NELLA D MATT abameneye ibanga aba DIASPORA//ntimuzopfa mumaze abakobwa b'i BUJUMBURA//ico mutazi

  Рет қаралды 25,928

UMUKUBITO

Жыл бұрын

NELLA D MATT abameneye ibanga aba DIASPORA//ntimuzopfa mumaze abakobwa b'i BUJUMBURA//ico mutazi
@nellagahimbare
#nelladematt #diaspora #ubuzima

Пікірлер: 86
@hjt6191
@hjt6191 Жыл бұрын
Mbega umukobwa mwiza we. Uzadusure i kigali di🥰🥰
@demetrebareke125
@demetrebareke125 Жыл бұрын
😂😂😂 diaspora ni sujet yibiganiro vyinshi, what’s going on
@machanakintije7323
@machanakintije7323 Жыл бұрын
Merci bcp Nella nukuri mudukureko iryo zina ngo aba diaspora turi abarundi à part entière
@JeannetteManirambona-o6m
@JeannetteManirambona-o6m Жыл бұрын
😂😂😂
@WizMozesRomanticBoy-yh2im
@WizMozesRomanticBoy-yh2im Жыл бұрын
Umutubito🔥🔥 mubikora neza ariko muze muhiga nurwaruka rukiri ruto muruduze kugira dushobore kubona impano canke kumva ivyiyumviro vyabo mw'iterembere ry'igihugu n'umuziki canke ibindi vyo kwiteza imbere
@katihabwamichellesamantha5469
@katihabwamichellesamantha5469 Жыл бұрын
Aho sha Nella babwire.. 😅😅😅 Mbe yemwe Mwari mu kinyibuka??😅 Muranteye Iteka 😎… ikiganiro kiryoshe 👌🏾Big Up sana @Juste Gaël .. you are doing a fantastic Job!! Imana ikomeze ikwagure 🙏🏾♥️
@Userr3649
@Userr3649 Жыл бұрын
Nella na Monna ndashobora kuba ndabakunda😂
@demarcotv1431
@demarcotv1431 Жыл бұрын
This baby is so cute and intelligent
@bizimanamoise6327
@bizimanamoise6327 Жыл бұрын
Priorite'ecole bonne idée l
@TuyageComcast
@TuyageComcast Жыл бұрын
Deyooo I think akazi karubuze for real,,,,kuberiki muta umwanya muvuga abantu bibereye mubuzima bwabo nabontu nkabandi ntabintu vyahatari diaspora twarushe niryo zina bana muhige ibindi mudushikiriza bifise akamaro harabantu beshi bafise ibibazo bashaka ubufasha buvuye handi please shakisha nabo tubabanone mureke naba diaspora bana 🎉
@theodomirnkurunziza961
@theodomirnkurunziza961 Жыл бұрын
Patron MUKUBITO Ndakwemera ibiganiro vyawe nibon kuko ukubita ama secteurs yose arikwisi urukundo,économie,politique, sociale... Uwonawe araha abanyamwaro biwabo umumoso ntazompe
@Nkotanyi1990
@Nkotanyi1990 Жыл бұрын
Sister Urimwiza Cyanee Courage Cyanee
@Willa_ozos
@Willa_ozos 11 ай бұрын
Mbe nkuyu 🥱😅😅 nabanze agende yambike ayo menyo yiwe appareil ntazi iyo bakoreshereza amenyo 🙄
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 Жыл бұрын
@Nella De Matt vraiment ntugire ikibazo ndi ngaha kandi uri so beautiful ☺️😍,Cadeau from Sweden 🇸🇪
@steve9010
@steve9010 Жыл бұрын
i like this girl's vibe 💯
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 Жыл бұрын
Komera @Juste Gaël 🙌🙌🙌🙌🙌,🤜🤜,ka Nelly De Matt karazi kw’ishura ibibazo,she is genius 🧠🗣️ kandi Kari so cool ☺️😊,Cadeau from Sweden 🇸🇪
@positivemind2255
@positivemind2255 Жыл бұрын
Uzoja muri concert ya Sat B?
