SOLUTION COUPLE 💝:Ukuri kubijanye Na PRANK tugira nuko....//abahungu baresha Baba iwabo bakwiye....🤭

  Рет қаралды 16,073

Solution Couple

Solution Couple

Күн бұрын

Solution couple :
Norasque Ntare VI:+257 72 096 080
Fanny Lavine:+257 79 210 295
WE ARE FEARLESS GENERATION!!!!

Пікірлер: 381
@carmellanishimwe558
@carmellanishimwe558 5 ай бұрын
Team Fanny muduze ibiganza tumutwikire Fanny lavine wacu🙌🙌🙌tumwereke Fanny ko tumukunda turi benshi🎉🎉
@AnneMarieKwizerimana-lu2qf
@AnneMarieKwizerimana-lu2qf 5 ай бұрын
☝️
@AnneMarieKwizerimana-lu2qf
@AnneMarieKwizerimana-lu2qf 5 ай бұрын
✋✋✋✋
@ChristyEza
@ChristyEza 5 ай бұрын
🤚🤚🤚🙌
@Hazfir.Official
@Hazfir.Official 5 ай бұрын
🙋‍♀️
@IsidonieNiyibaruta-ss2nk
@IsidonieNiyibaruta-ss2nk 5 ай бұрын
🎉🎉🎉🎉🎉
@VianneyNTIRARIHA
@VianneyNTIRARIHA 5 ай бұрын
Turabakunda kndi muratagaseeeee❤❤❤❤❤
@carmellanishimwe558
@carmellanishimwe558 5 ай бұрын
Nukuri muraberew kandi musa neza ❤❤ Hama abakunda solution couple nkanje weekend nziza 🎉🎉 muguteramana nabakunzi bacu solution couple ,bagire Aho baba bubahwe💐💐💐
@ChantalMarieKwizera
@ChantalMarieKwizera 5 ай бұрын
Yatwese muvukanyi mwiza
@AlineNDUWAMARIYA
@AlineNDUWAMARIYA 5 ай бұрын
Mumpe numéro ya Fany lavine canke anyironderere ndamufitiy message
@Benigneakeza
@Benigneakeza 5 ай бұрын
Abantu mumaz kumv ko fanny atakiganiro cokwijan atavuz yeyeee mur presentation munsigir aka j'aime❤
@divinendabarushimana9506
@divinendabarushimana9506 5 ай бұрын
Ndashimir Imana yaduhae solution couple Mur Edeni❤❤j ndabakunda
@hawababy120
@hawababy120 5 ай бұрын
Muraturuhura vrema👌
@VanessaIradukunda-y8z
@VanessaIradukunda-y8z 5 ай бұрын
Uyumus ndavuze kuk muraryohey caneee mwavuze kuri bose nukuriii YESU abakomeze nd❤❤❤❤
@saras1134
@saras1134 5 ай бұрын
NORASQUE WANJE FAXINE WANJE 💙💙💙💙💙💙💙💙💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗🌷🌷🌷🌷🌷🌷
@MestellaIrakoze
@MestellaIrakoze 5 ай бұрын
Mubikora nezaaa cne knd turabakunda cne arik muz muravyitwaramw nez ntibizobasambuze beza bacu dukunda ntitwifuza yuko vyononekar urukundo rwaw mwarahezagiwe
@OlyClassic-f2s
@OlyClassic-f2s 5 ай бұрын
Jew muri nature yanje sinahora nandika commentaire ariko ngaha nzama nandits kko nisanze nkunda Fanny bimw bidasanzw cane cane kuva abanye na Norasque!!rero nkaraba Norasque ukuntu yavyibushe nkavuga ati urugo ni rwiza!ndifuza kuzama mbabona munezerew igihe cose,ntimuzotugirire nka bimw vyabandi Aho hirya uza ubona ngo batandukanye!Imana izobarinde ako kabi kabishe!ndabakunda pe!!!
