Umukobwa mwiza vyanse ko yihangana//Ama VIDEO y'ibiterasoni yasohotse//Abamvuga nabatanzi//Ikibabaje

  Рет қаралды 53,417

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Күн бұрын

Umukobwa mwiza vyanse ko yihangana//Ama VIDEO y'ibiterasoni yasohotse//Abamvuga nabatanzi//Ikibabaje
‪@Gusto‬
#urukundo #divorce

Пікірлер: 203
@GiseleUwera-m6g
@GiseleUwera-m6g 6 ай бұрын
Nukuri asa cane na Knowless wo mu Rwanda
@Musindi736
@Musindi736 8 ай бұрын
ariko mubintu Uburundi bukwiye kwirata nabigeme beza barimwo nukuri sinzi ko namw mubibona
@Bizima-ndiko01
@Bizima-ndiko01 5 ай бұрын
Merci de votre émission, merci à vous Just Gaël
@Eliane-zt6vs
@Eliane-zt6vs 8 ай бұрын
Burundi mufite abakobwa beza❤❤
@ChachaChany
@ChachaChany 8 ай бұрын
Cane gose
@ndikumagengejacqueline6459
@ndikumagengejacqueline6459 8 ай бұрын
Uri mwiza pe. Ikindi usa n'a butera nolese ❤
@Bby_rasta
@Bby_rasta 8 ай бұрын
Yooo elle est jolie🥺❤en plus ntiyishima knd araba honnête Respect à elle🤌❤😍
@kayihurastephen1232
@kayihurastephen1232 8 ай бұрын
I 've admired yr.advice❤ ntabwo ibintu bikwiye kudutesha agaciro ,courage.
@GyneseHafashimana
@GyneseHafashimana 8 ай бұрын
Anny so cute ndagukunze Imana iguhezagire Impande zose👏💗💗💗
@irankunalyly468
@irankunalyly468 8 ай бұрын
Mana yanj nukuri uyumukobwa narinziko ari Knowles butera womu rwanda ndagukunda cane imbere cane mwigeme mwiza❤❤❤❤❤❤
@josianenimbona6385
@josianenimbona6385 8 ай бұрын
Najewe narinziko ari Knowles Butera.barasa cane amenyo,amaso ....
@JeannetteManirambona-o6m
@JeannetteManirambona-o6m 8 ай бұрын
Nanj
@chuksumunnakwe9635
@chuksumunnakwe9635 8 ай бұрын
Baby girl your hair job and dress all great. You are looking great natural beauty. ❤❤❤❤❤❤❤❤❤ from Texas.
@M.fred.
@M.fred. 8 ай бұрын
Courage Courage❤from 🇲🇫
@patrickngenge5087
@patrickngenge5087 8 ай бұрын
MUGONGOMANGA ni commune imwe muma commune yintara ya bujumbura bakunze kwita bujumbura rural, iyo ntara niyo irimwo aho bita IJENDA. hama kubakunze kuvuga cane kukijany nuko yihenz birashika nimwihangane.GIKURU twoshira imbere ni esprit de developpement nibindi vyoduteza imbere gusumba gupondana.Any nakunz uko uvugisha ukuri cane muri vyish be blessed again and again
@NadegeShima
@NadegeShima 8 ай бұрын
Mercii naguma nibaza aho Mugongomanga ari
@staellamanirakiza2512
@staellamanirakiza2512 8 ай бұрын
😂😂😂ngo izo ndoto wazigira uri Imwaro😂😂 karantwengej Si non uw mukobwa nimwiza disi 😍
@GiseleUwera-m6g
