Pasteur wanje yaje kundragua ndakanguka/iwacu nababwiye ko ngiye kurongorwa ntibabitahura/MyJourney

  Рет қаралды 39,780

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

10 ай бұрын

#myjourney

Пікірлер: 202
@NadegeShima
@NadegeShima 10 ай бұрын
Afise umugore mwiza cane, shes so beautiful and humble😍
@ArthurVictorNtisumbwa-wg2fd
@ArthurVictorNtisumbwa-wg2fd 10 ай бұрын
Hosiane IRAKOZE uzoshika kure kuko urazi Iyo uja n'ico ukora. Umwami Yesu KRISTO aguhezagire, akuzigame kandi akurinde ikibi cose, aguhe umugisha n'amahoro.
@sirenvibestv
@sirenvibestv 10 ай бұрын
Amen amen
@tresorwordnzanyekristo
@tresorwordnzanyekristo 10 ай бұрын
Mbega ikiganiro kifashije imitima Y'ABIZERA Twese . WE are ready also for MEN OF DOMION CONFERENCE. My Parents ❤️
@chadiaManirakiza
@chadiaManirakiza 10 ай бұрын
Imanizompe umugabo akijijwe vrmt ndavyifuza
@Kanuma50
@Kanuma50 10 ай бұрын
Ikiganiro ciza soyez benis les serviteurs de l'Éternel .❤❤
@kenytrainamahoro4484
@kenytrainamahoro4484 9 ай бұрын
très impressionnant ❤️❤️
@boris-evrardmucowintore5744
@boris-evrardmucowintore5744 10 ай бұрын
ndakunze Pasteur. Mwirango murahoo 😜
@mimie58
@mimie58 9 ай бұрын
Très belle histoire 😍😍😍😍😍merciiii hosy😘😘😘😘😘
@user-li4zv7pf6l
@user-li4zv7pf6l 10 ай бұрын
Emission iryoshe cane Hosy merci beaucoup kubiganiro uduha biradufasha cane
@akimanakarime5437
@akimanakarime5437 10 ай бұрын
Woow ndaryohewe caneeee
@mairymairy1851
@mairymairy1851 10 ай бұрын
Mon Pasteur mwarahezagiwe cne ndavyemeza 100%
@ourtv8350
@ourtv8350 10 ай бұрын
My favorite man of God , may God bless your family.
@user-np8bk5sq9d
@user-np8bk5sq9d 9 ай бұрын
Thank youuuuu 🥰🥰🥰 Hosy Bz Bz. I just love that
@carmellekaze5352
@carmellekaze5352 10 ай бұрын
Blessed to have like you dears parents 😍♥️
@violagahimbare4129
@violagahimbare4129 10 ай бұрын
Hashimwe Imana itanga ingo nziza❤❤❤. Nukuri biraryoshe. Kristo abakomeze.
@christellairakoze532
@christellairakoze532 10 ай бұрын
Ahosha Pasteur,umufa wimbwebwe unyobwa ugishushe,imana yomwijuuru izobubakire urugo gwanya bavukanyi❤
@gedeonkwizera7949
@gedeonkwizera7949 8 ай бұрын
Wow. Inkuru nziza cyane y urukundo iryoshye.
@fernandvyizigiro2746
@fernandvyizigiro2746 10 ай бұрын
this is what we were waiting for ooooh God this is so amazing
@darleneniyukuri7719
@darleneniyukuri7719 10 ай бұрын
Ndaryohew 💃 Mrx osy😘😘
@davidgaseke9919
@davidgaseke9919 10 ай бұрын
Wooow mbega ikiganiro cizaaa 😊😊 jewe ndafashijwe cane kuruhande rwanje. Kandi turiteguye we are more than ready muri MEN OF DOMINION CONFERENCE
@Inyigisho432
@Inyigisho432 10 ай бұрын
Nkunda hosy tjrs Atuzanira nishasha❤❤❤
@chefBlackbeauty03
@chefBlackbeauty03 10 ай бұрын
Ooo mo ami de l'école Stanley.mo pasteur courage.imbere cane niho ndakwifuriza
@user-di5xm8pn1j
@user-di5xm8pn1j 10 ай бұрын
👏👏👏👏👏👏 couple nikundira disiii Urukundo mukundana ruraryoshe . Ndabikundira ❤❤❤
@innocentzao620
@innocentzao620 10 ай бұрын
Wow my father 🙏
@gacutimariefreddyne6419
@gacutimariefreddyne6419 10 ай бұрын
Yoooooo mbega Couple iteeeesa vrm👌👌👌Vrm umeng naba Jeune marié vrm baratesa sana ikindi vrm batuma abariko baragir Mariage bizera ejo hazoza❤❤❤❤
@ruyangejoe475
@ruyangejoe475 10 ай бұрын
IMANA ibahe umugisha, ni vyiza guprophetisa kubuzima bwacu.
