No video

UBUMWE BY MKOMBOZI LUCIFIER ft MUTIMA LE COMEDIEN

  Рет қаралды 76,069

Mkombozi Lucifer

Mkombozi Lucifer

Күн бұрын

INTRO
Hallo Uburundi ni paradiso tubuhaye Imitima namaboko,
Ego Tububemwo nkabantu tubukorere nk ama robots,
Twe turangwa nibikogwa namajambo nka Gasuku,
Ego turangwa n'ibikogwa itiro nicegera c'urupfu,
Dutsimbataze imico nakaranga k U Burundi,
Duhe Ikaze Ingenzi hello Visit Burundi,
VERSE1
RUNDIBOY
Raba abavyeyi bacu imyaka irabajanye,
dutangure kubegera icotutazi tubabaze,
Kuko imfizi y intama itendera nka sé,
I karata y U Burundi nico gikumu ca roho yanje,
Gukunda U Burundi sukumenya kubucapa Ukunda U Burundi ubukorera nka bucampfa,
Udakoreye U Burundi cane pfuma ukora gato,
wizere nka kanyegeri katey umugere Ibetton,
Turi Amata N'Ubuki Imitima ya Afrika,
Dutemye igiti dutere ibiti ntituhasige ubagaragwa,
Ntituzokwiyumvire ic U Burundi buzodufasha,
ahubwo Twiyumvire ico twe tuzobufasha,
Nimba ukunda U Burundi kunda kwanza Umurundi,
Niwanka uMurundi uzokwankwa n U Burundi,
Idarapo ry U Burundi turibike mumitima
Ntituribike mwisakoshe zibangamirwa n I Bisuma,
Ubumwe ibikogwa amajambere nivyo biranga Abarundi nitwashika mumahanga tubabwire turi ABarundi,
Ubumwe ibikogwa amajambere nivyo biranga ABarundi nitwashika Mumahanga tubabwire turi ABarundi,
CHORUS
CHORUS
UBUMWE BWABARUNDI
MUHETO WABASOKURU
WADUSUBIJE INTAHE,
SOKO RIDAKAMA
UBURARO N'UBURAMUKO
BWABATO NABAKUZE
VERSE 2
Mon Pays est beau
Mon Pays est Kundwable,
Realisons nos rêves nous sommes capables,
Nous avons Ubwenge nous avons Umwete,
Twarahezagiwe nous devons toujours être à la tête,
dupfiriye igihugu cacu n Imana iratwakira,
Kuko urupfu n igihano kubantu batizera,
Gupfa nukubaho tutashitse kwico twipfuza,
Akubu kazoba akahise reka tukagire keza,
Twebwe Urwaruka dufise inguvu n ubugugu,
Twirinde U bugugu bwacu ntibumire inguvu zacu,
Ahubwo inguvu zacu zimire ubugugu bwacu,
Aho U Burundi bwacu buzoba hejuru,Hejuru y' ibicu,
Nka Jackson Nahayo Montreal kuz iMugimbu,
Songambere Burundi Ubumwe n'ubuntu mubantu,
Ubuntu buguha Abantu abantu baguh ibintu,
Ibintu bikugira umuntu,
Umuntu niwe mwana wigihugu
CHORUS
UBUMWE BWABARUNDI
MUHETO WABASOKURU
WADUSUBIJE INTAHE,
SOKO RIDAKAMA
UBURARO N'UBURAMUKO
BWABATO NABAKUZE
Verse 3
Udashoboye kwongera ko kuvy U Burundi bufise,
ntuzugabanye ko kuvyo wasanze bufise,
Politique si mbi tuyigiyemwo n Urukundo,
Yica abantu ntiyic insazi ntituyijemwo n'urwanko,
Harabarongozi beza nincabwenge twabuze,
Harabanonotsi Nka Niyonsaba benshi twabuze
Ba Nyamate,Ba Mutima,ba Gasape twabuze
Ba guibert Nijimbere,ba Yusufu Nyange,
Dusenyere kumugozi umwe uwakabiri tuwugwanye,
Umurundi plus umurundi sibabiri numwe,
Murikahise kacu twaritanga nka Bihome,
Umwansi aduteye twaramwivuna muri bwabumwe,
Naho dukundana twumvirije abatwankanisha,
tuzoca twankana kandi atanakimwe dupfa,
Ntitugwanye Umurundi tugwanye ubukene n'inzara,
Kuko umwanya ntuhagarara naho wohagarika Isaha
Ubumwe ntibuvyara Impunzi buvyara ingenzi,
Dukunde U Burundi tubukundishe nabandi,
Abari hanze murondere imigambi namahera,
Mubuze inoti zane imigambi Paeej na bije zibahe amahera,
Tubaye Intahemuka zumviriza kandi zikora,
Ubu Burundi bwa Génération nkozi n'isi igiye kubutangarira,

Пікірлер: 458
@Mutuzostudio
@Mutuzostudio Жыл бұрын
🔥🔥🔥 abakunda igihugu mumpe j'aime 🥰
@user-fu5of7uz6x
@user-fu5of7uz6x 2 ай бұрын
Ukuri
@hittoptv
@hittoptv Жыл бұрын
Uyu niwe mkombozi wacu....
