Udakwiza imyaka 18 nturabe iki kiganiro//Umugabo n'umugore bohana umunezero gute?//Mwotegurana gute?

  Рет қаралды 152,818

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Күн бұрын

Udakwiza imyaka 18 nturabe iki kiganiro//Umugabo n'umugore bohana umunezero gute?//Mwotegurana gute?

Пікірлер: 170
@MpfayokureraTriphonie
@MpfayokureraTriphonie Ай бұрын
Mwubahwe 🙏🙏🙏 ku nyigisho nziza Apotre Isidore
@KwizeraDidier-cp9ly
@KwizeraDidier-cp9ly 6 ай бұрын
Ndakwemera cyane muhungu wiwacu Apotre
@Ntirwanda
@Ntirwanda 7 ай бұрын
Apotre ndagukunda cyane ngusabiye Imbaraga na mavuta no kuyoborwa numwuka wera mwuka mweranda
@hamugish
@hamugish 8 ай бұрын
Murakoze ku kiganiro ciza vyukuri👏🏾👏🏾👏🏾🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮. Murigishije Imiryango canee.
@InnocentCheckeredFlags-oo2ih
@InnocentCheckeredFlags-oo2ih 4 ай бұрын
Nukuri murakoze 🙏🙏uwiteka abogerereze kumugisha ndatahuye urugo Niki ndabimenye🙏💓💓💓💓💓💓💓💓❤️❤️❤️❤️❤️❤️🫶🥳🥳
@hamugish
@hamugish 8 ай бұрын
Part 2, please!!!! Murakoze ku kiganiro ciza. Umu Journaliste nawe ari professionel.
@EllissaNiyogusenga
@EllissaNiyogusenga 8 ай бұрын
Mwigishije neza. Ariko kukibazocokurengibigo ntimwatomoye neza kuk ntamuntu yorongora umugore ngoyumvanezerewe mugihe azikoharuwundi yamayamusambanije. Ahohantu muhakosore mukwigisha. Kuk iyonikintucambere gisambura kuk ntimubamugihuje ivyiyumviro.🙏
@EvaristeNshimirimana-j4k
@EvaristeNshimirimana-j4k 5 ай бұрын
Imana ibahezagire cane
@dondivinIragororotse
@dondivinIragororotse 6 ай бұрын
Justine 'dayikeza murakoze cyane kuko ikikiganiro cari gikenewe cyane
@pelathienyirazirikana1592
@pelathienyirazirikana1592 6 ай бұрын
Muri abigisha beza pe Ndabakunda 🙏
@tazz8586
@tazz8586 7 ай бұрын
Jye ndabakunda umva ndabakunda babyeyi wenda ndashobora kuba ndimukuru kumwe ariko ndabubaha kuko murabakozi b'Imana ❤😂
@VianneyNdayishimiye-s8q
@VianneyNdayishimiye-s8q 8 ай бұрын
Murakoze cane! Vive la famille ,socle du développement national et individuel
@Onesmoboyz
@Onesmoboyz 5 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂Huyu mzee namukubali sana mungu awabaliki sana. Imana itubabarire cane 😂
@AngeMuco
@AngeMuco 7 ай бұрын
Murakoze patsa abigeme bashira mwamaraso yigisiga nabo n danger 😢
@NijimbereGREGOIRE-u4u
@NijimbereGREGOIRE-u4u 7 ай бұрын
Ikiganiro cagenze neza twaragikunze caratwogishije cane ❤
@JosueMinani-im7iu
@JosueMinani-im7iu 4 ай бұрын
Murakoze cane
@NizigiyimanaCharlotte
@NizigiyimanaCharlotte 7 ай бұрын
Murakoze kunyigisho muduhaye burya ingo nyinshi zibuze inyigisho kuganira murugo.abagabo benshi baziko batanze ration bibabikwiye ivyurugo 😂
@EsperanceEtudiante
@EsperanceEtudiante 7 ай бұрын
Murakoze kukiganiro cyiza kitwigisha byishicane
@JeanClaudeNkeshimana-e8j
@JeanClaudeNkeshimana-e8j 5 ай бұрын
Ndabaramukije mwese,mwanyakwubahwa.Ico kiganiro niciza cane,ndabishimye.
