‼️🚨Ubutare Cassitérite na Coltan burahitana umuntu busige uyundi!ubutegetsi bwiba buheza nabi

  Рет қаралды 49,390

RADIO TV  INKINZO

RADIO TV INKINZO

Күн бұрын

Mukore Subscribe (S'abonner) Mubone amakuru y'akarere k'ibiyaga binini. Murakoze .
MUTWANDIKIRE KURI WHATSAPP +1 725 333 1923

Пікірлер: 284
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga 3 ай бұрын
kzbin.info/www/bejne/iHivpYR8lsR7pMksi=ursockcPrWmnkPTC
@JanvierBirahenda
@JanvierBirahenda 2 ай бұрын
Gabanyumunwa
@JanvierBirahenda
@JanvierBirahenda 2 ай бұрын
Yitwanbe
@ChristianNderagakura
@ChristianNderagakura 2 ай бұрын
Nambutari muburundi umutekano turawufise
@LoukmanNgendakumana
@LoukmanNgendakumana 2 ай бұрын
Uvuzukuri
@Kana-uu8jv
@Kana-uu8jv 2 ай бұрын
Reja rero NEVA abikore bace barangaza amazuru ngobamugirire nabi abanze abereke yuko igihugu gifise abahutu bagifashe barua bakaravye atari bimwe vyakera.NEVA 💪💪💪💪💪💪💪💪
@ShimirimanzAline
@ShimirimanzAline 2 ай бұрын
Marmara neza twarabahinyuye
@VedasteYusufu
@VedasteYusufu 2 ай бұрын
Bro uracri inyuma mumutw wawe kwl, iyuvuze ugacangamwo ivyubwoko urirofa p
@innocentndayizeye2660
@innocentndayizeye2660 2 ай бұрын
Tekana ibi bibazo ntibiherey uburundi gusa. Mb mwe mwarize? TOUT CHANGE RIEN NE S ARRETTE. IZUBA RIZORASA RERO.
@MauriceCiza
@MauriceCiza 2 ай бұрын
Non ko NDADAYE Melchior uvuze koyishwe nakagwi kabisirikare kwitwaro yamusubiriy itakurikiranye ivyurupfu rwiwe?ntaco yarakimaze?
@alaintresorirabaruta6715
@alaintresorirabaruta6715 2 ай бұрын
Nukuri ❤ hariho umwonga wa hantu hitwa murehe mur marangara ngo kera hariho umu patiri wumuzungu yarafise moteur akoresha ngakavomamwo 1littre de pétrole par jour uradutohereze kwico kintu
@willyndayisenge5585
@willyndayisenge5585 2 ай бұрын
A ntahuza akakantu
@EdouardNduwayezu
@EdouardNduwayezu 2 ай бұрын
Ahoho turavyuye tubaye nkabo muri lybia
@valeriemanirakiza3070
@valeriemanirakiza3070 2 ай бұрын
Kazima twifitiye amahoro, Ibindi bizoza buhoro
@deobiho
@deobiho 2 ай бұрын
Ceceka sha. Ahubwo uriko ukokeza ingwano sha...mwebwe turabazi
@erichakizimana5185
@erichakizimana5185 2 ай бұрын
ariko avuga ukuri
@IddyNtakirutimana-s3e
@IddyNtakirutimana-s3e 2 ай бұрын
Gusa président wacu nintware muramutohoreza rero ibisambo murabe ikiba
@envitebus
@envitebus 2 ай бұрын
Reka dukanure twicungere kko abo bagabo bari hanze barazi impamvu bagiye,,izi ngorane zose turimwo nibo bazisize ivyo turabizi,,barabonye rro ko turiko turiyubaka nne bagira bongere kudusambura,,barahumba!!! Ntitwokwishinga kwiruka kwabo bakoze ayo mabi kko birazwi ko abatari bake bahunze ntakuguma tubirukako kwoba aruguta umwanya,,reka tubandanye twiyubakira igihugu ba sesa nkuyoze ntabo tugishaka!!president wacu turamwemera kuko ariko ashira transparence muri vyose, ababona rero ko ibintu biriko biza bakababara nikabarye!! Bukebuke uburundi buzoshika kwisezerano ry'Imana, muburundi ntamacakubiri ahari kko ubu umututsi arubakana n'umuhutu, ibintu bitigeze biba kuntwaro za kera,,nimutekane rro Imana yacu twasize imbere iracakora
