SOLUTION COUPLE 💝:Live twakoze kuri Facebook mumvura wamenga ntitwoheza Norasque yishuye vyose😄🥰

  Рет қаралды 16,497

Solution Couple

Solution Couple

Күн бұрын

Solution couple :
Norasque Ntare VI:+257 72 096 080
Fanny Lavine:+257 79 210 295
WE ARE FEARLESS GENERATION!!!!

Пікірлер: 380
@RenildeHakizimana-dd5pe
@RenildeHakizimana-dd5pe 5 ай бұрын
Mwibereho mutababaye maze!ndabakunda❤
@lilynabwire-v7o
@lilynabwire-v7o 6 ай бұрын
Uwomusore nimwiza afise mukahwa heza nagatwe nikeza so ndabakunda ahubwo namwongere 30mille ❤❤❤❤❤❤❤❤
@haha1301
@haha1301 5 ай бұрын
Ndabakunda cane❤❤❤❤
@gogogoreth-v2c
@gogogoreth-v2c 6 ай бұрын
Ndabakundaaaa❤❤❤❤ mbandikumw namwe igih coooseee
@MarieroseKanyange-ob1lr
@MarieroseKanyange-ob1lr 5 ай бұрын
Ndabakunda caneee kabisa murampimbara cane.mukayanza muhaze tubabone
@DianaNingabiye
@DianaNingabiye 6 ай бұрын
Nono muzotwicisha umunezero mwabantumwe simbabeshe murashobor kunezera pe❤❤❤❤❤❤
@JeanetteGakiza
@JeanetteGakiza 5 ай бұрын
Yooo couple nkunda cane.mubandanye muryoherwa
@NinyibukaOdette
@NinyibukaOdette 6 ай бұрын
Gusa murishima aba star turabandikira NTI mudusubiza kandi aritwe tubateza imbere
@yesuarajechoir8781
@yesuarajechoir8781 6 ай бұрын
Barishura haraho abafatiwe cank SMS yawe ikiri Kure atarayishikira
@niyonkururasimerody-ib4wi
@niyonkururasimerody-ib4wi 6 ай бұрын
Courage Kure cane heza hashoboka muzohagerane
@FicoFiko9606
@FicoFiko9606 6 ай бұрын
#SolutionCouple , you're My Blessing #FicoFiko
@AshaAsha-vy5hs
@AshaAsha-vy5hs 6 ай бұрын
Uraduhezagiracane
@FicoFiko9606
@FicoFiko9606 6 ай бұрын
@@AshaAsha-vy5hs 🙏🙏 merci bcp
@GeorgetteNSHIMIRIMANA-tx7nf
@GeorgetteNSHIMIRIMANA-tx7nf 2 ай бұрын
Ndabakunda❤
@mugishaemmy1095
@mugishaemmy1095 6 ай бұрын
Nange ndabakunda cyane gusa nor ufise umugore mwiza cyane
@KellyØg-o6s
@KellyØg-o6s 6 ай бұрын
Ndabakunda❤❤❤
@MucoInes-d5p
@MucoInes-d5p 6 ай бұрын
Uwutabakunda n'umukozi wa shetani😂❤❤Nkr muvyumve nzonabagwa inyuma❤nzobakunda mpaka
@alinebutoyi4983
@alinebutoyi4983 6 ай бұрын
Fanny na Norasque ndabakunda urukundo rwany ruzotangaze benshi mwibere muri paradiso yImana
@HenrietteIrakoze
@HenrietteIrakoze 6 ай бұрын
Ndabakunda cane kuk ndabigirako vyinshi
@UwinezaWathy
@UwinezaWathy 6 ай бұрын
Ndakunda caneee mwasubije kuvako Hakiru urukundo❤
@GiseleNollan
@GiseleNollan 6 ай бұрын
Mbisubiyemo rwose ndabakunda cyneeee❤❤
@nindamutsaodethe-wt2uj
@nindamutsaodethe-wt2uj 6 ай бұрын
Nkunda couple yanyu bantu bimana.muhezagigwe kandurukundi gwanyu ruzogume rusosaaaaaa❤❤❤❤
@marymgort1160
@marymgort1160 6 ай бұрын
Wawuuu.bantubanje mbakunda vyimazeyo❤❤❤
@NitungajeanneDarc
@NitungajeanneDarc 6 ай бұрын
Ndabakunda cane urukundo rwanyu mubeho mutababaye
@fannynshimirimana7972
@fannynshimirimana7972 6 ай бұрын
Mbakunda kanini!Imana ibarinde icitw'ikibi cose!