@BizimanaPrudentienne
@BizimanaPrudentienne 5 ай бұрын
Ndabakunda cane ❤❤ muzonyereke iwanyu ndababone face to face
@Doreen-Nana
@Doreen-Nana 5 ай бұрын
Fafa jew ndagukunda pe ndi saudia ndifuza ko igihe nzotahira nzokine muri film zawe .ikindi nukuri ndafise history yubuzima bwanje nzoyiguha tuyikine muri film .mubwire ibisabwa nzotahe niteguye murakoze ❤🙏
@Hazfir.Official
@Hazfir.Official 5 ай бұрын
Mwaraye mumvuniye imbavu kwa hosy muraryohewe😂😂❤❤❤
@NduwimanaSandra-cc6bh
@NduwimanaSandra-cc6bh 5 ай бұрын
Narindabakumbuye cane nimutwongere prank turayikumbuye mwarahezagiwe cane❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@Tumainiester
@Tumainiester 5 ай бұрын
Jew ndashigikiy norasque prank niyambere
@OlivierNsengiyumva-s9q
@OlivierNsengiyumva-s9q 5 ай бұрын
Mie ndabakunda cn.Je préfère Vous qualifier en Team NOFA❤
@NiceMugisha
@NiceMugisha 5 ай бұрын
3:01 ndabakunda gusa prank murashobora kuzogwazanya umutima naje ndahakwa guhahamuka
@IrakozejeanBosco-rb4vi
@IrakozejeanBosco-rb4vi 5 ай бұрын
Muranyishe basha nukuri utwo mwigira gsa nd❤
@annemarieshemezimana9097
@annemarieshemezimana9097 5 ай бұрын
Umukama abahezagire cneee muradusubiza akanovera mungo zacu❤
@SandrineNikundana-h9t
@SandrineNikundana-h9t 5 ай бұрын
Norasque wavyibushe cane fanny agufashe neza
@Ceybogkiller
@Ceybogkiller 5 ай бұрын
Ndakunda solution Couple 💞💞 nanje ubwanje narahinduye izina na chr wanje ub twitw solution Couple 💞💞 kk muraryoher saaan💞💞
@SolutionCouple
@SolutionCouple 5 ай бұрын
Waooh❤
@user-Solangeofficial
@user-Solangeofficial 5 ай бұрын
Murampanuye nukuri murakoze je nzokwama ndabakunda🎉❤
@IrakozeMicheline-j3h
@IrakozeMicheline-j3h 5 ай бұрын
Nukuri ataburyarya burimwo ndabakunda canee ❤❤🎉
@Jesiyv
@Jesiyv 5 ай бұрын
Basha jewe ndi team Fanny kabisa
@NDAYISABAClaudine-ff9vu
@NDAYISABAClaudine-ff9vu 4 ай бұрын
Isidonie arakaze❤❤😂😂😂gusa ndamu❤akina ibintu bir sérieuse
@BizimanaPrudentienne
@BizimanaPrudentienne 5 ай бұрын
Mwese muri aba fana ❤❤ nono et fafa
@Hazfir.Official
@Hazfir.Official 5 ай бұрын
Mbaye ndisabiye ikiganiro nitwaza mu Burundi n'umugabo wanje from Kenya atanga care nka nono😂😂 wogira ngo baravukana 🤗😍
@SolutionCouple
@SolutionCouple 5 ай бұрын
Karibu cane😊
@Hazfir.Official
@Hazfir.Official 5 ай бұрын
@@SolutionCouple asanteee😍🤩
@AgnesKangoye
@AgnesKangoye 5 ай бұрын
Ndabakunda cane
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 5 ай бұрын
Je sinobabesha nimwe mwantumye nsubira murukundo.❤❤❤
@AliceNiyuhire-g5x
@AliceNiyuhire-g5x 5 ай бұрын
tyme Noraxine❤❤❤😅
@NsengiyunvaClaudine
@NsengiyunvaClaudine 5 ай бұрын
Ndabakunda mwese imana ikomeze kubarinda jtm
@EricEmerimana-pe4sl
@EricEmerimana-pe4sl 5 ай бұрын
Mwendabakunda cne nzobagwinyuma ndabakunda❤️❤️
@VyizigiroDorine
@VyizigiroDorine 5 ай бұрын
Ndumufana wa couple solution couple.. Nono et Fanny
@AngeUwimana-kd4gd
@AngeUwimana-kd4gd 5 ай бұрын
Impanur zany ziranyubak zikafash ziradufasha mur rusang pe ❤❤❤❤
@flowermoniqueniyonyishu2875
@flowermoniqueniyonyishu2875 5 ай бұрын
Mbegaaaa mbegaaaa ntimuryamaaaa nukuri narinkumbuye mwebwe❤❤❤❤❤❤❤❤❤ hama abaza nyuma mumpe utu Like ndazi nabatanze claudine yvette nabatanze😂😂😂😂😂😂😂
@dorianebizindavyi1257
@dorianebizindavyi1257 5 ай бұрын
Ndabikundira gusa
@Jesiyv
@Jesiyv 5 ай бұрын
Murakoze kwumpanuro uhaye abigeme nidukure amabokoumpuzu.dukore ninaho tuzogira agaciro.
