Ubuhinga bwo kubika neza ubwatsi bw'ibitungwa haba mu gihe c'imvura canke igihe c'ici

  Рет қаралды 3,380

MINEAGRIE BURUNDI TV

MINEAGRIE BURUNDI TV

Күн бұрын

Sobanukirwa:
Ibikorwa vy'ubushikiranganji bw'uburimyi, ubworozi n'ibidukikije mu gushigikira aborozi mu gihe c'ici ;
Ubuhinga bwo kubika ubwatsi mu gihe c'imvura bugafasha umworozi mu gihe c'ici ;
Imigambi ikigo c' ubushakashatsi ILRI kigiye kurangura mu guteza imbere igisata c'ubworozi mu Burundi.
Ido n'ido, kurikirana iki kiganiro.

Пікірлер: 13
@alfredbarutwa2131
@alfredbarutwa2131 Жыл бұрын
Waouh, courage !
@mauricendayishimiye3102
@mauricendayishimiye3102 7 ай бұрын
Murakoze
@twororeturimekijambere5491
@twororeturimekijambere5491 Жыл бұрын
komera cane
@j.danielmugisha9332
@j.danielmugisha9332 Жыл бұрын
🙏
@ProsperNsengiyumva-ot2ek
@ProsperNsengiyumva-ot2ek Жыл бұрын
Izinyigisho zirankoze k'umutima ,uwoshaka idonido yozironka gute
@BernardNIYONKURU-u2r
@BernardNIYONKURU-u2r 10 ай бұрын
Nti bisiguritse neza Uhjj gutekera uc ubushira hehe?
@saidgok7433
@saidgok7433 9 ай бұрын
Super napier grass reduces feed costs by 80-90 percent. 60 tons per decare. 20-20-20 Harvested 3 times. An English description is also available on the internet. Take a look at this. Its spread is very fast. A man in Turkey planted the seeds and fed them to his animals. The seeds also produce steel. If you are purchasing from abroad. Get the seeds.
@paternedusabe181
@paternedusabe181 11 ай бұрын
Mushishikare kutwigisha ubwo buhinga ni ngirakamaro gose
@aimeniyomukiza1273
@aimeniyomukiza1273 Жыл бұрын
Mwodufash ukuntu dushobor kwig kubik ubwats
@mineagrieburunditv2023
@mineagrieburunditv2023 Жыл бұрын
Mwoba muherereye hehe ngo tubarangire uko mwobigenza ?
@aimeniyomukiza1273
@aimeniyomukiza1273 Жыл бұрын
Duherere murumonge
@mineagrieburunditv2023
@mineagrieburunditv2023 Жыл бұрын
Rungika numéro yawe kuri iyi mail ( communication.mineagrie@gmail.com ) hanyuma tukubwire uko twogufasha.
@ProsperNsengiyumva-ot2ek
@ProsperNsengiyumva-ot2ek Жыл бұрын
Izinyigisho zirankoze k'umutima,nkuwoshaka izinyigisho idonido yozikurahe
Irima ry'agatasi 2025A - Imbuto z'ibigori PAN 53
20:51
MINEAGRIE BURUNDI TV
Рет қаралды 161
Gatsibo: Gukemura Ikibazo cy'ibura Ry'ubwatsi
3:53
UNDPRwanda
Рет қаралды 656
Watermelon magic box! #shorts by Leisi Crazy
00:20
Leisi Crazy
Рет қаралды 116 МЛН
How I Turned a Lolipop Into A New One 🤯🍭
00:19
Wian
Рет қаралды 10 МЛН
Imbabura ikingira ibidukikije :  Ikoresha umubire mu gishingo c'amakara
24:27
Visite du MINEAGRIE au Centre pilote Agricole au Burundi
4:44
MINEAGRIE BURUNDI TV
Рет қаралды 214
GUTEGURA IRIMA RY'AGATASI (Saison 2025 A)
24:30
MINEAGRIE BURUNDI TV
Рет қаралды 139