Bonjour Dadiee, Imana iguhezagire. Jew mba liège ndakuzi , urumuntu w'umutima kbsa. Bisous
@mihigoinnocent711Ай бұрын
Mon frère Juste w umenga urimubantu umenga abantu Bari hanze harico mupfa bro hari ama opportunité uzicakuzanye hama abaciye Serbie la majorité bari mukazi bararonse impapuro nabantu bagize intégration nziza bazi nicabazanye.
@Ingomayimyibutsa257Ай бұрын
Well done Dadiée. Bandanya ukora ibikorwa vy'umugisha nkibi. Hezagirwa!
@ALIOTHTRAVELANDTOURSLIMITEDАй бұрын
Imana ihezagire uyo mu diaspora kurico ciyumviro co gufasha abakobwa bacu.
@benshaka7595Ай бұрын
Uwu murondo ari sérieuse. Umuhungu azomutwara azoba adahushije!
@suger-r8iАй бұрын
Bnjr Gaël, ubuzima ntibuhinduka kubava i Burundi baja hanze gusa (Europe, Usa,Canada....)murarondera nabavuy ruguru bamanuka mu gisagara, nabavuy mu gisagara baduga ,ubuzima bwabo, harimwo na Bato bato(utibagiye abakozi Bo munzu) kuko !nabo nyene bahura na vyinshi bishobora gutanga icigwa
@Slime-s5pАй бұрын
Juste Gaël umenga arwaye abaciye Serbie interview zirenga 5 uvuga abaciye serbie 🙄🙄🙄🙄!! Ubu 90% baramaze kuronka impapuro bafise ama contrats de travail abandi Bari kwishure!! Wibaza kwaraho bahuriye niyo nzara yanyu iri mu burundi? Ubu nutu devises mushobora kuronka plus de 50% tuva muri diaspora en majorité abaciye serbie bafasha famille zabo zisigaye zimerewe nabi aho !! Wew warabaye imponerakure barakuguze gusa uzovyicuza oneday i promise you
@jeanclaudemugisha533Ай бұрын
Imana Iguhezagire kw'ico gikorwa c'urukundo mukoreye abo bana
@theddyboyayo2322Ай бұрын
Vyiza ma belle Imana izobiguhembera
@ntigirankabogoreth28 күн бұрын
😊😊
@ntigirankabogoreth28 күн бұрын
😊1❤
@budedericesarie2675Ай бұрын
Sweetheart, indoto nziza. Daddier komera ,we love you.
@BigAlpha365Ай бұрын
Komera Budederi😍
@theddyboyayo2322Ай бұрын
😂
@mayaciza833723 күн бұрын
Très belle initiative. Kugire n'abandi bashobore guterera, il faut gutanga igiciro. Par exemple dans 1 carton harimwo combien de serviettes.? Umukobwa umwe mumuha zingahe? Et avec ça umuntu acamenya budget pour acheter et le nombre de filles yofasha. Mwoduha izo information ? . Mukomere❤
@kubilewisАй бұрын
Icuvuze cukuri nukukunda uburundi, kuba uvuga ikirundi uko wavuye i Bdi ufise umwakanumw ni impec