Bahoze babyifuza muri a lot of comments kuri isimbi Tv igihe Gafaranga yakoraga ikiganiro n'umuhungu we kuri Isimbi tv. None Chita magic akoze umuti atweretse madame Gafaranga for the 1st time.1 million of views
@user-yx8zc8sq5z2 жыл бұрын
Manawe birampibaye kwel namubony no muri Film vyiz cn
@user-yx8zc8sq5z2 жыл бұрын
Yavyaye akirimuto disi Courage
@nikwigizeevelyne99192 жыл бұрын
Eka yatubeshe sumugore wiwe!
@solangevivian31642 жыл бұрын
Ni madamu wo muri film niko yababwiye siwe nyawe nyabuna mwumve neza interview
Ooooh tres bien. Gafaranga akiri muto nkuko afise abana bakuzeee. Mme wawe ni mwi,a nagahungu ka Elisha tres sympathique comme son pere nubwenge brinshi oh my God. Ndaryohewe numuryango wa Gafaranga
@perpetuekayitesi11912 жыл бұрын
Gafaranga ni humble cyane kandi bimurimo sibyo yigira. Imana yari yarabonye kuva kera umutima wawe wicisha make. Stay blessed
@yvettenshimilimana10272 жыл бұрын
Mate you have a beautiful family ❤️ The boys are lucky to have you as their dad ❤️❤️A very wise man full of Wisdom 😘😘this guy I wish to meet him face to face 😘😘
@noellamuhire51592 жыл бұрын
Ndabakunda cyane peee mukina film neza mucyo congratulations
@gelasebigingo29262 жыл бұрын
Gafaranga Gafaranga, muvyo wokora vyose, unyarukane uwo muhungu wawe kwa muganga, ararwaye amaso.Biragara ko umuco umunabaza mu maso. Kandi umurabe neza ategerezwa kuba yegera cane écran ya télévision, canke arabira telefone ahantu hatagira umuco ukwiye. Canke ategerezwa kuba yigira ahantu hadafise umuco ukwiye. Nkugiriye inama kuko ndazi ivyo mvuga, kandi namuravye cane ingene akomagura ingohe.Arafise ikibazo c' amaso!
@gelasebigingo29262 жыл бұрын
Kandi jewe uri incuti yanje rwose, Maze imyaka tubana mu biganiro utanga! Kandi ndagushigikiye. Ukomere ukomere!
Ndabona ntabukwe nkagafaranga bwabaye ni filme ntabwo yata uyu mugore nababana ngo bishobora rwose
@merry29962 жыл бұрын
Uziko Numiwe sinarinziko gafaranga Afite umuryango kbs
@donapacisiriho4292 жыл бұрын
Aha wabona ga harabakobwa bari bategereje ko Gafaranga abaterera ivi😄😄😄😄
@sylviemaombi83672 жыл бұрын
Bavakure Koko muduhe ibice bisigaye kweri boss
@user-lc2qc8pd5o2 жыл бұрын
Wooow ! Gafaranga harya ukinana n n'umuryango wawe! Biraryoshe pe! Uzo ko atowuguha abo bana ! Narinzi ngo ufise utwana duto. None Gafaranga, kwa Sabin ko wavuze ko muco ari we mfura yawe, Jordan nawe bite?
@francineinanziza8363 Жыл бұрын
Uyu mugabo gafaranga ntasobanutse, abarundi tuvuga ng arimw amahinyu, moi j'ai tjrs EU des doutes sur lui