FABRICE yashikirije INZU z'igitangaza Aba DIASPORA//Inguvu vyadutwaye//Akabirya kazo nuko//FABHOMES

  Рет қаралды 31,760

UMUKUBITO

Ай бұрын

FABRICE yashikirije INZU z'igitangaza Aba DIASPORA//Inguvu vyadutwaye//Akabirya kazo nuko//Ikibabaje
@NtareRushatsiHouseTV
#fabhomes

Пікірлер: 161
@user-zs9kv6el2c
@user-zs9kv6el2c 21 күн бұрын
Dore icyo abana ba Africa dusabwa nikirwose !courage fabrice!nanjye ndi umunyarwandakazi utuye Australia WA !nabandi twigireho guteza imbere aho dukomoka!abarundi ndabakunda cyane ❤
@ZainaCiza-fl4vf
@ZainaCiza-fl4vf Ай бұрын
Ndagukunda Fablice.Nama mbona Imana yarakurungitse nk'intumwa idahasanzwe yo kwubaka igihugu cacu.Uri muto nturi gito.Ndizera ko ivyo uriko urakorera igihugu n'abene gihugu bizokugarukako bigwiriye ,izina ryawe ntirizokwibagirana mu burundi
@Capy-xo1
@Capy-xo1 Ай бұрын
Niba ukunda ibikorwa bya barundi ndakwinginze nkandira kwifoto kandi lmana iguhezagire wowe ubikoze 🤲🏾😰❤️🫂🙏🏾
@christella5092
@christella5092 Ай бұрын
Kugira Fabric n'Umugisha kugihugu cAcu ciza c'Uburundi
@myjourney3428
@myjourney3428 Ай бұрын
Hit like if you think Fabrice should be the next minister of infrastructure in Burundi 🇧🇮
@Rugambamachine7714.
@Rugambamachine7714. Ай бұрын
He deserves it kbxa
@KC-wj7yh
@KC-wj7yh Ай бұрын
Ahahahaha. Niyigumire ngaho adufashe ahandiho aba Diaspora ntawundi yo dufasha ahabwo tumusengere kugira ako gatsiko gafukamwe abanyagihugu munda ntikaze kamuce intege.
@KC-wj7yh
@KC-wj7yh Ай бұрын
Congratulations my brother Fabrice. Rega tugusengere kugira abo bihaye gusahura igihugu bitwaje ngo barakirwaniye ntibaze bakuvangire
@marielouisengerimgeri235
@marielouisengerimgeri235 Ай бұрын
@@KC-wj7yhurarivuze nanje ntryo 👏👏👏
@amanicoolest1427
@amanicoolest1427 Ай бұрын
Fabrice Imana ikongere kuramba uri uwagateka kugihugu.
@willynkurunziza7815
@willynkurunziza7815 Ай бұрын
Ivyo bikorwaa ndabikunzee vraiment..👏👏👏🙏🇧🇮
@B-Y-N
@B-Y-N Ай бұрын
Amen Amen Imana ikomeze kuduhezagirira igihugu cacu ciza cu Burundi ❤❤❤
@DeborahTuyizere-jt4ue
@DeborahTuyizere-jt4ue Ай бұрын
Crge pe nimutere imbere mubandanye muha ishusho nziza uburundi nabarundi❤❤❤🎉
@oscarfashionbuja1267
@oscarfashionbuja1267 Ай бұрын
Imana ikomez ikujimbere kub igihugu kigufise nitunga rikomeye caneee harakenewe ugwaruka gwinshi mugihugu gwiyumvira nkamwe 🙏🙏
@cedricrukundo7229
@cedricrukundo7229 Ай бұрын
Hama azoze atubwire ibanga rituma aba performant nkuku .....incroyable kandi courage mon mantor
@queeno247
@queeno247 29 күн бұрын
Kwinjira muri 👉Freemason illuminati👈 nishirika ryikishetani
@michelinemiche442
@michelinemiche442 Ай бұрын
Imana iducungire fabrice nabo mu korana 👏✊
@LameckNgabo
@LameckNgabo Ай бұрын
New generation ❤❤❤ big up sana rekana navyabitama bifise intsinga mumitwe ❤❤
@sarahfeni1866
@sarahfeni1866 Ай бұрын
Imana yakuduhaye ikudutungire BROTHER FABRICE 💐
@smartnahodha6578
@smartnahodha6578 Ай бұрын
Frablic mwanawigihugu icoduha bafabric besh nkawe🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮❤❤❤❤❤❤🎁🎁🎁🎁🎁
@MechackNinziza
@MechackNinziza Ай бұрын
Imana imuje imbere Fabrice kandi courage cane 🙏.
@albertmusafi2551
@albertmusafi2551 Ай бұрын
It's a blessing to have someone like this gentleman, Fabrice. Come And See Burundi, The Heart of Africa.
