SOLUTION COUPLE💝:uko surprise yimodoka yarangiye waooh Love is a beautiful thing NUKURI🤩🥰

  Рет қаралды 34,103

Solution Couple

Solution Couple

Күн бұрын

Solution couple :
Norasque Ntare VI:+257 72 096 080
Fanny Lavine:+257 79 210 295
WE ARE FEARLESS GENERATION!!!!

Пікірлер: 449
@setaseeta9779
@setaseeta9779 5 ай бұрын
Ababona ko Fanny yabaye iki bajoux like ngaha❤❤
@user-kw1jr9rp8o
@user-kw1jr9rp8o 5 ай бұрын
Yarababqye cane kandi nanje vyarambabaje ariko ntakundi niyihangane
@IrankundaGygy
@IrankundaGygy 5 ай бұрын
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 5 ай бұрын
🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳🥳ndazindutse ndi mubambere💃💃💃💃💃💃🥰🥰🥰abaza munyuma mumpe like hahire rimwe😂
@wembakamungu7820
@wembakamungu7820 4 ай бұрын
Wazindutse nkiki?😄😄😄😄😱😱
@nielidauenglish
@nielidauenglish 5 ай бұрын
"Ivyo wampaye birengeye ibitenge birengeye amamodoka birengeye ibiki n'ibiki.. kumpa umutima wawe ukampa umubiri wawe ukanyizera yuko uri uwiwanje ubuzima bwawe bwose.. ivyo birengeye ubutunzi bwose" Yoo this passage my God🥺❤🔥
@furahandayishimiye2000
@furahandayishimiye2000 5 ай бұрын
Nkab mbayuwakane emw ndazindust munsigir twatunt abazanyum tuhatwik kur solution couple bez banj nda❤❤❤❤munyoherezumus rek ntoragateb💃💃
@AntoinetteBaraka
@AntoinetteBaraka 5 ай бұрын
Wao ntubona rero ariko nubwo biruko nora birya bintu bihagarare nivyabantu batazi Imana please❤❤❤ team saudia ama like yacu
@LeoncieNiyibitanga-qs1ph
@LeoncieNiyibitanga-qs1ph 5 ай бұрын
Nubwo nacerew Nora birya bintu ntuze ubisubire ntibigira abantu bameny iman kimwe gus ndabakund
@arcangeriziki4819
@arcangeriziki4819 5 ай бұрын
Kbs kuganir bakabaz utubaz saw nay kubeshany muvug nivy mutar kuvug kwel nihatar ndabon muzokwisamburirak satan akorer nkenshi
@InaLigera
@InaLigera 5 ай бұрын
UMUKENYEZI yihanganira vyose ubwo rero ugomba kwemera Ayo ma prank kugira wubake🥰🥰🥰
@user-fb2vq4xk7r
@user-fb2vq4xk7r 4 ай бұрын
Uranyish😅😅😅
@sosomh5430
@sosomh5430 4 ай бұрын
😂😂😂😂 Ngo kugira yubake yihanganire iki ga Ligera? Uranyishe
@Hazfir.Official
@Hazfir.Official 5 ай бұрын
Jewe fanny uranyishe nukuri ngwahoho nzokwama nshavura imisi yose🙌🤣🤣🤣🤣🤣❤❤
@ndayipfukamiyeemelyne1903
@ndayipfukamiyeemelyne1903 5 ай бұрын
Fanny sha ndagukunze gose❤ ntugira inzigo yinzikira uheba vuba knd nivyo ushaka kwiyubakira urugo rutandukanye nubuzim bwaba star courage mwiza.knd ndakunze amajambo ubwiye umugabo vrt🎉 nono nawe agabanye kukuriza kuko ntibituryohera
@souvyiradukunda8708
@souvyiradukunda8708 4 ай бұрын
Vyopfuma Nora ubu ubikoze neza. Fanny ndagukunda
@user-rf7vl6zc9l
@user-rf7vl6zc9l 4 ай бұрын
Norasque gushira private life y'urugo rwanyu à 100% si vyiza, kndi biraboneka ko utubashwe mu rugo nk'umugabo kweli. Pole
@alinebutoyi4983
@alinebutoyi4983 4 ай бұрын
