Abagenzi banyise SEXY kugira bambabaze🥹/kuba mfise plus de 30ans ntararongogwa avant Vyaranduhisha

  Рет қаралды 13,390

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

Күн бұрын

Пікірлер: 46
@alinendabunganiye699
@alinendabunganiye699 2 ай бұрын
Bonjour, bantu tuvyibushe dutegerezwa d'abord kwikunda, umaze kwikunda umugani wa Sexy Love, uca ukunda kwabara neza nogushaza cane, nanje nuko meze, le mariage après 30 ans my God, jewe vyari bwansarishe, ubona tes petites soeursbagira mariage ni hatari, jewe je me suis mariée à 37 ans. Rindira uwo Imana yakwandikiye
@donnar3790
@donnar3790 3 ай бұрын
You're beautiful and smart Sexy, keep your positive attitude and laisse parler les gens , abantu niko twabaye , sending you hugs❤
@kizezeemelyne580
@kizezeemelyne580 18 күн бұрын
Courage sha Sexy love usa neeeeza,gusa gira effort yiwaw yo kugabanuka muvyo gufungura nagasport ariko ubikore utekaaaaanye caane wikunze goose,niwabufise genes zo kuvyibuha naho wonda munyuma biragaruka!cheers kubavyibushe nkanje❤❤❤
@OrnellaIzere-w7r
@OrnellaIzere-w7r 3 ай бұрын
Uri ciza shaaaan sexy🥰nanje ndavyibushe ariko sinikunda hari nimpuzu nshobora gukunda ariko bikanka ko noyambara
@nivyimanacharlene9482
@nivyimanacharlene9482 2 ай бұрын
Kenshi Umuntu akundana nkawe birangira akomeretse kuko uko ukundana abandi siko bagukunda uko ubaramutsa siko bakuramutsa au finish wisanga uri umwe akibikora.
@nellabuzingo975
@nellabuzingo975 2 ай бұрын
Merci bcp . C était super interessant
@irleneakimana3718
@irleneakimana3718 3 ай бұрын
sha abantu bavyibushe turaberwa sha nanje ndakunda impuzu uyo twobana pe ❤❤
@fridolinhabonimana4854
@fridolinhabonimana4854 3 ай бұрын
Sexy love uri iki baby ca bien💛👌 ntambwo uvyibushe uragereranye urazi Abakombwa ba🇿🇦🇿🇦🇿🇦 Africa du sud ingene banganangana harinuwo ubona ukagira umbwoba😂😂😂
@RaissaKaneza-c4y
@RaissaKaneza-c4y 2 ай бұрын
J'adore sexy love kabisa.ahubwo uzoze uramutumira Hosy kuko arigisha cane kuvyubuzima bw'umuntu envers la société ❤
@munezeroangecherissa3449
@munezeroangecherissa3449 3 ай бұрын
Uraberew uko umeze sexy uri mwiza vrm❤❣️
@jeaninehan
@jeaninehan 2 ай бұрын
Ikiganiro kiryoshe vraiment 🙏 Sexy ari aimable kandi n' umunyabwenge cane❤ Nawe nuko nyene Hosy, murahuje nukuri 🌹
@NoëllaNininahazwe
@NoëllaNininahazwe 2 ай бұрын
@christellensabimana4187
@christellensabimana4187 2 ай бұрын
Very nice interview. You girls rock. Wish u the best sweethearts.
@kyjojennish8679
@kyjojennish8679 3 ай бұрын
Twari dukumbuyee sexyy 😍😍😍
@CongeraClaudine
@CongeraClaudine 3 ай бұрын
Ikintu cambere kiryoshe m.ubuzima nukubona ikintu cavuye mumaboko yawe ,kubaho nyene wiha ugaha n.abandi ariko utabayeho usaba ur.umuntu mukuru vraiment atabumuga ufise, biraryoshe caane kuba responsable dw toi même kubikwereye vyose,nabo bagabo mwumva arakurambirwa iyo ubayeho umusaba ikintu cose kuko ubawahindutse umuzigo kuriwe
@gloriosenininahazwe1678
@gloriosenininahazwe1678 3 ай бұрын
Normaliser_reculer😂défendre/completer😂je vous aime tout simplement
