SOLUTION COUPLE 💝:Birababaje ariko aratwenza gose umusore angana n'abana aravuze turumirwa😭🤣

  Рет қаралды 20,702

Solution Couple

Solution Couple

Күн бұрын

Solution couple :
NORASQUE NTARE 6 : +257 72096080
FANNY LAVINE :+257 79210295
FEARLESS GENERATION✍️

Пікірлер: 222
@joselynejose2951
@joselynejose2951 6 ай бұрын
Ibintu ni vyiza ariko umutumire ntiyumvikana hama mukomeze kugubwa neza beza ♥️♥️💐💐💐💐💐
@NduwimanaSandra-cc6bh
@NduwimanaSandra-cc6bh 6 ай бұрын
Mabuja mwaberewe cane ibitenge birababera imana ibandanye ihezagire urugo rwanyu❤❤❤❤❤❤❤
@NishimweEmelyne-z3j
@NishimweEmelyne-z3j 6 ай бұрын
Ndabakunda kanini my favorite couple❤umutumir nawe ati vyos nubugombe bw'Imana imber niheza
@MrMr-z1p
@MrMr-z1p 6 ай бұрын
Kure hashoboka imana ihabashitse❤❤❤❤❤❤❤
@deliciaingabire8371
@deliciaingabire8371 6 ай бұрын
Harikintu Norasque avuze ati ivyo Imana yahisemwo ni vyiza gusumba tucigireko tuboneko Imana idufitiye imigambi myizaa kandi idukunda ❤
@lisaalllisa5326
@lisaalllisa5326 6 ай бұрын
Umutumire ntiyumvikana ijwi ryiwe courageux ❤❤
@ShalifuRevers-n9b
@ShalifuRevers-n9b 6 ай бұрын
Wee Fanny na ntare murantwengeje Basi😄😄 NGo yadraze Gut????
@RenildeNdacayisaba
@RenildeNdacayisaba 6 ай бұрын
Abiwacu mwirambire ndabikundir❤❤❤
@DianeIradukunda-m3o
@DianeIradukunda-m3o 6 ай бұрын
Mbon ameze nkababahung bakin films baba Nigeria nawe tumwipfurij gutermber mur films nkabo 💪💪💪💪
@carmellanishimwe558
@carmellanishimwe558 6 ай бұрын
Fanny uraberewe vraiment 👌👌👌 j'adore la tenue❤❤ tu es vraiment belle 💐💐 solution couple hejuru cane, welcome chadu mur3Fa ,Ntaco Imana Ikorera ubusa , Iterambere niryo nkwipfurije🥰🥰
@gloriaminani3067
@gloriaminani3067 6 ай бұрын
😂❤Nukonyene, niwe, amuresha✌️
@nishimweornella9928
@nishimweornella9928 6 ай бұрын
Yooooo imana imbere kur chdu n'a mwese tumuhy kribu Azé atunezerez
@YoungKiller-bf1id
@YoungKiller-bf1id 6 ай бұрын
chadudu nciy ndakwikumburira. sh kunkuru zawe murupangu wahuy gt na solution couple?❤❤❤❤
@kwizerajeanine2166
@kwizerajeanine2166 6 ай бұрын
Fanny uraberewe nibitenge uzoze uravyambara
@NellyNininahazwe
@NellyNininahazwe 6 ай бұрын
Chadu uzoz uraduz akajwi uvug bukebuk fanny unapendeza❤❤❤ Nono agufash neza yubahw
