va ngaho sha urahimvye uwoguhuza nizara abantu bafise ntiwovuga ibyo! Politicier ntakindi wovuga! Nariye si twariye!
@AlexisNdayishimiye-n6gАй бұрын
❤ urumunyabwenge kbs wamugabowe
@abrahamnshimirimana2382Ай бұрын
Gaël good work
@FabriceNiyonsengaАй бұрын
Murakoze cane, Vumera Vumera Dushigikire, Twebwe aba jeune, Natwe tuzobashigikira mubusaza bwanyu, Tunashigikire abana banyu nabo bazoba ari aba jeune, Ereg ni impa nguhe,
Aba DD vyarabananiye nibaruhuke!!imyaka 20 ubu niho bagira bahe urwaruka amasuka nama machine
@emmanuelmugumyankiko6751Ай бұрын
Ikiganiro ciza ca Gaël n'umutimire wiwe. Gaël, ukora vyiza, n'umutumire wawe muhire arabigusubiriyemwo. Ibiganiro vyinshi ukorana n'abatumire bajejejwe amabanga mu bisata bitandukanye vy'Igihugu, ari mu mabanga ya Reta, canke abakora imigambi yabo bwite bikurikirwa n'abantu benshi. Ufise "ingabirano" idasanzwe, ari YO mutahe wawe wa mbere: kuba umaze kugururirwa "AMAREMBO" ahambaye, gushika no ku rwego rw'Umukuru w'Igihugu! Si benshi barahagera, baba aba "jeunes" canke ababakuriye. m Uwo mutahe rero atari bose bawufise ugufashe kubera akarorero keza abandi muri uwo mwuga mbere n'abandi! Ibiganiro vyawe vyerekana ko biba biteguwe neza, ukabaza mu bwitonzi, ku bibazo nkoramutima. Uko amarembo menshi azogenda aruguruka, ugashobora gushikiriza ibibazo+ ibiganiro vy'ingira-kamaro kuri twese, ni ko n'imitima ya benshi izogenda iruguruka muri vyinshi. God bless you.
@Bigproject125Ай бұрын
Utanga ivyo udafise??😂😂😂
@NijimbereGREGOIRE-u4uАй бұрын
Ndabaramukije Hama ikiganiro cari dyoshe muzoduhe ikindi kiganiro
Kuva 2005 Ubu niho akibibona Ko amatora ageze turamenyereye bavuga gusaa
@fulgencetuyisenge3135Ай бұрын
Kasongo yeye mumbali nanga...
@ChefMutoniTVshowАй бұрын
Iyi ndirimbo ndayikunda wee
@bizomenyimanaelias5455Ай бұрын
nukuri batama turabashigikiye
@William-x9gАй бұрын
Mumyaka 20 bamaze batwara ubu niho bavyibutse?? Ni banyare hiyo izombwa! Il faut traoriser le Burundi! Iyo mihimbiri n abambuzi ba cndd fdd bahave by good or force!
@ComeDebariАй бұрын
I miss you mean
@emilebihibindi5822Ай бұрын
Wikanguye bwakeye
@emilebihibindi5822Ай бұрын
Imyaka20 iraheze ukorera today niho ubonye ko isuka ikenewe
@gaspardndereyimana7810Ай бұрын
Ntivyorosh
@William-x9gАй бұрын
Ahubwo hageze aho tubabamba! Ntawuzotoroka igihugu... Kuva kuri Neva, Gushika kuri uyo mu propagandist Gael.... Mwese tuzobaha ivyo mukwiriye... They young generation twabarambiwe😂
@NtakarutimanaOlivier-s1eАй бұрын
Muburundi imigumuko iremerewe burya????
@felexmacharia-yf5lcАй бұрын
Burya muribzko tutabizi ibivugirwa hano nibibera kuri terrain bitandukanye rro nimwirire igihugu gusa ntimwibazko turi impumyi
@jayavatar1577Ай бұрын
Hagati aho amafaranga y'igihu abandanya guta agaciro, Ubukene buzura inzara, igitoro hakuna, isukari, etc. Aba DD vyarabataye ku w'amazi, ivyo vy'intambara n'amasasu muvuga mu Burimyi ni mubitware musubiz mw'ishamba. Cakoze, mubivuga mu rurimi mwumva, murota intambara n'amasasu, gushika naho no mu burimyi mushiramwo amasasu?. Gakwavu iyo ni bla bla bla
@regis2324officialАй бұрын
Isi aho igeze nti tugikwiye ko abantu bose boja kurima horima bake bashobora kugaburira benshi nayo ko twese twoja kurima ivyo ntibishoboka
@NoeTuyisenge-dc8xoАй бұрын
Hypocrisie. Honte à eux. Mais qu'ils n'ignorent pas le travail de l'ère du verseau♒♒
@dianeinamwizaАй бұрын
Gael nawe ari mu kivi,mwatanguye propagande y,amatora,mana.Abantu bariyakiriye,ubukene n,ibindi,ni muvuge murahaze,biteye agahinda
@arnaulddolfi2029 күн бұрын
Kano kagabo karasara ! Mbe uribagiye ko UBurundi ari buto! Ikindi naco , abandi bashize inguvu muri technologie ! nta gihugu na kimwe kigisigaye muri ivyo vyiyumviro uretse wewe wa kijuju we ngo ni nya mitwe !