@stitore2388
@stitore2388 5 ай бұрын
Impanuro nziza cane vyukuri mwubahwe yemwe nanje mubuzima ndanka kunanigwa
@GorethGoreth-lp6kl
@GorethGoreth-lp6kl 5 ай бұрын
Ngo nimugufi Kandi aciye ashavura biraboneka.ariko ntakibazo murakundanye❤❤❤natwe turabakunda
@OdetteChadiaNimpagaritse
@OdetteChadiaNimpagaritse 5 ай бұрын
Basha uwudakunda solution couple sinzi uko yoba ateye. Couple nkunda knd nkurikirana, ❤❤ solution couple mwarahezagiwe
@IradukundaDiella
@IradukundaDiella 5 ай бұрын
Basha jew mbn mwes mukaze ngira mufise ah muvyiga mwabay umwe mur vyose vrmt n PRANK mwarabay umwe kl
@rehemaciza
@rehemaciza 5 ай бұрын
❤❤❤ Solution couple hejuru nda bakunda Can muraturyohera Can ❤❤❤❤❤👍
@KwizeraCarine
@KwizeraCarine 5 ай бұрын
Ndabakunda cneee impanuro zanyu zirubaka cne
@Hunterdonyhn
@Hunterdonyhn 5 ай бұрын
Ndibuka cimamanda abasevya none ubu mwaramuzivye umunwa
@paulinenakajonga9029
@paulinenakajonga9029 5 ай бұрын
Ndabakunda couple USA turabakurikiran umuns kuwundi
@FlorenceDusabe-y3h
@FlorenceDusabe-y3h 5 ай бұрын
Fanny nukur ndagukund ariko wewe ntiwushura msg vraiment 🤗ariko intare ntigayana yubahwe🙏
@SadrineKwizera
@SadrineKwizera 5 ай бұрын
Ndabakunda kurushukonikunda
@IrankundaGygy
@IrankundaGygy 5 ай бұрын
Team fanny ✋✋✋✋✋❤ twaritubakumbuy
@SaraphinaMichael-ff2df
@SaraphinaMichael-ff2df 5 ай бұрын
Iyo ndirimbo yitwa gute yaririmvyende ko nayibuze?
@saras1134
@saras1134 5 ай бұрын
NORASQUE WANJE FAXINE WANJE 💙💙💙💙💙💙💙💗💗💗💗💗💗💗🌷🌷🌷🌷🌷🌷
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 5 ай бұрын
Nn nkub narihe? Ndaje nanje umukunzi wanyu😂 mwirambire turikumwe 🙏🙏🥳🥳🥳🥳
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 5 ай бұрын
Impanuro zanyu ziranyubak Fanny 🙏🙏
@IrakozejeanBosco-rb4vi
@IrakozejeanBosco-rb4vi 5 ай бұрын
Mbakunda kubi cane cane prank zanyu
@IshimweAkbar
@IshimweAkbar 5 ай бұрын
Fanny turakwemera cane abemer fanny nimump aka like
@desideratus91
@desideratus91 5 ай бұрын
Utwo tu exemples twawe Nora turanyicaa 😂😂😂
@Cycy129
@Cycy129 5 ай бұрын
Je ndabafana caneee kuko muraciye ubwenge cane Kandi muratwigisha cane vrt aha kubigeme kweri turakwiy guhaguruka tugakora 🎉🎉💐💐Imana ikomeze ibaj'imbere murivyose Thanks to you guys
@SandrineNikundana-h9t
@SandrineNikundana-h9t 5 ай бұрын
Jewe ndabakunda cane mugume muturyohereza beza banje❤❤
@ChanelleNshimirimana-i3q
@ChanelleNshimirimana-i3q 5 ай бұрын
Team fafa me ndabakunda mwese
@MarieroseButoyi-y1s
@MarieroseButoyi-y1s 5 ай бұрын
Ntare wa gatandatu jewe ndashima ukuntu ukunda Mme wawe.muze musenge shetani ntuze ivyivangemwo .kuko iranka cane ubumwe bw'ingo.