@ElinefideliteKitonzi
@ElinefideliteKitonzi 6 ай бұрын
Chadu welcome mur 3FA turakunezererewe cane kure cane ❤❤❤ Solution couple Thank you we love you 💓💕❤️❤️❤️💕💕💕❤️💕❤️❤️❤️❤️
@MireilleMugwaneza
@MireilleMugwaneza 6 ай бұрын
Murakina neza vraiment courrage
@TheopisteBendurumira
@TheopisteBendurumira 6 ай бұрын
Norasque chr waw yavyibushe sana za uramukoresha support,hama ndabakunda Imana ibah ivyo mwipfuza vyos kbx
@GhyslaineIteriteka-zj2lx
@GhyslaineIteriteka-zj2lx 6 ай бұрын
Abazokwitambika hagati yanyu vrt Imana izoc imuha inkoni ndaba💗♥
@IrakozeEstella-ry3zq
@IrakozeEstella-ry3zq 6 ай бұрын
Muraberewe nukuri❤gusa muzokosore amajwi ntitwumva umutumire neza
@DianeIradukunda-m3o
@DianeIradukunda-m3o 6 ай бұрын
Ntimwamuhay micro ntitumwumv nez kbx Iman ibah umugisha ♥️♥️ cane Vyongey sindakabati muraberew saaana chadudu naw ivyiman ishats nivy vyiza ninamwiza naharimugufi ntac bitway
@queenieSamantha544
@queenieSamantha544 6 ай бұрын
We love you a solution couple
@AkimanaAnge-t6j
@AkimanaAnge-t6j 6 ай бұрын
Yududuweeeee fany waberewe nibitenge uzohore uvyambara
@claudinenimpagaritse
@claudinenimpagaritse 6 ай бұрын
Ci Fanny rero ukuntu gitwenga neza nukur ndagukunda cane gose courage mugore mwiza
@NiyongerePascaline
@NiyongerePascaline 6 ай бұрын
Uyumusi murantwengej 😂😂😂 iyabanibungenz nohav nibaruk uwunganaguty 😂😂😂 ark ndamukunz ❤❤❤pe 🥰🥰
@BenithaNdayikengurukiye
@BenithaNdayikengurukiye 6 ай бұрын
Murankumbuje inyama ziwacu bugendana norsque Habibi wawe yaberewe sana Hama chadrack ihangane siwew vyabayeko wenyene kabisa gusa uwomutip arakaze pe🎉🎉🎉🎉
@EstellaUwikunda-yb9so
@EstellaUwikunda-yb9so 6 ай бұрын
turabakunda muga kandi mujye mwicara mwegeranye niho sawa
@MugishaGhyslaine-di1xm
@MugishaGhyslaine-di1xm 6 ай бұрын
Nuwiwacu ibugendana sha❤❤❤
@GadielDushime
@GadielDushime 6 ай бұрын
Nukuri fnny uraberew trop
@micahpatriote
@micahpatriote 6 ай бұрын
Solution Couple hejuru cane
@euphemieningenza7637
@euphemieningenza7637 6 ай бұрын
Nice couple❤ umutumire wanyu nawe yihangane niko Imana yabishatse ko biba. Ariko rero nanje nsigaye ntinya urushinge mfatiye kubiba kubaba bazitewe!