Aho nsingushigikiye kweli.Ahubgo Umugore yavyifashemwo neza amajambo yabgiye umutware wiwe nimeza kk sivyose bija mubafana kk ako amuguriye kwose cnk ico akze cose nimpaka bije muma réseaux sociaux bayina sha Lavine ntiwemere pe
@joiskwizera1326
@joiskwizera1326 5 ай бұрын
Sha fani ufis amajambo meza ubwira umu fasha waw courage imana ibandany ibazigamira urugo rwanyu
@LightDunianzima
@LightDunianzima 5 ай бұрын
Fanny tuza murondere amahera kuko nayo arakenewe wangu iyi chaine ubundi yaje hageze mwiyi eden.mukomeze ahubwo muduhe nakandi 🎉🎉🎉🎉🎉
@FabiolaIgiraneza-cl3cc
@FabiolaIgiraneza-cl3cc 3 ай бұрын
❤❤❤ bisa neza mururimwo nezaaa😅😅
@user-eo8od4yg7g
@user-eo8od4yg7g 5 ай бұрын
Fanny ndakwikundira wishakira kwiyubakira urugo rutandukanye na cinema Nono Reka kubabaza umugore agukunda aguha agaciro kangana kuriya nimwiyubakire urugo rwiza unezereze umufasha gusumba abafana sivyo? urabonako nikiganiro kitarangiye neza birangiy fanny abonye camera nkabantu bakuze twiyumviriye suite bishobira kuba birangiye bibakuye muri mood vyukuri ivyo murabiheba aho satani yohikika bikarangir abatandukanije muze murumva nimpanuro zabafana nivyo kurondera amahera nivyiza nanje ndubatse amahera noronka aruko mbabaje umutima wumutware wanje yogomba akabura murabihebe yari Impanuro
@user-po6nn8cc9w
@user-po6nn8cc9w 5 ай бұрын
naje nariko ndibaza nti ibibintu biherera hehe ko fanny birangiye abonye caméra Nono naje ndubatse ariko nasanze uyuvuganye ikintu numugabo ntagikurikize bigira ingaruka uba wangirije amarangamutima yumuntu.naw wishire mukibanza ciwe wumve ingene womera akoze ikintu wamubujije.canke uzoze ukora prank mwabivuganye basi .naje yari impanuro mukomere
@DivineMunezero-kt9ms
@DivineMunezero-kt9ms 5 ай бұрын
❤❤❤❤❤ jemurantetsa basi ndaburanicovuga imana imbere Yosemite,
@VestineNdayikeza-de7co
@VestineNdayikeza-de7co 4 ай бұрын
Niko zubakwa emera wemange mwiza wanj izo prank natwe ziraturyohera nukur peee ntazosubir kubesh we nora urek kugum udushavuriza umuvyeyi wacu❤❤❤❤mug naw tu❤❤❤❤
@KrovisNiyongere
@KrovisNiyongere 5 ай бұрын
Nukuri turabakunda cane nkanj iyo ikiganirocanyu gisohotse ivyonkoravyose mbanza kukiraba Hm gusa nyene muze murakora ibibanezereza mwese ❤❤❤❤❤❤❤🎉
@MunyanezaChalom-wn4ix
@MunyanezaChalom-wn4ix 5 ай бұрын
Yooo fanny ngonamb aramaview ushak undih dukore akazi mpole warababaye kwer nora ubiheb kweri
@meryorndi630
@meryorndi630 5 ай бұрын
Muranezera.muze.mwame.ukonyene.ibihe.vyose❤❤
@niyonkuruanastasie9277
@niyonkuruanastasie9277 5 ай бұрын
Nukababaze fanny wange ndamukunda cyanee💞 from Rwanda🇷🇼
@user-zl2ih1cv6o
@user-zl2ih1cv6o 5 ай бұрын
😂😂😂😂 I Love you so much fani napoleyose ivyowanse nivyuruhiy kubon😂😂mporenon mugenzi
@user-rf7vl6zc9l
@user-rf7vl6zc9l 4 ай бұрын
Norasque IMANA igufashe uronke inoti si non uzogorerw m rugo. Kora mugabo ugir'ijambo.hary ingwe yubahirwa amenyo.