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 Жыл бұрын
Ego niho nzobandi ,sinshobora gusiba
@OsiasMbonihankuye-mp2pf
@OsiasMbonihankuye-mp2pf Жыл бұрын
Narindagukumbuy Nella ❤miss2016
@didiniyo1063
@didiniyo1063 Жыл бұрын
Mwiriwe jst gael ndakeneye nimero yawe plz
@yannwenge108
@yannwenge108 Жыл бұрын
MONA ❤❤🇧🇮🇧🇮👍BIG UP
@PierresPerfect
@PierresPerfect Жыл бұрын
Thanks Umukubito 😊 🫂 🙏
@NduwayezuJimmy
@NduwayezuJimmy Жыл бұрын
Ndakunze uwomukobwa ukuntu azubwenge bwubuzima.
@Shlek839
@Shlek839 Жыл бұрын
Gaël unomusi urantwengeje gose vraiment 😂
@lydinoirakoze3184
@lydinoirakoze3184 Жыл бұрын
Abarundikiazi ni beza sana
@habimanaanatol-mo1qp
@habimanaanatol-mo1qp Жыл бұрын
Gael ndabakunda cane ndashaka kontuzokorana ikinganiro umusumwe
@amorymaizvalery6499
@amorymaizvalery6499 Жыл бұрын
Birabnk ko aba diaspora bamumaze bamubabaz iroho 😭😂
@boashamah3642
@boashamah3642 Жыл бұрын
Tuzobarya nyene none uwuri nikwi ntarya ibihiye canke uwuri nibijumbu afata imbwa nyishi 😂😂😂😂😂
@cedrickbudrick5679
@cedrickbudrick5679 Жыл бұрын
I love this lady she is live kabisa ,I have fallen for this TV keep it up bro
@Bagenzi4life
@Bagenzi4life Жыл бұрын
😂😂😂😂ino a ngilizi kombona irenze
@pasteurnininahazwe4646
@pasteurnininahazwe4646 Жыл бұрын
Aba Diaspora kobavugwa nabi mubiganiro vyose bica kumukubito??? Juste pay attention😂
@fidelnjiwa1515
@fidelnjiwa1515 Жыл бұрын
Aba diaspora ivyodushaka twarabironse😂 kandi tubandanya tubironka. System niryanyene
@Bagenzi4life
@Bagenzi4life Жыл бұрын
😂😂😂😂😂
@levisdiamond4797
@levisdiamond4797 Жыл бұрын
Nivyiza ubuzima ni burebure
@Mireille-austin
@Mireille-austin Ай бұрын
Baraguhenze muko icara wige
@ahishakalypse23
@ahishakalypse23 Жыл бұрын
Ahubwo ubu aba Diaspora bamwe turanabasororera...ibintu vyarahindutse si nka kera twabagora utumana!😅😅😅😅
@joyeuxniyonkuru2701
@joyeuxniyonkuru2701 Жыл бұрын
@@peaceloveisrael3992 Aho wewe ndimba urumu diaspora wibaza kurusha amahera abarundi bangahe?
@levisdiamond4797
@levisdiamond4797 Жыл бұрын
@@peaceloveisrael3992😂😂😂😂😂😂😂. Ao ntibazi diaspora co bisigura 😅😅😅
@levisdiamond4797
@levisdiamond4797 Жыл бұрын
@@joyeuxniyonkuru2701wewe uyafise urusha bande???
