No video

Twabazaniye umukozi mushasha

  Рет қаралды 113

STV-Schadou TV

STV-Schadou TV

Күн бұрын

‪@stv-schadoutv4088‬ irabahaye ikaze mwese mufise intahe y'ubuzima, ico mushaka gushikiriza nkinyigisho, abafise ivyo bakora bashaka kwamamaza(publicité) twakure kuri 69853344 cnk mutwandikire kur WhatsApp +257761824
Ushaka kudushigikira muvyo dukora
lumicash: 69853344 kw'izina rya Niyomukiza Schadrack
murakoze

Пікірлер: 5
@olgaGATORE-ym9gw
@olgaGATORE-ym9gw 6 ай бұрын
Ndashimiye caneee Pasteur Olivier,nabateguye ikiganiro. La vision uko mwabisiguye vyukuri ndabishigikiye,kandi nize vyinshi
@stv-schadoutv4088
@stv-schadoutv4088 6 ай бұрын
Merci @olgaGatore biratera intege cane kwumva hari uwafashijwe nikiganiro
@olgaGATORE-ym9gw
@olgaGATORE-ym9gw 6 ай бұрын
Ikibazo mfise ,Aho mwavuze ko ushobora kuba wokwunguka muvyo ukora mais indani ugasanga nta joie,kuko wataye iyerekwa. None comment sortir murako kazi et investir muriyo nzira Mpwemu agushakamwo? Kandi ata chute mu buryo ibaye ?
@OlivierNkengurutse-pn3fy
@OlivierNkengurutse-pn3fy 6 ай бұрын
Nagomba nishure kurico kibazo cabajijwe; ni vyiza gutura ko iyerekwa n'impamvu yo kubaho Imana itereka mu mutima w'umuntu; iyo uriko uragendera mw'iyerekwa urumva amahoro n'umunezero ; iyo wamenye ko urari mw'iyerekwa ico wokora n'iki? 1. Ntiwoca ushoka uhagarika 2. Wosenga ukabaza Imana igufashe gutahura igituma utanezerewe ;kuko birashobora Kuba biva ku kindi kintu 3. Wasenga Imana iraguha uburongozi bw'ukuntu wosoha murako Kazi hama ukaje mu kandi ataco wononye mu butunzi bwawe
@stv-schadoutv4088
@stv-schadoutv4088 6 ай бұрын
Inyishu nziza cane kubera iyo Imana ikugaruye munzira yukuri irakwereka inzira nziza yogusohoka muvyo urimwo kdi ugasubira munzira wategerezwa
КАКУЮ ДВЕРЬ ВЫБРАТЬ? 😂 #Shorts
00:45
НУБАСТЕР
Рет қаралды 3,5 МЛН
Matching Picture Challenge with Alfredo Larin's family! 👍
00:37
BigSchool
Рет қаралды 49 МЛН
MTC open heaven concert live in Bujumbura
30:56
STV-Schadou TV
Рет қаралды 1,7 М.
NYAXO COMEDY: Nyaxo Ahawe Uburozi
28:02
Nyaxo Comedy
Рет қаралды 6 М.
Improving Your Speaking Ability Can Positively Impact Your Career | Vanessa Bukasa
38:34
КАКУЮ ДВЕРЬ ВЫБРАТЬ? 😂 #Shorts
00:45
НУБАСТЕР
Рет қаралды 3,5 МЛН