@GiseleUwera-m6g 6 ай бұрын
Mugongomanga, Jenda, Mukike havayo abakobwa n'abahungu beza
@kennyinesinamahoro
@kennyinesinamahoro 8 ай бұрын
Muburundi abakobwa beza ntibakunze kwiyerekana ikindi réseau social muburundi ntiziriha kimwe nuko Murwanda bo ubwiza bwabo barabugurisha kuri réseau social zabo zihemba uze urabe kenshi abakobwa beza muburundi ni benshi cane gose
@christella5092
@christella5092 8 ай бұрын
Ubuze ikuri kbx mi Rwanda umukobwa mwiza atari kuri youtubi ngira ntabaho kbx ariko Abarundikazi kuza hano kbx sivyabo hubwo nuyu sinzukoyaje
@HerveNtirenganya
@HerveNtirenganya 8 ай бұрын
Juste Gaël 🙏🙏🙏kutuzanira uwomukobwa xo yishura neza
@kwizerasoniaAngela
@kwizerasoniaAngela 8 ай бұрын
Ndagukunda caneee anny from Rwanda💯
@reverienngendahimana7772
@reverienngendahimana7772 8 ай бұрын
Respect just Gael💪❤️❤️🇿🇦🇿🇦🇿🇦from🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
@aliaalr6366
@aliaalr6366 8 ай бұрын
Ndagukunda cane di chr wanje ngukurikirana cane kuri Tik tok💞💞💞💞💞💋💋💋
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 8 ай бұрын
Wooooa ndagukunda m'y sister ❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤❤1🇧🇮🇧🇮❤💯✅🔥🔥🔥🔥🔥💪💪💪
@AngeVanessaKubwayo
@AngeVanessaKubwayo 8 ай бұрын
Ukuntu uvuga ukuri utishima ubundi Uri mwiza disi💞
@donatienhavyarimana8581
@donatienhavyarimana8581 8 ай бұрын
Nkunda ukuntu avugisha ukur vlm yirambire❤
@dondavinishimwe1417
@dondavinishimwe1417 8 ай бұрын
Abi mugongo turaba mbere kabisaa..uwo mwana ni mwiza
@fabricenimubona5288
@fabricenimubona5288 8 ай бұрын
Ndakunze ukuntu yifata ntagara nukuri nimwiza cane ❤️🌹
@rtrw708
@rtrw708 8 ай бұрын
Ndagukunda
@IsaMuhammed-x3p
@IsaMuhammed-x3p 8 ай бұрын
Nturi umwuzukuru wa Ndahezeee😊
@christainc.5217
@christainc.5217 8 ай бұрын
😂😂😂bujumbura nihezaa juuu kwajuuu😂😂😂ntakuduga kandi😂😂
@esperancentaconayigize4517
@esperancentaconayigize4517 8 ай бұрын
Ndamukunda gooooose
@Mutesiofficial
@Mutesiofficial 8 ай бұрын
Najye narinziko ari umunyarwanda gusa ndagukunda anny
@ManirakizaEzechiel-ph1sb
@ManirakizaEzechiel-ph1sb 8 ай бұрын
Nukur uyumukobw aramber kumbe numurund je mbere narinz numunyarwand
@mavemvesofficial9499
@mavemvesofficial9499 8 ай бұрын
The black man you ar crayz 😇😇😇 turu'hikir natwe aba boss basamare
@omansur4343
@omansur4343 8 ай бұрын
Ndamukund cn gos ❤❤❤❤❤❤ nimwiz cn 💙💙💙
@ChachaChany
@ChachaChany 8 ай бұрын
Uri mwiza sha Anny ark wicunge
@StivenBucumi
@StivenBucumi 8 ай бұрын
