Ukumenyesha Inkuru Nziza ya Yezu Kristu, paroisse Ruyigi. Intahe ya Alice KUBWIMANA

  Рет қаралды 9,685

Paroisse Ruyigi

Paroisse Ruyigi

6 ай бұрын

Yezu Kristu ni muzima muri Ukaristiya, ubu n'imyaka yose. Amen!.

Пікірлер: 14
@user-fu4qk5he7t
@user-fu4qk5he7t 2 ай бұрын
Amen 🙏🙏🙏 ewe Mana urakomeye icubahiro nicawe iyo ntahe yumuvukanyi iratwigishije caaaane Gose Imana igukomeze ubandanye umaramaza umwasi wacu kabisa🙏🙏🙏🙏🙏🙏🙏
@didiertuyisenge-wi1oj
@didiertuyisenge-wi1oj 28 күн бұрын
Umukama wacu Yezu Christu ahabwe icubahiro mumitima yacu.Umuvyeyi Bikiramaria abandanye akingira abana biwe.muhezagirwe.ndanezerewe kuba nshoboye kwunva iyintahe yose.kuri Foyer de charité umwanya wabaye muto intahe ntitwayunva yose.Urukundo rwa Data Mwana na Mutima Mweranda rusambure ububasha bwose bwamashetani aburabuza abana bImana.urwo Rukundo rukingire Eklezia Gatolika nyeranda ibandanye ikwiza hose inkuru nziza.muhezagirwe
@marcellinebarakagwira6275
@marcellinebarakagwira6275 5 ай бұрын
Yezu ni mwiza cane ,aradukunda cane
@NduwarugiraMediatrice-ej7cc
@NduwarugiraMediatrice-ej7cc 4 ай бұрын
Kristu nimuzima imyaka yoseeee🙏🙏🙏🙏🙏
@cesarbizirindashi6412
@cesarbizirindashi6412 4 ай бұрын
Yezu ni Mutaneshwa imyaka yose
@user-zg5jf3fx1e
@user-zg5jf3fx1e 5 ай бұрын
Yezu n muzimaaaaaa Amen
@annystelladushime9106
@annystelladushime9106 4 ай бұрын
Amen courag
@user-ly2cc5qb8b
@user-ly2cc5qb8b 5 ай бұрын
Imana ibandanye ibaba hafi
@user-mt6th9zq1h
@user-mt6th9zq1h 6 ай бұрын
Imana ikube hafi
@ndihokubwayoegide8855
@ndihokubwayoegide8855 4 ай бұрын
Ndabaramukje
@jeannenimpaye6066
@jeannenimpaye6066 4 ай бұрын
Imana yacu ishimwe Imana ikora gikomeye pe!Alice kubwimana ndagukunze cane vyose biba kumugambi wimana urakoze mwigisha ijambo rryimana imigambi Imana sinkiyabantu💒💐💐💐
@coopecruyigidrr6279
@coopecruyigidrr6279 6 ай бұрын
VYIZA CAANE KO PAROISSE YACU IGIRA CHAINE YOU TUBE KABISA
@user-gw1kg4wy6r
@user-gw1kg4wy6r 6 ай бұрын
Ego mwigeme wimana Umukama agira neza yakurokoye
@annystelladushime9106
@annystelladushime9106 4 ай бұрын
Amen courag
Semerera Uhamagare Yezu - Patiri Aimé Irakoze
50:50
AMANI Angels
Рет қаралды 257 М.
Does size matter? BEACH EDITION
00:32
Mini Katana
Рет қаралды 18 МЛН
DO YOU HAVE FRIENDS LIKE THIS?
00:17
dednahype
Рет қаралды 102 МЛН
Was ist im Eis versteckt? 🧊 Coole Winter-Gadgets von Amazon
00:37
SMOL German
Рет қаралды 39 МЛН
Ordination 2024 et Jubilé à Ngozi
2:03:54
Michel HABIMANA
Рет қаралды 11 М.
Emera Umukama Yezu niho uzokira, wewe n'abawe bose.
1:34:18
Paroisse Ruyigi
Рет қаралды 1,8 М.
INDWI YO KUMENYESHA INKURU NZIZA - (umusi ugira kane-suite)
47:17
Foyer de Charité de Bujumbura
Рет қаралды 8 М.
INTAHE YA ALICE (EP2) IZINA RYA YESU RISUMVYA INKOMEZI ABAPFUMU
29:57
UMUCO WERA TV
Рет қаралды 3,5 М.
IVYAKOZWE N'UMUKAMA YEZU KU WA 15 07 2022 MURI FOYER DE CHARITE I BUJUMBURA (INTAHE)
1:22:30
Ni mugende namwe mu mizabibu yanje
1:34:58
Paroisse Ruyigi
Рет қаралды 719
Does size matter? BEACH EDITION
00:32
Mini Katana
Рет қаралды 18 МЛН