KZ
bin
Негізгі бет
Қазірдің өзінде танымал
Тікелей эфир
Ұнаған бейнелер
Қайтадан қараңыз
Жазылымдар
Кіру
Тіркелу
Ең жақсы KZbin
Фильм және анимация
Автокөліктер мен көлік құралдары
Музыка
Үй жануарлары мен аңдар
Спорт
Ойындар
Комедия
Ойын-сауық
Тәжірибелік нұсқаулар және стиль
Ғылым және технология
Zelensky reveals Putin’s plan / Russia loses territory
12:10
Amakuru yo ku wa 09 Ruhuhuma 2025
18:09
ЧТО ЖЕ МЫ КУПИЛИ СОБАКЕ ВМЕСТО ТАБАЛАПОК😱#shorts
00:34
Tuna 🍣 @patrickzeinali @ChefRush
00:48
小丑女COCO的审判。#天使 #小丑 #超人不会飞
00:53
Қылмыскерді таптым… | QARGA 2 | 3 серия | КОНКУРС
31:30
Uburundi mu ngwano z'Abanyekongo : Ico Abarundi bomenya uyu munsi
Рет қаралды 41,012
Facebook
Twitter
Жүктеу
934
Жазылу 158 М.
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Күн бұрын
Пікірлер: 40
@amimujumahabimana9480
5 сағат бұрын
Bob Rugurika,umunyamakuru wu mwuga,ubusesenguzi bwawe burimo ubwenge,👍😊
@ClaudeNDUWIMANA-d7b
7 сағат бұрын
Ndabamukije IMANA ibahe umugisha mwinshicane narinarababuze, ashiiiii zamurampa amakuru
@JeanMarieNdabarambanye
13 сағат бұрын
Iyi radiyo iyaba vyoshobotse nahonopfuye nogumye ndayumviriza.nanje hakombura amamega yokuyumviriza nzopfuma ndarinzara .batumire ndabakunda .
@EtienneBayubahe-ge6uf
2 сағат бұрын
Congo yabuze abo yitabaza 😂😂😂 abarundi nubwoba bagira hhh
@VincentMuhezagiro
5 сағат бұрын
Iki kiganiro ni ciza cane merci pour l,équipe de la réalisation 🎉
@JeanboscoBosco-iy5hr
13 сағат бұрын
Tur kumwe 5/5
@ClaudeNDUWIMANA-d7b
7 сағат бұрын
Mwabimenye mutevye kuva 2007 nkurunziza yarungika abasirikare murikongo harina Colonel yarabijejwe😮
@yemamaulidi4969
13 сағат бұрын
❤❤❤ rpa
@Mkel890
13 сағат бұрын
ivya politique ntavyibagiye. uyo mugore nawe ni mwiza.
@desireirakoze1411
4 сағат бұрын
😂😂😂😂👍👍
@PacifiqueNiyubahwe-x4n
4 минут бұрын
Hatari kabisa
@samuelbigirimana5048
6 сағат бұрын
Ehe Basha ndavahanure nimurekane nivyabahutu naba Tutsi kuko umwaku vyazanye mu Burundi ndawubona wanteye kugezubu ata mugore ngira kubera amaraso yahumanije u Ubrundi jewe Mama na Papa nubwoko bumwe nakuze mbona badahuza bagwana nimipanga igasohogwa ngo umwe ateme uwundi none munyishure unyumvira bapfa amazuru???
@samuelbigirimana5048
6 сағат бұрын
Abahutu nabarundi Aba Tutsi nabarundi none Ninde afise ububasha bwo kwaka ubuzima umuntu numwe nibakomeze guhumangira imiryango yabo abo basesa amaraso bakomeze kugwiza ibidebire mu miryango yabo amaraso murayazi mwebwe iyaba abarundi tuzi amaraso icarico ntawokwubahuka gusesa aya mugenziwe
@rogergirukwishaka1983
33 минут бұрын
Pacifique araciye ubwenge vraiment.nuwanka urukwavu yovuga ko runyaruka pe!! uyundi wewe yemwe,nukuvuga kugira avuge gusa! anarangije avuze🤣 ko bariko barategura coup d'Etat🤣🤣🤣🤣🤣🤣
@Nc-ut4rk
52 минут бұрын
Ikiganiro niciza cane kirimwo amakuru yukuri. Hama uyu mukobwo nimwiza cane.