@teddyciza9995
@teddyciza9995 Жыл бұрын
😂😂😂
@djziidafoudre4094
@djziidafoudre4094 Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂
@KuwakuMalumba6895
@KuwakuMalumba6895 Жыл бұрын
Sio kila diaspora akija Burundi 🇧🇮 anakujiya mademu ao momi! Apo Burundi 🇧🇮 kuna wajama kila siku wana tesa na mademu au wa momi! Akini akuna siku muna wasema! Diaspora akija Burundi 🇧🇮 Bujumbura. Tuna kuja kuona Family's zetu, tuna wadungu, tuna business, tuna warafiki, tuna kuja kwetu Burundi 🇧🇮. Bujumbura. Kila diaspora ana kili yake. Maisha sio leo! Ogopa kesho! Maisha asimami! We need to build our country Burundi 🇧🇮 Bujumbura. Diaspora who plays with is life is problem! Live is one! Don't play around! America 🇺🇸 Australia 🇦🇺 Canada 🇨🇦, Europe 🇪🇺 China 🇨🇳 Dubai. Burundian 🇧🇮 let build our country Burundi 🇧🇮 now!!!
@boashamah3642
@boashamah3642 Жыл бұрын
Mwambie kabisa Mimi nilikuja Burundi 🇧🇮 Mala 10 sijawahi kutembea Na binti au mama kabisa Nakuja kwa business zangu sio wasichana kabisa Huyu Dada anaonekana kuwa anatembea Na wadiaspora sana
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 Жыл бұрын
@Nella De Matt ingo mûri sweden 🇸🇪,jewe ndakwemereye contact 😊☺️
@levisdiamond4797
@levisdiamond4797 Жыл бұрын
Hangaike hiyo Bro 😢😢
@elyseekigeme6774
@elyseekigeme6774 Жыл бұрын
Nella d Matt uraryohey gose.
@aftapat5365
@aftapat5365 Жыл бұрын
abadiasipola muratubonera tuza burundi tuje dukumbuye ivyokurya vyacu ndundi tureke nokwireza abana ndindi😢
@boashamah3642
@boashamah3642 Жыл бұрын
Nibangahe bamaze kuzana imigambi bakabibanyaga ?? Ahubwo uburundi nabarundi mwisubireko Jewe narimfise umugambi wokuzana ama station yigitoro ariko baranyankiye Naciye ntwara umugambi muri Tanzania ISHIRAHAMWE RYACU RYITWA ASAM OIL CAMPANY
@mosescharles1921
@mosescharles1921 Жыл бұрын
Mna makao mapi office zenu je mwanza mna office?
@eustachesitaki3698
@eustachesitaki3698 Жыл бұрын
Uvuze ukuri udaca hirya. Ndagushigikiye
@Nkotanyi1990
@Nkotanyi1990 Жыл бұрын
Sister Ndashaka Aba Baby (3) Bazanfasha Kuruhuka Kuri Tanganika
@happy6376
@happy6376 Жыл бұрын
Aho da😂
@mutunziclement4430
@mutunziclement4430 Жыл бұрын
Waza manukanye ba shadybo na yolo the queen se bakakuruhura
@boashamah3642
@boashamah3642 Жыл бұрын
​@@mutunziclement4430ngo ba shadyboo 😂😂 natumizeho Na Zuchu hamwe Na Kajala Tz 😢😢
@BellaChanny-zc7td
@BellaChanny-zc7td Жыл бұрын
Ikiganiro kiryoshe cn
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 Жыл бұрын
Umushishuro
@jeanpierremuhozi
@jeanpierremuhozi Жыл бұрын
Ndashaka kuzaza Bujumbura!
@machanakintije7323
@machanakintije7323 Жыл бұрын
Karibu uzisange
@jeanpierremuhozi
@jeanpierremuhozi Жыл бұрын
@@machanakintije7323 nibyo none wampaye number zawe tukavugana!
@alexisnema3551
@alexisnema3551 Жыл бұрын
Ubuho muzirya natwe twarabamenye
@levisdiamond4797
@levisdiamond4797 Жыл бұрын
Ubavuga nabi diaspora nibiririre nabi wabo burihantu hariho abahafanikiriwa nabahababarira. Wewe rero nuba mubahababarira ntuzocuvuga bose ngo niko babayeho 🤣🤣🤣. Uzobutatahura wigize ikirara😂ngo hazoguhira ino hahira abitahura nabazi cobashaka mubuzima
@fidelemusiri9504
@fidelemusiri9504 Жыл бұрын
Mbe basha levisdiamond kuvuze ibirimurijewe?Imaniguhumugisha uravuze ijambo rikomeye kandi nosabakw'abantu benshi botahur'ijamb'uvuze.