@aimeekanyanuneza4042
@aimeekanyanuneza4042 10 ай бұрын
Barakundana sha ukunt bahana ama compliments
@user-pj3ix6wg2x
@user-pj3ix6wg2x 10 ай бұрын
My Fav Couple🤩🤩❤️
@goodnews7093
@goodnews7093 10 ай бұрын
I love them so much,my inspiring parents your love is superb, we are ready for MEN OF DOMINION'S CONFERENCE ❤
@gracefleurmuco280
@gracefleurmuco280 10 ай бұрын
Musa neza gwose mwese,hama firstly ndakunze iki kiganiro,ic kabiri oooooosyyyy ndakunze ukuntu gitanguy ,so keep up❤
@jedidjaigiraneza3779
@jedidjaigiraneza3779 9 ай бұрын
@Hosy keep it up ubaza neza 👏🏼
@iradukundaange-kessy5361
@iradukundaange-kessy5361 10 ай бұрын
You dear couple murabagraveuu🎉🎉 Umve ndakunda how much mubwizanya ukuri sha❤️ and nukuntu pastor avuga neza sa femme shn, naho umengo Tracy afise udusoni But we see your love in your eyes madam irekure ni bon❤ it’s yours❤
@ArleneNikiza-gn9ix
@ArleneNikiza-gn9ix 10 ай бұрын
Waouh ikiganir gitesa vrm 😊
@fabricendayizeye2019
@fabricendayizeye2019 10 ай бұрын
My big bro, much appreciate you. A beautiful couple
@denisemutuyimana5379
@denisemutuyimana5379 9 ай бұрын
The power of life is in my tongue Ndabakunda sane tubigirako vyishi muciye bugufi ...❤
@cheillakessyndayishimiye3661
@cheillakessyndayishimiye3661 10 ай бұрын
Waaaouh Stanley na Trecy😍😍muraryoshe pe👌👌 internat muri ENF havuge sha Trecy🤗🤗
@kegaaline3265
@kegaaline3265 10 ай бұрын
Waooo daddy and mommy ❤️❤️💯 nice couple for really 🥰 I just keep repeating this conversation ndabakuuundaa Cyane mammy uri mwizaa imbere ninyuma urumuma mwizaa RM❤️💯
@Fiacre93
@Fiacre93 10 ай бұрын
Umugore afise igitereko co guterekako(ico cigwa kiranyuze)...Merci Hozy kubwabatumire
@blesstv245
@blesstv245 10 ай бұрын
I liked this show ❤
@shimweryimanasimonpierre8393
@shimweryimanasimonpierre8393 10 ай бұрын
Merci kuri emission yar iy'ubwiza vrt knd iraryoshe vrt siren vibes tv mutera muj'imbere kandi caaaane
@Lesliedushime-by9ss
@Lesliedushime-by9ss 10 ай бұрын
True love exists 😊
@EddyDusonerimana-es1pb
@EddyDusonerimana-es1pb 10 ай бұрын
Sha ndumvirije interview yose waoaoaoa iraryoshe caneee imana ibahezagire caneee couple nziza nkiyo hosy abantu nkabo uze abagrukane bigishije benshi nawe ivyawe bizoterimbere courrage ❤
@Karol97875
@Karol97875 10 ай бұрын
Ni mwiza vrm uw mugore❤
@World_Of_Fashion257
@World_Of_Fashion257 9 ай бұрын
My man of God
@umuhozaangelique9009
@umuhozaangelique9009 9 ай бұрын
Be blessed nukuri ndahezagiwe
@alicekanyambo27
@alicekanyambo27 7 ай бұрын
Ndabakunda cane vyukuri Imana ibarabe ryiza kure cane niho mbifurizz iyo ntahe inkuyeho
@dibethavaney9047
@dibethavaney9047 10 ай бұрын
My favor couple❤ I love them my beloved parents
@VictorNimbona-we4ro
@VictorNimbona-we4ro 6 ай бұрын
Waoo ! Aririmba neza basha iyo ndirimbo yagira aririmb ndayikunda caane Hama ndakunz can émission ni pasteur vraiment abishoboy en plus urwo rugo ruraryosh.Imana ibahezagir.
