiro ndanyuzwe nibitangaza vyawe wama wadukoreye 🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@FideliteNiyubuntu-bk4bl10 ай бұрын
Imana ni umwizigirwa w'ibihe vyose.Icubahiro kibe ic'Imana ibihe vyose