@SofepacMicrofinance
@SofepacMicrofinance 6 ай бұрын
Ndakunda biganiro vyanyu kweri ubu ntakindi nkiraba niyo nshavuye canumva biheze...Imana ikomeze kurinda urugo rwanyu
@KingPin-vd8gy
@KingPin-vd8gy 6 ай бұрын
Ndabakunda cane bantu nanje ni mukomere cane kandi Imana yamahoro ihezagire urugo rwangu ibihe vyo kubaho kwanyu
@HappyNizigama
@HappyNizigama 5 ай бұрын
ndabakunda cane kbx murampimbaraaaaa
@khanwkk
@khanwkk 6 ай бұрын
Courage beza mwirambire mubirimwo nez gus❤❤
@DianeNiyonkuru-o6b
@DianeNiyonkuru-o6b 6 ай бұрын
Musigaye musa sanaa vrt ndakunda couple yanyu vrt ntakintuu nakimwe mwokora ntoraba peeee lv you❤
@LeoncieNiyibitanga-qs1ph
@LeoncieNiyibitanga-qs1ph 6 ай бұрын
Muri ikimararungu bash ndabakund mubandany muryohegw
@FrancineNiyokwizera-yl3im
@FrancineNiyokwizera-yl3im 6 ай бұрын
Ewe couple nziza,ndabakunda cane
@M-du5cl
@M-du5cl 6 ай бұрын
Turabakunda cane beza bacu mubandanye mwishima❤❤❤❤❤
@FrancineMbanza
@FrancineMbanza 6 ай бұрын
Ndabakunda pe muraryoshe cane
@nadinemunezero2387
@nadinemunezero2387 6 ай бұрын
Ndabakundaaaaa cane ,mugume muhimbarwa munezerwa mu Mana ,mu vyanyu no mu banyu,Imana ikomeze kububakira
@NayigihuguSimon
@NayigihuguSimon 4 ай бұрын
Fanny na norasque ndabakunda cne knd Imana ishishikare kurinda urugo rwanyu ni divine mugatumba
@SylvaneNibitanga
@SylvaneNibitanga 6 ай бұрын
Ewana murantesa saaan Imana ibampere imigish myish ❤❤❤
@ElieNtungwanayo
@ElieNtungwanayo 5 ай бұрын
Ndabakunda cane ndifuzaa kubabona live muzodusukemwikiganiro murikumwe nabana banyu murakunzwe nanje pe
@GhyslaineNIYOBUHUNGIRI-bd5uf
@GhyslaineNIYOBUHUNGIRI-bd5uf 6 ай бұрын
Ndabakunda mukomez guhezagirwa
@AlbertineTineOfficiel
@AlbertineTineOfficiel 6 ай бұрын
Gusa nono wavyibushe cne fanny yubahwe ndamukunda cne goose ❤❤
@salimkulua904
@salimkulua904 5 ай бұрын
❤❤
@GodephridUwimana
@GodephridUwimana 6 ай бұрын
Mbega ivyiza ndabakunda cane🥰
@nesdolandayisaba3335
@nesdolandayisaba3335 6 ай бұрын
Mbakunda runini,nama nsaba Imana izokwam ibasetsa babandi butunwa bazotangare🎉
@justinegakurukeza4383
@justinegakurukeza4383 6 ай бұрын
Muzokwame uko bashaa,film urugo iriko igenda neza courage
@NiyonzimaFlorence
@NiyonzimaFlorence 6 ай бұрын
Shalome shalome nitwa fofo ndabakunda cane uburyo muduteramisha ndabasabiy urukundo rwanyu rwame rusosa ❤❤❤❤
@ZibieKubwimanaproverbs35
@ZibieKubwimanaproverbs35 6 ай бұрын
