Bro muzohore muvuga ivyanyu apana gufata en général ,hano harabanyafrica bakenye kubera kudakora abandi ntibazi kumanajinga cash ,bagacabagenda kuri social media ngongwikingwiki,komuvugako harimihangayiko nimugume hiyo muyatora mwibarabara.abantu nkaba mureke kubatumira
@boris-evrardmucowintore57444 ай бұрын
courage cane August
@NkurunzizaJamal3 ай бұрын
Komera Auguste ndakwibuka twarakornye akazi ka Taxi Muyinga
Yoo Felix wa kera, Emelyne Turame gtga uramwibuka?
@nik_florenАй бұрын
@felixkazonkiza asha uri intashima kwelii burya abantu nkawe baracabaho wa kizehe we wibagiy ivyo yagufashije ukaza muri kenya akakuronderera indaro akagufasha akaguherekeza no mu kugira ushik aho ushitse nawe yagiz ico atereramwo ngo yagusavy amahera ba ureka kwibeshera no gucafuza abantu wa ntashima we niho bavuga ngo umurundi umuvura amaso bwaca akayagukanurira ivyo uvuga ntavyo uzi ariko umuntu mutangana mutari no mu rugero rumwe ntukaz kumuvuga ibitagira umutwe na maguru wa kizehe we
@kavugamelchior2544 ай бұрын
Sha nimba bigusaba kubira intuguta kugirango usevinge 200$ niwigumire hiyo ntacuzagukora usa.