Uku Nikwo Leta Yu'burundi 🇧🇮 Na'bene Gihugu Bifashe// Impiduka zibiciro vyi'ibifungurwa

  Рет қаралды 226

Dieudonne Nd

Dieudonne Nd

Күн бұрын

Uko Ibiciro vyi'ibifungurwa bitandukanye,, rata yuburundi nabene gihugu ingene bifashe...
Urakoze Kuraba Ino Video, Ntiwibangire Kugira Subscribe na Portage ,, Ibiganiro vyubumenyi no kwigishanya ubivanaha ::::
/// Ukuri kwanone Podcast
/// Ubuzima Bwanje
/// Ubuzima Diaspora
_____________________________________________________________
⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️⬇️
( Ukaba Urumurundi aba Mumahanga ufise ISHIMO KUBA UMURINDI, Raba IYI SOKO⬇️⬇️ " Ntitugurisha impuzu tugurisha ISHIMO" 🇧🇮)
SHOP NOW :::::::
www.ukpburundi...
---------------------------------------------------------------------------------------
🔽🔽🔽🔽🔽🔽🔽🔽🔽🔽🔽🔽🔽🔽🔽🔽🔽🔽🔽🔽
Thank you For watching, don't forget to Subscribe ,lika and comment .
( If you're a Proud Burundian Check out The Store)
" We Don't Sale Clothes We Sale Pride "
SHOP NOW :::::::
www.ukpburundi...
▶️▶️▶️▶️▶️▶️▶️▶️▶️▶️▶️▶️▶️▶️▶️▶️▶️
Gira Subscribe kuri Channel / @dieudonnend
bishasha ntibikurengane.
Social Media:
ig :www.instagram....
Twitter: Re...
#burundi #tableronde2024 #presidentneva
Tushira Imana imbere murivyose.
Murakoze kutushigikira.
Thank you for your Support.

Пікірлер: 14
@KuzikoTV
@KuzikoTV Ай бұрын
Ntibakwemerera Brother nikibazo
@dieudonneNd
@dieudonneNd Ай бұрын
Ntiwibagire Kugira Partage na Like 🙂
@TuyisengeAugustin-p7m
@TuyisengeAugustin-p7m Ай бұрын
Muvuze ukuli turatahuy nez
@jchuma5417
@jchuma5417 Ай бұрын
Ayo makampani niyo dukeneye mu burundi ariko uyazanye baca bagufate bakagufunga bakakurira iby'iwawe utaratera imbere bikaca bituma benshi muri bo bagenda kubikorera zambia uganda kenya south africa mozambique n'ahandi henshi tutazi ubibabwire babihebe polisi igira akazi kayo igisirikare kigira akazi kayo imbonerakure akazi kazo uwo ari we wese agira akazi kiwe ama company bamenye ko baje kugaburira abantu bakaza abantu ibyo bintu babihebe babikure no mumutwe amakampani arakenewe mu burundi cyane cyane gusumbya nibindi nibyo bituma twangara nkatwe abana babarundi b'igihugu
@dieudonneNd
@dieudonneNd Ай бұрын
kimba izo mpavu arizo.. aho leta niyo uca ushirako ikibazo?
@CNC-qv8bu
@CNC-qv8bu Ай бұрын
Ivyuvuze sivyo kabisa guko muburundi ibintu biriko birahinduka cane ubu benshi bariko barakora. Company uyizanye ubu urakora atakibazo ubu igihugu kiriko kiriyubaka kabisa.
@Semnisubire4674
@Semnisubire4674 Ай бұрын
Turindire uburundi buzotera imbere
@dieudonneNd
@dieudonneNd Ай бұрын
ntiturindire ahubwo tukore ni shaka rikomeye 🇧🇮🔝
@CNC-qv8bu
@CNC-qv8bu Ай бұрын
I think ibintu ubishora hanze kubera iwanyu biba vyabonetse guko nkakarorero utanze kamavoka urya ayashora hanze kubera muburundi benshi bararya avoka kandi zizimbutse. Muri make bazishora hanze kubera ibiciro biri hejuru kurusha muburundi
@jchuma5417
@jchuma5417 Ай бұрын
There is no any company in Burundi
@dieudonneNd
@dieudonneNd Ай бұрын
let's build burundian Economy,, 🇧🇮 more business more life 🙌
@CNC-qv8bu
@CNC-qv8bu Ай бұрын
Totally lies. Go and see on the ground not talking from outside. There are companies. The issue was that Burundians were not used to set their own private companies from little capitals, they wanted to start from high which is impossible. But now we are progressing and we changed our mind set we are working harder
@JosephSikogukira
@JosephSikogukira Ай бұрын
Ncuti yanje, nta kigenda mu Burundi, bariko batekera amazi mu vyatsi. Kiretse ibintu bihindutse bikava mu minwe ya CNDD FDD
@dieudonneNd
@dieudonneNd Ай бұрын
Wosanga, Umuntu ni kurindira bibaye. Mugani twibukanya yuko umurundi wese ntabayeho kubera imigabwe.
Une nouvelle voiture pour Noël 🥹
00:28
Nicocapone
Рет қаралды 9 МЛН
99.9% IMPOSSIBLE
00:24
STORROR
Рет қаралды 31 МЛН
黑天使只对C罗有感觉#short #angel #clown
00:39
Super Beauty team
Рет қаралды 36 МЛН
Срочно! План США по Украине готов. Мир через силу. Прорвемся! /№897/ Швец
48:35
Wiz Designer umukobwa amusavye amusome biranse
13:55
ASE TV
Рет қаралды 5 М.