Hosy ndakwemeye kabisa, ntusubire inyuma ! Fizzo : Biramugora kwemera ko ikintu atakizi Sat-b : Aroroherwa no kwemera ko ikintu atakizi. kandi yari paused
@bukeyenezap4 жыл бұрын
Nshimirimana Nehemie SAT-B He’s very wise man he answered the question right definition of CEO chief executive officer, the highest-ranking person in a company or other institution, ultimately responsible for taking managerial decisions.
@nzeyimanaanassi35854 жыл бұрын
Hossy ico kiganiro kizotuma naho bazoja hanze y'igihugu kugira interview bazovyifatamwo neza.👏👏👌👌vrmnt big up
@gratienjuniorntakarutimana70914 жыл бұрын
Sat b the best.Très intelligent
@allygbdi62444 жыл бұрын
Sat b yishuye neza cane ikibazo kimwe nico camugoye tuu Sat b uranyemeje kbs Big up bro
@byamunguemmanuel30764 жыл бұрын
They are all humble coz they need to be teachable l like them
Sat B he got it right Big up to him👌🏾CEO chief executive officer, the highest-ranking person in a company or other institution, ultimately responsible for taking managerial decisions.
@ildephonsepapa60944 жыл бұрын
Ikiganiro ciza cane! Keep going!
@chris-benibisera41084 жыл бұрын
Usivy kuririmba n comedy mbona mubishoboy 😂😂😂😂😂🤣🤣🤣hama hosy ❤️❤️
@shylerc.mugabo17324 жыл бұрын
Cari gihimbayee 🤠 gose & gitwengejee hHaha!! They're both smart, bavuze vyiza vyo "gusangiza ubumenyi" 👏 #Fan 🇧🇮 d'Allemagne ...
@irely21534 жыл бұрын
Waouh..Quiz ya bien..Hosy courage🇧🇮🇧🇮
@egidensavyimana39624 жыл бұрын
Nice one hosy
@arynxbaba90914 жыл бұрын
Superb Quiz Hosy Irakoze👌Show Love To My Favorite Artist Sat~B👌🇧You The Best Broda🇮
@robbyhushpuppy9914 жыл бұрын
😂😂😂😂
@arynxbaba90914 жыл бұрын
@@robbyhushpuppy991 mdogo wang Mbon unacheka??
@heritiernaira56924 жыл бұрын
Vyaribitesaaa vrmnt ahbw nim duhuriz b face na fab love
Iyo uvuze ngo twabahurije mukiganiro kimwe uba ushatse kuvuga iki sikimwe uko ndabibona umwe wes mwakoranye kumusi utandukanye nuwundi Kuri Fizzo ufis verni ya vers Kwa Sat-b ya rouge nibisuko bitandukanye nibiri kwa Fz Bye the way nice interview birasekeje keep working hard
@meddymedarditangishaka94124 жыл бұрын
Merciii Hosy la SIREN QUIZ vyari biryosha Hama na PLUNKS uyigarukane
@hakizimanaclaudine41732 жыл бұрын
Warakoze kubahuza kabisa
@burundiantalent84644 жыл бұрын
Sat B aranyemeje peeee 😂😂😂 Na OTB ayivuze mumajambo yose ndake
@MegaAlexison4 жыл бұрын
Banshi bibaza ngo abaririmvye ntabintu bazi baba babizi cane mbere they genius kuko kubamb aindirimbo zirenga mirongo uba uri genius
@vivinibigira22424 жыл бұрын
Sat b vrt respect sans blague yishuy avec intelligence
@felixnduwimana73404 жыл бұрын
Sat b yishuye ikibako gikomeye, ca C.E.O.kumenya icuri
@shbsbxb92464 жыл бұрын
Sat b urarenze mwana ndakwemera jew uciye ubwenge muri vyose bravo nkunda ukuntu uvuga amajambo make like hosy sat b yishuye neza kurusha fizo
@tuyishemezeeric76144 жыл бұрын
Go on Sat b m1 wananiw nakimw mugabo hosy iyaguha tuyau nkiyo yahay fizzo yari impfupfu courage mon grand
@ncuti_yabose4 жыл бұрын
Sat B naho atize ayamare yishura nk'Umuntu afise Licence kabisa
@gygygyslaine50164 жыл бұрын
Kweli
@atikaali75483 жыл бұрын
Yarizee nukomyen wanguu
@lionelnduwayo31874 жыл бұрын
Big up Sat b... From now on, I'm your fan 🇧🇪
@adranhosteeven86574 жыл бұрын
😂😂😂😂😂kirenge
@nkurunzizaegide16504 жыл бұрын
Ikiganiro ciza can,muzaduh party 2 yaba bantu bacu.
@AllaboutHosy4 жыл бұрын
Cane gose
@farhanbintkiff88324 жыл бұрын
Ndagukund ❤
@bonamiofficial93234 жыл бұрын
Vyarivyiza mais iyo bajakuba baribicaye mukibanza kimwe
Sat~b mubasani nimera uza ubwamber kabisa uvuga ukuri knd ukuvuga uko ukuzi ntiwigir vyinsh knd urazi guc bugufi imana ikuduze kabisa uzame uko ndagufana kabisa
@Ndayaki4 жыл бұрын
Siren vibes : Sat B 3/4, Fizzo 2/4 Sat B: tubwire none ico cananiye Fizzo: I'm the Best!
@ysgtge81144 жыл бұрын
Wallah muratweza kwemi😂😂😂😂
@ngendakumanafabrice72854 жыл бұрын
Sat B 15/20 Big Fizzo 10/20 Gusa mwari mukwiye guca mushirako amanota kuko biba biboneka! So Sat-B Bravo 👌
@beckytv48674 жыл бұрын
natwenz hosy vyar biryosh
@irankundaalainyves5334 жыл бұрын
TRES BONNE EMISSION
@mrsheriff41184 жыл бұрын
Abumvise ko sat b yavuze tuba mugihugu cigifarasa piga like