Si Tanganyika yaduze nabantu bamanutse bayisanga iyiri il faut bien dire Mureke kuvuga ngo Tanganyika yaraduze nitwe twamanutse svpl😢😢
@user-nk3ue2cs4k2 ай бұрын
Abenegihugu bararushe à cause de la corruption et la population irresponsable. Toutes ces maisons au bord du TANGANYIKA doivent être détruites et utiliser les débris pour construire les digues en murailles. Il faut qu'il y est un sacrifice de tout le monde. C'est un état d'urgence au Burundi.
@siimon5592 ай бұрын
Yeah look how the netherlands have done. Ariko aba DD could never kubera ari ibi koko and not your usual brainers
None Lukuga itagitemba kandi ariyo sortie yonyene ya Tanganika, ibi bihugu ntivyorabira hamwe ikibazo aho kiri bakagitorera umuti.
@luizfigo11332 ай бұрын
Aba DD bafunge umugezi 😂….bakoze amakosa
@safariautoservice70322 ай бұрын
Tanganyika twarayivogereye. Ntiyaduze ahubwo iri aho yamye kandi ntirashika neza aho yamye.Kuko igihe Livingston yaca mu Burundi Tangayika yagarukira haruguru yi isoko nkuru ya Bujumbura muri make yashika harya kuri ZEP. So kuvuga ko Tanganyika yaduze ni ukwihenda kuko nku umunsi yogera nko kuri boulevard du 28 novembre aho twoheza tukavuga ko yaduze. Harageze aho rero tumenya ku umviriza ivyo TANGANYIKA itubarira kuko turayikeneye cane kandi cane. Ni yo iduha amazi dukoresha amasamaki dufungura. Ariko twebwe mukuyishimira tuyisumawo umucafu utagira uko ungana. Nta ma samaki akiboneka mu Burundi kubera umucafu dusuka muri tanganyika. Kuko amasamagi ata amagi hafi yi inkengera za amazi. Ariko kubera umucafu aca apfa .Tukabandanya uku twitegure ko izo dusubiza nu umucafu twahihaye . Kandi ikindi naco ba sogokuruza bacu bari babizi kandi baratuburiye kuva kera.Muti gute ?amazina yose ya ama quartiers menshi aratuburira nuko twigira abanyamahanga ukamengo nta Kirundi tuvuga. Ufashe amazina Nka KIBENGA=( IBENGA AHANTU HARI AMAZI ,MWI IBENGA RYA AMAZI) MU KAJAGA =(AHANTU HAJAGA AMAZI ) MU GATUMBA =( AHANTU HAVA IGITUMBA BAHA INKA NI UKUVUGAKO HAMYE AMAZI AHASIGA IGITUMBA C'IVYUNYUNYU DUHA INKA) CARAMA =( HARAMYE IKI ,INKONO IRARAMYE BISIGURAKO IRARAMVYE HAMYE IMICERI ) MU GASENYI =(AHANTU HARI AGASENYI AMATAFARI YAHO NTAKOMEYE KUKO NTASHA KUBERA LA TEMPERATURE DUKORESHA MUKUYATURIRA NYISHOBORA GUTURIRA UMUSENYE NKUKO UTURIRA IVU) RUHERAO =( AKO NDAKAREKEYE ABA HUYE NA AMAKUBA YO MURI 1972.) IKINDI REKA TUBURIRE NU URWANDA KUKO NAHO NI IWZCU. BURI MYAKA 1000 LE LAC KIVU IREKURA GAS YACP IGAHEZA IGAFUTA UBUZIMA BWOSE BWI IBAHO DANS U' RAYON D'ENVIRON 100 KM . MURAKOZE CANE IMANA IBANE NAMWE.