Oooo wawuwuuuuuu mbega byiza uwiteka abarinde Kandi abubakire❤❤❤❤
@DivanessaNIZIGIYIMANA
@DivanessaNIZIGIYIMANA 6 ай бұрын
Iyumuntu yubashe Imana nayo imuha icubahiro
@NishimweEmelyne-z3j
@NishimweEmelyne-z3j 6 ай бұрын
Ndabakunda cane murabant banj mwubahwe Ndiko abandanye kububakira muz musazane Norasque yatagas mwubahw
@ElianeIRAKOZE-s8b
@ElianeIRAKOZE-s8b 5 ай бұрын
Fanny naw ndagukunda urumuntu wanj wubahwe💖💖💖
@IradukundaSandrine-ox1ku
@IradukundaSandrine-ox1ku 6 ай бұрын
Ndabakunda muvyumvye,couple yany namavuta
@ShalifuRevers-n9b
@ShalifuRevers-n9b 6 ай бұрын
Ndabakunda cane♥️♥️♥️ murambe beuza Imana ibahe kugera kure hashoboka💃🏿💃🏿
@NifashaFrancine
@NifashaFrancine 2 ай бұрын
Courage murampeza gira cane
@ancillahabimana3425
@ancillahabimana3425 6 ай бұрын
Umukama niwe mwungere wanyu ntaco muzokena.turabakunda
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 6 ай бұрын
Waooooo 😂😂😂❤❤❤ mwambantu banje mwe muransaza 🎉🎉🎉🎉
@JoseeSafari
@JoseeSafari 6 ай бұрын
Fanny nisaw umeze neza ndi divine ndabakunda cane mwe na non mwirambire iman izobahezagire murugo rwanyu muzovyare hungu nakobwa
@Dufatanye-wj2cl
@Dufatanye-wj2cl 4 ай бұрын
Kabisa mubikora neza mukomere numwana yesu
@EddyneNdayishimiye
@EddyneNdayishimiye 6 ай бұрын
Ndabakunda san murabntu bnje❤❤❤❤
@salimkulua904
@salimkulua904 5 ай бұрын
Mugirurugo gwiza Kandi ndabakunda❤❤
@ElianeIRAKOZE-s8b
@ElianeIRAKOZE-s8b 5 ай бұрын
Nolasque wubahwe ndagukunda❤❤
@MugishaTeoneste-en3iy
@MugishaTeoneste-en3iy 6 ай бұрын
Nukuri rero aba bantu jew ndabakunda sana imana ihezagire urugo rwanyuu
@NoellaIrakoze-x5s
@NoellaIrakoze-x5s 6 ай бұрын
Ushavura nabi kumugore wawe kbx gabanya
@BlessingIgiraneza-jw4qv
@BlessingIgiraneza-jw4qv 6 ай бұрын
Umva Nora,ndabafana cne gse.kko muranryohera cne.Ark kndi Nora ugabany gushavura.Nakajembeget.Ndabikundira rata.Rugume rusosa
@ElyseeNiyibogora-uo2kx
@ElyseeNiyibogora-uo2kx 6 ай бұрын
Ubundi ni mwe Couple iyoboye Eden ♥️ ♥️♥️♥️♥️. Muranezera knd mbakunda kubiiiiii muvyumveeee🎉🎉🎉
@uwiringiyimanapelagie5970
@uwiringiyimanapelagie5970 6 ай бұрын
Hello! My role model I really love you more❤❤❤ by pelagie from Rwanda
@NelllyLyseIGIRANEZA
@NelllyLyseIGIRANEZA 6 ай бұрын
ndabakunda cane bantu banje mwubake rugume rusosa imana ibirimwo cane
@emmanuellamutuyimana3279
@emmanuellamutuyimana3279 6 ай бұрын
Mukomere cane murukundo rwanyu .murampimbara
@EvangelineManirakiza