@bigirmanadonatien7362
@bigirmanadonatien7362 Жыл бұрын
Number one mumpe linke ham nice songo mukombozi happy 2🎉🎉🇧🇮🔥🔥🔥🔥
@user-ot6jj2md5n
@user-ot6jj2md5n 7 ай бұрын
❤mkombozi izina ryonyen riramaze respect nzeyimana✊
@DeogratiasNsabimana-gc2ur
@DeogratiasNsabimana-gc2ur Жыл бұрын
Voilà mkombozi wa vrai!ugarutse muri style yaweee kabisaaaa.Nitwaba dukunda ivyacu iyindirimbo ikwije vyose.big up San bro
@Amani1682
@Amani1682 Жыл бұрын
Gusa wsizemwo amajambo yindirimbo zakera zawe ariko respect cne kuko ugarutse mukanovera twagukundiyemo Like back
@ijwiryumufana
@ijwiryumufana Жыл бұрын
Mkombozi wa vrai Man usigay uri ku hit nka kera tera imbere❤❤❤❤
@fabelovek.shanboy429
@fabelovek.shanboy429 Жыл бұрын
Good song brooz💥💥💥💪
@federicoval2844
@federicoval2844 Жыл бұрын
Umuririmvyi uburundi bwavyaye patriot's 🇧🇮 I like this song❤
@kbwoyofficial1
@kbwoyofficial1 Жыл бұрын
Intasho kuri bamwe bagera hanze bagahindura ururimi nibindi bakihakana uburundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️❤️
@iddiomedeirinubushobozi
@iddiomedeirinubushobozi Жыл бұрын
Reka inguvu zacu zimire ubugugu bwacu 💎💎💎urizahabu yuburundi walahi ❤️❤️❤️ Lucifer
@amednshimirimana6087
@amednshimirimana6087 Жыл бұрын
Aho rero uwo niwo muziki tuzi kuri mukombozi umuziki wakanovera apana ngo cupi ni cupa 😂😂😂🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇴🇲🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥🔥
@YvesNtunzwenimana-rt5lj
@YvesNtunzwenimana-rt5lj Жыл бұрын
Mkomboz mwenyew you come back in your style ndagkund numutima wanje wos
@stevenking2467
@stevenking2467 Жыл бұрын
Talented boy Mkombizi jew nzoguma ndaguha amazina wew uri legend waba legends.
@AbdulKarimu-rn6tr
@AbdulKarimu-rn6tr Жыл бұрын
Mkombozi mazima okola ekisoboka kyona ❤❤❤ nkwagala nyoo ubumwe ihabwe ikibanza cambere
@bfaceofficial
@bfaceofficial Жыл бұрын
Safi san 🔥🔥👌👌👌🇧🇮✊️🎤
@engennylecomedien248
@engennylecomedien248 Жыл бұрын
Mwana w'urwanda Ubumwe bw'abarundi
@FootballOnly2004
@FootballOnly2004 Жыл бұрын
Ewanaa song ni nziza mugabo nta promo wayigiriye ,gerageza pe! Hama congratulation!