muburundi tura sefi kbx❤❤❤❤❤❤
@didiermaselafi5527
@didiermaselafi5527 7 ай бұрын
Elle est très jolie très mignone
@vyisijean7065
@vyisijean7065 8 ай бұрын
Gael weee big up Sana
@cimpayeclairia
@cimpayeclairia 8 ай бұрын
Ariko shyaa gaël urasetsa koko😂😂😂😂😂hm courage shn Anny
@ISHIMWEFiston-iz5bo
@ISHIMWEFiston-iz5bo 8 ай бұрын
❤❤muyindi mpwemu
@yaouibrahim6926
@yaouibrahim6926 5 ай бұрын
Do you speak french
@FideliteHabonimana
@FideliteHabonimana 8 ай бұрын
Umuntu nkunda ❤ yashitse kumukubito kuzindi mpemu zidasazwe umukubito hejuru
@teddyciza9995
@teddyciza9995 8 ай бұрын
Uyomukobw mukunda Sana vrt
@LionelMuhizi
@LionelMuhizi 8 ай бұрын
We gaël ibiganiro nkibi nivyiza KO wotumira nabahungu kandi yoba ari débat iryoshe cane ari umukobwa n'umuhungu
@twagirayezualoys3940
@twagirayezualoys3940 7 ай бұрын
Uyumwigeme nisaw kweli azadutemberere mu Rwanda
@boscoconkunze1068
@boscoconkunze1068 8 ай бұрын
Just Gaël urumuti wa stress kewl naringway mpise nkira Ndagukunda saaaana ❤
@JusteNduwayo-s1i
@JusteNduwayo-s1i 8 ай бұрын
Wamwaro oyeee gusa niciza ico kibaju
@isanoidasazakzd
@isanoidasazakzd 8 ай бұрын
Uburundi n'abarundi Turabakunda UMUKOBWA MWIZA
@NahumuremyiPeace
@NahumuremyiPeace 4 ай бұрын
Nanjew ndabivuze
@berkamp1
@berkamp1 8 ай бұрын
Ko utamugiriye publicité uko yitwa kuri tik tok
@Elvvicky
@Elvvicky 8 ай бұрын
Honestly u r so cute
@HatungimanaJeanMarie-e2x
@HatungimanaJeanMarie-e2x 8 ай бұрын
urakoze Any
@ChadrackNdayizeye-re2mt
@ChadrackNdayizeye-re2mt 8 ай бұрын
Très belle
@IrashoboyeJoyce-nj1ms
@IrashoboyeJoyce-nj1ms 8 ай бұрын
Iyooo Anitha🙈😂😂😂ngo Anny turasavye babe bemera amazina yabo biswe nabavyeyi juste nukuri😅😅😅😂😂😂
@irishuraannie_christelle633
@irishuraannie_christelle633 8 ай бұрын
Ekaaa numaaaa ba Annie turabahoo
@boashamah3642
@boashamah3642 8 ай бұрын
Nanume kabisa Jewe iwacu turafise abakobwa mumuryango bitwa ba Annitha , Annie
@TresorNishimwe-jz4wy
@TresorNishimwe-jz4wy 8 ай бұрын
Non kuharira abakobwa bitwaba anny ntibariho
@TresorNishimwe-jz4wy
@TresorNishimwe-jz4wy 8 ай бұрын
Non kuharira abakobwa bitwaba anny ntibariho
@luckyitk
@luckyitk 8 ай бұрын
🤝🤝🤣🤣
@clarissabellaterimbere6073
@clarissabellaterimbere6073 8 ай бұрын
yishura na neza ku bibazo wa mubajij☺️nubw yihenz gato
@umuhandatv177
@umuhandatv177 8 ай бұрын
Uyu mukobwa kweli ❤
@helynikiza6124
@helynikiza6124 8 ай бұрын
🎉🎉🎉Gaël you did it❤
@yesunimwema4497
@yesunimwema4497 7 ай бұрын
Uvuze neza cane ikigihe birarenze.
