Never is a great planner. Ubundi umutware mwiza aja inama akagira IMANA Urabona iyo stade na twatuntu twutwari(nids) dukwiragiye igihugu ataco tumaze? Iyo bari guteraniriza kimwe kizima cg bibiri nyavyo bari kuba babaye iki? Never Big up Mzee wa kizungu👌👌👌
@niyonzizajanvier2274 Жыл бұрын
Waaoo so abanyamizik nabonyen murab namw babubakir
Jew ntababeshe sindemera ko stade isa nkiyo mbona kumafoto izoba ngaha Mu Burundi !!!!!!erega vyoba bitangaj cane !!!!uwazany iyi aide yubahwe !!!!!!!!
@gakeboranda32238 ай бұрын
🤲🤲
@pacifiqueakimana Жыл бұрын
Isaac urifatiye abantu koko ugafata ugashirak i photo yikibuga comuri south Africa ahonyen vidéo ikab ariyo warahuye kur Channel ya FFB ibint wapi sivyo
@tcs2573 Жыл бұрын
uyerekanye neza apana indundi tv Batwaye kamera ya fone✊🏾✊🏾😊😊
@cedrickbudrick5679 Жыл бұрын
Next ni city market
@AsAs-ec5ox Жыл бұрын
Waoooooooo❤️
@mamertryabasore9917 Жыл бұрын
Mbega ifise superficie ingana gute?
@ernestdesirenininahazwe4897 Жыл бұрын
ivyizaaaaaa
@majwegerifabrice9187 Жыл бұрын
Irya watweretse siyo kuko iyo ntisakaye iyo watweretse irasakay kd ako nigato sana
@manekodrizzy6792 Жыл бұрын
😙😋😋😍
@ndikumanadiane3684 Жыл бұрын
Hejur cane💪
@habibi5688 Жыл бұрын
Niyahera izoba itesa🙏🙏
@sunduma-official8069 Жыл бұрын
Isaac wew 🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@ريمالريم-ح2خ Жыл бұрын
👍👍🥰
@chadracknimbabazi5246 Жыл бұрын
Stade ya mbere iri Imakamba yoyo ifise ububasha bwo kwakira abantu barenga ibihumbi mirongo itatu