@landryhabimana3152
@landryhabimana3152 2 ай бұрын
Icuvuga munyamakuru nico kandi nawe ndumva urahazi none waruzi ko hari inzahabu? Ica2 uwanda,ugwanda ruracukura iwabo hama natwe iwacu tuzohurira kwisoko kudandaza kuvuga koya menye ibanga bizomuhitana ntibigikonze ahubwo bacumugani ngo ibuye riserutse ntiriba ricica isuka aho vyarararangiye hramenyekanye abarundi ahubwo tuhatunge amaso cane ivyo babonyeyo nivyo aryamabuye arahari niyogusa aruzuye tugusavye gukomeza uvuga mercii
@ChristianNderagakura
@ChristianNderagakura 2 ай бұрын
Ndumurundi mugabo twebwabarundi turinzigo kand turikunda.wew agize numutima wokubivuga.abandi ntamutima wokubivuga bagize
@ThomasBukuru-hj6ly
@ThomasBukuru-hj6ly 2 ай бұрын
Mwaramenyereye kwica, ariko Neva azobahumira. Akoreshwa nimana muraza mwitonze. Umuti wafashe. Ahubwo niwaraba nabi uhava wiyahura.
@MugishaAuxane
@MugishaAuxane 2 ай бұрын
Akoreshwa n'Imana umugisha uraza ukagaragara. None Igihugu kitagira igitoro, ntigire Indya, ntikigire Societe iriko uja imbere , nivyo wita kugendana n'Imana? Raba nka kagame umuntu agendana n'Imana ibintu bitera bija imbere , agiye nukurugambaaratsinda , aranesha none wewe ahantu ubonera Imana ni hehe ? Ntabara uhambwire 😂😂😂😂
@EsperanceBukuru-w3t
@EsperanceBukuru-w3t 2 ай бұрын
Ntagukoreshamwa n'Imana ngaho naho uburundi bugeze! Sogo yari yaragerageje
@NiragiraPascasie15
@NiragiraPascasie15 2 ай бұрын
W warasaz président yobesher muruham rw bantu
@JesperManirankunda
@JesperManirankunda 3 ай бұрын
Igitoro yagifashe muntoke via Prestige, Never numugore baca baterura 150 millions dollars muri BRB bayaha umu commissionnaire w'umunyarwanda, basha ntawasubiye kumukubita ikanda, amahera barira, ngo uwo musumu aba Hollande.
@YANG-KO
@YANG-KO 2 ай бұрын
Ayomakuru niyo??
@KC-wj7yh
@KC-wj7yh 2 ай бұрын
Ubwo nubushi None wibaza ko amahela angana guryo agedwana muntoke? Kandi nokuyabitsa muri Bank iyariyose kwisi ,bisaba kwisigura and Bank yu Burundi gukora virement yamahela angana guryo ni process so ntawoshora kunyika guryo gusa namahela angana uko
@freddyntibasame9332
@freddyntibasame9332 2 ай бұрын
Merci !
@julescesarngendakumana9986
@julescesarngendakumana9986 2 ай бұрын
asha nihamwe ukuri kubabaza ubundi urimvugakuri
@freddyntibasame9332
@freddyntibasame9332 3 ай бұрын
N'umujanja ariko ivyo yivye vyose azobisiga kur'iy'isi. Nimwumve arasubiye kuvuga ngo agira abifate mu ntoke iyo bandit.