@EvangelineManirakiza 6 ай бұрын
Murantuma ntwenga kwelii 👌👍 Mukomeze 👍
@NtakirutimanaPatrikc
@NtakirutimanaPatrikc 6 ай бұрын
Ndabakunda cane Nukuri gusa noraske warumukubise ufuha bidasanzwep
@FideleNzisabira-gn9nz
@FideleNzisabira-gn9nz 6 ай бұрын
Yooo kubura amamega nibibi nkub nar nabakumbuye♥️♥️
@divinendabarushimana9506
@divinendabarushimana9506 6 ай бұрын
Iki kirezi nambaye jewe ndabizi KO cera iyi ngabire nahawe ndazi agaciro kayo nubwo bobimpora sinohagarika❤❤ k ndbakunda non 😢
@EstellaNono
@EstellaNono 5 ай бұрын
Ndabakunda cane mwirabire
@saras1134
@saras1134 6 ай бұрын
NTABAFISE NOGIRA IRUNGU💙💙💙💙💙💙💙💙💙💙💙💙💙💙💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗
@sergesndabar9020
@sergesndabar9020 5 ай бұрын
Ndabakunda can
@ChanelMukandanga-tf8lq
@ChanelMukandanga-tf8lq 6 ай бұрын
Fany na Nono ndabakunda cane akanyamuneza kanyu kangiramushasha
@BlandaIranzi
@BlandaIranzi 6 ай бұрын
Ndabakunda cane Imana ibaje imbere murugo rwanyu.love you❤❤
@silasnzojibwami8316
@silasnzojibwami8316 5 ай бұрын
Nimwibereh bezaaa❤❤
@gloriaIrakoze-mz2oc
@gloriaIrakoze-mz2oc 6 ай бұрын
Imana ibahezagire kwl muzakwame mumezuko mur yesu
@CloudNduwimana
@CloudNduwimana 5 ай бұрын
Solution couple ndabakunda ❤
@saras1134
@saras1134 6 ай бұрын
NDABIKUNDIRA BEZA BANJE💙💙💙💙💙💙💙💙💙💙💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗💗
@KulthumUwimana
@KulthumUwimana 6 ай бұрын
Uy mu6 ndazinduts solution couple kur cne nih ndabipfurij kuger
@NiyongerePascaline
@NiyongerePascaline 6 ай бұрын
Solution couple hejur cane gos ❤❤❤❤ naho nakiravy kur fb naha sinogend ntabahay amashurw kk murampimbar 🌹🌹🌹🌹🌹
@AntoinetteBaraka
@AntoinetteBaraka 6 ай бұрын
Nimudukorere groupe ya solution couple
@OlyClassic-f2s
@OlyClassic-f2s 6 ай бұрын
I love you more!!Fanny nukuri uraryohew n'umugabo biraboneka,uzokomez umwubahe uko nyene!Norasque nawe akomez agukunde!!!ndabasengera ngo muzosazire mwurwo rukundo!!
@ArlèneDUSABUMUKAMA
@ArlèneDUSABUMUKAMA 6 ай бұрын
Nono fani ndabakunda mubandanye muhezagirwa❤❤
@sarasara-ur6nz
@sarasara-ur6nz 6 ай бұрын
Reka sha nagiye kuri Facebook Live yaheze 😢😢😢narababaye basha.
@Williams-u4z
@Williams-u4z 6 ай бұрын
NAWAPENDA KBS LV ❤️❤️🙏🙏🍷🍾🍷💕💕🇧🇮
@NiyomugishaRachelle-vc6fc
@NiyomugishaRachelle-vc6fc 6 ай бұрын
Abantu banje!ndabakunda cane❤
@NkurunzizaFrançois-z9m
@NkurunzizaFrançois-z9m 6 ай бұрын
Nora akajembegete ndagakunda nsigurira akajembegete bisigura iki ?