@UwimaCherissa-vq6ko
@UwimaCherissa-vq6ko 3 ай бұрын
Nkunda sexy vtr vrt
@CynthiaNkurunziza-hf5pe
@CynthiaNkurunziza-hf5pe 3 ай бұрын
Vrm mrci bcp à vs munvugiye ibintu😂😂😂 vrm harimwo inyigisho ikomey cane
@macjoy4897
@macjoy4897 3 ай бұрын
Ari vraiment sympathique ❤
@moniayamuremye3419
@moniayamuremye3419 2 ай бұрын
turahigiyemwo vyinshi merci Sexy
@NellyNininahazwe
@NellyNininahazwe 3 ай бұрын
SEXY Love courage bizogend neza soit forte
@elianekurunkunde4359
@elianekurunkunde4359 3 ай бұрын
merci😘
@josephinevyukusenge4187
@josephinevyukusenge4187 3 ай бұрын
Courageux Sexy❤
@nirenganira8433
@nirenganira8433 3 ай бұрын
Urimwiza pe
@alinebukuru5879
@alinebukuru5879 3 ай бұрын
Merci ku kiganiro Kandi mwarahise 😘😘
@FranckIneza
@FranckIneza 3 ай бұрын
Love it
@CongeraClaudine
@CongeraClaudine 3 ай бұрын
Au fait,Abakobwa ou bien abagore bicwa nokutemera ko bashoboye baashima kurabira ubuzima bwabo mumaboko yabandi,S V P les femmes Iga kwibako,kwi defenda kuko ntakiba cemeza ko toujours uzokwamana Abantu autour de toi bagufasha
@mugishachristabella
@mugishachristabella 3 ай бұрын
❤❤
@staellamanirakiza2512
@staellamanirakiza2512 2 ай бұрын
Merci c’était très intéressant
@jacquelinemanisha4368
@jacquelinemanisha4368 3 ай бұрын
Très très intéressante surtout kuba jeunes
@nmnteamdknn8405
@nmnteamdknn8405 2 ай бұрын
Mercy bakobwa beza courage
@GatekaDelicia-z1m
@GatekaDelicia-z1m 3 ай бұрын
Mercii 🎉
@gloriosenininahazwe1678
@gloriosenininahazwe1678 3 ай бұрын
Bzu hari,akantu duhuriyeko
@FranckIneza
@FranckIneza 3 ай бұрын
Love ot
@audreyirakoze
@audreyirakoze 3 ай бұрын
Mercc
@a.colinmwizere537
@a.colinmwizere537 3 ай бұрын
Merci 😁
@mikeofficial2577
@mikeofficial2577 3 ай бұрын
Nakure ubutonozwe
@cynetteIninahazwe
@cynetteIninahazwe 3 ай бұрын
Kushavuye😂
@fridolinhabonimana4854
@fridolinhabonimana4854 3 ай бұрын
kuvyegereje umutima 😂😂😂
@cariniemasumbuko2463
@cariniemasumbuko2463 3 ай бұрын
C'était tres intéressant
@irleneakimana3718
@irleneakimana3718 3 ай бұрын
ndamukunda cane ngose uyo nije pe
@KetieMariza
@KetieMariza 3 ай бұрын
Gorgeous, smart & humble, no one can beat that😉. Ibiganiro ndababonyemwo mba nzi ko ntegerezwa kubiraba du début à la fin💯Courage!!!!
@ChadellaDusenge
@ChadellaDusenge 3 ай бұрын
😍😍muratesaan ❤️grand merci 😘
Incredible: Teacher builds airplane to teach kids behavior! #shorts
00:32
Fabiosa Stories
Рет қаралды 11 МЛН
Spongebob ate Michael Jackson 😱 #meme #spongebob #gmod
00:14
Mr. LoLo
Рет қаралды 10 МЛН
Стойкость Фёдора поразила всех!
00:58
МИНУС БАЛЛ
Рет қаралды 4,8 МЛН
GUTWARIRA INDA IWANYU,UZWI NK'UMUKOZI W'IMANA😴NGABIRE Ange Chanelle
1:02:35
Mbega ISUGI yoshobora gusama imbanyi? Aba Kristu(o) bo bibagendera gute?
26:04
Magazine Santé Burundi TV
Рет қаралды 464
#KuKAYI : Abavukana  bokorana business? / MONNA WALDA & ERWAN
37:11
PAM Channel TV
Рет қаралды 42 М.
Incredible: Teacher builds airplane to teach kids behavior! #shorts
00:32
Fabiosa Stories
Рет қаралды 11 МЛН