@kesiamsuya2337
@kesiamsuya2337 Ай бұрын
Ubu tarabona Basha
@JanvierBirahenda
@JanvierBirahenda 2 ай бұрын
Wenuma Wenuma
@LoukmanNgendakumana
@LoukmanNgendakumana 2 ай бұрын
Mutama uravuga ntuvura Abo bameja barakadukoreye
@VedasteYusufu
@VedasteYusufu 2 ай бұрын
Mutama bamubwira vyinshi sinibzako ngra aronka numwanya wo kuvyumviriza 😅😅😅
@IsaaiPhone
@IsaaiPhone 2 ай бұрын
Mutama wubuhwe 40:20 waruvuze nkuko ubarira abatakumva nicokibabaje
@NzitungaEmmanuel-z6h
@NzitungaEmmanuel-z6h 2 ай бұрын
Wewe vuga uheze uruhuke ntanakimwe Uzoshikako gusa reka kuvugira ubusa
@BethelNtirandekura
@BethelNtirandekura 2 ай бұрын
Wambwawe uvuga nabi ukwiye kwihana
@ruberintwarialbin6333
@ruberintwarialbin6333 3 ай бұрын
Ariko sha uvuganeza ugeze kubakoloni. Ababiligi birakwiye kutugirira Aka geste Ku mabi batuhiriye
@fidelemanirambona2329
@fidelemanirambona2329 2 ай бұрын
Uvuze ukuri kbs gk ntakuntu bofata abasuma bahora babwiba ace abagira abarongonzi babwo!ikindi bavugako buheruka kwimbwa ubwo Butare nabanzu sindavyibaza uravye ukunt hafuruye!
@MedronundersonMkuyu
@MedronundersonMkuyu 2 ай бұрын
Agakino kanyoko muranguha ntamututsi agitwara igihugu murazwineza komwamye mudahwa president turamishigikiye
@MacareJosue
@MacareJosue 2 ай бұрын
Wavuga neza mugabo u Burundi buzotinda buja imbere umvikane muze mubuhingure mureke gukoresha amajambo .
@FabriceNshimirimana-t8w
@FabriceNshimirimana-t8w 2 ай бұрын
Umukuru w igihugu cacu turamukunda namwe mukur urwanko dukundane apana gucafuzany
@AchelNiyoyitungiye
@AchelNiyoyitungiye 2 ай бұрын
Iyaba Imana ici uyibwiye ica igikora nayisaba ikadukuriraho ivyo bigabo kuva kera kugera kuri generation 70,kuko vyose vyuzuye imitima mibi ninzigo,ubwicanyi n'a busuma,ntanakimwe gifise umutima wo gukunda abene burundi,nikurya izo bategerezwa kuragira!
@lostboy2608
@lostboy2608 2 ай бұрын
Ivyo ubivuga uri hehe?
@MareKareuzo
@MareKareuzo 2 ай бұрын
Ndagushimiye caane . Muri imvugakuri. Ndukeneye abantu nkamwe muciye umbwenge kuko benshi bama bavuga ibisunitswe n'umuyaga. Turagusavye udutohoreze neza ukuntu tubona " Interahamwe nizi ino i Buraya zimanuka kugura ama " Tongo " yukwubaka i Burundi . Cane cane muri : Kayanza, Cibitoke , kirundo, Muyinga na Ngozi. Kuko twumva ngo banyina babakecuru bamaze kuza Kuba iyo . Dutohoreze Nyakubahwa. Murakoze.
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga 2 ай бұрын
@@MareKareuzo uratwandikira kuri whatsapp niho uzobona inyishu vyihuse
@minanidesire123
@minanidesire123 2 ай бұрын
ubutegetsi ntubwemera we nande?
@GahunguAndre
@GahunguAndre 2 ай бұрын
Wewe urumucangero wabasi biterambere!
@Kana-uu8jv
@Kana-uu8jv 2 ай бұрын
😂😂😂😂 aravuze n'eza cane Mutama wacu Neva.shetani itanguye gukora rétro itanguriye mwubwo bugesera bukorera radio inkinzo.😂😂😂😂😂😂
@niragiraparfait111
@niragiraparfait111 2 ай бұрын
Hora urabesha knd sinizerako uri muburundi urikuvuga ivyutazi
@wilsongafurero4284
@wilsongafurero4284 2 ай бұрын
Ikinywamaraso, uy'umumenja yitwa nde? Ivy'abahima nibirebire pe.
@EllissaNiyogusenga
@EllissaNiyogusenga 2 ай бұрын
Noé jew abantu mutangamakuru murantangaza🤔 komutavuga ivyizanavyo avuga? Noé kwahimiriza abenegihug barime nibibi canke nivyiza ?
