Ikigwati V.I.P ca mbere mu Burundi//DUBAI yadushwayemwo//MUTRAC izanye inzu z'igitangaza//uwuyipfuza

  Рет қаралды 23,849

UMUKUBITO

UMUKUBITO

Күн бұрын

Пікірлер: 80
@NdayihayNadia
@NdayihayNadia 9 ай бұрын
Gaëlle cameraman wapi akamera abantu gusa muri make arasarisha
@oseendayi5046
@oseendayi5046 9 ай бұрын
Fabric yuguruye amaso abarundi Ivyovyose ndabikesha wee
@apprentissageniyongabo3916
@apprentissageniyongabo3916 9 ай бұрын
Waoh. Merci Gael biriko biza neza. Utuzanira ibiganiro vyiza.
@amolam97
@amolam97 9 ай бұрын
Gaël niww mu journaliste wambere uzi ivyurimwo gusumvya abandi bama tv onlinr
@dondidax230
@dondidax230 9 ай бұрын
Umukubitoo mubandanye muterimberee kabisaa💯gusaa cameraman aze aratwerekaa neza ama plans yosee
@dianekamariza5174
@dianekamariza5174 8 ай бұрын
Amahoro neza Bosco ndasubiye kubabona nukuri Imana ishimwe
@edouardniyongabo9436
@edouardniyongabo9436 9 ай бұрын
Iki nicokintu Gaël asumbije ayandi ma TV
@Vision2300
@Vision2300 9 ай бұрын
2024 c'est l'année du changement, le burundi doit se développer % propreté % construction % prospérité %
@Kanuma-x7y
@Kanuma-x7y 9 ай бұрын
👍👍👍
@AaAa-dt8mp
@AaAa-dt8mp 9 ай бұрын
Wooooa mbega ivyiza hejuru cyane kuyindi mpwemu idasanzwe imbere cyane ❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇧🇮❤💯✅
@boashamah3642
@boashamah3642 9 ай бұрын
Gael bije kuyindi mpwemu idasanzwe Bwira uwo mucameraman aze arerekana ivyo muvuga kabisa
@kalidly
@kalidly 9 ай бұрын
Iyiwanje Mube murayitegura nezaa Cane Ndaje Vuba 🤑Komera Cane U Burundi Butegerezwa Gtera Imbere Kubera Imana.
@jbosconduwayoofficiel877
@jbosconduwayoofficiel877 9 ай бұрын
Turiteguye kukwubakira uko wipfuza
@irakozechimene656
@irakozechimene656 9 ай бұрын
MUTRAC Hejuru cane
@mimeme8802
@mimeme8802 9 ай бұрын
Uburundi hasigaye hasa neza cane ❤❤❤❤❤❤❤
@ReverienNiyonzima-b8m
@ReverienNiyonzima-b8m 9 ай бұрын
Gaël Umukubito, umuhashuro urakaze sana🙏
@RizikiUwimana
@RizikiUwimana 6 ай бұрын
Gaële please ukora neza mugabo cameraman
@goldplatnumzburundi
@goldplatnumzburundi 9 ай бұрын
Our country is beautiful 🇧🇮💪❤️
@vincent9132
@vincent9132 9 ай бұрын
❤❤❤❤❤ love it keep up good work
@NintunzeTheo
@NintunzeTheo 7 ай бұрын
iciyumviro ni ciza biraryoshe pe!mais le probleme nuko ibikoresho vyose biva hanze gushika kuri gason.donc il faut penser ko biva iwacu tukabihingura
@philemonniyoyandemye4942
@philemonniyoyandemye4942 9 ай бұрын
Abarundi muze mumenye gutandukanya MACROECONOMIE na MICROECONOMIE. Kwubaka amazu, kworora inkwavu inkoko inka, imirima y’abanyagihugu, ivyo ni MICROECONOMIE. MACROECONOMIE ni Amahinguriro ( les industries de ciment, d’acier, …, ) amaCompagnie public acukura ubutare, Liberalisme economic aho abantu bose bemererwa kudandaza ata monopoly. MACROECONOMIE niyo iteza imbere igihugu. MICROECONOMIE nubwo nayo ari nziza, ata MACROECONOMIE ntaho muzogera
@bigirimanaregis1770
@bigirimanaregis1770 9 ай бұрын
Bro vuga ati ntaho tuzogeraaa!!!!
@terrymahoro7342
@terrymahoro7342 9 ай бұрын
ebana nimutwereke ingada [usine] nshasha mwubatse abantu baronka ubuzi kugira abantu baronke amafaranga yokurya
@philemonniyoyandemye4942
@philemonniyoyandemye4942 9 ай бұрын
Niwewe murundi wenyene azi ubwenge. Iterambere ni industrie si amazu. Twotuma tuba mumazu asanzwe ariko dufise ubuzi n’amafaranga