@GerardNDUWIMANA-vd6rv
@GerardNDUWIMANA-vd6rv Жыл бұрын
Mkombozi wubahwe cane urumwe mubantu nipfuza kumviriza indirimbo zaw burimusi indirimbo zawa ziranduhura 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪💪🙏🙏🙏 dani
@kikongtv
@kikongtv Жыл бұрын
Iyo song idatwaye isanganiro Award..., Ibisigaye nzobivuga! Mkombozi uri Légende, wavyanka wareka! Starry - eyed! Starry- minded
@ingabirechantrene2933
@ingabirechantrene2933 Жыл бұрын
Iyondirimbo ndayikunze ijanye nimico nakaranga kuburundi
@kingone8668
@kingone8668 Жыл бұрын
Niww mkombozi nyakuri 🇧🇮🎙🔥🔥🔥
@berrychado1427
@berrychado1427 Жыл бұрын
Twese Turi bamwe Turi Bene Burundi ❤ uburundi hejuru
@lareinegaga
@lareinegaga Жыл бұрын
😂😂😂Mon Pays Iwabo w’urukundo est kundwable, nous avons Ubwenge. love is all we need to make a change 🎉 Mon pays 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 Ubumwe
@fjri9333
@fjri9333 Жыл бұрын
Mukombozi utumye nkubura igihugu cacu 💞💞💞💞🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇰🇷🇰🇷🇰🇷🇰🇷🇰🇷
@evodendayishimiye3967
@evodendayishimiye3967 Жыл бұрын
Mkombozi wubahwe urashoboy koko umwany utakay ntugaruk.
@kezielamaritin2212
@kezielamaritin2212 Жыл бұрын
Njew ndamwera braza wacu urakunzwe ino Malawi nahondi Ndi Umurundi keep shine my m kombozi
@benitenigiraneza9081
@benitenigiraneza9081 Жыл бұрын
Wubahwe musaza niko biri ❤
@aboubakarnkurunziza2883
@aboubakarnkurunziza2883 Жыл бұрын
Good song my brother lucifer so komeza wubaka imitima yabarundi uterimbere nkumuzinga
@nijimberejeanbosco4648
@nijimberejeanbosco4648 Жыл бұрын
Jewe ukuntu uririmba shaaaa eka uri mukombozi kweli,imana ikutuzimigamire ntwari yacu🔥🔥🔥🔥💪💪💪💪💪🇧🇮🇧🇮
@user-oi7do6wr4r
@user-oi7do6wr4r Жыл бұрын
Ebagaboo! Nukuri ugavye ukuli ndiwe nukuli ulikizazi chu Burundi
@user-nu9cg6dt1k
@user-nu9cg6dt1k Жыл бұрын
Mukombozi yagarutse muri vyabintu vue kbsa respect mutama wanj❤❤❤❤❤❤😂😂😂😂😂😂
@omanoman818
@omanoman818 Жыл бұрын
Nayisubiyemwo nk'icuro 10 big up sana
@franckirambona4741
@franckirambona4741 Жыл бұрын
Indirimbo irimwo message nziza👌
@didierogmsafi4442
@didierogmsafi4442 Жыл бұрын
Indirimbo yibihe vyose niyi nakubaliii xanaaa Mkombozi wubahwe👍👊
@didacendikumugongo8947
@didacendikumugongo8947 3 ай бұрын
Ntiturwanye uburundi ariko turwanye ubukene n’inzara💪
@CyriaqueMunezero-dn4wm
@CyriaqueMunezero-dn4wm Жыл бұрын
Mukomboz imisitari yaraguherany dukeney mukomboz umw wakra apan wubu
@fiany2575
@fiany2575 Жыл бұрын
Uyu niwe mkombozi twar turindiriye🔥🔥🔥🔥
@user-wm3sl5xe5o
@user-wm3sl5xe5o 11 ай бұрын
Komera mwa kandimvugo ibingiro Hama IMANA ikuzigame ntugire aho wegamiraaaa.