@NzosabaFaustin
@NzosabaFaustin 2 ай бұрын
Atarabivuga ntavyo mwavuga reka ubwangushi
@ntibaali3865
@ntibaali3865 2 ай бұрын
Buzohitana aba dd
@sindiisidras7112
@sindiisidras7112 2 ай бұрын
Wanguha naw urintumwa yabakoroni, none kuvuze ngo nubujaja bwanyenicubahiro iciza nuko udahakana kubutare buhari
@deobiho
@deobiho 2 ай бұрын
Iyi ntozo yitwa gute ? Ni mumpe address yiwe
@MugishaAuxane
@MugishaAuxane 2 ай бұрын
Intozo ni wewe na so , mushaka ko uburundi bwama mubukebe .
@syldiendayisenga1513
@syldiendayisenga1513 2 ай бұрын
Ariko rero ntimwihutire kuvuga kumbure vyogenda nezaa
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 2 ай бұрын
Sha wa Mugao,Nakwumvirije gushika aho uvuze ko bazogwanira n uRwanda mu Mwobo batumvikanye .Nca ndashishwa!!! Kumbe nawe ni babandi!?bashaka ko uBdi bushirwa Kw Isoko y Abakavantara😢 Uriko udushira mu Mitego??? Uvuze uRwanda uba ubitovye vyose! Uvuga ivyega Abarundi n uBurundi, irinde,kugabisha uvuga Kagame,uRwanda canke basesankuyoze! utera Ubwoba Abarundi baguhaye Umwanya wokukwumviriza😢
@NiyonkuruJeremia
@NiyonkuruJeremia 2 ай бұрын
Uyugabo aratwenza kwataribwabivuge none taha none nawe utayizanye abandi bayizana
@NduwamahoroWilson
@NduwamahoroWilson 2 ай бұрын
Shaa ngo ntamahoro ? Utegura intambara uraza none ngo yemere ivyiyumviro vyabobatavuga rumwe ? Hahaha uragatwenza nkaso kwel hewe uraza kirapanze imbonerakure uzozibona
@LeonceNDAYIZEYE-ew9zt
@LeonceNDAYIZEYE-ew9zt Ай бұрын
None nawe habuziki gufashiki ngucukure ubwobutare
@JanvierBirahenda
@JanvierBirahenda 2 ай бұрын
Dukunda akzi dukurireho amajambo
@AlexisNdayishimiye-ni6nw
@AlexisNdayishimiye-ni6nw 2 ай бұрын
Uravuzemo amajambo meza arko uracafise aho uhengama. Rero naw wikosore uhagarare neza. Président naw nakore ibishoboka yirukane abasuma hanyuma tumwizere twunge ubumwe dusenyere kumugozi umwe😢
@NzitungaEmmanuel-z6h
@NzitungaEmmanuel-z6h 2 ай бұрын
Birakubabaje niwimanike
@AlbertOsee-t2p
@AlbertOsee-t2p 2 ай бұрын
Muzoryana nkibibwa😢😢😮😮😮😮😮
@nyamugishagoreth8556
@nyamugishagoreth8556 3 ай бұрын
Nyokuru Yaciye umugani ngo. "inda ihaga ivu ntihaga indya"" Ntavyo bazomaraaaaaaa
@regisit8452
@regisit8452 3 ай бұрын
12 000 tonnes, n'exagérons pas à ce point. C juste pour attirer les investisseurs parce que le pays n'a pas les moyens de se lancer dans cette industrie au point de dire que le pays va se lever de la pauvreté dans laquelle ils nous ont plongé. Il y'a quelques c'était en Ouganda où on nous disait qu'ils avaient trouvé une réserve de 12 000 tonnes d'or. Et depuis, rien...
@viateur4781
@viateur4781 2 ай бұрын
Uvuzeko mwishikiye kukirombwe twereke video urindani mukinorombwe
@comendikuriyo8564
@comendikuriyo8564 2 ай бұрын
Kumbura musenge Imana iduhe I yo kurya vya buri musi ivyo vyo nivyabenevyo nibaza ko na president atarimwo kiretse abuzukuru biwe.turiko turigira iconzi co nuko abuzukuru bacu bazosiga Burundi Ari nka paradiso.