@jbosconduwayoofficiel877
@jbosconduwayoofficiel877 9 ай бұрын
Projet yose itanga akazi. Bamwe bubake uburaro abandi bakore amahinguriro, abandi borore, abandi barime. Urumva abantu ntiboja mu kīntu kimwe
@nahimanafiston6518
@nahimanafiston6518 9 ай бұрын
None iyo si industry???ntabantu bahawe ubuzingaho?
@philemonniyoyandemye4942
@philemonniyoyandemye4942 9 ай бұрын
⁠Ntimuramenya gutandukanya industrie na Service? Kwubaka ni service. Gukora isima ni industrie. Ariko ntituvuze kwo kwubaka ari bibi, navyo ni vyiza. Ariko ngaho abariko baratera imbere, ni abakora iyo sima mukoresha, abakora ivyo biyo, abakora amakaro, abakora ayo maferabeto. Mumenye gutandukanya kuba Consommateur no Kuba Producteur. Service zo kwubaka ni consummation. Abakora ibikoresho vyo mukoresha mukwubaka nibo baProducteur. Ntagihugu gitezwa imbere no kuba Consommateur gusa
@laplanete6899
@laplanete6899 9 ай бұрын
Wewe gira uterere ivyo ushoboye, abo bafashe secteur des services, nawe ufate secteur de production, umengo ufise akababaro kivyo bariko barakora, nawe zana imbono zawe. Ntawushoboye vyose​@@philemonniyoyandemye4942
@Imanaiwachu
@Imanaiwachu 4 ай бұрын
None inzo nzuu mutabaha abarundi akazi ninde azazibamo murabura gufasha abanyagihugu mugurure akazi abajene bashaka kazi apan inzu
@mugaberobert7566
@mugaberobert7566 9 ай бұрын
Mutrac ije neza babandanye natw turonke uburaro bwiza
@Kogotaskills
@Kogotaskills 9 ай бұрын
Good
@nsengiyumvaclairia7291
@nsengiyumvaclairia7291 9 ай бұрын
Amahoro Gaël, ndashima ibiganiro ukora biraryoshe kandi birafasha iterambere ry'uburundi kubona ivyiza not ibibi, ariko uwo mu camera man wawe arakwiye kuza arafata full video yaho hantu après muhejeje kugira tour yizo nzu icanz na interview akayikamera wenyene kugira montage muze murerekana neza ivyo muvuga kuko haraho umubaza ibibazo ariko tukipfuza kubona ivyo avuz ko arivyo si non umengo sivyo
@jumaramadhan9441
@jumaramadhan9441 8 ай бұрын
Gael je nshaka gupanga nangahe kukwezi.please
@olivern4444
@olivern4444 9 ай бұрын
Nezerejwe no kubona ivyiza nk ibi vyubakwa n abarundi.
@dieudonnendenzako8346
@dieudonnendenzako8346 9 ай бұрын
Mutrac hejuru
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or 9 ай бұрын
Hejuru cane❤❤❤🎉🎉 burundi
@irakozemagnifique
@irakozemagnifique 9 ай бұрын
Umukubito ndakuramukije ntunzi ariko nagira ndakwisabire Numero ya Fabrice muzoba mukoze please
@theophileniyongabo781
@theophileniyongabo781 9 ай бұрын
MUTRAC courage knd plan zanyu ziri tres moderne nuburyo ziboneka neza kuruta zirya plan za Fabrice.Muri professional biraboneka knd tres moderne.Courage Gael
@nahishakiyewilliam6225
@nahishakiyewilliam6225 9 ай бұрын
Bro urabeshye ngo zisumba plan za fablice ntasoni 😂
@Bagenzi4life
@Bagenzi4life 9 ай бұрын
Vyose waruvuze vyari vyiza gus ako uherejeko siko gusa bose mbona bakora vyiza tuu
@FideliteHabonimana
@FideliteHabonimana 9 ай бұрын
Zizisumba gte washaka bakore ibisa uzotwereke plans zawe nazo🤣🤣
@Tellylove884
@Tellylove884 9 ай бұрын
Burundi 🇧🇮 Burundi 🇧🇮 ❤❤❤
@NtihaboseMarius
@NtihaboseMarius 7 ай бұрын
Kugura inzu imwe n angahe, irihwa gute?
@jcdabeat414
@jcdabeat414 9 ай бұрын
Nkuwushaka kugura yobigenza gute
@vyisijean7065
@vyisijean7065 9 ай бұрын
Burundi terimbere cane mutima w Africa
@Beautiful-Place
