MyJourney:Mubona ari umugore mwiza ariko ivyo yaciyemwo twumiwe/imbeho yankubitiye CANADA/ntibacike

  Рет қаралды 12,885

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

Жыл бұрын

#sirenvibestv #myjourney

Пікірлер: 60
@sirenvibestv
@sirenvibestv Жыл бұрын
Mwaramutse canke mwiriwe bakunzi bacu na cane cane abakunzi b’ikiganiro my Journey.❤️ Uyu musi turumva kandi twigire ku ntahe ya Mme Espérance NDORICIMPA🙌🏽🙏🏽. Intahe yiwe iraryoshe cane kandi iratangaje uyumvirize witonze harico iza gusiga ihinduye ku buzima bwawe🙌🏽🙏🏽 Fyonda kuriyo link aho musi kugira wumvirize indirimbo ziwe🙌🏽 kzbin.info/www/bejne/Y5iknoWAjpJ2pZo
@ndayishimiye8833
@ndayishimiye8833 Жыл бұрын
Osi nanj uzompe ikiganiro peeeee
@fofoirishura8027
@fofoirishura8027 Жыл бұрын
Vuba nnje nzoza gushiga intahe hosy ☺️
@sirenvibestv
@sirenvibestv Жыл бұрын
Karibu mweseee😍😍 numero zacu ni 76711802
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 Жыл бұрын
Komera @Hosy Irakoze 🙌🙌🙌🙌🫶🫶🫶,u the best in Burundi 🇧🇮,intahe nziza ,Komera @siren vibes ,waje hageze 👐👐👐👐,Cadeau from Sweden 🇸🇪
@doucenoellaishimwe1951
@doucenoellaishimwe1951 Жыл бұрын
Naw urazoza iyag ivyohiyo Sweden
@bertineddyne610
@bertineddyne610 Жыл бұрын
Abant mutarangiz ikiganiro yooo murahomb thank u maman ndafashijwe goos ni Koko Imana ntaho itokur umuntu be blessed
@doomedinscrolling3587
@doomedinscrolling3587 11 ай бұрын
Nukubera ari birebire🤷🏽‍♀️
@gracepeniele447
@gracepeniele447 Жыл бұрын
Loving the authenticity and laughs.😂 So happy to see mama up there!❤️
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 Жыл бұрын
Yooooo uwo mu Maman vrm Imana ikomez kukwambika inkomezi kuk ur mur bake bateye imbere bakibuka gufata ukuboko abasigay hasi❤❤❤
@bsninja3889
@bsninja3889 8 ай бұрын
Yooo trop touchant cette mama. Ama butru niyo abazungu aho mba bagurisha kugira tugire grillades iyo hashushe. Imana ihabwe icibahiro kuvyo yakoze. Sandra depuis la Suisse PS: umengo ndatanguye kuba fan ya vos émissions. Merci beaucoup pour votre humanité ❤
@itekachristadivine8993
@itekachristadivine8993 Жыл бұрын
❤❤❤❤Imana yacu ni nziza yubahwe ibihe vyose ❤❤❤
@esperencekaneza2656
@esperencekaneza2656 Жыл бұрын
Yooo ba Espérance 💗💗 imaniradukunda cn 💗💗 kwr nukuri imanimbere pe
@Ikigatanyakazi
@Ikigatanyakazi Жыл бұрын
Ikiganiro ciza cane ! Merci Hosy ❤
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp Жыл бұрын
Mère nubuzima ndabo ubuzima mbwarahinditse 🥰🥰🥰🥰💞💞💞😥😥😥💯✅❤🇧🇮❤👌
@ndayizeyeesperence1810
@ndayizeyeesperence1810 Жыл бұрын
Nukuri Imana ntaho itokura umuntu ntabaho itomushikana mazina wanj Espes nanj nuko yesu agiraneza cane.
@christainc.5217
@christainc.5217 Жыл бұрын
Urakoze kumpanuri muvyeyi❤
@bizimanajeanabia6514
@bizimanajeanabia6514 Жыл бұрын
Woooww merci mama tukwipfurije imigisha mwishi imbere mama
@SandrineKwizera-lf5em
@SandrineKwizera-lf5em Жыл бұрын
Merci bcp.imana ikomeze kubana nawe.wampezagiye
@regismuco5451
@regismuco5451 Жыл бұрын
Imana ni nziza ibihe vyose
@jilu1095
@jilu1095 Жыл бұрын
❤❤❤❤❤❤mbaye uwambera mama ntaho lman itokura umuntu
@kelvinsauveur6264
@kelvinsauveur6264 Жыл бұрын
Da espe keep shining. God is good all the time .
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or Жыл бұрын
Uzumengo iyontahe nanj irankozeko kuko ubwobuzima nanj narabubayemwo nukuri imana ihabwe icubahiro
@mamivey6732
@mamivey6732 7 ай бұрын
Ndafashinzwe kbs
@naomitatiana7659
@naomitatiana7659 Жыл бұрын
Mama Espe so good to see you sharing your story. Hosy courage, you’re doing great 👍🏾
@EsperanceNdoricimpa
@EsperanceNdoricimpa 11 ай бұрын
Thank you ❤
@musabimanajosephine5841
@musabimanajosephine5841 3 ай бұрын
Shimwa Mana ku neza wakoreye uyu mubyeyi .
@duraduura3726
@duraduura3726 Жыл бұрын
Manawe.❤❤❤❤❤
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 Жыл бұрын