@DianeIrakoze-xo8vv2 ай бұрын
Numva ufise information totale kabisa,none ko uvuze ahantu henshi nimba ivyo muvuze arivyo nukuvuga ko i Bujumbura yose iri muri Tanganyika 😢donc ntidukwiy kuhaba rero😊😊😊
@safariautoservice70322 ай бұрын
Nuko tutabitahura twese kumwe.Birashoboka ko tuhaba neza cane gusumba uko tuhabaye tutahabaye. Muti gute. Dufashe amasoko , les ministères, amashures ni ibindi bikuru biduhuza. Tukabidugana muri Bujumubra rural ku Misozi . Nko mu myaka 100 ico gisagara twoba twacimuye cose. Hama tukubaka ibirarao bihuza iyo misozi. Hama tugafata ico kiyaya kuva Mu Cibitoke, Bujumbura ,Rumonge na Nyanzalac. Tukaharima ntawokongera kwi icwa ni inzara ,amasamaki yo voneka kuko nta lucafu twoba tugita lu ri tanganyika. Kandi two kwimbura umusesekara no gushorora hanze bakarengegwa. Kuko mubiravye neza harya igituma ruguru hatakimera. Ni ukubera ko iyo imvura iguye inkukura ihitana isi yo hejuru ifise akanovera imanuka na mu myonga iyo myonga igana Tanganyika igaheza ikamanukana akanovera mukiyaya imbere yuko ishika mu kiyaga. Ndazi neza ko aho uhererereye hose muri ico kiyaya .ico uteye cose kiramera mbere gusumba ruguru. Hari naho uhagaze iyo witsamuye waraye uriye ibigarage buca vyameze. Nkanje fise hafi nka 5 m carré ndimamwo aho lu gasenyi . Nta rengarenga ngura umwaka wose. Twavanka twavyemera ibidukikije bizobitwemeza kuko nivyo bidukikije si twebwe tubikikije.
@josephinendayishimiye17572 ай бұрын
Twovuga ko Tanganyika yatewe Nukuyiburanira rero!!! Emwe uyo mutumirwa yamye asemerera munsi ya large hatarubakwa, haro amararo henshi...
@gakeboranda32232 ай бұрын
❤❤
@ntakisadock22392 ай бұрын
Tanganyika ntiyaduze hamanutse abantu kuri Tanganyika
@user-hf6zd4ni7x2 ай бұрын
Albert Mbonerane muzotubarize kwataco vyob bipfana na Mgr Evariste NGOYAGOYE
@bizomenyimanaelias54552 ай бұрын
Tanganyika twarayivogeye nayo yashavuye
@boashamah36422 ай бұрын
Tanganyika nibakubite bayivire mukibanza
@zegblaz38752 ай бұрын
Uwo mutama yasemereye kuva kera kabisa nuko abwira abatabibabaye.
@@biiriyesilasye9522 Quand meme habaye isanganya ni kugerageza kuraba igituma ryabaye kugira n'ubutaha umuntu ntakore les memes erreurs. Sous d'autres cieux inyubakwa ziba zifise assurance (surtout zubatswe kw'ideni), kandi ugiye kubaka ahantu biboneka ko ari dangereux nta compagnie yemera kuguha assurance. Umengo abarundi twama twizigira ngo ntakibi codushikira ngo Imana iratubona. Jewe mperutse kubona video yerekana ingene muri Louisiana (sud-est des Etats-unis) aho abantu bataronka uruhusha ryo gukwega electricite munzu zabo batabanje kuzubaka kuri pilotis a plus de 10 feet, donc a plus de 3 metres du niveau du sol KUGIRA INONDATIONS ZA RIVIERE MISSISSIPPI NTIZIBATERE IBIBAZO.
@halchoo51832 ай бұрын
Nicogtuma leta yari kureka gutanga izo mpusha zo kwubaka..mugukingir umwenegihugu hamwe nibidukikije....Iyo babima uruhusha ntibahubaka...
