UGUSENGA BIRAFASHA MW'ITERAMBERE RY'IGIHUGU IGICE CA KABIRI

  Рет қаралды 8,945

TV RTNB

TV RTNB

Күн бұрын

Пікірлер: 14
@freddyntakarutimana5216
@freddyntakarutimana5216 2 жыл бұрын
Karerwa est fort niwe abivuze neza ubu benshi ni abakozi b'Imana si abana b'Imana biteranye ubwoba jew arantangaje rwoose benshi bakorera imana y'iki gihe ( satani) ikigiracumi ugitanze mû bitaro huzuye uwabuze ayo kuriha , abagowe baburaya abafunzwe babuze ababaraba impfuvyi ibuze epfo n'aruguru nukuri twarayovye ubu ntituri mû mategeko ya mose turi mû buntu ( christo)turogorwa na pwemu w'Imana mbega IC'icumi ko caronka abaherezi nabo nyene bakuramwo icicumi cicicumu kikaja mû rusengero i yerusalumu kandi caronka umuherezi kubera gutanga ibitambo vya bantu ngo baharirwe nta wundi murimo bakora none ubu igitambo abo baronka icacumi batanga batangira abacumuye ndetse igitambo ca Christo catanzwe rimwe rizima iteka ryose ni icahe? Mbega ubu icacumi ko bagihe bamwe mubafise ubuzi badadanza nibindi ivyo ababikora ni abakozi bâ satani karerwa vraiment jew ndamukunze azi ubutumwa bwiza abo bagabo bakorera imana idashoboye kubahemba nico gituma biruka baronderera ahandi iyo si Imana y'ukuri ni imana y'iki gihe ( satani)
@samsonmacumi8648
@samsonmacumi8648 Жыл бұрын
ivyo gusenga kutagira ibikorwa sikwo . ntamodoka izova mw ijuru ikorokere mw ISI yomanyagurika.ninyungu yabarongoye amadini
@Sympholine
@Sympholine 2 жыл бұрын
Ce débat était très intéressant, merci !
@burundikugatumbatv16
@burundikugatumbatv16 2 жыл бұрын
Abantu bameze nkukwo kwa Fouste barimubihugu vyose birimwo ishengero rya Kristo nahano muri America abantu bameze nkukwo kwa Fouste bariho kandi tubanye ukwo, ariko iyo Uhoraho atadusigira agace gatoya kabakimwumvira ukwokugarariza tubatwarabaye nkabi Sodoma na Gomora. Indongozi zacu nizigumye cane icozahawe maze bareke Fouste agumye ivyovyiyumvirovyiwe, kuko yoyaba tudafise abantu bameze nkukwo kwa Fouste ntabakozibimana bobabagikenewe.
@novatidamian7236
@novatidamian7236 2 жыл бұрын
Murakoze kuriki kiganiro ciza mukoze ndagikwirikiranye nteba ndi muri Amerika ariko kiranyuze cane, cane amajambo atanzwe na Karegwa nuyo Apotre vyukuri gusenga dukora birafasha ariko gusengera Yerusalemu gusumvya aho wavukiye naho uba sindumva ko uba uriko ukora ukuri. Hanyuma ikindi abasenyeri bacu bu Burundi nibikebuke ndabivuze uko kandi si ukubanka ndi umugaturika yujuje imisaraba bisigura ko ndujuje ibisabwa muri gaturika. Aba basenyeri bacu nibamanze bakure ibigegera biri mumaso yabo imbere yugutosora amaso yabandi bantu. Uti kuki?? Bitegereje neza barabona neza ko atakibi bakoze mugutoteteza Zebiya bamuhora ukwemera kwiwe ???? Gushika naho batuma intumwa za gisirikare kuja kwica abayoboke biwe kandi bakabihezagirira kuri arutare y' Imana ?? Ubwo arya maraso bazoyihanagurira hehe !!???? Kumwe bakarabira kuri arutare gusa???? Oyaaaaa imana izayababaze. Ndabivuze sindi umuyoboke wa Zebiya kandi nigihe vyaba ndari hanze yigihugu gushika nubu biracambabaza gushika umusi ndokumva ko bamusavye ikigongwe kumugaragaro. Kandi nditeguye ko umusi ndatashe ko ico kintu ndokibaza ababishinzwe niyo ndagira igihamana nkagira nabo tuzobonana bakuriye abandi munzego, zaba zi sengero canke iza leta. Murakoze bavandimwe nayo ivya Foste vyo nivyababandi bashaka gutera imbere bashatse kuguruka badafise amababa.
@didodiego3929
@didodiego3929 2 жыл бұрын
Coopérative nduza muyireke ikore
@didacebalusasiyeko3806
@didacebalusasiyeko3806 5 ай бұрын
Turabashigikiye kurico kiganiro. Mukomere cane. Amadini asubiza igihugu inyuma. Ak: Isi iririmba gute ko Uburundi ari ubwanyjma ? Abarundi bareke izo mana zinyuma ya Africa. Komeza gukebura Abarundi. Babwire. dusubire ku kirangamisi cacu. Rurema abahangaze hamwe N"Uburundi.
@nzobarantumyeleonidas1712
@nzobarantumyeleonidas1712 2 жыл бұрын
Amashengero atari make atuma ayayoboka binjira mubukene buzoshikira n'abuzukuruza babo. Ex. Kumaza umwanya muremure(urenze) Ku masengero. Kandi ni bake babahamagarira gukora. Babereka ijuru gusa kandi abarundi baguma baja mubukene. Hariho ukuri amashengero anyegeza imbere y'abayoboke.
@tatatiga4467
@tatatiga4467 2 жыл бұрын
Ko muvyo Karerwa ajejwe uruguhanura umukuru wigihugu mwombariza ko haraho aramubwira ko abahemukiye basogokuru iyagiye gusenga "Sunday"
@asile-charnelkn9947
@asile-charnelkn9947 2 жыл бұрын
Icambere co guherako ni amazina uko batanga amazina kera akab ariko bita aban bubu.
@reverierndikuriyo5230
@reverierndikuriyo5230 2 жыл бұрын
Mwubahwe
@zabulonbucumi2871
@zabulonbucumi2871 2 жыл бұрын
Intambwe idasanzwe: kumenya ko dimanche ari umusi wambere w'indwi.
@luckymbonye4183
@luckymbonye4183 2 жыл бұрын
Idini ninkinya cokugusinziriza, kko iyo wasinziriye ntiwibuka kufise ububabare, ibibugu bidakwirikira ivyo vyamadini vyose vyateye imbere 🤷‍♂️
UGUSENGA BIRAFASHA MW'ITERAMBERE RY'IGIHUGU IGICE CA MBERE
53:08
Мен атып көрмегенмін ! | Qalam | 5 серия
25:41
Hur Ser Marknaden Ut, Anders Borg | Framgångspodden | 336
1:29:20
Alexander Pärleros
Рет қаралды 108 М.