@bauji4533
@bauji4533 2 ай бұрын
@ChanellaNiyonyishu
@ChanellaNiyonyishu 2 ай бұрын
Ubwo neva aravyumva🤣🤣🤣 shn gerageza bimushikire ikizokubako tuzogusengera IMANA ikugarukane kuko urumunt wagaciro 👊
@JeanpaulNibizi
@JeanpaulNibizi 2 ай бұрын
Uwuvuga.ukiri.baramurwanya.guko.abavuze.ivyabo.abateye.icumu.murubavu
@freddyntibasame9332
@freddyntibasame9332 2 ай бұрын
Wew umukunda uratomboye ngira murasangira amanyanga yiwe; niwe mukuru w'abasuma,niwe ashigikiye ubwicanyi. Nico umukundira?
@mariushakizimana8822
@mariushakizimana8822 2 ай бұрын
Genda umusubirire
@Kana-uu8jv
@Kana-uu8jv 2 ай бұрын
Nashake aburye bwose abumare aheko benewabo namwe mwarabwivye mutako mwica nuwagira abuterezemwo Imbere i Gihugu.komwari muzi koburiyo mwakoziki kugira Abarundi batabizi tubimenye?ahubwo muronderwe mukubitwe intahe mugahanga.murabonye kobufashwe nabi mwita abansi banyu muciye mutangura kutangaza ibizuru.imbonerakuru nizigihugu Abo bishwe nabi bishwe namwebwe mubaziza kwibanira nabandi n'eza.ahubwo iyaburya bwose.😊
@nsengiyumvaeric4924
@nsengiyumvaeric4924 2 ай бұрын
Abo bene ruhinda bibaza ko tutabahinyuye. None iyi myaka yose bari babunyegeje babukiye umukoroni. Nibaje hariya batekereze.
@Mwambutsa-n1b
@Mwambutsa-n1b 2 ай бұрын
Uramaramay nabo babirigi baw imana yakozi bitangaza irahatwereka reka twitungire tuveko
@Hafashimanamanassé-o8s
@Hafashimanamanassé-o8s 2 ай бұрын
Uyumurundi yageragej kuvuga atagendey kubwoko cnke kuvuganabi igihgu.m akaboko kamenyerey.......
@Mudageelevisnduwayo-tx2ws
@Mudageelevisnduwayo-tx2ws 2 ай бұрын
Nakumvise wewe urumwe mubagwanya uburundi kandi abatutsi mwaratugwanyije keshi muragahona
@valeriemanirakiza3070
@valeriemanirakiza3070 2 ай бұрын
Ivyo vyose ntavyo nkeneye d. Dato le 5 august, nkeneye ibitoro gusa, rien que Ca. Nta ma jambo Mu amatwi yanje. Nta politique nkeneye kwunva den dato
@NoToot-r9k
@NoToot-r9k 2 ай бұрын
Ahubwo ukeneyamavyi😊
@j.baptisteniyonizeye135
@j.baptisteniyonizeye135 2 ай бұрын
Vyose vyaremwe n'Imana tuzobisiga mw'isi.nuko turiko duca mubigoye twatawemwo n'abandi
@NduwayezuErnest-ox9kv
@NduwayezuErnest-ox9kv 2 ай бұрын
Basha nawewe uvuga gutyo nukubura ahuca ngubwibe.mumyaka iprona yatwaye nahone mwarira gutyo.
@nsengiyumvaeric4924
@nsengiyumvaeric4924 2 ай бұрын
Gatimahima nubu ntarata hasi ! Bene Ruhinda murarushe.
@falesbanda8419
@falesbanda8419 2 ай бұрын
Urumugabo uvuganeza pepe
@PascalBaricako-u1d
@PascalBaricako-u1d 2 ай бұрын
Ahoho,uvuzukurikuvyamirongitanukwijana,ahoturikumwetwese
@nshongorejuvenal5426
@nshongorejuvenal5426 3 ай бұрын
Mutama ibyo muvuga n'ukuri kandi uburundi bufise umuyobozi adashoboye uburundi n'abarundi bafise ikibazo gikomeye cyane wabonye umuperezida ukingirana abarundi ngo ntashaka abanyarwanda mugihugu kiwe wapi abayoboye nabi cyane Imana niyo izamubakiza
@katondanda8788
@katondanda8788 2 ай бұрын
Naho uyoboye neza ni Kagame se?menya ibyiwanyu irwanda ureke ibya abarundi,huzuyemo imbonerakure ko kungoma ya Buyoya hari huzuye aba sans check!?uprona yishe abantu bangana iki???