@NduwimanaSandra-cc6bh
@NduwimanaSandra-cc6bh 6 ай бұрын
Ndabakunda cane imana ibandanye ibazigama❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@dododolinenshimirimana3112
@dododolinenshimirimana3112 6 ай бұрын
Ndabakunda cane muvyumve
@YvonneMugisha5055
@YvonneMugisha5055 6 ай бұрын
El Pacifico Ndamukunda cneee disiiiii❤❤❤Ni Handsome😂❤
@Naemah-i2n
@Naemah-i2n 6 ай бұрын
Jew nzoba korera surprise yinguvu kabisa murabantu banje
@EllaKanteyineza
@EllaKanteyineza 6 ай бұрын
Mw vrt muzotwica vrt Kure cne nih ndabipfurije ndabakunda cnee
@HenrietteIrakoze
@HenrietteIrakoze 6 ай бұрын
Mbega urugo rwiza nukuripe mutubera akarorero keza
@NIMUBONADesire-qe7ve
@NIMUBONADesire-qe7ve 6 ай бұрын
Namwe murishimye kabisa mwakundanye bikenewe mwubahwe
@NishimweJeanine-zh1dc
@NishimweJeanine-zh1dc 6 ай бұрын
Ndabakundaaaaa
@divinendabarushimana9506
@divinendabarushimana9506 6 ай бұрын
Ngene mutesa rer shn❤❤❤ much love you❤
@cedricndihokubwayo6737
@cedricndihokubwayo6737 6 ай бұрын
Imana ibaje imbere
@JacksonKUBWAYO
@JacksonKUBWAYO 6 ай бұрын
Mutwigisha vyish twebw tur murukund❤
@BizimanaPrudentienne
@BizimanaPrudentienne 6 ай бұрын
Ndabakunda none mwebwz muradukunda???
@biganda
@biganda 6 ай бұрын
ntayo nabony iyo live gusa ndabakunda muvyumve🇧🇮🥰
@ChantalNdihokubwayo
@ChantalNdihokubwayo 6 ай бұрын
Ndabakunda cane Muhezagirwe cane muranduhura ❤❤❤
@Dufatanye-wj2cl
@Dufatanye-wj2cl 4 ай бұрын
Uwo muhungu Nora ndamukunda aratwenza
@kwizerajeanine2166
@kwizerajeanine2166 6 ай бұрын
Ndabakunda Fanny
@sandirene
@sandirene 6 ай бұрын
Mbakund kanini beza bacu❤❤ muraryoher cn
@ariellandayishimiye8278
@ariellandayishimiye8278 6 ай бұрын
Muri couple yicitegererezo vrmt ❤❤❤❤❤mwarabuzwe nabi mwima amatwi abansi none ubu murishimye Imana ishimwe kubwanyu ❤❤❤❤❤❤
@اريجابراهيم-ح9ي
@اريجابراهيم-ح9ي 6 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂 Nar nanshavuy nn muratumy nsek❤️❤️🙏💯 urukund nkugo ntirugasaz
SOLUTION COUPLE💝:Ibibintu biratangaje🥰
26:55
Solution Couple
Рет қаралды 15 М.
小天使和小丑太会演了!#小丑#天使#家庭#搞笑
00:25
家庭搞笑日记
Рет қаралды 58 МЛН
Ozoda - Lada ( Official Music Video 2024 )
06:07
Ozoda
Рет қаралды 30 МЛН
Smart Sigma Kid #funny #sigma
00:14
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 8 МЛН
Зу-зу Күлпаш 2. Интернет мошенник
40:13
ASTANATV Movie
Рет қаралды 647 М.
TESTIMONY// NIWUMVA UBU BUHAMYA URASUBIZWAMO IMBARAGA
19:55
grace room ministries
Рет қаралды 67 М.
小天使和小丑太会演了!#小丑#天使#家庭#搞笑
00:25
家庭搞笑日记
Рет қаралды 58 МЛН