Iyi story yarikwiye guca kuri RTNB kugira ibone abarundi benshi kugira yigishe kubijanye nubwoko be nukumirana.
@dtmwanzi4 жыл бұрын
Merci Marguerite, moi je suis rwandais,votre témoignage est tellement poignante, surtout celle de Juliette et Cyprien .Nous avons connu bcp d'histoires pareilles pdt le genocide en 1994 et après.Pourquoi diables les Hutu et les Tutsi devraient se haïr autant?Pourquoi nos dirigeants ne sont pas capables d’écouter le gens comme vous ! Pourquoi ne sont ils pas capables d'écouter le message comme celui du feu Kizito? Pourquoi ?????Bitunaniza iki????
@glorioseruterakagayo27184 жыл бұрын
Ubu rero ikivi co kurokoka ku Barundi bose kiratanguye!! Mureme muremeshanye... Yezu Umwami tuje imbere muri vyose!!! Amaraso y'abamaratiri mu karere ki wacu yasesetse kuva les années arakwiye!! Enough is enough!! Yezu mwami w'urukundo n'ikigongwe, ingo uduherekeze!! Amen
@genesterirankunda-zijlstra60054 жыл бұрын
Dieu te benisse ma soeur tu es un bon exemple pour notre pays.
La haine ne pourra jamais nous emmener quelque part. Merci pour votre contribution courageuse et pour votre volonté de bâtir un pays où la vie et la dignité humaines seront respectées. Vous n'êtes pas parfaite mais je vous admireénormément.
@aaronbe99664 жыл бұрын
pas besoin d’ajouter que elle n’est pas parfaite toi aussi tu ne l’es pas et personne le
Iyi ntahe irakwiye gushikira benshi. Abarundi twarababaye. Gusa nuko abakoze ubwicanyi benshi nubu bidegemvya. Ata manza zirigera zicibwa
@MuhireGifthighpower-bs3kw Жыл бұрын
Maggi😂 mbabajwe nirimbuka ryawe nutakizwa😊
@amedendikubwayo20654 жыл бұрын
Nguwo Magi na muhozi barigize abamarayika naho arashetani muhozi Hari uwutakuzi kuva 93mwese murekeraho Ivyanyu Turabizi
@MuhireGifthighpower-bs3kw Жыл бұрын
Icazi nugukamisha intambara nimpfuvyi gusa
@MuhireGifthighpower-bs3kw Жыл бұрын
Urakwiye gukizwa oma ugihumeka. Ukamenye ko inyuma yavyose hari urubanza. Ureke kubesha abatazi l,autre face de Maggie . Nubu uri agakecuru usazanye ikinyoma mukanwa kawe😮
@ritza34524 жыл бұрын
Vous êtes jugée par le bon Dieu. La vérité est entre vous et votre père qui est aux cieux.
@jastinpaul25104 жыл бұрын
ngaho lysa ivyonavyo bisiguriki
@kadogo77124 жыл бұрын
maggy tu ments . tu dis tjs comme ca mais au fond du coeur tu est une extremiste redoutable. ubuza impunzi ziraho mu rwanda gutaha nkande?. weho guma iyo mu rwanda uhakire kagame , ariko ureke abarundi bitahire
@ladygalis67084 жыл бұрын
Ngo "abahima batera umukoshi " koko?????? Iyo mvugo irerekana ko kuva kera no kuntwaro za cami hari un vice tribalisme entre la société burundaise. Reka mbwire les jeunes d'aujourd'hui muhaguruke ubwanyu muze twubake igihugu cacu c'Uburundi. Umuhutu, umututsi, umutwa mwiyambure ubwoko bwanyu mwibonemwo Uburundi butuganisha kwubaka Africa hamwe n'abandi banyafrica bagenzi bacu..... N'ay'ahandi ntaho turiko turaja...tumaze imyaka myinshi twama muri vyabindi nyene. Twikure agakengegwe amahanga uyu munsi ariko aratugaya
@Human1living4 жыл бұрын
Halelua
@Njk-z3e4 жыл бұрын
Ivyo nivyo abarundi dukwiy gutahura kk ibintu vyabay muburundi ntanumw azukuri kk ntahovyandits kk umwewese akingira ubwoko bwiw kk nkabana twavuts 1993 twakuz tubona twarahunz ariko ntidutahur igituma knd tukaraba ahotuba ntamugabo numw yarahari
None Maggie,iyo batica Ndadaye ,abahutu bari guhaguruka kurwanya abatutsi? Uri umukristu vugisha ukuri ninde yavyuye ubwo bwicanyi 1993?
@ngabiranokayabu73844 жыл бұрын
Yabivuze.. 17:28
@Ineza-n3r4 ай бұрын
U tu mugore arabesha birenze urugero, ni umukinyi wa film ahubwo!!!
@mariaalivellakamanzi86873 жыл бұрын
Dice le bugie
@jeannshimirimana39554 жыл бұрын
Uzoshimirwa n'imana...Jeho ivyo nabonye Province iKarusi en 1993 nagahomera bunywa.
@ledytharcilla27054 жыл бұрын
😭😭😭😭😭😭 Birababaje yemwe
@muhozaanneelisenelly91104 жыл бұрын
Burya nawe uri umu traumatisé mubandi,inyifato yawe ifise ico ivako.
@rogerntakarutimana41194 жыл бұрын
Non et non. kuber,iki utavuga ukuri ? Ok ivya 72 nta kuguhinyuza kuko tutabibonye, ariko ivya 93 vyo ubeshe uwo nyene muhozi. ivyawe benshi turabizi guhera mu matora ya 93 , Magy, aba professeurs bo kuri EDER Emmanuel, Cressance, Spes, directrice wa EDER Maman LIBERATRICE ...nabandi bishwe na bande?