@DonatienNiyondereye
@DonatienNiyondereye 2 ай бұрын
Ngwabarundi bayobowe bat?murwanda muyobow mute se sha?iwacu byihoze
@NzisabiraJpiere-pf4hi
@NzisabiraJpiere-pf4hi 2 ай бұрын
Abanyarwa nimwemuhiriwerero bara bashuka ramba neva sebarundi
@NzisabiraJpiere-pf4hi
@NzisabiraJpiere-pf4hi 2 ай бұрын
Gendamushima ibyanyutwarabamenye
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 2 ай бұрын
jahiyo iwanyu murwanda
@josephmanirakiza-ro9hv
@josephmanirakiza-ro9hv 2 ай бұрын
mutama ndakwemera p! uyaga neza p!.
@JimmyMUTUNGUKWARI
@JimmyMUTUNGUKWARI 2 ай бұрын
Urarivuze kabisa kandi ubwobusuma u Rwanda bwiba ubifisemwo uruhara mbonye bimenyekanye muca mubwejagura
@sajidali2995
@sajidali2995 2 ай бұрын
Iyoninzigo baraciteze kobazosubira gutwara numunoko izonindoto
@pastoronesphoremurishi9429
@pastoronesphoremurishi9429 2 ай бұрын
Uyu mugabo ni nde?
@shurweburundi
@shurweburundi 2 ай бұрын
Rangaza ivyo bizuru umengo n'imigano itwara amazi
@johnoscontirandekura8057
@johnoscontirandekura8057 2 ай бұрын
Thanks
@maisharusharika6187
@maisharusharika6187 2 ай бұрын
Harakantu ka Génocide mwacishijemwo mur 1993 mbe iyo Génocide yoba yagiriwe ubuhe bwoko?
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga
@Ijisho.ugutwi-Vya.Nyaburunga 2 ай бұрын
@@maisharusharika6187 wewe ubiziko iki?
@juvenalmct71
@juvenalmct71 2 ай бұрын
🎉
@NtiharirizwaGerard
@NtiharirizwaGerard 2 ай бұрын
Nkawewe gasha kowiberey bergique can canada nawe tubwire ikintu utumariye guponda gusa namwe twarabahinyuye ntamuntu akunda igihugu
@Nyandwithenence
@Nyandwithenence 2 ай бұрын
Wewe uri igisundi cimbwa.
@cedricirakoze-j2r
@cedricirakoze-j2r 2 ай бұрын
Ngo kirya kiri ku gataka ki Burundi! Aho wokwemeza ko uri i burundi . Emwe, umunoho urabarembeje kweri..reka uburundi bwidegemvye iyo nzigo y,inzikira ntaco izobaha atari kwama mwibaza ngo mwavukanye imbuto...ngo mwaremewe gutwara! uwo mutwaro...muraharuhiye!
@IddyNtakirutimana-s3e
@IddyNtakirutimana-s3e 2 ай бұрын
Mwubakiye kubwoko bivyare iki
@mponganochristian2196
@mponganochristian2196 2 ай бұрын
Nukuri uwabuha rwansa uburundi mworeba ukwabugira dubai❤abarundi.nakishyima nkurwanda
@KC-wj7yh
@KC-wj7yh 2 ай бұрын
Ahahahaha Nta Rwasa ,nta CNDD DUKENEYE BOSE NICOKIMWE UBURUNDI BUKENEYE GEN Z NKABA FABRICE ,ICABWENGE MUREKE KUDUHEKWREZA ABO BICANYI .NTIDUKENEYE ABATWARA IGIHUGU BUNYESHAMBA. RWASA NON NON ET NON
@jibriladat5749
@jibriladat5749 2 ай бұрын
Muragenda mwimbe Murwanda haruwababujije murafise ishari mbonye iyo sing yazayuniste naciye ndagutahura yuko uriwamwungu wagwaruyuzi
@MugishaAuxane
@MugishaAuxane 2 ай бұрын
Niwamwungu warwaruyi , yukanguye , yarambiwe nubusuma bwanyu , Uzi ko uvuze umwungu warwaruyuzi uca utinya , hariho indyamunyu zidatinya mwebwe mwabi juju mwe mwibaza ko Igihugu mwakiranguye , bazohagarika bakoresha igiti , namwe mugitwaje ikibi , ubusuma n'umwicanyi . Donc rero umwungu warwarubibe wokwikangura Kandi nabo sabana ! Ntimuwufate nka bantu ataco bobatwara
@ThierryButoyi-b3t
@ThierryButoyi-b3t 2 ай бұрын
Nibabucukure babushire muri BRB hazogura uwushaka
@VYBurundi
@VYBurundi 2 ай бұрын
None hakorwiki kubwawe?