@becklambecklam7453
@becklambecklam7453 Жыл бұрын
Ninde muntu atokunda Mukombozi???kiretse umwasi w uburundi Grand frère mmukomboz ❤❤❤❤❤
@user-tf1xn1tn8s
@user-tf1xn1tn8s Жыл бұрын
It's an inspirational song,,let us get united BURUNDIANS🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@edouardniyongabo9436
@edouardniyongabo9436 Жыл бұрын
A song with the meaning of united of BURUNDI is this one.big up Papa, you'll never disappoint us.🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@dotolinos3750
@dotolinos3750 Жыл бұрын
Umwanya ntuhagarara naho wohagarika isaha. Big up sana mkubwa
@axcelaggo3755
@axcelaggo3755 Жыл бұрын
Waoo nice song rasta mkombozi cnc nirab iguh agashimwe kuko hariho nizo bagaye respect bro i song yumwaka
@cizagerald2804
@cizagerald2804 Жыл бұрын
Urumva ukuntu mukombozi yariyaratujaniranij mukutwima imizigo nkiyo vraima🙊🙊welcome back bro turakwemera bandanya uturyohera🙌🙌gusa mutima naw nihatal 😂😂😂😂😂
@merumkali
@merumkali Жыл бұрын
Indirimbo ubundi niizoo💪👊
@johnmain1582
@johnmain1582 Жыл бұрын
Big mkombozi wagarukanye wamuzi. Wawamuziki tukuziko amajalbo meza cn
@CedricNduwimana-vf2jp
@CedricNduwimana-vf2jp Жыл бұрын
Indirimbo nziza cyaneee my Brother courage niko wamye ukora ibintu bizima vrt
@emmanuelngendakumana3361
@emmanuelngendakumana3361 Жыл бұрын
MKOMBOZI mwenyewe. Igihugu n'abene-gihugu turakwishimiye☑️
@user-iu8ic3yk5v
@user-iu8ic3yk5v Жыл бұрын
Jewe ndumurundu ndimumahanga laki ndamwemera cane mkombozi yan arakwiye kuba perezida au icungu Yuburundi
@Donformidable
@Donformidable Жыл бұрын
Kaka yangu last month nilisema kwamba kuna signe yako , yani hapa umenipata kabisa , hii njo style sisi kama mafans tunakutaka . Hongela Baba , ujumbe mzuli Sana , na hii refle niyakibabe kabisa 👏👏
@johnnyclaud
@johnnyclaud Жыл бұрын
Mkombozi chukuwa maua yako🎉🎉🎊🌹🌹💐💐 ww ni mwamba kabisa uanifanya kukumbuka 𝑻𝒂𝒊𝒇𝒂🇧🇮 𝒍𝒂𝒏𝒈𝒖 𝒍𝒂 𝑩𝑼𝑹𝑼𝑵𝑫𝑰 nakupenda sana my country
@SaidoNizigama
@SaidoNizigama 5 ай бұрын
Kabisa
@bimenyimanadavid5053
@bimenyimanadavid5053 Жыл бұрын
Thank u so much my brother mkombozi you are the the first .
@josephmudahigwa2475
@josephmudahigwa2475 11 ай бұрын
Nous Avons l'ubwenge🤣🤣mkombozi oyeeeee respect kbsa
@niyongabogeoffrey9580
@niyongabogeoffrey9580 Жыл бұрын
🤌🤌🔥💚this is the meaning of big mind 🤴 Jah bless you Mkombozi wa BURUNDI 💚 love from rwanda 🇷🇼 papa big up your self buddy 🤝🫡
@jbboy3085
@jbboy3085 Жыл бұрын
Yaga mkombozi i feel like your song.... congratulations for this Amazing song. Love from kenya. 🇧🇮🇧🇮🇰🇪
@user-fx5ht3lw9c
@user-fx5ht3lw9c Жыл бұрын
Kweri mkombozi nuwunyene twese dushaka mutama wanj wubahwe cane ndumwe mubagukunda alooooo
@official_dj_charlie187
@official_dj_charlie187 Жыл бұрын
Soko ridakama uburaro nuburamuko bwanje❤❤❤🇧🇮🇧🇮
@HeritierMaporo
@HeritierMaporo Жыл бұрын
Nice song❤❤❤❤mkombozi🔥🔥🔥🔥🔥🔥
@doni-gblack2348
@doni-gblack2348 Жыл бұрын
Mkombozi ivyonivyo twaridukeneye wubahw iyo song irakaze.