@dianenkurunziza3799
@dianenkurunziza3799 8 ай бұрын
Mbaye uwambere mundemere🥳🥳
@beatriceahishakiye6308
@beatriceahishakiye6308 8 ай бұрын
Aunty Jeacki nagushimiye cyane ukuntu uvuga ibintu utabiciye ruhsnde jye nasanze aba mama babarundikazi bagoye ukuntu hariho abusanga bavugako bamaranye nabatware babo imyaka irindwi batarabona igitsina cy’umugabo we jye narumiwe
@MuhayimanaMwamini
@MuhayimanaMwamini 6 ай бұрын
Hari kera
@NduwayezuAnnick
@NduwayezuAnnick 7 ай бұрын
Ndabashimiye cane munyigisho muriko muratanga
@celeniendayishimiye849
@celeniendayishimiye849 8 ай бұрын
Murakoze cane ndahigiye vyishi
@EvaristeNshimirimana-j4k
@EvaristeNshimirimana-j4k 5 ай бұрын
Imana ibahezagire canee
@HakizimanaJosue
@HakizimanaJosue 6 ай бұрын
Mukomerezeho pe nibyiza
@jeanneumutesi9617
@jeanneumutesi9617 8 ай бұрын
Murakoze cane ico nico kenshi kibura mungo zacu turasavye iki kiganiro ntigiherere ngaha mukomeze kutwigisha Muhezagigwe 👏
@innocentbangirinama5008
@innocentbangirinama5008 8 ай бұрын
Mbayahaga arankuyeho kweli ni comedy gusa barigishije 😂🤣😂🤣🤣
@ElianeNININAHAZWE-n3j
@ElianeNININAHAZWE-n3j 6 ай бұрын
murakoze cane.courage
@EmmanuelBarankunda
@EmmanuelBarankunda 7 ай бұрын
Murakoze Ku kiganiro ciza. Ariko abubatse ntibahuza ibitsina ariko barangura amabanga yo kuburiri canke amabanga y'abubatse.
@KabiraJeanclaude
@KabiraJeanclaude 7 ай бұрын
Nkunda ukuntu muvuga ukuri ico nico cish abavyey bikigih cnk ningo nikutabwizany ukuri wagir ngurabajij kurashirisoni ariko Ndiho akomeze kubungura ubwenge❤❤😊😊
@habonimamadesire6815
@habonimamadesire6815 8 ай бұрын
Mwubahwe bantu mukoze iki kiganiro, ndagukunze Tantine
@Yirene-o5q
@Yirene-o5q 7 ай бұрын
Ndafashinjw 🙏🙏🙏
@BigBrother-lm7xo
@BigBrother-lm7xo 8 ай бұрын
Murakoze cane 👏👏👏
@meryorndi630
@meryorndi630 8 ай бұрын
Ikganir.carikiryoshe.kirimwinyigisho..murakoze.cane.turabakunda
@francinGerome
@francinGerome 7 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😂
@rachelmukunzi606
@rachelmukunzi606 7 ай бұрын
"Umugore yafunze chignon y'umunwa"😂
@NestorBizimana
@NestorBizimana 6 ай бұрын
Muvuga ivyukuri kandi ni benshi vyokwigisha
@SpesHatungimana
@SpesHatungimana 6 ай бұрын
Abigisha beza cane apotre imana imukomeze yigisha neza
@alidaariellayihimpundu600
@alidaariellayihimpundu600 6 ай бұрын
Murakoz can mwes
@ManirambonaValerie
@ManirambonaValerie 7 ай бұрын
uranyeguye ,gwamaras yigusiga😀😀
@TonBores
@TonBores 7 ай бұрын
❤❤❤ ivyo nivyo kwer
@MuslimStanley
@MuslimStanley 8 ай бұрын
Thank you for advice 🇧🇮🇷🇼
@belysekajambere9576
@belysekajambere9576 7 ай бұрын
Ikiganiro ciza gikeney beshi❤
@ChristellaMUNEZERo-e2s
@ChristellaMUNEZERo-e2s 7 ай бұрын
Pppppp de votre
@mvmezerosamira3960
@mvmezerosamira3960 5 ай бұрын
Ikiganiro ciza cyane
@bayubaheevelyn
@bayubaheevelyn 6 ай бұрын
Yoo tantine jaki ndagukunda
@MuhamedJuma-b2c
@MuhamedJuma-b2c 5 ай бұрын
Uravugukuri mutama mbayahaga iyo habuzikiyago ntarukundo rubaruhari gerageza imanizobiguhembera twarahombey hejuru
@VitalHavyarimana-g1k
@VitalHavyarimana-g1k 7 ай бұрын
Iyabavyakunda twabatwaramuhira mungoziwacu.nonentibikunda. arikwivyobintu vyaribikenewecanemungonyishikabisa.