@ThomasBukuru-hj6ly
@ThomasBukuru-hj6ly 2 ай бұрын
Kiguberi tuzomukuramenyo asigare ari ibishinyari. Canke ni wewe nyene kiguberi, sha wewe urapfuye ndaguciriye agacé. Kwibuye, uraza nikizima imana abarundi twashinze imbere yatweretse kurya kinogo wari waranyegeje. Mbega wokinyeguruye ryari? Pôle Sana kabisa. Burundi oyeeeeee
@emmanuelminani9270
@emmanuelminani9270 2 ай бұрын
Uvuzukuri musazaa
@mponganochristian2196
@mponganochristian2196 2 ай бұрын
Nugukora nkomurikenya batwicyishya inzara abarundi baguma babinjyiji barundi mukanurep😅
@MetuseraHarimenshi-hj6yr
@MetuseraHarimenshi-hj6yr 2 ай бұрын
Muratanguye mwebwe imyaka mwamaze kubutegetsi ko mutigeze mugira nubushakashatsi ngo mutore aho buri Evariste wewe nuko nivyo ya bishitse ko naho mwebwe mwishinga amoko gusa
@IRANKUNDAFidele-nr8we
@IRANKUNDAFidele-nr8we 2 ай бұрын
Bagumyabanga ntitwijajare bantahokaroye ntibaryamye
@viateur4781
@viateur4781 2 ай бұрын
Kurinzigo Kuko iyoturufu ntikora
@Mathieusinzinkayo
@Mathieusinzinkayo 2 ай бұрын
Bgabundi presida w'Ubrundi ntiyihenze.
@JeremieSiboniyo
@JeremieSiboniyo 2 ай бұрын
numbu nturemera ko amahoro numutekano kuhari mungihe wew utarimwo mutwaro uca wuva ko ingihungu kindatekanye
@PascalBaricako-u1d
@PascalBaricako-u1d 2 ай бұрын
Nonekobabatumakongobabacirurubanzamugakomindurunikuberiki,ukabuvuzegutyowamuntuwesuzumaneza
@Didace-ee8mm
@Didace-ee8mm 2 ай бұрын
Uravuga ukuri mutama knd naho birengagiza ivyobabwigwa uvumwa nabeshi ugatota nibakumbure bubake igihugu amacakubire bayasezerer
@GrâceNahimana
@GrâceNahimana 2 ай бұрын
Nuwabitanguye arikurya ivu ivyoyivye vyose ntacobiriko biumarira,nuwundi azopfa abidige
@venustetuyizere7618
@venustetuyizere7618 2 ай бұрын
Kumamayoo
NTV Uganda Live Stream
NTVUganda
Рет қаралды 141
إخفاء الطعام سرًا تحت الطاولة للتناول لاحقًا 😏🍽️
00:28
حرف إبداعية للمنزل في 5 دقائق
Рет қаралды 79 МЛН
Life hack 😂 Watermelon magic box! #shorts by Leisi Crazy
00:17
Leisi Crazy
Рет қаралды 80 МЛН
Kluster Duo #настольныеигры #boardgames #игры #games #настолки #настольные_игры
00:47
Breaking: Impinduka zerekeye ubutane mu itegeko rishya ry'Umuryango
29:04
إخفاء الطعام سرًا تحت الطاولة للتناول لاحقًا 😏🍽️
00:28
حرف إبداعية للمنزل في 5 دقائق
Рет қаралды 79 МЛН