@francinentakarutimana5931
@francinentakarutimana5931 6 ай бұрын
Chadu kure cane nih kwipfurij mwana womuhira❤❤❤❤🎉🎉🎉
@AimewaldadigneNiyonsaba
@AimewaldadigneNiyonsaba 6 ай бұрын
Fafa kubegw nibitenge xana ababibonye bampe lik❤❤
@ingabirethecle376
@ingabirethecle376 6 ай бұрын
Mbega gucegwa.arik nahashits❤❤❤❤
@ruandarwada-yo7hy
@ruandarwada-yo7hy 6 ай бұрын
Yooo umunt wanj fanny icamber novug waberew can ❤❤❤❤❤ Jew couple yany ndayifan kbx ndabakund mwubahw ❤❤❤❤
@vivantisteoficiall6287
@vivantisteoficiall6287 6 ай бұрын
Shadoudou bright imbre hashobok nihonkwipfurije never give up My bro
@niyonzimabebyna
@niyonzimabebyna 6 ай бұрын
Ikiganiro cari sawa ariko amajwi ya shadu ntiyumvikan vrt ndababay sindavyimv
@renatamanirakizaimanaibahu8591
@renatamanirakizaimanaibahu8591 6 ай бұрын
Ariko muribeza cyane ❤❤
@HdhHdhd-v8v
@HdhHdhd-v8v 6 ай бұрын
Ndabakunda cane neza nanje mukomeze kuryoherwa🇧🇮🇸🇦
@mcharlottekampayano3052
@mcharlottekampayano3052 6 ай бұрын
Fanny bien habillée .solution couple musangwe umushitsi
@DeborahNiyonkuru
@DeborahNiyonkuru 6 ай бұрын
Chadudu shn utere uja imbere vrt nivyo nokwifuriza intambwe kuyindii dsiii 🥳🥳🥳
@GhyslaineNishimwe-cs9on
@GhyslaineNishimwe-cs9on 6 ай бұрын
Hahaha chadrack shahoo😂😂❤❤❤
@FlorenceNdihokubwayo-f6f
@FlorenceNdihokubwayo-f6f 6 ай бұрын
My favority couple❤❤
@AudreilleInangabire
@AudreilleInangabire 6 ай бұрын
Chadrack shaahuuuuu
@DeliciaIshimwe-ls1wq
@DeliciaIshimwe-ls1wq 6 ай бұрын
Chadrack wacu disi urakumbuwe cnee nguheruka duciga muri yoba kukibikira❤❤❤
@ClairineAkimana
@ClairineAkimana 6 ай бұрын
Ooooo vyiza Can vrt
@فلورافلور
@فلورافلور 5 ай бұрын
Courage
@AboushalfNgenda
@AboushalfNgenda 6 ай бұрын
Chadudu warakuze Ubu sinkademire venti gusa numunyamahoro aratekereza twarabany mugipangu
@yesuarajechoir8781
@yesuarajechoir8781 6 ай бұрын
Numva nkumbuy prank😂 mwatunyoteje
@elvis-hl1tv
@elvis-hl1tv 6 ай бұрын
Fafa fanney uraz ikint kimw mbony nar nikets ko uur umuhind urarenz an vrmt nono umugor was uramwambik pe big up
@JacksonKUBWAYO
@JacksonKUBWAYO 6 ай бұрын
Nono na fanny ❤❤❤❤❤courage kbs
@FleurineNakumukama
@FleurineNakumukama 6 ай бұрын
We runyuzi ivyo bintu ntuzobisubire udashaka ko mwankana na fanny😂
@NiyongerePascaline
@NiyongerePascaline 6 ай бұрын
Uwomutumir ntiyumvikan vrt mwaduhenz 😊😊
@GilberteNduwayezu-v2m
@GilberteNduwayezu-v2m 6 ай бұрын
Mbakunda cyaneeee 💓💓✌️
@FainesIgiraneza
@FainesIgiraneza 6 ай бұрын
Ndabakunda cane❤
@eliannebambonangenda8868
@eliannebambonangenda8868 6 ай бұрын
Umutere mujimbere bantu banje nkunda caan norsque ufise umugore mwiza vrtimana yaraguhaye kandi nawe yaramwishuye mwirambire
@clarisseakimana8352
@clarisseakimana8352 6 ай бұрын
Ndabakunda❤
@BernardineTuyisenge-kv4xb
@BernardineTuyisenge-kv4xb 6 ай бұрын
Solutions couples 👌❤❤❤
@moniquebigirimana1364
@moniquebigirimana1364 6 ай бұрын
Son siheza,umuyaga nimwinshi, terimbere terimbere mugume mwitagatira jeune couple
@EdmondKwizera-d7d
@EdmondKwizera-d7d 6 ай бұрын
Dany uraberew noraura ryohera caneutwenze imanibaheza gire
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial 6 ай бұрын
Mpise nseka 😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@furahandayishimiye2000
@furahandayishimiye2000 6 ай бұрын