@claudinekanyange1069
@claudinekanyange1069 8 ай бұрын
Akakantu kukwimenamwo amaraso yibisiga Apotre avuze karamvunye imbavu😂😂😂😂😂
@JeanineNiyimpaye
@JeanineNiyimpaye 6 ай бұрын
Ikiganiro kiryoshe cane mwakoze cane mwarahezagiwe
@AntoinetteBaraka
@AntoinetteBaraka 8 ай бұрын
😂😂😂😂😂amaraso yigisiga nyene ewe apotre urazi gutwenza
@alexandredusabe1817
@alexandredusabe1817 Ай бұрын
👏❤🙏
@FgxcCcxx
@FgxcCcxx 8 ай бұрын
Murakoz❤muzozoz muratwigish❤❤❤❤😂
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 7 ай бұрын
Reka ntore agasongabugari nicare nige.Ubundi iki nico kiganiro mwubahwe mwa nararibonyemwe.Turakuye ubwatsi muraduhuguye pe.
@SALUMMANGAMBA-di2ti
@SALUMMANGAMBA-di2ti 6 ай бұрын
😅😢😅😅
@salumsalum5712
@salumsalum5712 8 ай бұрын
😂😂😂 Je Apotre Bizuku azonyica nagatwengo
@sozvin1869
@sozvin1869 7 ай бұрын
.harimwo abagabo bikundabadakunda abagore nuwiwanje arimwo nikigaba😊
@abdallahjuma7997
@abdallahjuma7997 8 ай бұрын
Uyu mudame ndamukunda cn arafise mumutwe hugurutse
@mukagashugifrancine8063
@mukagashugifrancine8063 7 ай бұрын
Mwigishaneza peee uyumugabo ndamukundacyane
@HoHnot-py1nj
@HoHnot-py1nj 8 ай бұрын
murakoze kumpanuro.burya umugabo urinzimubwire Ng nturaheza.harya abayafuye kukurwako ataguteguy😂😂
@dnk3852
@dnk3852 7 ай бұрын
Umviriza umuntu arenganye inyuma 😂😂😂😂😂
@Sirila18
@Sirila18 8 ай бұрын
Kutigisha abageni igihe kirekire (ku saha 1 n iminota 27)ntaho bitaniye no kubona umuntu ngo ko umujanye mu gakiza ( nk uko abapastori bavyita) uca wiihutira kumubatiza. Bigasa nko kugwiza umurongo n igitigiri.
@EnockNishimwe-lw6ym
@EnockNishimwe-lw6ym 7 ай бұрын
Akajegeza😅😂
@hategekimanamariespeciose5701
@hategekimanamariespeciose5701 8 ай бұрын
Reka ndengane kuko narabihombeyemwo pe😢😢
@nadinenizigiyimana2005
@nadinenizigiyimana2005 6 ай бұрын
Turabashimiye kur'abo batumire n'ikiganiro ciza baduhaye
@gloriainashaza6596
@gloriainashaza6596 8 ай бұрын
Ngo yimenamwo amaraso yigisiga 🙈🙈🙈😃😃
@PAPAABOYTV
@PAPAABOYTV 8 ай бұрын
Nukuri umutima wanjye uranezerewe caneeeeee
@ganad8521
@ganad8521 6 ай бұрын
Kbs❤❤❤❤
@JeanBaptisteBUTOYI
@JeanBaptisteBUTOYI 8 ай бұрын
Appotre uvuze ukuri kwuzuye kubakobwa kubwizanya ukuri muri fiançaille ningombwa cane
@NZITONDAFreddy
@NZITONDAFreddy 4 ай бұрын
Abavyeyi beza nukuri mwubahwe caane turabashimiy amajambo meza muvuze
@jimmycarteur
@jimmycarteur 8 ай бұрын
Tantine Jacky na Apotre barakoze cane
@JacksonHitimana
@JacksonHitimana 6 ай бұрын
Egooo bandanya mutwigisha
@MazaFabrice
@MazaFabrice 8 ай бұрын
Journaliste kutivuze déjà na juste Gaël ariko agirisha émission arivuga nketswe ww tubonye ubwambere!canke uri wawundi Gaël yita behind the camera mwite umusaza ? Courage bro.