@GorethGoreth-lp6kl
@GorethGoreth-lp6kl 5 ай бұрын
Utwotuntu❤ mwigira turanryohera❤❤
@user-ie2ut4dg5c
@user-ie2ut4dg5c 4 ай бұрын
Ndabakund p nzoz kubaramuts munshiremw nanj mubakin😁😁😁😁😁
@user-rf7vl6zc9l
@user-rf7vl6zc9l 4 ай бұрын
Abafana ba Fanny lazma tuzomuhe imodoka apana kuguma uturwariza umutima umunt wacu.
@jacquelinebavakure5936
@jacquelinebavakure5936 5 ай бұрын
Nkunze ukuntu umutamika ❤
@dododolinenshimirimana3112
@dododolinenshimirimana3112 5 ай бұрын
Wamuguriye igitenge ciza ndagikunda cabanyafrica❤❤
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 4 ай бұрын
Fanny disi ashaka kwiyubakira ndakunze amajambo ubwiye umutware wiwe Imana ibubakire beza bacu❤️❤️🙏
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 5 ай бұрын
Fanny imbere yo guheba prank ubanze urindire dutegure iyumutse tumurize norasque nawe akunda kwikumagura😂😂😂 ndabakunda gabasha prank ntimuzihebe 😢vyombabaza zizorab abazimenyereye😂😂 ereg harih abazihereye kur mwebwe😂😂nabandi rero twazitanguye kuv kera😂twikomeje 😂jewe ndakunda prank cane gusumba film mbere😂😂😂
@jeannenirere743
@jeannenirere743 5 ай бұрын
Ubivuze Neza sha nibakomeze
@لتين-ت9غ
@لتين-ت9غ 5 ай бұрын
Nanje sha ndakunda prank fanny nareke gushavura nono aramukunda❤❤
@EstellaNTAKARUTIMANA
@EstellaNTAKARUTIMANA 5 ай бұрын
Norasque nukumwihora ntiyibaze ngo vyaraheze siharya uca usukanako amazi uyubutaha yoyo uzotora ama asachet 😂
@user-ej5gz7ir3m
@user-ej5gz7ir3m 5 ай бұрын
Sha uramuhenze wibukeko arurugo kndi Fanny naw numugore rero nibavyihoze ntiyopinga numugabo
@user-ej5gz7ir3m
@user-ej5gz7ir3m 5 ай бұрын
Gusa umusi yaguteguriye nyayo kazima Nono nabonye aguruka mukufuha
@hakizimanaviolette1564
@hakizimanaviolette1564 5 ай бұрын
Nimba muz ijambo ry'Imana, kuk abababwir kwatar vyiz komutabumva, haragowe umuntu azana ibitsitaza
@YvetteNdorimana-ly9ml
@YvetteNdorimana-ly9ml 5 ай бұрын
Xcourage caaane Norasque ubikora neza,muraduhimbara,Imana ibandanye ibaducungira
@itangishakaemmanuella-vh2ts
@itangishakaemmanuella-vh2ts 5 ай бұрын
Nono hagarik ivyo bintu urek kubabaz madame sivyiza
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 5 ай бұрын
Ako gatangura norasque ariko arimurika na troch🤭🤭 cnk naravye nabi😂 ubundi iyi Edeni yaribuze solution couple kugira iryohe😂😂 nono ntanguye gutwenga ngitangura😂😂 nyene kub mwin Edeni bisaba kugira imbavu zikomeye😂 ugatwenga mumunezero urenze😂 in nayo irarenze😂😂
@manimfasheansaansa7548
@manimfasheansaansa7548 5 ай бұрын
Ngo ng.itorosh😂😂😂😂
@GhyslaineIteriteka-zj2lx
@GhyslaineIteriteka-zj2lx 5 ай бұрын
Fanny ntubihebe tutamurijije nono😀😀😀😀😀😀ewe shaaa norasque urategura😀😀😀😀😀😀😀😂
@kigemenadia4561
@kigemenadia4561 4 ай бұрын
😂😂😂😂solution couple murakazr kweri.