Nocererwz ariko nkahashik kur solution couple nd❤❤❤❤❤muter mujimber bez banje🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@AiméechasilaineNdayiziga-p8m
@AiméechasilaineNdayiziga-p8m 6 ай бұрын
Uw mwana kwasa nab nigeria bamw bakina film gus nyen ndamukuz ukunt yakira icari hama solution couple hejuru cane twar tubakumbue disi❤❤
@FideleNzisabira-gn9nz
@FideleNzisabira-gn9nz 6 ай бұрын
Chadrack shn urakumbuweee🙄🙄
@AkimanaAnge-t6j
@AkimanaAnge-t6j 6 ай бұрын
Nola ubu rero urumupapa abibereye raba ukuntu ufise umugore mwiza
@kubwimanathierry448
@kubwimanathierry448 6 ай бұрын
Solution couple turabakurikirana ah Zambie tjrs turabaknda
@NinyibukaOdette
@NinyibukaOdette 6 ай бұрын
Ndabakunda gusa umuntu abandikiy bamumwishura kuk nitwe dutuma muterimbere ❤
@euphemieningenza7637
@euphemieningenza7637 6 ай бұрын
Ego kweli nibabe bigora batwishure!! Ico ciyumviro cawe nanje ndagishigikiye!!
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 6 ай бұрын
None ubandikira ushakiki?😂😂😂😂 zawandika comentair ntabindi 😂😂
@Fafanshimi
@Fafanshimi 6 ай бұрын
Waoo nacerewe ark ndba❤️
@causettekubwimana
@causettekubwimana 6 ай бұрын
Ewe sha chadoudou ndibuka ukuntu wadutwenza mwishure twiga muri yoba
@NduwayezuChantal
@NduwayezuChantal 6 ай бұрын
Murantwengeje!!! Inshinge nizo zatumye aba mugufi!!!! Sinibaza
@KulthumUwimana
@KulthumUwimana 6 ай бұрын
Solution couple hejur cne ndab❤❤
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 6 ай бұрын
None umutumir wanyu komutamuh micro erega ntavyotwunva ivyavuga
@sozvin1869
@sozvin1869 6 ай бұрын
.yooo araciye ubwenge kbs
@DjB-d1y
@DjB-d1y 6 ай бұрын
reka kuduhenda Noras nta Adolescenc yagufatiy muguseng jahariyaa muribeesha
@khanwkk
@khanwkk 6 ай бұрын
Uraberewe lavine
@jea3319
@jea3319 6 ай бұрын
Mbakunda mumabara yose❤❤❤❤❤
@NduwayezuChantal
@NduwayezuChantal 6 ай бұрын
Ngo Chadu yarakunze😂
@HazobazimanaJeanmarie
@HazobazimanaJeanmarie 6 ай бұрын
Kumbe ibikur nivyishi mugihug naho nibinyempano pe ndavakwirikiran ndabakunda fan na nuk mutamvuga
@DianeIrankunda-jq3oz
@DianeIrankunda-jq3oz 6 ай бұрын
Ndabakunda cane
@estellakwizera828
@estellakwizera828 4 ай бұрын
Chadoudou muze mumukinishe muri Gezaho muhanura abantu basousestima abandi
@MrMr-z1p
@MrMr-z1p 6 ай бұрын
Najewe umwana wanje wambere yahitanwe nacakiza cayanvura yaragize ikibazo mumutwe bivanye naserumu umuganga yamuteye ica iramuturira naravuje umwana gushika ayaho ncika intege abaganga baranyirukana ngo nindamutware aho bamuteye iyo serumu ngo canke nvuge ivyobitaro nukuri yakijijwe nimama sino hariho abaganga badakwiye gushira murimwenizo service
@flowermoniqueniyonyishu2875
@flowermoniqueniyonyishu2875 6 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂guma hamweeeeee Prank ahubwo nukugira iyindi yumutse😂😂😂😂😂kuko niww wabitanguye😂😂.arikoo Nolaaaa Prank iraryoshe ntag mwoyiheba
@duydhjfjfj7007
@duydhjfjfj7007 6 ай бұрын
Dabakund❤❤❤❤🎉🎉🎉
@ZuhuraIradukunda
@ZuhuraIradukunda 6 ай бұрын
Mwubahwe
@اوديلاوديل-ض2ز
@اوديلاوديل-ض2ز 6 ай бұрын
Komera bezabanje❤❤❤🎉🎉🎉
@elvis-hl1tv
@elvis-hl1tv 6 ай бұрын
Us musor umeng no gabi umukiny was film WO hanz nar nikets ko ari we kwl him courage kwl fafa wanj uraberew an ndabikundir na nono Imvur yumugish ibanyagir mushikbah mwipfuz gushk.:natw tur inyum Yang... Him umusor naw ntac bitway mbn at na mwiz bro uranaberew an pe.