@levisdiamond4797
@levisdiamond4797 Жыл бұрын
@@fidelemusiri9504 thx
@jeanpierremuhozi
@jeanpierremuhozi Жыл бұрын
Muraho neza
@ndayishimiyeakbar4673
@ndayishimiyeakbar4673 Жыл бұрын
Uyo mu miss aratere inkuru pee
@DesireNDayishimiye-g1n
@DesireNDayishimiye-g1n Жыл бұрын
Nella ntacubayep kuramarori nayoturabemumaso.
@jeanpierremuhozi
@jeanpierremuhozi Жыл бұрын
Wamfasha mukampereza i number yuwo mukobwa nkaza vugana nawe nibyo!
@elysefuraha4588
@elysefuraha4588 Жыл бұрын
❤️❤️❤️
@mozboy-uc2rb
@mozboy-uc2rb Жыл бұрын
Ubikora nez musaza
@JeannetteManirambona-o6m
@JeannetteManirambona-o6m Жыл бұрын
😂😂😂umumomoro
@donbrunodushime1069
@donbrunodushime1069 Жыл бұрын
Umukubito 👊
@msela100
@msela100 Жыл бұрын
@melanceciza8636
@melanceciza8636 Жыл бұрын
Cash flow 😂
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Жыл бұрын
Mère jeunes😂😂
@magicfriendsburundi7115
@magicfriendsburundi7115 Жыл бұрын
bandanya ushishra
@oscarfashionbuja1267
@oscarfashionbuja1267 Жыл бұрын
😂😂😂😂🔥🔥🔥🔥🔥🙌🏻🙌🏻
@damasnisabwe4904
@damasnisabwe4904 Жыл бұрын
Mzungu mweusi
@chrisregisirankunda5509
@chrisregisirankunda5509 Жыл бұрын
Image isa nabi flou nyinshi
@manekodrizzy6792
@manekodrizzy6792 Жыл бұрын
😂😂😂 biravana Na fone wakoresheje mukukiraba. Mu biganiro vyos bimaz guca Ku mukubito iki nico ciza kiruta vyose 👏👏👏
@MikeJoëlIrakoze
@MikeJoëlIrakoze Жыл бұрын
Bishoboka kuba ugwaye amaso
@boashamah3642
@boashamah3642 Жыл бұрын
Koresha IPhone 16 😂😂 niyo Ibikora neza
@-sx9lp
@-sx9lp Жыл бұрын
❤️❤️❤️
@magicfriendsburundi7115
@magicfriendsburundi7115 Жыл бұрын
bandanya ushishra
@elysefuraha4588
@elysefuraha4588 Жыл бұрын
❤️❤️❤️
VAMPIRE DESTROYED GIRL???? 😱
00:56
INO
Рет қаралды 7 МЛН
小蚂蚁会选到什么呢!#火影忍者 #佐助 #家庭
00:47
火影忍者一家
Рет қаралды 109 МЛН
Smart Sigma Kid #funny #sigma
00:14
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 8 МЛН
Зу-зу Күлпаш 2. Каталек нумеролог.
43:51
ASTANATV Movie
Рет қаралды 491 М.
Покрасила ЛЕДИ БАГ 🤣
0:43
ANDRUS
Рет қаралды 1,6 МЛН
С кем Вика пойдёт на свидание?
0:19
ЛогикЛаб
Рет қаралды 1,2 МЛН
小丑跟哈莉奎因联手大战#joker
0:45
佐助与鸣人
Рет қаралды 8 МЛН
Когда Собралась Погулять 🤣
0:20
Глеб Рандалайнен
Рет қаралды 4,5 МЛН
Which version is better?🎲
0:14
Kan Andrey
Рет қаралды 10 МЛН
ТИПИЧНОЕ ПОВЕДЕНИЕ МАМЫ
0:21
SIDELNIKOVVV
Рет қаралды 1,6 МЛН