@MrMr-z1p
@MrMr-z1p 5 ай бұрын
Nukuri nono uyumusi urantwengeje nari nashavuye kweri ariko imana ihezegarire urugo gwanyu ndabakunda cane muratunezereza
@irambonaangemarie4147
@irambonaangemarie4147 5 ай бұрын
Fanny rekakuza urafunga umutw muzemurakora Ama prank niyoyambere uzorab murwanda ingene ubuzima bwab bwose bashira kuri caméra
@user-ei4ge5cc8c
@user-ei4ge5cc8c 4 ай бұрын
Fanny burek kwingumur bro turagukunda🎉
@dianenkurunziza3799
@dianenkurunziza3799 5 ай бұрын
Jewe ico nubahanura nimubibandanye ark muze murakora ibintu mwabanje kubiyagako nahubundi ndabakunda❤
@FrancineIrakoze-b7j
@FrancineIrakoze-b7j 10 күн бұрын
Fanny prank nahushak kuzank turazikund vrement zirimubint bintwenza
@AgnesKangoye
@AgnesKangoye 5 ай бұрын
Ndabakunda caane ariko bakundwa bacu mwiyubare uryama muntu yabeshe ngo yahaye Fanny imodoka kuko nta muntu w umurundi yoha umuduga umugore canke umukobwa batabana yarabeshe cane ahubwo aranuma.Rero mwiyubare ntazobagirire nabi,atahure ko Fanny atari uwiwe,Imana yamuteguriye Norasque kuko mariage ni umugambi w Imana
@dododolinenshimirimana3112
@dododolinenshimirimana3112 5 ай бұрын
Nono na alpha ji IMANA irababona nukuri 😂😂😂😂😂 ngo nisakoshi ndayitwaye abone konagiye😂😂😂
@user-nt8jj6bs4v
@user-nt8jj6bs4v 4 ай бұрын
Kabisa muratwica
@ClaudineNituyimana
@ClaudineNituyimana 5 ай бұрын
Muri mumunyenga w'urukundo mukomere Yesu ashishikare kwivanga muvyanyu
@user-gg4rh2bq2h
@user-gg4rh2bq2h 5 ай бұрын
Fanny mbay wamber ukabon komater wanj umpe lik zanj ham abaz inyum yanj mump like zanj kukuber mbay wamber hos arik ndagukund cn ❤❤❤❤❤❤❤
@user-mw6kz5zo4x
@user-mw6kz5zo4x 5 ай бұрын
Murikomudutera umunoho❤❤❤❤ 29:01 💖💖💖💖🇸🇦🇸🇦🇧🇮🇧🇮
@NadineINAMAHORO-tz3js
@NadineINAMAHORO-tz3js 15 күн бұрын
Nikihe ukundira nono
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 5 ай бұрын
😂😂😂😂ariko Norasque ur'umwana mubi nukuri😅ariko Mana gusa akoko ntikababaje pee karantwengeje😂😂.❤❤🎉🎉
@ndayisengajocelyn2187
@ndayisengajocelyn2187 5 ай бұрын
Fanny umu chr wawe ndamwemeye cane arazi ubwenge kubera ivyo nyene udashaka ko bija kuri camera nivyo birimwo inyigisho kuko uri umugore mwiza yubaha umugabo kandi ishavu ryawe rihera vuba aho rero ntushavure kuko wigishije benshi cane
@HabicigombaEmelyne-vl2pj
@HabicigombaEmelyne-vl2pj 5 ай бұрын
Yooo nkri Fanny aryohewe ndamuzi 😅😅😅nic gitenge ntikimuryohey vrt nabibony.gusa norasque hindura nkri ntibibaterany😢😢😢😢
@SibijaliLim
@SibijaliLim 4 ай бұрын