@AliceNduwimana-g2b
@AliceNduwimana-g2b 6 ай бұрын
Ndabakunda kanini❤️
@EmelyneMuhorakeye
@EmelyneMuhorakeye 6 ай бұрын
Fanny lavine uraberewe.
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 6 ай бұрын
Mpore muhungu wacu ntakibera ubusa mubuzima iyakuremye irakubona sha😢je mbona ataco ubaye nukuri harih nabo usanga ar bagufi nkuk kwawe nyen knd ntaco bitwaye mubuzima
@AlineNsabimana-jx8sq
@AlineNsabimana-jx8sq 6 ай бұрын
Mbakund mumajamb yose umutumir naw turamwishimiy
@pichionerappeur2810
@pichionerappeur2810 6 ай бұрын
Volume
@JanneIrakoze-vc2fr
@JanneIrakoze-vc2fr 6 ай бұрын
Muraberewe sana
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 6 ай бұрын
Nanje ndashitse😂 sinkunda gusiba gusa ndacerwa😂
@NkurunzizaFrançois-z9m
@NkurunzizaFrançois-z9m 6 ай бұрын
Uyumuhungu nkimubona yankanze nangirangoni ukwa umwe akinanahamwe na aki bamwebomuri nigeria😂😂😂😂Baraza nagwarundi ruvyibyshe
@NercieIRATUGABIYE
@NercieIRATUGABIYE 6 ай бұрын
Ndagukund cha chu ❤❤❤❤❤❤
@NiyonkuruClaudine-q5s
@NiyonkuruClaudine-q5s 6 ай бұрын
❤❤❤❤😅😅nono gumahamw
@kwizerajeanine2166
@kwizerajeanine2166 6 ай бұрын
Nice couple
@AgnesKangoye
@AgnesKangoye 6 ай бұрын
Ndabakunda
@AloysMponyorereko
@AloysMponyorereko 6 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤
@louisekwizera4158
@louisekwizera4158 6 ай бұрын
Ndabakunda mubeho mutababaye beza banje
Ozoda - Lada ( Official Music Video 2024 )
06:07
Ozoda
Рет қаралды 30 МЛН
龟兔赛跑:好可爱的小乌龟#short #angel #clown
01:00
Super Beauty team
Рет қаралды 14 МЛН
Mom had to stand up for the whole family!❤️😍😁
00:39
Mbega ISUGI yoshobora gusama imbanyi? Aba Kristu(o) bo bibagendera gute?
26:04
Magazine Santé Burundi TV
Рет қаралды 1,3 М.
Raconte-Moi Ta Cicatrice
33:33
O. Movies
Рет қаралды 24 М.
Les Femmes d'Ici s5 du 07 octobre 2024 | Mes enfants ont chacun leur père...et alors !?
54:51
Ozoda - Lada ( Official Music Video 2024 )
06:07
Ozoda
Рет қаралды 30 МЛН