@douglas2513
@douglas2513 8 ай бұрын
S'iryambere boss raba musi har ibindi biganiro ndimwo.n iki ucumvirije cose ririmwo
@KizzDaniel-h2l
@KizzDaniel-h2l 8 ай бұрын
Ewe mbayahaga uratweza amaras yibisiga😂😂😂
@EmmanuelNzigo
@EmmanuelNzigo 8 ай бұрын
Hari ijambo Jacqueline yavuze mu kindi kiganiro rivuga kumugore yihisha umugabo, kutavuga ikimubabaje, kumva ko yarugezemwo n'ibindi vyinshi,,,,,,.ni icago kirimwo gusenya ingo
@NezerweNelly-pd8lg
@NezerweNelly-pd8lg 8 ай бұрын
Hhhhhhhhh ngo imyanda mikuru ntisa kubera batarya bimwe😂😂😂😂😂😂
@anesiendaz9890
@anesiendaz9890 8 ай бұрын
Eee, none umuntu ntanya ibisa nivyo yariyeee😂
@Happy-h4l1c
@Happy-h4l1c 7 ай бұрын
​@@anesiendaz9890😅😅😅😅 nawe uyiciy umurya😂😂😂
@cedriciyamuremye2491
@cedriciyamuremye2491 8 ай бұрын
Murakoze
@NzisabiraJean
@NzisabiraJean 7 ай бұрын
Murakoze icyo kinganiro gusa radio yigihungu igibaha umwanya
@joselyneningarukira696
@joselyneningarukira696 8 ай бұрын
Murakoze caaane inyigisho nzima
@FaidaNiyokindi
@FaidaNiyokindi 7 ай бұрын
Ubusirasoni gusa nivyo.muzi.mbega.muri mwe murabikora neza
@Nishkeke
@Nishkeke 6 ай бұрын
Ingo mumfate nakiravye🙄🙄😒
@SALUMMANGAMBA-di2ti
@SALUMMANGAMBA-di2ti 6 ай бұрын
18 nayo ufise 😂😂😂😮😅😢
@AlineNimbona-jj4sq
@AlineNimbona-jj4sq 7 ай бұрын
Mutugezeho nibindi
@gimfilmsandseries
@gimfilmsandseries 6 ай бұрын
Hashe mazeux
@MuslimStanley
@MuslimStanley 8 ай бұрын
Isidori niwubahw can vraiment
@PhilbertUwamahoro
@PhilbertUwamahoro 5 ай бұрын
Nanje ndabashimiye cane.iyo Bose babumva barikwikosora.none nkabaja hanze bakamara imyeka 4-5 Bobo mwobahanura iki?
@iidd6782
@iidd6782 8 ай бұрын
Mwubahwe
@judithnduwimana2639
@judithnduwimana2639 8 ай бұрын
Muhezagirwe cane ibibiganiro birafasha imiryango myinshi
@jacobayanke463
@jacobayanke463 7 ай бұрын
Icigwa kiri interessant ariko muvuze ko uwutagira umugabo yubahukwa na bose bikamutesha agateka ariko mwibagiye ahubwo ko abaresha bubu abubahuka bubu ataco batinya mbere nabo bugaboo bubatse canke abagore b ubatse bose vyayangaye basigaye baresharesha. Kubwanje agateka ubwambere ni ww ukiha abandi bakurikira aho ww wishize.
@nelsoniranyibutse3833
@nelsoniranyibutse3833 8 ай бұрын
Izinararibonye Zubahw cn
@EmmanuelNzigo
@EmmanuelNzigo 8 ай бұрын
Har'ashurwe wavomera wareka, washiramwo umwavu wareka ico wokora cose aguma yuma-pe!