Fanny murugo niko biri ihangane wemere ayo ma plank nyena hama w'ubake mwiza hama abafana turagukunda imodoka tuzokugurira n'umugabo azokugurira kuo naw yabonyeko washavuye🎉🎉
@AssiaClaudineMukaremera-3066
@AssiaClaudineMukaremera-3066 4 ай бұрын
🤣🤣🤣🤣 ngwahoho nzokwama shavuye imisi yose😅😅🤣🤣🤣🤣🤣
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 5 ай бұрын
Erega aharyoshe sinar bwahashike ngo haheze 10min😂🤣🤣nono uzohav unsarisha mumutwe😂 nn ah ntiyavyumva😂😂 jewe nukuri nzobicapako😂😂
@dododolinenshimirimana3112
@dododolinenshimirimana3112 5 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂
@propheteuwimana6073
@propheteuwimana6073 5 ай бұрын
One love
@kamanzikhadija3951
@kamanzikhadija3951 5 ай бұрын
Mugusa muraryogeye muzogume mwibaniye neza nkukwo kubera imana birashoboka
@clementinemahoro1437
@clementinemahoro1437 5 ай бұрын
Byari ukuri se cg byari PRANK 😂😂😂😂ko nabonye Fanny arira nkabona kandi bitararangiye neza!!!!!
@Nusra25743
@Nusra25743 5 ай бұрын
Mba mbona umusumw Alpha azokubitwa 😂😂😂Fanny Yama avuga ngo Alpha zimya camera 😂😂😂
@saras1134
@saras1134 5 ай бұрын
KEZIMANA NORASQUE💙💙💙💙💙💙💙💙💙💙💙💙KEZIMANA FAXINE💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗URUKUNDO MBAKUNDA RUZI NDIHO WENYENE 💙💙💙💙💗💗💗💗
@JoselyneAkimana-co1xs
@JoselyneAkimana-co1xs 5 ай бұрын
Waaao nanje mbaye mubambereee Fafa courageeee turahari ng tuzirabeee 😘😘🥰
@user-sq9us1ol4o
@user-sq9us1ol4o 5 ай бұрын
Bravo Fanny. Vyose bizohera hasigarurukundoo
@niyogushimadorine6086
@niyogushimadorine6086 5 ай бұрын
Akanyum niko kabi😂😂😂😂😂 ingene Fanny bamukinyee😂😂😂 hahaha😂😂😂😂😂
@irambonaquelia1924
@irambonaquelia1924 5 ай бұрын
Fanny wew ivyarivyo vyose uzohava umuganza umuhungu wacu
@seniorrobertoomonde7652
@seniorrobertoomonde7652 5 ай бұрын
Fanny rero yacuza urikakisha cane umugore nuworoha naho umugabo yoba arimumakosa hama turakeney iyindi prank fanny ayikore ahubwo Fanny afise in.....kuko nibo baza barishavuza😂
@GilberteNduwayezu-v2m
@GilberteNduwayezu-v2m 5 ай бұрын
Alpha gum mukazi di musore ❤🎉
@BizimanaPrudentienne
@BizimanaPrudentienne 4 ай бұрын
Oya NORA VRAIMENT KUGUMA UMUSHAVUZAAAA NANJE NDASHAVUYE
@richardmushagalusa6113
@richardmushagalusa6113 5 ай бұрын
Love you so much nukuri nora nari narize ariko wongeye kunezereza nukuri
@user-cc5cl6tv1w
@user-cc5cl6tv1w 5 ай бұрын
Ahonisaw gusa ntimuz mubisubir urugorwiz bantu bacu ❤❤🎉🎉
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 5 ай бұрын
Waooooo nanje ndishimye nukuri😂😂❤❤🎉🎉. Ariko iriya prank nanje yarambabaje nubu naincidoga😢😢 Ariko biraheze😅😅😅❤❤❤❤❤❤.