Lack of education in politics My question is why they can they just invest in machines that would give water to every house in that area to reduce the water uburundi buzo hindurwa numu tware wumu diaspora yani umuntu avuga kandi azi ururimi rwa business (English) eastafrica nzima Evaristo Ntajambo bamuha Kandi baramusuzugura kubera ntaruga nimwwe avuga neza (Eden) ni ( ndagara)
Abantu naho wobabuza kwubaka hafi ya Tanganyika ntibokumvira. Kandi abanyagihugu bubaka hafiz ya Tanganyika nibo bitera ibizazo ngobashaka kuba kuri beach ⛱️.
*Ecoutons ce que nous dit la terre notre Mère* *La planète Terre crie au secours!Elle étouffe!*iki civugo twakuze akitubwira none raba les consequences!❤🇧🇮🇺🇲
Ese vyaranse ko hafatwa ingingo ibereye kugira ngo abantu ntibonger kuyivigera?? Ese ubundi nkizi banks zitanga amahera mukwubaka muri louche nizahe???
@mireillemizero13772 ай бұрын
"Lake Tanganyika authority" iriko irakora iki? 😢
@safariautoservice70322 ай бұрын
Tanganyika twarayivogereye. Ntiyaduze ahubwo iri aho yamye kandi ntirashika neza aho yamye.Kukoigihe Livingston yaca mu Buru'di Tangayika yagarukira haruguru yi isoko nkuru ya Bujumbura muri make yashika harya kuri ZEP. So kuvuga ko Tanganyika yaduze ni ukwihend kuko nku umunsi yogera nko kuri boulevard du 28 novembre aho twoheza tukavuga ko yaduze. Harageze aho rero tumenya ku umviriza ivyo TANGANYIKA itubarira kuko turayikeneye cane kandi cane. Ni yo iduha amazidukoresha amasamaki dufungura. Ariko ywebwe mukuyishimira tuyisumawo umucafu utagira uko ungana. Nta ma samaki akiboneka mu Burundi kubera umucafu dusuka muri tanganyika. Kuko amasamagi ata amagi hafi yi inkengera za amazi. Ariko kuber umucafu aca apfa .Tukabandanyi uku twitegure ko izo dusubiza nu umucafu twahihaye . Kandi ikindi naco b a sogokuruza bacu bari babizi kandi baratuburiye kuva kera.Muti gute ?amazina yose ya ama quartiers menshi aratuburira nuko twigira abanyamahanga ukamengo nta Kirundi tuvuga. Ufashe amazina Nka KIBENGA=( IBENGA AHANTU HARI AMAZI ,MWI IBENGA RYA AMAZI) MU KAJAGA =(AHANTU HAJAGA AMAZI ) MU GATUMBA =( AHANTU HAVA IGITUMBA BAHA INKA NI UKUVUGAKO HAMYE AMAZI AHASIGA IGITUMBA C'IVYUNYUNYU DUHA INKA) CARAMA =( HARAMYE IKI ,INKONO IRARAMYE BISIGURAKO IRARAMVYE HAMYE IMICERI ) MU GASENYI =(AHANTU HARI AGASENYI AMATAFARI YAHO NTAKOMEYE KUKO NTASHA KUBERA LA TEMPERATURE DUKORESHA MUKUYATURIRA NYISHOBORA GUTURIRA ULUSENYE NKUKO UTURIRA IVU) RUHERAO =( AKO NDAKAREKEYE ABA HUYE NA AMAKUBA YO MURI 1972.) MURAKOZE CANE IMANA IBANE NAMYE.
Ku vyerekeye Tanganyika, na ba menyesheje kwiyo ari intango!? Ibihe bigenda bihinduka kubera ubushuhe bw'isi!? Iyo, ni avertissement!? Abantu baba ku nkengera za Tanganyika, ni bemere kwimukira ahandi bikigendeka!? Ico korwa kirazwi, mugabo nta Leta nimwe yigeze, ivyitaho!? Turasemerera, nti mwigera mu twumva!? Mwibuke ko Leta zose, zi shinze kugendera ku ntwaro z'amoko gusa, n'ukwiba itungo ry'Igihugu!?