@lograpper6569
@lograpper6569 Жыл бұрын
Mon pay est kundwable,mkombozi est twenzable🥰🥰🥰🥰🥰👌👌👌👌
@pelagieniyonsaba
@pelagieniyonsaba 5 ай бұрын
Mukombozi Tora cheeeeers,🎉🎉🎉
@Eslonplacable
@Eslonplacable Жыл бұрын
Nous avons Ubwenge, Nous avons Umwete HASTA La Victoria 🇧🇮🇧🇮🇧🇮💪🏼💪🏼
@erickhamza4204
@erickhamza4204 3 ай бұрын
Urarenze sukuririmba vyonyene ahubwo wigishirizamwo ningene twokundana
@emanuelniyosaba4082
@emanuelniyosaba4082 Жыл бұрын
Wubahwe mutama wanje mkombozi legend original
@samuelnizigama9362
@samuelnizigama9362 Жыл бұрын
Ndakwemera tueashaka indirilmbo yitwa ndulurundiiii
@adriengiso896
@adriengiso896 Жыл бұрын
Aragarutse kabisa kuduha ivyo twari twari twaribagiye.
@JeanClaudeMuhima-xh2kk
@JeanClaudeMuhima-xh2kk Жыл бұрын
Komera mkombozi 🇺🇸 turagukurikirana 🤛
@channyhakizimana5025
@channyhakizimana5025 Жыл бұрын
Indirimbo iryohera igutwi👌uburundi hejuru🇧🇮
@guyarseneirakoze9700
@guyarseneirakoze9700 3 ай бұрын
Ngira nsubire kwumviriza indirimbo zawe kabisa
@oscarngendakumana7273
@oscarngendakumana7273 Жыл бұрын
Uyu Rero ni mukombozi nyakuri wagarutse muvyawe niyindi uzane kugitoro nisukari.namasoko
@cleondori4214
@cleondori4214 Жыл бұрын
Hasta la victoria siemple big up my self 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🔥🔥🔥
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e 10 ай бұрын
Mukombozi songa mbere indirimbo iri mwamajambo yubaka
@abdullahmohamudmohamed4450
@abdullahmohamudmohamed4450 11 ай бұрын
Mzee pokea maua yako Mapema unatisha kinoma love song from Tanzania
@user-yq8je2pj1r
@user-yq8je2pj1r Жыл бұрын
Wow Ubumwe bukonere kurworq mi abarundi twongere ndukunda igigucacu
@nodbaarabuhoraho2784
@nodbaarabuhoraho2784 Жыл бұрын
the first one
@AbubakarNishimwe-jb8gf
@AbubakarNishimwe-jb8gf Жыл бұрын
Umujam yemera ko mukomboz ar umu légende lik hangah
@allydingofficial6248
@allydingofficial6248 Жыл бұрын
Ubumwe buvyara ingenzi ntibuvyara impunzi🔊🔊
@Barakacomedian.