@alleluia-t9c
11 сағат бұрын
M23 uwuyitirira ubwoko bw'abatutsi ni Président w'u Rwanda Paul Kagame. Ico rero nico aca yitwaza mugutera Congo afatanije na M23 ngo agiye gutabara abatutsi bariko baricwa muri RDC. Uburundi nabwo kurungika abasirikare muri Congo bwisunze amasezerano bufitanye n'igihugu ca Congo mubijanye no gufashanye muvya gisirikare, no gutabarana igihe hari igihugu catewe. Congo rero yaratewe Uburundi bwagiye kuyifasha, ntimuze murahenda abantu. Aboshaka gutahura neza intambara yo muri Congo, bosoma ibitabu vyanditse n'umushakashatsi yitwa Charles Onana yamuka mu gihugu ca Cameroun. Bob Rugurika na Pacifique Nininahazwe bashigikiye abansi b'Uburundi, nta ciza bovuga ku ntwaro ya CNDD-FDD kandi si bishasha.
@nmnteamdknn8405
5 сағат бұрын
Basi tubwire wewe ikintu ciza Uzi kuri cndd fdd.
@EricNdikumana-u7u
12 сағат бұрын
Ivyo muvuga bobo ntibavyumva bakomeza umugambi wabo wo kuja kuyora inzahabu Tshisekedi yabemereye.
@ndayirukiyehypolite2768
11 сағат бұрын
Si le sort des mil bdais est dans les mains du commandant suprême, qu'en est il du chef d'état major? Qui porte vraiment le chapeau?
@PacifiqueNiyubahwe-x4n
4 минут бұрын
Nihati
@RambertNdagijimana
4 сағат бұрын
Ibiganiro vyanyu umuntu agerageje kuvyumviriza ntibitahuritse none ababurirababo mwiyongwano babarira mwebwe mbehoho mujejwiki mugihugu ko mutari nomugihugu murabasi bigihugu kandi mudahindutse muzopfiriyo kuko ubu sibimwe vyakera
@casienkeshemana4984
6 сағат бұрын
❤
@DianeIradukunda-u9l
3 сағат бұрын
Mwaramutse ndashyaka mumpe inumero nobaronderako ndababwire uko biba amatora mbicugiye hano vyonkwegera nshaka tuganire kugira ntizongere narakoze mur ceni ndabizi simbona aho nobaronderera
@ngezbyKataboy
4 сағат бұрын
Wanasha jew narabaye umusikare wigihugu rero igisikare c'uburundi
@ngezbyKataboy
4 сағат бұрын
Cariho kera kuri buyoya na siriro sicogihari ubu
@bizimanacelestin4075
11 сағат бұрын
5/5
@VeraNgayabihema
9 сағат бұрын
Ni kuki Abo Basirikare baguma barungikwayo bakemzra aveuglement? None ubwenge bwarabatakarany? Birababaj nukuri!!
@GashirabakeAhmed
12 сағат бұрын
Hima Empire niyo mushaka idutware 😭😭😭
@dianeangel7171
Сағат бұрын
Buy some brains. Stop those nonsense. People are dying and you are contributing anything
@MwēneGangika
4 сағат бұрын
Rpa mwaramutse neza
@ngezbyKataboy
4 сағат бұрын
Non ga pacifique wotsinda urugamba gute mwikekana
@RambertNdagijimana
3 сағат бұрын
Bobo wewe abobatutsi baraguhenze ariko ntakundi niwemange amahanga kandi ukimezuko upfiriyo ndaguhanuye wokwandikira neva ugasaba ikigongwe nayahandi wishinze abobatutsi ntahuzoshika kuko igihugu ntigitwarigwa mumahanga
@AnneLyseNDIHOKUBWAYO
Сағат бұрын
Toka ntabashingantah murimwo umubanyi afise ikibazo uramufasha kubwanyu bareke rro gutabara?imana ibababarire Nevers azobamara
@BienvenuNdayisenga-d2z
19 минут бұрын
Mbe uw mubanyi ufash ntaguhe itek ngo agushimir nawaheeee🤔🤔🤔🤔🤔
@Guyaxelndayikengurukiye
9 сағат бұрын
Kuki. Bobo kuva nkakera umusirikare wigihugu ataraba inyungu zumukuru wigihugu? Nuko baje baziko kudandazanya hagati yumuntu nuwundi ariho naho umusirikare muminsi iheze babasaba igiturire kugira ngo babashire kuri liste yabaja kugwana mumahanga. Munyuma urabonako nayo nabiye kwatanumwe yayaronse rero igisirikare cuburundi ntukihari kiretse imana y,umva amarira yabanya gihugu ije igatanga irindi shuri ryugukunda igihugu
@FocusTradeacademy
11 сағат бұрын
2:49:44 😂
@ngezbyKataboy
4 сағат бұрын
Carasambutse kabisa
@nifashaalexandre3108
5 сағат бұрын
Imihimbiri yari yahuye
@ndayiragijeemilemarlon1369
6 сағат бұрын
Inyigisho mutanga zivangura muvuga NGO kuki abasirikare bemera kujayo ari abasirikare ivyo mwigisha turabitahura pasitike wew nta kindi ugira Atari kwigisha ivangura?ubu Ivyo mu Bdi uriko uvyexpandinga ubu ugez mu karere ba mureka gutuka igihugu canyu nta wanka konka nyina ngo arwaye amahere.