Courage maman
@owanaishimwe
@owanaishimwe Жыл бұрын
Hosy your outfit ni toop 👌👌💯💯
@nijimbereprosper6114
@nijimbereprosper6114 Жыл бұрын
@Fitbdi
@Fitbdi Жыл бұрын
Ejo niheza, ko nawé vyakunze bigahinduka, nâwe vyoshoboka
@hategekimanamariespeciose5701
@hategekimanamariespeciose5701 Жыл бұрын
Ba mvuye kure turi beshi koko
@nzoyihayaariella-we1mf
@nzoyihayaariella-we1mf Жыл бұрын
Uhezagirwe cane maman
@EsperanceNdoricimpa
@EsperanceNdoricimpa 11 ай бұрын
Amen 🙏🏻
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 10 ай бұрын
Imana igumane nawe
@bucutiarsenelupin164
@bucutiarsenelupin164 Жыл бұрын
Intahe nziz tuzomuha ijambo kuri black FM 94.9 mhz
@mukandekeziruth8949
@mukandekeziruth8949 Жыл бұрын
Mama nkunda ukuboko k,'lmana kurikumwe nawe
@francoisekwizera7598
@francoisekwizera7598 Жыл бұрын
Ntamvura idahita maman
@kawziraburundi9711
@kawziraburundi9711 10 ай бұрын
Imana ntaho itakura umwanya wumuntu
@doucenoellaishimwe1951
@doucenoellaishimwe1951 Жыл бұрын
Nanj Canada ndabaramukij. Hariyo umu besto. Hosy yari yaronse umu miss bazosa. Mwibuk no kuri foyer mu bakatolik s'abakizw gusa
@dinadispinanininahazwe8153
@dinadispinanininahazwe8153 Жыл бұрын
Host vs êtes vrmnt très inspirée. Ndakunda ibiganiro vyanyu Kuko birigisha cane. Espe Imana ibandanye imuhezagira Kuko adategwa n'isoni yo kuvuga iyo yavuye akongera akibuka abandi
@dinadispinanininahazwe8153
@dinadispinanininahazwe8153 Жыл бұрын
Hosy et non Hosty
@doucenoellaishimwe1951
@doucenoellaishimwe1951 Жыл бұрын
@@dinadispinanininahazwe8153 ok merci de la réponse
@user-xv1uh9uw5b
@user-xv1uh9uw5b Жыл бұрын
Hi
@christainc.5217
@christainc.5217 Жыл бұрын
Gufasha😂biratandukanye nkajewe abo mfasha bakansugura ngantaco mba nabahaye bababashaka ndabe umushahara wose narabakuyeko amaboko
@uwimana8584
@uwimana8584 Жыл бұрын
Nije ndabizi wamuvyeyi we!naje ubu narahagaritse kabisa
@garythebeast3056
@garythebeast3056 Жыл бұрын
​@@uwimana8584 oya Sha ntuhagarike gufasha bitera umugisha nturabe umuntu ugikoreye ahubwo wibuke ko ububikoreye IMANA ntucike intege ncutiyanje
@uwimana8584
@uwimana8584 Жыл бұрын
Iconankira mukorogo nikimw 😂mumaso ubukeye ariko intoki ziba zisarisha nukuri
@jilu1095
@jilu1095 Жыл бұрын
Jew nagira ni camera itabona 😂😂😂😂😂😂
@uwimana8584
@uwimana8584 Жыл бұрын
@@jilu1095 nihatari nukuri birasarisha
@kelvinsauveur6264
@kelvinsauveur6264 Жыл бұрын
Negativiste. Hater . Ico nico wa bonye . Navyiza wamuboneko. Urigwankineza. Wosanga ubura nayokeisiga. Tu ne peux pas faire une positivé commentaire.
@natachanihorimbere4259
@natachanihorimbere4259 Жыл бұрын
Nagira nij nabibony ndumw😂
@natachanihorimbere4259
@natachanihorimbere4259 Жыл бұрын
​@@kelvinsauveur6264abarundi turagoy kbx.noe avuze ivyo abony ni bibi? Kubwaw yabeshe?
@kg7285
@kg7285 Жыл бұрын
That’s is a lier ko atavuga amahera batanga ngo abo ba Anglicanes babazane. Ayoma témoignage yabantu bavuga ngo barabwirwa nimana ari buzzard
@bibikiki8437
@bibikiki8437 Жыл бұрын
Ncuti ntaco abeshe Uyu ni petite sœur Ni jewe namufashije kuza uno muri Canada
@kg7285
@kg7285 Жыл бұрын
Good for you
@kelvinsauveur6264
@kelvinsauveur6264 Жыл бұрын
U are hater
@dianensanimfura580
@dianensanimfura580 Жыл бұрын
Merciiii Siren Vibes Hosy yesu akugirire neza caaane nabo mufashanya nukuri vyose nukubishima lmana yo ishoboza umuntu .Maman umwami lmana aguhaze ivyiza vyiwe
That's how money comes into our family
00:14
Mamasoboliha
Рет қаралды 8 МЛН
OMG🤪 #tiktok #shorts #potapova_blog
00:50
Potapova_blog
Рет қаралды 18 МЛН
LOVE LETTER - POPPY PLAYTIME CHAPTER 3 | GH'S ANIMATION
00:15
#KuKAYI : Kuja kwubaka urugo/ Umwigeme yokwitegura gute?
45:32
PAM Channel TV
Рет қаралды 8 М.
TOMAŽ GOREC / INTERVJU #8
3:32:35
David Milosavljević
Рет қаралды 106 М.
That's how money comes into our family
00:14
Mamasoboliha
Рет қаралды 8 МЛН