@Barakacomedian. 9 ай бұрын
Ego nukuri mkomboz Mimi naitwa baraka nipo Tanzania dar es salaama naomba sapot yako you tube utaandika baraka commedy ingia Sasa
@ndayikengurukiyeernestraou710
@ndayikengurukiyeernestraou710 Жыл бұрын
Coup de chapeau kabisa uwo niwe Mkombozi tuzi
@user-dd8dq7kz3e
@user-dd8dq7kz3e 10 ай бұрын
Umwana w'u rwanda rmx ayeyo big up
@budisigodsgood
@budisigodsgood Жыл бұрын
Mkombozi wubahwe ndibaza iwunvirije indirimboyawe nabandandende bohinduka
@emechrisngzkugasaka3129
@emechrisngzkugasaka3129 Жыл бұрын
Ubundi iyi niyo styl yawe yi miririmbire imana iguhe kuramba mutama wanje❤
@alexcheriance3723
@alexcheriance3723 Жыл бұрын
Nciye numva amarangamutima yo gukunda igihugu aciye atuga big up my favorite singer MUKOMBOZI 🙏🙏🙏🔥🔥
@adambaraguma6635
@adambaraguma6635 Жыл бұрын
Hahaha,natebeye he kumviriza iyi ndirimbo
@litecity888
@litecity888 Жыл бұрын
Lite city burundi turagukunda cane mkombozi❤
@blight3954
@blight3954 Жыл бұрын
Thank you Mkombozi for Always making us love our Land🇧🇮Imana ize ibiguhembere🙌🙏
@arakazaarsene96
@arakazaarsene96 Жыл бұрын
Naheruka kwumva rap y'a nyayo kera.iy niyo rap abandi babikora nabi.songa mbele mkombozi wa hiphop
@navitrothebest4488
@navitrothebest4488 Жыл бұрын
Komera mutama subira kwandika nka kera aho ni fresh
@rehemakwigize6220
@rehemakwigize6220 3 ай бұрын
Hejuru cane papa turakwemera sana🇧🇮
@kaburagad7268
@kaburagad7268 Жыл бұрын
Ibikorwa vya Mkombozi hejuru cane
@Samson-pf7xn
@Samson-pf7xn Жыл бұрын
❤❤❤❤wabikoze neza 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@moh2806
@moh2806 Жыл бұрын
My sister she kille it the Coras big up my sister wanny you are the best singe good job 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮toma sankara A.K.A lucifer
@iyumvavinlyofficial9510
@iyumvavinlyofficial9510 Жыл бұрын
Iyindirimbo ninkoramutima kbx!respect lucifer❤
@Gstaking257
@Gstaking257 Жыл бұрын
Le vrai patriote purement mérite congrats Mr luxfer and HBD
@user-fu8zb8lk3p
@user-fu8zb8lk3p 6 ай бұрын
Good songs arik iy ni remix iriya yind barayikuy kurubuga ngira keep going bro ❤
@claudensabumuremyi8502
@claudensabumuremyi8502 10 ай бұрын
Ni Hasta la victoria siempre "Jusqu, à la victoire" Big up rundi boy❤
@semenitheclassic
@semenitheclassic Жыл бұрын
❤❤ mziki mzuri sana Burundi Boy
@Billy_charlesIteriteka-cf7od
@Billy_charlesIteriteka-cf7od Жыл бұрын
Ndagukunda mkombozi! Imana iguhe kuramba
@JonasShurwe-dx1op
@JonasShurwe-dx1op Жыл бұрын
Mukombozi umuwagaciro muburund sanaa❤
Mkombozi Lucifer - FAT'IMISARABA ft Waidi Yoyada (Visualizer)
5:59
Mkombozi Lucifer
Рет қаралды 543 М.
Bony Just Wants To Take A Shower #animation
00:10
GREEN MAX
Рет қаралды 7 МЛН
English or Spanish 🤣
00:16
GL Show
Рет қаралды 8 МЛН
هذه الحلوى قد تقتلني 😱🍬
00:22
Cool Tool SHORTS Arabic
Рет қаралды 59 МЛН
ISSEI & yellow girl 💛
00:33
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 25 МЛН
Mkombozi Lucifer - Afrika (Official Visualizer)
5:01
Mkombozi Lucifer
Рет қаралды 181 М.
B Face x Mkombozi - KIMWE KU KINDI (Official Music Video)
5:15
B-Face Official
Рет қаралды 581 М.
Mkombozi - Inda Yawe (Official Video) feat Mkombozine
3:47
Mkombozi Lucifer
Рет қаралды 169 М.
Mkombozi - Zawadi ya Mwaka ft Big Fizzo & Uncle Crazy
6:25
Mkombozi Lucifer
Рет қаралды 40 М.
Mkombozi - Dusenge
4:51
Mkombozi Lucifer
Рет қаралды 24 М.
Mkombozi ft Yoya - Urudubi
5:29
Mkombozi Lucifer
Рет қаралды 27 М.
HUYU MWAKA by MKOMBOZI  (Official Video)
3:43
Mkombozi Lucifer
Рет қаралды 100 М.
Bony Just Wants To Take A Shower #animation
00:10
GREEN MAX
Рет қаралды 7 МЛН