@kanyambochadia3997
@kanyambochadia3997 10 ай бұрын
Paster t sourire sh❤ Shoes sasa Paster w mjini🎉
@humblespirit6182
@humblespirit6182 10 ай бұрын
🫡🫡🫡😍😍❤️❤️❤️❤️merci pour l'emission
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 10 ай бұрын
Wooooa couple nziza cyane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤❤💯✅🙇‍♂️🙇‍♂️🙇‍♂️🙇‍♂️🙏🙏🙏🙏
@dieudonnensabimana3295
@dieudonnensabimana3295 10 ай бұрын
Merci bcp Hosy kutuzanira inkuru y'urukundo iryoshe cane Pastor abivuze neza iyo umuntu yamaze kumenya iyo aja ntibimugora guhitamwo uwo bajana Ikindi naco kiryoshe nuko twumvise Maman Pastor yakoze akantu katumye bamugomwa atavyo azi
@dodiechanesse9263
@dodiechanesse9263 10 ай бұрын
Maman past shn🥰 Yari muri team y'ubushuri mur christ roi: Tracy, Dibetha,Colombe💝muratesaa😍😍🥳
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 10 ай бұрын
Ndatwenze kabisa émission iraryoheye sana.
@user-ex6vh9lb4c
@user-ex6vh9lb4c 10 ай бұрын
Niyongabo Stanley ❤
@oseendayi5046
@oseendayi5046 10 ай бұрын
Unomusi ikiganiro nakimaze finally ❤❤😂😂😂 hosy impagashimwe The conversation was lit 🔥 and amazing I liked their story ❤❤
@francineniyonkuru9788
@francineniyonkuru9788 10 ай бұрын
Nice vraiment
@Christa_Ingabire
@Christa_Ingabire 10 ай бұрын
Nisanze narize😢😢ndabakunze vrt❤❤❤
@clemenceNtisinzira-ox4yi
@clemenceNtisinzira-ox4yi 10 ай бұрын
All IS plan of God Great Pastor,,, Tracy niwe War gwaw kbs ...muraberanye cane
@user-lz6il9hj6q
@user-lz6il9hj6q 10 ай бұрын
Barasosa vrt❤
@user-cq5vb5zr3s
@user-cq5vb5zr3s 10 ай бұрын
Turabakunda cane bavyeyi beza
@arlySerge703
@arlySerge703 10 ай бұрын
waouh❤🎉
@josgas
@josgas 10 ай бұрын
nukuri iyi emission iraryoshee iyi famille ndayikunze goosee
@LyneMuhoza
@LyneMuhoza 10 ай бұрын
Waooh my familly❤
@claudinendayizeye4619
@claudinendayizeye4619 10 ай бұрын
Hosy uri keza disi😘ndagukunda ukuntu .ubuho birarenze kuriy Couple watuzaniye ❤️ndabakuyemw ikintu cubak umutima wanje
@EllaIraa-iu7vx
@EllaIraa-iu7vx 10 ай бұрын
Oooohhh lalaaaaaa😍😍😍😍
@nduwayojando4170
@nduwayojando4170 3 ай бұрын
Weeee Hosy my love Nzaza kukuraba ukoraneza utuntu 🎉🎉
@cimpayeclairia
@cimpayeclairia 10 ай бұрын
Musaneza canee pee❤❤❤
@claudinebayubahe-jx8yq
@claudinebayubahe-jx8yq 10 ай бұрын
Hosy mrcii bcq kuzana aba bantu ndakunda pasteur stany
@sauvenigaba7870
@sauvenigaba7870 10 ай бұрын
Waooooo lvu💖 bantu banje Hama akuduhanuy ntituzoj kuba pasitori😁😁😁😁ndagushigikiye sindimwo😁😁😁😁🚶🚶🚶🚶🚶
@deborahnish
@deborahnish 10 ай бұрын
Muratesaaaaaaa Manaaa weee my brooother my brother i'm soooo happy for your marriage❤️
@ramya4ever133
@ramya4ever133 9 ай бұрын
Ikiganiro cabaye kigufi plz invite them again for 2nd part please
@user-ed9px8sb2r
@user-ed9px8sb2r 2 ай бұрын
Salut salut , ndaryohew sana na emission muturonkeje uno musi❤ . hama kand mumbariz pastr impamvu yambay impeta kukuboko k'uburyo
@emelynendikumwenayo9579
@emelynendikumwenayo9579 10 ай бұрын
Meilleure reponse , ubuzi icuri ukamenya Nico ikeneye donc pasteur wubahwe
@ArthurVictorNtisumbwa-wg2fd
@ArthurVictorNtisumbwa-wg2fd 10 ай бұрын
Umufasha wa Pasteur Stany aragahezagirwa cane.