@Beautiful-Place 9 ай бұрын
Vyiza cane kabisa👍
@vyamunguremy6834
@vyamunguremy6834 9 ай бұрын
Muratumara indege ngoyitwa Rutemikirere?
@NdayihayNadia
@NdayihayNadia 9 ай бұрын
Ico gikameramen wapi kbx lac Tanganyika ntayo gwerekanye
@somatv257
@somatv257 9 ай бұрын
Nivyiza ariko ikibazo bubakira inzu abasanzwe bafise amahera kandi basanzwe bafise izindi inyubakwa babayemwoo. Le petit salarié fonctionnaire ntaco bihindura kuvyuburaroo
@esther8032
@esther8032 9 ай бұрын
Courage❤
@EliasNIYOMWUNGERE-ho2mi
@EliasNIYOMWUNGERE-ho2mi 9 ай бұрын
Vyiza cane kbsa
@Makakulaya
@Makakulaya 9 ай бұрын
Igihugu ntigiterimbere kubera amazu meza ahubwo giterimbere kubera kubaka ama industries, sociétés, entreprises gutyo abarundi bagakora bagahabwa crédits bakubaka.None konziko muburundi bakenye ,ayo mazu nibangahe bafite moyens zokuyabamwo?
@bahemajavan4716
@bahemajavan4716 9 ай бұрын
None amabarabara mashasha n,inganda usines ko umukubito mutavyerekana?
@cvzx-2968
@cvzx-2968 9 ай бұрын
Abanka. Uburundi. Bararuche
@manirambonaherve3754
@manirambonaherve3754 9 ай бұрын
Respect
@nemelsa8584
@nemelsa8584 9 ай бұрын
Non muri iyo mitrac ko mutatwereka amahinguriro muriko murategurira urwaruka rwa 2040 non izo visions zanyu kuki zidashira imbere batoya?
@fierceharpy4636
@fierceharpy4636 9 ай бұрын
nizere yuko hari abazokwiyumvira kwubaka amazu agerekeranye gusumba kugira muri apartement imwe habe imiryango au moins nitatu
@InesIgiraneza-b3c
@InesIgiraneza-b3c 15 күн бұрын
❤❤❤❤❤❤❤❤❤🇧🇮🇸🇦🎉🎉
@burundishallsmile1day109
@burundishallsmile1day109 9 ай бұрын
Uko muganira Mwokina Ninde neza muri hamwe😂
@ebenaebena9736
@ebenaebena9736 9 ай бұрын
Habaye Dubai kubera izo nzu indwi 😂
@jacquelinesibomana2551
@jacquelinesibomana2551 9 ай бұрын
Uwomuntu arazi kuryosha inkuru
@agrippinendabagiriye1476
@agrippinendabagiriye1476 9 ай бұрын
Gael ndagukunda urumuntu udasanzwe. Ndakeneye kukobona amaso muyandi
@jilu1095
@jilu1095 9 ай бұрын
Kumbe vyabint bimeze neza
@gakeboranda3223
@gakeboranda3223 8 ай бұрын
🇧🇮🇧🇮❤
@ericndugaritse4734
@ericndugaritse4734 9 ай бұрын
❤❤❤❤❤❤
@adelebutoyi
@adelebutoyi 9 ай бұрын
amahoro
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 9 ай бұрын
Ewe Burundi urambaye
@cedricrukundo7229
@cedricrukundo7229 9 ай бұрын
❤❤❤mukomere
@benjaminbayigamba3995
@benjaminbayigamba3995 9 ай бұрын
Kuyituramo sibiki mugabo
@JustineNizigiyimanajustine
@JustineNizigiyimanajustine 9 ай бұрын
Nzanzu zaheze
@YosuwaSabuhungu-yd3qz
@YosuwaSabuhungu-yd3qz 9 ай бұрын
Ababoss bubahwe kabisa
@ashelyelisha7480
@ashelyelisha7480 9 ай бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️❤️🔥🔥
@jeremiehageringwe3069
@jeremiehageringwe3069 9 ай бұрын
Atiko 7 nkizo niduke cane!!!
@RegineBihoyiki
@RegineBihoyiki 9 ай бұрын
Mutububwire les prix nangahe? Pour combien des années???
@jbosconduwayoofficiel877
@jbosconduwayoofficiel877 9 ай бұрын
Muraza tu babwire uko muzironka
@IddyByanzukwera
@IddyByanzukwera 9 ай бұрын
Cameraman 40%
@iratubonastam2248
@iratubonastam2248 9 ай бұрын
💃💃🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤️❤️🤜🤛💃💃💃❤️🇧🇮
@SimbaGroup405
@SimbaGroup405 9 ай бұрын
❤❤❤❤
@LarissaAkimana
@LarissaAkimana 9 ай бұрын
🇧🇮❤❤❤
@IddyByanzukwera
@IddyByanzukwera 9 ай бұрын
Cameraman 40%
小蚂蚁会选到什么呢!#火影忍者 #佐助 #家庭
00:47
火影忍者一家
Рет қаралды 109 МЛН