🔥 Trésor aheruka gutsindira umuriyoni wa Fbu mu kuvyina muri #Hashe ati abantu bakira neza kubona imvukira yo mu gisagara iba umunyakaranga abikora neza... 🪑 Kwega ka gatebe tuvyine hashe 📷🎞️🎬: @akadirishaprod305
Пікірлер: 23
@claudebernardnirere6370Ай бұрын
❤
@user-hu9ym7vg6n2 ай бұрын
❤❤❤❤❤
@ntungwanayoodette7524 ай бұрын
Broth ndakunda ukuntu uvyina❤❤🇸🇦🇧🇮
@user-sy2ws4db3uАй бұрын
Trésor ndagukundacane kunvyinozawe nukurip
@abdikevinng92922 жыл бұрын
Impano ntaho ihuriye naho wavukiye 🙌
@user-jm3pc7tu7c2 ай бұрын
COURAGE
@Nyabusorongo_TIMES2 жыл бұрын
Umusore ashoboye caane ! Imana imuje imbere
@nkeshimanaiqra13592 жыл бұрын
Congratulations kbs Burundian boy
@irakozebelone16012 жыл бұрын
Keep it up bro ndakur inyuma
@ncuticiellancuticiella65262 жыл бұрын
We Ndiku 😍😍hejuru cane
@cubahirodadyqueen45602 жыл бұрын
Imbere caneeeeeee trésor
@officialsemunde81344 ай бұрын
Ndumuvyinyi nanje Uyumutype ndamufana nanje abikora neza nkundu ukuntu afise création akaririmba ivyabona apana ivyo yaborotse .Hama kumenya ikirundi/akaranga ntaho bihuriye no kuvukira ruguru déjà akaranga Kari ibujumbura nabavukiye ruguru bakurirayo icokirundi ntacobazi
@epaphroditeofficial36002 жыл бұрын
Mutoni wunahwe
@jean10sabushimike622 жыл бұрын
😅😅😅avyina neza disi ijw ryiw ni ryiz cane
@lydiawamaana85272 жыл бұрын
Huu jamaa mkali sana
@micomeshack70242 жыл бұрын
Arashoboy
@niyonkurucedric71822 жыл бұрын
Arashoboye cane
@confitbienius69032 жыл бұрын
Trésor abikor nezan 🤌🤌 Ham iry Nkuru yo kur Liesse yar imaz imis i circula twizer k atario
@chanellendayishimiye33402 жыл бұрын
Nnj nivyo vyantangaje,sinzi rero k atari ukuri🤷
@doucenoellaishimwe19512 жыл бұрын
Niyo
@confitbienius69032 жыл бұрын
@@doucenoellaishimwe1951 Ur sur ??muramaz guhura ukavyibonera ??
@kavaofficial203Ай бұрын
Tresor muri 2025 ni wewe tuzokurondera imanza zose haba Dot na Mariage