@InezaEmmabertile
@InezaEmmabertile 8 ай бұрын
Ikiganiro cizaaa wee❤❤
@DJMurya
@DJMurya 8 ай бұрын
Umunyamwaro wiwacu❤👌
@FideleMusore
@FideleMusore 8 ай бұрын
Ikigihugu gifite umuntu muzima ugihesheje agaciro
@gloriaishimwe9309
@gloriaishimwe9309 8 ай бұрын
😂😂😂😂adolescence yo gukung gusa neza😂😂😂😂ntawuvyanka ncutii
@ARMELHAKIZIMANA-n8t
@ARMELHAKIZIMANA-n8t 8 ай бұрын
Umukobwa w'umunyabwenge nukuri kukuntu wishurana ubwitonzi !turagukunda caaane
@irakozechimene656
@irakozechimene656 8 ай бұрын
Gaell tubarize uti ya Pres Dot yahereye hehe
@alanblessed1744
@alanblessed1744 8 ай бұрын
Uri suri ko yayikoze?? Urafise photo
@charleskwizera2358
@charleskwizera2358 8 ай бұрын
Turishimira amashugwe y'uburundi bwacu Nimpanuro atanze ninziza
@julianahittv488
@julianahittv488 8 ай бұрын
Ntiyishima vrm
@anicetniyonkuru5373
@anicetniyonkuru5373 8 ай бұрын
Elena wa gusto ararenze❤❤❤
@PioNiyonkuru-lb7in
@PioNiyonkuru-lb7in 7 ай бұрын
mbega ikirezi uburundi burarenze ku bakobwa Basa n' Inka
@esperancentaconayigize4517
@esperancentaconayigize4517 8 ай бұрын
Kuberiki atitoza muba Miss ga basha 🤷‍♂️🤷‍♂️🤷‍♂️🤷‍♂️🤷‍♂️
@JeannetteManirambona-o6m
@JeannetteManirambona-o6m 8 ай бұрын
Umbwire
@muyiheikuzoaline3195
@muyiheikuzoaline3195 8 ай бұрын
Uri mwiza pe 🎉❤❤❤❤❤ Nitwa John hano i Kigali
@Nkurunziza-rn4xt
@Nkurunziza-rn4xt 8 ай бұрын
Une très belle émission avec une belle fille.
@alanblessed1744
@alanblessed1744 8 ай бұрын
Ikiganiro ciza caane❤
@kwimukiracanadatv
@kwimukiracanadatv 8 ай бұрын
Anny mshuti
@jeandedieuuwizeye8271
@jeandedieuuwizeye8271 6 ай бұрын
Justin hezagigwa cane
@EsperanceNdayikeza-m3o
@EsperanceNdayikeza-m3o 8 ай бұрын
Intara ya mugongo manga?? Irabaho?
@kglsaga
@kglsaga 7 ай бұрын
nabera mbonye umurundi mwiza noneho, muri edeni 🤣
@veve5360
@veve5360 6 ай бұрын
Kuki uvugako tutari beza nawe urikabi😂😂
@NdayishimiyeMuslim
@NdayishimiyeMuslim 8 ай бұрын
Nic 🎉
@JeannetteManirambona-o6m
@JeannetteManirambona-o6m 8 ай бұрын
😂😂😂 gael kuyindi mpwemu
@karangwa2315
@karangwa2315 8 ай бұрын
Abarundi kuba ruguru no kuba buza bimeze nko kuba mubihugu bibiri bitandukanye
@PacifiqueIrambona-gh1dd
@PacifiqueIrambona-gh1dd 8 ай бұрын
Numu no stress araboneka
@NadegeShima
@NadegeShima 8 ай бұрын
She’s so cute
@MimiIshimwe-eq4so
@MimiIshimwe-eq4so 8 ай бұрын
❤❤❤ ndakwikundira
@ikorinezaarmella2286
@ikorinezaarmella2286 8 ай бұрын
Ni mwiza kbsaaa❤
@nostressfreedom8615
@nostressfreedom8615 8 ай бұрын
Abanyamwaro rero turi beza 😊💕💕
@nshimirimananoella6883
@nshimirimananoella6883 8 ай бұрын
Kumb nawe niy umva😊
@GyneseHafashimana
@GyneseHafashimana 8 ай бұрын
Yes
@nostressfreedom8615
@nostressfreedom8615 8 ай бұрын
@@nshimirimananoella6883 Of course 😊😊
@user-vz5hp8cc4m