@QuintineNumugisha
@QuintineNumugisha 4 ай бұрын
Punguz ishavu mwiza ntuberwa no gushavura😂😂
@FelixNiyonyishu-reponse6
@FelixNiyonyishu-reponse6 2 ай бұрын
Ash nukur murashoboye KbX but Fanny arik arigir utunt mw murabon
@FelixNiyonyishu-reponse6
@FelixNiyonyishu-reponse6 2 ай бұрын
😅😅😅😅ewe mana kwank ibintu ukac ubibon pole fanny pole😂
@NadineINAMAHORO-tz3js
@NadineINAMAHORO-tz3js 15 күн бұрын
Bon après-midi
@EveryneManirafasha
@EveryneManirafasha 5 ай бұрын
Nora ko wumv ch waw atabikund nikubirek kk murabizik tubakunda rer ntidukeney kubon umwe mur mwebwe ababay dushak kubabon muryohew mwes rer geragez umwubahiriz umugore wawe
@NduwimanaSandra-cc6bh
@NduwimanaSandra-cc6bh 5 ай бұрын
Nukuri muranezera cane ndabakunda gose❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@user-kf6gc4tp5e
@user-kf6gc4tp5e 5 ай бұрын
Nora ndagusavye ntuzosubire kumubabaza nkuko fani
@nadiaaa1407
@nadiaaa1407 4 ай бұрын
Nguzoc ugum wishavuza kugir aze araguh ibitenge😂😂😂😂ndabkund sha❤❤
@irambonaquelia1924
@irambonaquelia1924 5 ай бұрын
Nukuri musigaye muryohera ukuntu musigaye mukundana utwo tu bisous rero turanyica pee😂😂 l have jealous for you
@NadineINAMAHORO-tz3js
@NadineINAMAHORO-tz3js 15 күн бұрын
😂❤😂🎉😢😮😅😊
@NadineINAMAHORO-tz3js
@NadineINAMAHORO-tz3js 15 күн бұрын
😂❤😂🎉😢😮😅😊
@KubwimanaJoseph-k7k
@KubwimanaJoseph-k7k 5 ай бұрын
Nn nora caméra rr iguterany numugore kwl yakubujij buvyihoza
@kandykuden6022
@kandykuden6022 4 ай бұрын
❤❤❤ndabakunda
@user-uz7rt3gk3q
@user-uz7rt3gk3q 5 ай бұрын
nukuri mirikomubabaza abafana ibintu noraske ariko arakora sivyizap nimwikebuke satani ashobora kubatakirahop irya prank yaratubabaj sana sivyizaguhend madamewaw
@MichelineBucutibwImana
@MichelineBucutibwImana 5 ай бұрын
Aba chu ndabakunda mwibereho mutababaye ❤❤prank muzikomeze ntakabi kazo ninka film
@AkimanaAnge-t6j
@AkimanaAnge-t6j 5 ай бұрын
Waaaa ibintu biraryoshe mubeho mutababay beza
@AntoinetteIrankunda-q4g
@AntoinetteIrankunda-q4g 3 ай бұрын
Norasque ndamwemeye numuntu wugabo abushitse kowase plank bikaba birangiye ibaye wumvagute?😅😅😅😅
@FideleNzisabira-gn9nz
@FideleNzisabira-gn9nz 5 ай бұрын
Waaaoh jew Nora ndagukunda mwubahwe bakunzi
@deborahdusenge3712
@deborahdusenge3712 5 ай бұрын
Fanny ntiwanke prank nizo dushaka nawe uce umukorera akantu
@FrancineIrakoze-b7j
@FrancineIrakoze-b7j 10 күн бұрын
Fanny mug chr wawa aragusunvya gutimba KK ww ukara vuba muga nukur ishavurinyaruk guhera
@nibitangadorothee8973
@nibitangadorothee8973 5 ай бұрын