@banyihishakoaristide-gl4dc
@banyihishakoaristide-gl4dc 10 ай бұрын
Woooouuh ♥️♥️
@AbahiziMukwizera-fh7rb
@AbahiziMukwizera-fh7rb 10 ай бұрын
Courage 💥💥💥💕
@desirenizigiyimana4593
@desirenizigiyimana4593 4 ай бұрын
Iyo couple irandyoheye cane. Imana ikora ibitangaza vyinshi.
@Sixelaflo1908
@Sixelaflo1908 9 ай бұрын
🔥🔥🔥🔥so powerful
@djaliatuwineza630
@djaliatuwineza630 9 ай бұрын
Murakoze kuturuohereza umusi nubwambere nje kururu rubuga kandi ndaryohewe ndanakoze ibisabwa vyose kuba umukunzi wanyu
@AliceBIGIRIMANA-om8uq
@AliceBIGIRIMANA-om8uq 9 ай бұрын
Igituma umugore yariy kucamwa ntihab ingaruka nuko atasezerano yari yahanye n'Imana, ariko amasezerano yari yayahany n'umugabo
@annickniteka7682
@annickniteka7682 10 ай бұрын
Je numva notwenga!! Couple Stanley ndabaramukij caneee
@mugishatherence20
@mugishatherence20 10 ай бұрын
Nice couple
@aimeekanyanuneza4042
@aimeekanyanuneza4042 10 ай бұрын
Waouh 😂 sha abagabo nkabo ntamikino ngi tujane
@sijemoct1216
@sijemoct1216 10 ай бұрын
Imana ni Papa
@user-cq5vb5zr3s
@user-cq5vb5zr3s 10 ай бұрын
Woow ❤❤❤
@colombeigiraneza5307
@colombeigiraneza5307 10 ай бұрын
my pastor s family is sooooo sweeeeet❤ndubakitse
@KeinaoriaprecieuseNinina-dh8tf
@KeinaoriaprecieuseNinina-dh8tf 10 ай бұрын
Hosy ndagufana wallah
@itekachristadivine8993
@itekachristadivine8993 10 ай бұрын
Urukundo rurihangana,urukundo rugira neza rwemera vyose rurinda vyose urukundo ntiruhera❤❤❤❤❤❤..waouh Imana ibakomeze.Hosy bzuuu❤❤
@rachel_igiraneza
@rachel_igiraneza 10 ай бұрын
iyo introo je yama inryohera bushasha misi yose😭😍😂😂🔥🔥🔥
@landrybamukunde1028
@landrybamukunde1028 10 ай бұрын
Ikiganiro kiryoshe kbs iyi couple iratesa kbs muhezagirwe
@laOdePamofficial720
@laOdePamofficial720 9 ай бұрын
Émission iraruhura ❤
@user-cd7vp2el8j
@user-cd7vp2el8j 10 ай бұрын
Dem❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️❤️
@LouangereinemarieGahimba-yi6vm
@LouangereinemarieGahimba-yi6vm 10 ай бұрын
👌 😍😍❤️❤️
@Karol97875
@Karol97875 10 ай бұрын
Abanyagitega oyee😂❤
@rydyfhgfhdhcv6317
@rydyfhgfhdhcv6317 10 ай бұрын
Waoo❤
@glorianikiza3940
@glorianikiza3940 10 ай бұрын
Waouh
@Alinebella-Niyogushima
@Alinebella-Niyogushima 8 ай бұрын
Imana ibandanye kubitaho couple nziza n'amajambo afasha
@user-wi6bh1ck2x
@user-wi6bh1ck2x 10 ай бұрын
Hosy ndakwikundira shaa imana ikujimbere muvyukora vyose
@KenthiaKeza-ms2ei
@KenthiaKeza-ms2ei 10 ай бұрын
Waaaooo❤❤
#kukayi : Muri Fiançaille na Marriage benshi barabeshana
46:18
PAM Channel TV
Рет қаралды 12 М.
КАК ДУМАЕТЕ КТО ВЫЙГРАЕТ😂
00:29
МЯТНАЯ ФАНТА
Рет қаралды 9 МЛН
Задержи дыхание дольше всех!
00:42
Аришнев
Рет қаралды 2,1 МЛН
Amazing weight loss transformation !! 😱😱
00:24
Tibo InShape
Рет қаралды 51 МЛН
Ntabwo twakomeza tuvumba amashimwe yabandi!!!
17:48
Ben & Chance
Рет қаралды 54 М.
THIS LIFE CHAPTER 16
21:46
TOPLINE TV
Рет қаралды 11 М.