@MamadembeleLadouce
@MamadembeleLadouce 5 ай бұрын
Ndabakunda can team nono ndimwo
@SouavisIRANKUNDA-w4u
@SouavisIRANKUNDA-w4u 5 ай бұрын
Abafana ba solution couple oyee❤❤
@stitore2388
@stitore2388 5 ай бұрын
Mwese ndabakunda❤❤❤❤❤❤ mwubahwe
@GhyslaineIteriteka-zj2lx
@GhyslaineIteriteka-zj2lx 5 ай бұрын
Munkoze ahantu vrt mwumve ko 💕💕💕parce-que umuhungu arongoye avuye iwabo urugo ntashobora namba ashonje acayiruka kwa nyina
@EvangelineManirakiza
@EvangelineManirakiza 5 ай бұрын
Mudukura stress guko turaryoherwa pe👌
@FlorenceIradukunda-np4hi
@FlorenceIradukunda-np4hi 5 ай бұрын
Nukuri mwubahwe ndabakunda cane murigisha cane Imana ikomeze kubagirira neza
@EstellaNTAKARUTIMANA
@EstellaNTAKARUTIMANA 5 ай бұрын
Cherie wawe rero burya areha na Nyina wambogo 😅😅 muhaguruke tubapime basi
@ChancelineIrakoze-g6p
@ChancelineIrakoze-g6p 5 ай бұрын
Nagusabe imbabazi kuko yarakubabaje sha mamalawo wacu❤
@NaomieArakaza-oy9lq
@NaomieArakaza-oy9lq 5 ай бұрын
Prank nkund Iza Fanny arik mur rusangi ndabakund mwese ❤️❤️❤️❤️
@FidellaManirambona
@FidellaManirambona 5 ай бұрын
Ubundi mwar mukwiye kugira conférence des jeunes kuko izo conseil muherejeko zirakenew cane pee ❤❤muri inyishu peee
@fernandminan1126
@fernandminan1126 5 ай бұрын
Courage my team family
@violetteniyongabire3859
@violetteniyongabire3859 5 ай бұрын
Nkabahungu baba iwabo jewe niyontongoza ndamwemerere uyo naco yomara murungo
@FreddyNtirandekura
@FreddyNtirandekura 5 ай бұрын
Formu uzoyitumenyeshe kare🎉❤
@GogoMunyemana
@GogoMunyemana 5 ай бұрын
Sha jemwe muranyica nukuri ndahevy ndyama minuit kuber ikiganiro nakibonye ntevye.murakoze cane mukomere beza!
@NiyokwizeraSeconde-u8z
@NiyokwizeraSeconde-u8z 5 ай бұрын
hhhhhhhhhh fanny uzomp amahirw mvug iyo sujet muherejek nanj ndumukobw mbanz ndabajinjibure ndanabashingir intahe
@SolutionCouple
@SolutionCouple 5 ай бұрын
Karibu cane
@NkurunzizaFrançois-z9m
@NkurunzizaFrançois-z9m 5 ай бұрын
Abakunziba fany tuduze amaboko hejuru🙌🙌🙌
@sozvin1869
@sozvin1869 5 ай бұрын
.mbega nono akes koyiparatura ngo nimwatwarana gwazobaha ikibase cogutungiramwo amafi yarakibahay uze munyishure😮
@nishimweornella9928
@nishimweornella9928 5 ай бұрын
Nta Tim non n'a Tim Fafa mwese ndabakunda bon weekend ❤❤❤❤
@BelyseNiyibitanga-x5f
@BelyseNiyibitanga-x5f 5 ай бұрын
Ndabakunda cne mukomez kumeregwa nez 💋💋💋💋♥️♥️♥️♥️
@MichelineBucutibwImana
@MichelineBucutibwImana 5 ай бұрын
Ndabakunda impanuro zanyu ninziza❤❤❤❤❤muhezagirwa🎉
@MugiranezaAkimana
@MugiranezaAkimana 5 ай бұрын
Fanny wange nabuze uburyo nakubwira mbakundamo nurunyuzi rwawe nirugushone umutimasha fanny wange abamwita urunyuzi birecyere bazamwara
@mediamed1196
@mediamed1196 5 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤jewe nkunda Nono ngomubavyibushe notuma ngira kuri cotebuuuu😊😊😊😊😂😂😂😂😂😂sha muranyitsa nukuri KW, imana gusa ❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉so much solutions couple
@lilynabwire-v7o
@lilynabwire-v7o 5 ай бұрын
Ndi kwa nono jewe 😊❤❤❤❤😂❤❤
@NDAYISABAClaudine-ff9vu
@NDAYISABAClaudine-ff9vu 4 ай бұрын
Mwe murikundaniy ntavyabahara❤❤❤❤
@NiyomuhozaYvette
@NiyomuhozaYvette 5 ай бұрын
sha ntakintu nkunda nka mwebw muranteramishaa nkaryoherw gutwenga ntivyarivyanj arik kubumviriza gusa biransetsa
@AliceNiyibizi
@AliceNiyibizi 5 ай бұрын
nari nkumbuy impanuro zo ngaha.tera muja imbere bantu bacu❤🎉
@NijimbereAline-be7ej
@NijimbereAline-be7ej 5 ай бұрын
Ndakubaze Nora kuvugako wamurose kuko wamusengeye wumva arinde yomugutwara?ntiwizera nezako arimana yamuguhaye?
