Intahe ikomeye cane//Imana yanciye ukuguru ngo bikunde ndayikorere neza//ubu tubanye neza

  Рет қаралды 7,638

UMUCO WERA TV

UMUCO WERA TV

4 жыл бұрын

Ushaka kuraba izindi video kuri UMUCO WERA TV
Fyonda hano / @umucoweratv2021
Kurikira INTAHE hamwe n' UBUTUMWA BWIZA umusi kumusi kuri chaine UMUCO WERA TV
Ukaba wipfuza guterera iciyumviro canke ikindi cose cotezimbere chaine yacu Woturondera kuri 79 969 452(ikoreshwa no kuri whatsapp)
#INTAHE #UMUCO_WERA_TV

Пікірлер: 29
@ashuraniyonzima5214
@ashuraniyonzima5214 4 жыл бұрын
Yesu aguhe umugisha mwishi cane
@winshmhn1164
@winshmhn1164 4 жыл бұрын
Ntakintu kiryoshe nko kubona umuntu afise imyaka nkiyo, ahumeka ivy ubugingo!!! Harahiriwe uruvyaro rwawe!!!
@lilianeinandava3039
@lilianeinandava3039 2 жыл бұрын
Ndaryohewe cane vraiment
@greechebrew5211
@greechebrew5211 2 жыл бұрын
Nkunda ibisazi by'abakizwa! Hhhhhhh Wow! Badge 🤣👍
@happymunezero4923
@happymunezero4923 4 жыл бұрын
Iyi ntahe n’iyi nyigisho y’ijambo ry’Imana Yesu Kristo riramfashije! Imana ibahezagire cane Muco Wera TV
@lilianeinandava3039
@lilianeinandava3039 2 жыл бұрын
Yesu aguhezagire mugenzi
@niyokwizigirwasamuel2244
@niyokwizigirwasamuel2244 4 жыл бұрын
Amen! Imana ikora ukwigomvye, yarakoze kukwihishurira natwe tuvyungukiyemwo
@bashakhader3327
@bashakhader3327 3 жыл бұрын
Amen Imana yarakwiyeretse ndayisavye nanje inyiyereke impe kuyikorera vyukuri
@elianeitangishaka4756
@elianeitangishaka4756 4 жыл бұрын
Amen ndafashijwe niryo jambo riri muri yohana 14:23.niryo Umwami yesu yampaye nkikizwa.umwami yesu azoduhe iherezo ryiza.kandi ijombo ryiwe ribe muri rigwiriye.umwami yesu abampere umugisha
@sindayigayaantoine2292
@sindayigayaantoine2292 2 жыл бұрын
Yesu azaguhe kuyumvira kandi ijambo ryayo rkugumemwo Amene
@bienveillant.3627
@bienveillant.3627 4 жыл бұрын
Uri muri Yesu rwose kandi na Yesu Akumiro. Utanze inyigisho nziza!! GUMAMO!!
@greechebrew5211
@greechebrew5211 2 жыл бұрын
Ni ukuri uyu mubyeyi afite guca bugufi mu mutima, kwimenyaho intege nkeya no kudahaririza Imana. Imana imukomereze muri uyu nicyo pe
@greechebrew5211
@greechebrew5211 2 жыл бұрын
Amasengesho ya mardi, jeudi na samedi Niba IMANA izayaduhanira sha mwijuru hazajyayo gakeya pe. Abantu bayajyamo ni bakeya cyaane
@MohammedMohammed-tp5ct
@MohammedMohammed-tp5ct 4 жыл бұрын
Amen Amen IMANA ifisinziranyishi mugutabara ntibisanzwe
@mugikoniiwacu296
@mugikoniiwacu296 4 жыл бұрын
Murakoze cyane umuco wera TV muhezagirwe muraduhembura
@alicegabe2996
@alicegabe2996 4 жыл бұрын
Imana iguhezagire mukozi w'Imana, ni ijambo ryimana rijana ni ntahe riranyubatse cane murakoze
@cardinalendikumagenge9967
@cardinalendikumagenge9967 4 жыл бұрын
Yesu n'Unumugabo n'umugabo w'abagabo ivyakora vyose birengeye ubwenge bwacu.Mw'Izina rya Yesu vyose bigenda neza.
@assiyamwamikazi570
@assiyamwamikazi570 4 жыл бұрын
Murakoze cane imana ibahezagire wugize icomumarira
@shopaman885
@shopaman885 Жыл бұрын
Imana irondere abayo
@evawayesu7848
@evawayesu7848 4 жыл бұрын
lmana ibahezagire pe murakoze cane papa
@bizindavyiedouard6752
@bizindavyiedouard6752 4 жыл бұрын
Amen! Ntakikanira Imana
@isokoyubugingoofficial626
@isokoyubugingoofficial626 4 жыл бұрын
Iyintahe iranyubatse
@blessingheaven8660
@blessingheaven8660 4 жыл бұрын
Amen urampezagiye
@magnifiquentkrtmna320
@magnifiquentkrtmna320 4 жыл бұрын
YO NDAMUKUNDA YESU AFISE INZIRA NYISHI YATEGURIYE UMWUMWE. JEMBERE BIRANSIGA UMWEWESE AFISE IHAMAGARWA RYIWE
@kazefloride9992
@kazefloride9992 4 жыл бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤
@happymunezero4923
@happymunezero4923 4 жыл бұрын
Umuco Wera TV, igice ca 2 c’iyi ntahe kiraboneka?
@niyonsabasylvestre3426
@niyonsabasylvestre3426 4 жыл бұрын
Hapyyy kiriho
@sindayigayaantoine2292
@sindayigayaantoine2292 2 жыл бұрын
Ego coboneka
Secret Experiment Toothpaste Pt.4 😱 #shorts
00:35
Mr DegrEE
Рет қаралды 30 МЛН
World’s Largest Jello Pool
01:00
Mark Rober
Рет қаралды 84 МЛН
Double Stacked Pizza @Lionfield @ChefRush
00:33
albert_cancook
Рет қаралды 98 МЛН
NTA GISHOBORA GUHINDURA IVY'IMANA YAVUZE/Pasteur Nestor
14:50
MEIRRA Tv
Рет қаралды 11 М.
Secret Experiment Toothpaste Pt.4 😱 #shorts
00:35
Mr DegrEE
Рет қаралды 30 МЛН