@nmnteamdknn8405
5 сағат бұрын
Nta gihugu mugira… ico sigihugu ni agasho
12:10
Zelensky reveals Putin’s plan / Russia loses territory
NEXTA Live
Рет қаралды 292 М.
18:09
Amakuru yo ku wa 09 Ruhuhuma 2025
Radio Publique Africaine Ijwi ry'Abanyagihugu
Рет қаралды 8 М.
00:34
ЧТО ЖЕ МЫ КУПИЛИ СОБАКЕ ВМЕСТО ТАБАЛАПОК😱#shorts
INNA SERG
Рет қаралды 7 МЛН
00:48
Tuna 🍣 @patrickzeinali @ChefRush
albert_cancook
Рет қаралды 148 МЛН
00:53
小丑女COCO的审判。#天使 #小丑 #超人不会飞
超人不会飞
Рет қаралды 16 МЛН
31:30
Қылмыскерді таптым… | QARGA 2 | 3 серия | КОНКУРС
OMIR
Рет қаралды 594 М.
15:07
🔥 Выход стран Балтии из ЭНЕРГОСИСТЕМЫ РФ начался еще в 2007 году. Война УСКОРИЛА процесс
FREEДOM. LIVE
Рет қаралды 725
1:26:35
Amakuru adahumuriza kubarundi Bose 🚨 Bob RUGURIKA na pacifique Nininahazwe 🔥 amabanga yagacamutwe
ISI TV
Рет қаралды 4,4 М.
1:06:53
AMAKURU MUGITONDO KU 10.2.2025:BYOSE BIGIYE HANZE TSHISEKED MU KAGA ,FARDC YONGEYE GUKUBITWA NA M23
BINGWA NEWS TV
Рет қаралды 3,9 М.
11:58
❗❗ Это признают ВСЕ! Армия РФ не может СПРАВИТЬСЯ с ВСУ под КУРСКОМ
FREEДOM. LIVE
Рет қаралды 19 М.
48:10
ЗАЧЕМ ТРАМПУ ГРЕНЛАНДИЯ? / Уроки истории @MINAEVLIVE
МИНАЕВ LIVE
Рет қаралды 881 М.
1:48:23
Главные мифы об Украине. Выпуск, который не понравится всем
А поговорить?
Рет қаралды 638 М.
15:55
CONGO YONGEYE GUTANGA GASOPO KU RWANDA|AMASASU MU MUJYI WA BUKAVU
GENTIL GEDEON OFFICIAL
Рет қаралды 10 М.
15:18
Adolf Hitler's Story || English Listening Practice ✅|| Graded Reader || Improve Your English ✅
English Avenue
Рет қаралды 492 М.
18:19
MUSEVENI ABWIYE TSHISEKEDI IJAMBO RIKOMEYE MU NAMA|U BURUNDI BWIKOMYE U RWANDA|REBA VIDEO Y'IBYABAYE
ISIMBI TV
Рет қаралды 328 М.
7:00
bob rugurika
Missio-sezione CUM
Рет қаралды 10 М.
00:34
ЧТО ЖЕ МЫ КУПИЛИ СОБАКЕ ВМЕСТО ТАБАЛАПОК😱#shorts
INNA SERG
Рет қаралды 7 МЛН