@kigemenadia4561
@kigemenadia4561 5 ай бұрын
egome prank zanyu zirimwo inyigisho ,solution couple juuu sana...
@EvelyneMuhimpundu-r5m
@EvelyneMuhimpundu-r5m 5 ай бұрын
❤icongukundira nukowagumye kubana iman izoguha imigusha myishi fanny
@Sandrachannel-b3y
@Sandrachannel-b3y 5 ай бұрын
None naba bugaboo murabaranga?
@nishimweornella9928
@nishimweornella9928 5 ай бұрын
Basi muntwengej uri muref du fanny❤❤😂😂😂
@NewasSong-f7s
@NewasSong-f7s 5 ай бұрын
Jew nukr murandyoher cn kuvyukr prank zany ndazikurikiran cn kuvyukr kand jarimwimpanuro nyisnhi kubinats ndetse abimirijye kurushinga ❤❤❤❤❤🎉🎉🎉
@flowermoniqueniyonyishu2875
@flowermoniqueniyonyishu2875 5 ай бұрын
Murakoze kumpanuroooo nukuriiiii.🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@JovithIRAKOZE
@JovithIRAKOZE 5 ай бұрын
Kukonkumuntu arashoborakub'afis'inkuru ariko adakunda camera 📷
@FidellaManirambona
@FidellaManirambona 5 ай бұрын
Nukuri mwebwe 😂😂 muzonatwica peee team nono tuko hapa❤❤ courage ❤❤❤
@MarieliesseNiyorugira
@MarieliesseNiyorugira 5 ай бұрын
K ndabafn mwe ntorend team nono
@niyongaboj.claude2622
@niyongaboj.claude2622 5 ай бұрын
Mwarahezagiwe inana ibandanye ibagirira neza turabakunda cn team nono kk akor izubwenge yubahwe
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 5 ай бұрын
Oya Fanny my dear umuntu aje akakwandikira Hi canke bte mwishure uti nisawa hama aronke ukuntu avuga ikimugenza biragoye gushika uvuga ibikugenza utamanje kuramutsa ngo uhabwe ikize.
@patrickniyonsaba6689
@patrickniyonsaba6689 5 ай бұрын
Nukuri JW naho mbambaye ndatwenga mbonye plank zanyu mugume kukivi
@belyseiradukunda2354
@belyseiradukunda2354 5 ай бұрын
Ndabakunda caaane mukomeze muhimbagwe
@CynthiaIriho
@CynthiaIriho 5 ай бұрын
Ni mureke kwasama ngo umuhungu akwiza trente ans aba iwabo, hubwo ni mushime Imana kuba mwarabanye, ubundi namwe ntimwavuye iwanyu amahoro, mwagiye kwangara kare, mureke kwishima
@Hazfir.Official
@Hazfir.Official 5 ай бұрын
Umuhungu arenza25 akiriwabo akwiye kuriha amahera yubupangayi mubisanzwe😂😂😂
@SylvieMbonimpa
@SylvieMbonimpa 5 ай бұрын
Jew nukur ndabkund nzonabicapako.Iman ibah kuramban bash
@ElyseeNiyibogora-uo2kx
@ElyseeNiyibogora-uo2kx 5 ай бұрын
Mbakunda rinini beza banje❤❤
SOLUTION COUPLE💝:Ibibintu biratangaje🥰
26:55
Solution Couple
Рет қаралды 15 М.
Это было очень близко...
00:10
Аришнев
Рет қаралды 2,8 МЛН
Watermelon magic box! #shorts by Leisi Crazy
00:20
Leisi Crazy
Рет қаралды 115 МЛН
Every parent is like this ❤️💚💚💜💙
00:10
Like Asiya
Рет қаралды 26 МЛН
How it feels when u walk through first class
00:52
Adam W
Рет қаралды 21 МЛН
Mbega ISUGI yoshobora gusama imbanyi? Aba Kristu(o) bo bibagendera gute?
26:04
Magazine Santé Burundi TV
Рет қаралды 1,3 М.
Это было очень близко...
00:10
Аришнев
Рет қаралды 2,8 МЛН