Ko inkukura itemba Nibaza ko sédimentation vyirunda
@mireillemizero13772 ай бұрын
"Zone inondable" irazwi ni kubera iki Leta itabikorerako muri planification urbaine?
@ericbikorimana87132 ай бұрын
Aba DD ko bakunda kunyaga amatongo abantu ntakuntu borwana na Tanganyika bakayicecekesha kurya bacecekesha abo birirwa basahura abantu amatongo?😂😂😂
@AdB-oe9yh2 ай бұрын
Kabisa nibagerageze
@christinesemuto9402 ай бұрын
Baraje bavuge ko ari ugwanda rubikoze. Nimana iravuga ngo niwabura ubgenge nzokudahwa
@AxelIrkz-bx7sk2 ай бұрын
Tanganyika yabaye dépotoir y'igisagara n'ibindi bihugu navyo nuko. ntaco twibaza ko biri éternel ex la Grange
@matthieukabura97612 ай бұрын
Mbega kwisi ndimwa bayimaze bayubakamwo ho bite
@emmanuelmatsiko69712 ай бұрын
ok my deal ubwoniba ataribyo uzabibone
@lionelirakiza86152 ай бұрын
Ivyo vyose biterwa n'a mal gouvernance y'abadutwara,ibiturire no kutumva kw'abanyagihugu.ambassadeur mbonerane n'abandi ba expert ntako batagize babuza abantu kubaka kunkombe z'ibiyaga.ikimaramaje nuko n'abenegihugu ntibagifise Aho basamira umuyaga kubuntu(plage) kuko hose hahawe abanyamafaranga n'abategetsi baraheza umwewese ara clôtura ahiwe kuburyo kwinjira gusa gusama umuyaga urinda kuriha.mubindi bihugu biteye imbere plage ziguma Ari iz'abenegihugu
@user-zu3ku7uy3w2 ай бұрын
@lionelirakiza ivyo muvuga n’ukubesha Mu Myaka ya 1975-76 Tanganyika yaraduze , amazi arajabuka kaburimbi arazamuka kugera no mu Buyenzi ahari isoko ryo mu Ruvumera None ico gihe ni aba DD bari kuri gouvernement ?? Vous cherchez un bouc émissaire !
@burundishallsmile1day1092 ай бұрын
🤔
@etiennehabimana75012 ай бұрын
Vous êtes le Frère Maître que j'ai connu?
@etiennehabimana75012 ай бұрын
IL ya 37 and, je suis curieux de vous revoir. Que le Seigneur Dieu vous bénisse!!!
@emmanuelmatsiko Fabrication y’imihoro uvuga ni usine yawe? Ivyo uvuga ushobora kuvyemeza imbere ya sentare? Canke wari mubagura iyo mihoro ? This is very stupid idea
@byishimoblaise15752 ай бұрын
Tôt ou tard ibyo avuze bizaba .abantu bagire amakenga
Babagire iki? Uwahasaba nta bwenge yari afise? Ibi biba mu buzima bwa misi yose. Turakora ibintu nk'aho wogira tuba kw'isi twenyene. Iki kibere icigwa buri wese ko dukwiye kubaha ikintu cose.
@sese6672 ай бұрын
@@Rubuka264 Ntaco bihundura kukuba abategetsi batanze ivyo bibanza, i mean abatanze uruhusha rwo kwubaka (permis de construire), bakwiye kuronderwa bagafatwa !
@DonBlessingNdayi2 ай бұрын
😢🎉😅😮😅
@AxelIrkz-bx7sk2 ай бұрын
fallait gshirako images illustratifs sur carte za gute i progressa, canke longueur (mètre)
@ClaverNiyongabo2 ай бұрын
Ppppp¹
@vyuguruzumwangumwereka2 ай бұрын
Umugezi wa Rusizi uvana amazi mu kiyaga cya kivu ukayasuka mu kiyaga tanganyika! Noneho general sendagara neva nabyumva aravuga ko ari kagame watumye tanganyika irenga inkombe! 😂😂😂