Iki kiganiro "kuri comptoir" ko mugiha umwanya muto kweli?!!!😂😂😂😂 Ariko rero mutange na numero ababishoboye bazohore bagura ico kunywa no gufungura co kuri comptoir.🤗🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@hamugishКүн бұрын
Entertainment nimwe muyumva vyukuri!!!!👏🏾👏🏾👏🏾🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@Yezu_araganje10 сағат бұрын
Jw intwengo ya Jamy niyo inzana KURI COMPTOIR😂😂😂 Nikitaa uragahorana humour😂😂 uratesa gose
@Irak19958Күн бұрын
Arik Nikita kwl😅😅wazany na siflé😂😂naj umusi twahuy nzogutamwo akantu
@ininahazwejoyeuse883914 сағат бұрын
Nukuri num comedienne😂😂😂😂😂
@jimmyiz0238Күн бұрын
Niki, wisiguye biba bipfuy, suite y ingohe ndarindiy😅
@BaderGalaxyКүн бұрын
Hahha😂😂 umva ndabakunda nanje peee Niki love you too 😘😘😘
@GenevièveNijimbere-l3yКүн бұрын
😂😂😂😂😂😂nukuri basha ndabakunda pe nickita uri igi chrie ❤❤uwo murikumw nawe agatweng kiw karantesa
@DJMuryaКүн бұрын
Nikita ndagukunda vrmt, uri mwiza chr
@HannahVahNessaКүн бұрын
Quel titre vraiment 😢😢 abantu bize mudashobora gutahura ko ingwara zo mu mutwe zibaho😮😮C désolant
@anickuwimana3360Күн бұрын
Haraho biba vyiza gukurikirana ikiganiro imbere yo kugira commentaire.
Ukuntu mwisanzur rero biranyica Kur contoir niy aba non stres gus😂😂😂😂😂😂Ibiganiro vyama bihera ntashaka
@simbizijoelleadielle7539Күн бұрын
Pour moi nibaza ko la dame yorondera akazi, Hama en attendant ko akaronka naje muri famille y’umugabo nta mukobwa asubira iwabo yarakowe atahukanye, Aja iyi yakowe.
I have to come back gusoma ama commentaire,ndatwenze ndahwerey🤣🤣🤣🤣🤣🤣 Nukuri muraduteramisha ntawobura kubagirira ivyiza namwe Biraryoshe ibiganiro vyanyu
@lydia_wamaanaКүн бұрын
7:22 Nikita wanje shaa😂😂😂
@chadiakellyishimwe6209Күн бұрын
Turya tuvyema tumeze gute none ga Niki😫😫😫😂😂😂😂😂😂😂
@gaos3828Күн бұрын
Muratesa gose courage
@NiyonkuruConsolatte14 сағат бұрын
😂😂😂😂😂❤❤❤❤😂
@habonimanaines3579Күн бұрын
Iyo coca muyikuy h vrmt😢
@divinegirukwishaka196116 сағат бұрын
Uwomuntu yakoreye amabi intama ntamez neza mu mutwe