Abone k Fanny yashavuye muze tumenyan ariko Fanny turagukund ntidushak kukubon ubabaye
@aliaalr6366
@aliaalr6366 5 ай бұрын
Prank irakenewe Fanny ndagukunda cane mureke nono Azé araduhivyishimo ndakunda kwishima iyo mbonye prank zanyu😂😂😂💞💞💞
@MariechantalKWIZERA-mi7hl
@MariechantalKWIZERA-mi7hl 4 ай бұрын
Ntamuti yaguhaye nkajewe ndamukunda cane nopfuma nguma nirabira family yanyu
@SandrineNikundana-h9t
@SandrineNikundana-h9t 5 ай бұрын
Prank ntimuzoyihebe iraryoshe cane irigisha hama fanny sivyiza gushavurira umugabo nkukwo kwose 😂😂 ariko ndabakunda nimwe mfise munryohereza umusi courage bcp❤❤
@tuyisengejeanne7738
@tuyisengejeanne7738 5 ай бұрын
Ntababeshe nanj nshaka funny wanj agume arira ndamukunda ariko ararira😃😃😃knd nkamukunda atwenze
@ElianeIRAKOZE-s8b
@ElianeIRAKOZE-s8b 4 ай бұрын
Nola ryabukebuke🤣🤣
@user-zz5ii6cg5r
@user-zz5ii6cg5r 4 ай бұрын
Yoooh Fanny dis mpore urakunzw rek kwishavuza
@DidaBatungwa
@DidaBatungwa 4 ай бұрын
Nono ndabakunda mubeho mwishimy❤❤❤
@user-vm8ql1un2w
@user-vm8ql1un2w 4 ай бұрын
Parnk zaramuriye umutima asigay atinya masikine😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢😢
@user-ue1te1oh9b
@user-ue1te1oh9b 5 ай бұрын
Gusa iconshimye nukwo Nora asavye ikigongwe irya Prank yari ibabaje abagabo nukwo nyene basaba ikigongwe azana igitenge.courage rero ariko ntimuzosubire kutubabaza
@NadineINAMAHORO-tz3js
@NadineINAMAHORO-tz3js 15 күн бұрын
Nora ugomba umubabaze
@nzigamiyepaul742
@nzigamiyepaul742 5 ай бұрын
Fanny aragara naramwandikiye ntiyanyishura naciye numva ndamwase,sinamenya ko atishura abantu gusa nyen❤
@FrancineIRANKUNDA-sj7nz
@FrancineIRANKUNDA-sj7nz 5 ай бұрын
Kutishura umuntu ntibisigura ko agara kimwe umwanya muke canke akaba atakuzi nanje umuntu ntazi sinishura
@manimfasheansaansa7548
@manimfasheansaansa7548 5 ай бұрын
Nagasubije inyum mbanz ndab bz ko ir correct😂😂😂 bant ba Eden jew muzonyic wallah
@kubwimanayvette6203
@kubwimanayvette6203 5 ай бұрын
Gusa kwa Fanny hab abantu benshi nuwo wa zimya ivyobirofa niho aba😂ngo zimya iyo camera😂😂 hose ndatwenga😂😂😂
@JeanpacifiqueIradukunda-pv3tq
@JeanpacifiqueIradukunda-pv3tq 5 ай бұрын
Bro ntakwizo prank tuzikund kumbur uziheb utararusambur kwel ndabon vyamaz kub akajembeget rek wamuhunguw mug hamw nivy tur ❤❤❤❤❤❤
@user-xx5yx4xj8r
@user-xx5yx4xj8r 5 ай бұрын
Fanny yarakaye vrt ❤❤❤
МЕБЕЛЬ ВЫДАСТ СОТРУДНИКАМ ПОЛИЦИИ ТАБЕЛЬНУЮ МЕБЕЛЬ
00:20
Electric Flying Bird with Hanging Wire Automatic for Ceiling Parrot
00:15
MUKUNZI WANJE BY DIVIN SINDA
3:13
Divin Sinda
Рет қаралды 12 М.