@FB-df6bp
@FB-df6bp 8 ай бұрын
💯💯💯
@niyonkurudeborah-v2f
@niyonkurudeborah-v2f 7 ай бұрын
Waaooo
@adronisniyorukiza5742
@adronisniyorukiza5742 8 ай бұрын
Déo iyo sujet arayikunda cane😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@douglas2513
@douglas2513 8 ай бұрын
Urampama sh😂
@EvaGlow-r3e
@EvaGlow-r3e 5 ай бұрын
Sha ntawutoyikunda pe iraryoshe kandi irigisha
@ErllaNduwimana-bl8bs
@ErllaNduwimana-bl8bs 8 ай бұрын
Ikiganiro ciza😂😂😂😂😂
@Mmm-ur5wp
@Mmm-ur5wp 8 ай бұрын
Turabakunda Imana Ibaheumygisha
@mamancheiilla0fficial
@mamancheiilla0fficial 6 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉🎉
@kellianishimwe3874
@kellianishimwe3874 8 ай бұрын
👌👌👌👌❣️
@FloribertNshimirimana-ri3ht
@FloribertNshimirimana-ri3ht 6 ай бұрын
Iki kiganiro nico muraduhaye inyigisho nyakuri munyigisho ryijambo ryuhoraho. Kuri mwebwe abakozi b'imana. Satani aramaramara namadayimoni yiwe batubaha imana yaremye ijuru n'isi.
@mugikoniiwacu296
@mugikoniiwacu296 7 ай бұрын
Uyumugore mozomugarukane
@casienkeshemana4984
@casienkeshemana4984 7 ай бұрын
Komeza
@CynthiaNIKUZE-mt5tz
@CynthiaNIKUZE-mt5tz 8 ай бұрын
Ahubwo sh
@ndikumanadiane3684
@ndikumanadiane3684 8 ай бұрын
Uyumus ho mutama araduhuhuy nrwamaraso yibisiga🤣🤣🤣
@amolam97
@amolam97 8 ай бұрын
Iyo titre yonyene ituma nuwufis 12ans ayirabira ico😂😂😂😂
@SALUMMANGAMBA-di2ti
@SALUMMANGAMBA-di2ti 6 ай бұрын
😂😂😂😂😂😂😅😅😅🤣
@MINANIEtienne-en9wu
@MINANIEtienne-en9wu 7 ай бұрын
Ikiganiro ciza cane
@Sirila18
@Sirila18 8 ай бұрын
Ivyo mwokora vyose ,uko mwishimisha kwose mutubashe abana ,ntaho muba muriko muraja kuko buca kabiri ivyo mwabumvishije baja kubigeragereza ahandi. Mupfaso, kunda umugabo wawe ,muryoherereze ,ariko kandi wubahe abana bawe .
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 7 ай бұрын
Ngo wubahe abana bawe? Wabisomye hehe?
@niyuhirehonorine4671
@niyuhirehonorine4671 7 ай бұрын
Yeah ni ukuri
@irakozechimene656
@irakozechimene656 8 ай бұрын
Ndahwereye Ngo Abo bana wa bunvise gut cnk ng uw muntu aciye ngaho
@abdalahsamushahu4125
@abdalahsamushahu4125 8 ай бұрын
None vyukuri umukubito urakenye kuburyo ukena micro ikiganiro nkico umwe wese yarikuba afise micro yiwe
@carrelmazameza2962
@carrelmazameza2962 8 ай бұрын
Noé mon frère gir'icukoze
@GhjDh-bp7mz
@GhjDh-bp7mz 6 ай бұрын
Ntacapfuye
ISENGESHO RIFISE AGACIRO by Chris NDIKUMANA
56:47
INYIGISHO ZA CHRIS NDIKUMANA
Рет қаралды 145 М.
99.9% IMPOSSIBLE
00:24
STORROR
Рет қаралды 31 МЛН
coco在求救? #小丑 #天使 #shorts
00:29
好人小丑
Рет қаралды 120 МЛН
1% vs 100% #beatbox #tiktok
01:10
BeatboxJCOP
Рет қаралды 67 МЛН
Сестра обхитрила!
00:17
Victoria Portfolio
Рет қаралды 958 М.
Quiet Night: Deep Sleep Music with Black Screen - Fall Asleep with Ambient Music
3:05:46
AFARTANKII (40) QISO OO UGU SAAMEYNTA BADNAA_2022 iyo 2023_ SHEIKH MUSTAFA.
3:26:03
IFTIN BROTHERS STUDIO
Рет қаралды 2,6 МЛН
Bob Rugurika atubwiye amabanga yatumye afungwa / FDLR i Bujumbura
1:07:48
Милионери от Игри | Уроци за успеха с Мони Дочев
3:29:11
99.9% IMPOSSIBLE
00:24
STORROR
Рет қаралды 31 МЛН