@user-vz5hp8cc4m 8 ай бұрын
Shn birabonek vrt ntawutobibn
@christella5092
@christella5092 8 ай бұрын
Gael uyumunsi amafone ntuyakira baramugusaba
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or 8 ай бұрын
EWE MUKUBITO ATI BIGWAZA AMASAMBABWIKA😂😂😂😂😂
@JeannetteManirambona-o6m
@JeannetteManirambona-o6m 8 ай бұрын
😂😂😂
@FB-df6bp
@FB-df6bp 8 ай бұрын
Nigi chérie🥰
@PrincEloge
@PrincEloge 8 ай бұрын
🙄🤣🤣🤣😂😂😂at rek ndanaberek k mfise na Iphone🤣🤣🤣🤣 hama Gaël ndkunda ibibazo vyawe kbsa😂👊
@ChachaChany
@ChachaChany 8 ай бұрын
Uramurenganije ni caméraman yabigize kk yazoominze
@evelyneirakoze
@evelyneirakoze 8 ай бұрын
Vraiment niw mu journalist ubaza2 ibibazo biri important
@Abdoulnsengiyumva
@Abdoulnsengiyumva 8 ай бұрын
Akzi ufis nubs slyew queen nyne ntkimdi ashboye
@JeannetteManirambona-o6m
@JeannetteManirambona-o6m 8 ай бұрын
Asha ntubeshe ubu ni shetani ariko arakora kubintu mbona pe
@IsaMuhammed-x3p
@IsaMuhammed-x3p 8 ай бұрын
Anii wewe ntuvuka mu kayoyo muri mugongo manga?hahindutse mwaro gt?
@bigirimanaEtienne-in4ik
@bigirimanaEtienne-in4ik 8 ай бұрын
vet ara ruenze
@chantalkaburente2465
@chantalkaburente2465 8 ай бұрын
IRI muri Mpnga kayove😂😂😂
@ChellaNiyinshoboza
@ChellaNiyinshoboza 8 ай бұрын
Nimwiza nukuri namb no kumutima ari uko Imana izamuhe urugo rwiza
@bukuruevariste7559
@bukuruevariste7559 8 ай бұрын
Ndakeneye numero zaw
@ahishakiyeleilla-et9ht
@ahishakiyeleilla-et9ht 8 ай бұрын
Ufise umu diaspora tekereza wew
@AnnyBernice
@AnnyBernice 8 ай бұрын
😂😂😂
@MONT_G25
@MONT_G25 8 ай бұрын
Hhhahah wisiguye uba uvyishe😅
@IsaMuhammed-x3p
@IsaMuhammed-x3p 8 ай бұрын
Cash ,nubu bon gard😅😅😅😅😅😅😅😅
@bitekoleondidier2516
@bitekoleondidier2516 8 ай бұрын
BRO USHAKUWA MWEKUDA ACA KUTUDAGANYA LOL 😂
@MeoBuntu
@MeoBuntu 8 ай бұрын
noe kumushatsi uhera hagati yumutwe😫😫😂😂😂😂
@ChachaChany
@ChachaChany 8 ай бұрын
Wagomba agire umushatsi uger mu ryinyo none?
@TresorNishimwe-jz4wy
@TresorNishimwe-jz4wy 8 ай бұрын
😂😂😂hhh ubuhanza
@oliviernduwimana5254
@oliviernduwimana5254 8 ай бұрын
Rekareka😂😂😂
@infotecc339
@infotecc339 7 ай бұрын
héahhahahahaha
@adolphebigirimana3304
@adolphebigirimana3304 8 ай бұрын
Yirambire uwa mwaro
@KabanyanaMireille-z6z
@KabanyanaMireille-z6z 8 ай бұрын
Muntara ya mugongomanga 😂itumbereyeh
Это было очень близко...
00:10
Аришнев
Рет қаралды 2,7 МЛН
My Daughter's Dumplings Are Filled With Coins #funny #cute #comedy
00:18
Funny daughter's daily life
Рет қаралды 30 МЛН
Smart Sigma Kid #funny #sigma
00:14
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 7 МЛН
Mbega ISUGI yoshobora gusama imbanyi? Aba Kristu(o) bo bibagendera gute?
26:04
Magazine Santé Burundi TV
Рет қаралды 1,3 М.
Это было очень близко...
00:10
Аришнев
Рет қаралды 2,7 МЛН