@irakazaeriekim4753
@irakazaeriekim4753 Ай бұрын
Asante sana nanje nzobaheza 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇰🇪🇰🇪
@user-kw1jr9rp8o
@user-kw1jr9rp8o Ай бұрын
Waaaaoooo courage bantu bacu❤ naho ivyuburundi bwacu bikomeza kwanka ariko hamwe n'Imana izoduteturura
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 Ай бұрын
abarundi turintashima bikomeza kwanka gute kandi ubona turikuronka ibintu bishasha ushaka vyose tubironkere rimwe😂😂😂
@mariamsakora2818
@mariamsakora2818 Ай бұрын
Reka reka ivyanka nivyishi nawe ​@@bizomenyimanaelias5455
@yunusfreddy5859
@yunusfreddy5859 Ай бұрын
Imana umuhezagire imuturindire❤️❤️❤️
@mahoro5437
@mahoro5437 3 күн бұрын
🙌🏾🙌🏾🙌🏾 great work nukuri! ❤️❤️🥂
@user-if5uw7pd3r
@user-if5uw7pd3r Ай бұрын
Juste gaël ndakunda avuze ngo " haleluaaa" 😂
@holinessamandine9047
@holinessamandine9047 Ай бұрын
None ntabandi ba investisseurs bahari mu bijanye na infrastructures .Je nibaza ko Uburundi hariho isoko rikomeye kubijanye nivyo.Nibabagwize turabe ko twoja ku murongo wabandi.
@user-bi9pn1pm8z
@user-bi9pn1pm8z Ай бұрын
Courage cane vraiment Imana iguhezangire cane❤
@hildenyandwi1142
@hildenyandwi1142 Ай бұрын
Waaawooo vyiza cane 🎉🎉🎉
@emilebihibindi5822
@emilebihibindi5822 Ай бұрын
Courage mon frr
@stevekubwimana2119
@stevekubwimana2119 Ай бұрын
This man is a big treasure for our country.May God protect him.
@africarisingsoontv9604
@africarisingsoontv9604 Ай бұрын
Fabrice akenye abasoda bamukingira please
@ChachaChany
@ChachaChany Ай бұрын
Abasoda arabafise abasoda basumb bose ni abamarayika uwo arakingiwe
@user-uu5pw4ez7c
@user-uu5pw4ez7c Ай бұрын
Courage fablic ivyukora nivyiza cane
@cedrickbudrick5679
@cedrickbudrick5679 Ай бұрын
This are big machines keep it up
@ISHIMWEFiston-iz5bo
@ISHIMWEFiston-iz5bo Ай бұрын
Courage Big brother god Bless you❤
@LameckNgabo
@LameckNgabo Ай бұрын
New generation twereke vyabitama ko naho batugaya yuko tudafyina ko atamwanya wogutakaza dufise kuwobataye dufise umwanya wacu arikuwucisha amafaranga
@user-md4pu1yg7q
@user-md4pu1yg7q Ай бұрын
Arakwiye kuba icitegererezo kubandi ba Diaspora , God bless you Mr Fabrice
@luckynesskitchencma9452
@luckynesskitchencma9452 Ай бұрын
Turabakunda cyane mukomeze mwubake igihugu cyacu dukunda Uburundi bwacu
@guynoelofficial155
@guynoelofficial155 Ай бұрын
Lui c’est mon idol kwl🙌🏽❗️
@ndayizeyeconsolatte
@ndayizeyeconsolatte Ай бұрын
So vraiment courage mon frere
@Favour3558
@Favour3558 Ай бұрын
Wow Money talks ❤ I am impressed oooh❤❤
@ChachaChany
@ChachaChany Ай бұрын
Fabrice vrt Imana ikuturindire
@KP-fe6io
@KP-fe6io Ай бұрын
Great ❤
@ArthurNgendakumana
@ArthurNgendakumana Ай бұрын
Ndakwemera terimbere jugae
@amolam97
@amolam97 Ай бұрын
Un jeune visionneur.uburundi butunze
@nsingizimanacharles9554
@nsingizimanacharles9554 Ай бұрын
Wow big up to this guy❤
@julius875
@julius875 Ай бұрын
Courage bro Fabrice n'intwari
@user-gk5wo5lr2l
@user-gk5wo5lr2l Ай бұрын
uwu mujama yubahwee wallah ❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@francinendacayisaba2411
@francinendacayisaba2411 Ай бұрын
Fabric irashoboye cane komerezaho 💪💪💪💪
@smiledentaltv1276
@smiledentaltv1276 Ай бұрын
NdabaKunda from Rwanda❤
@0pp20
@0pp20 Ай бұрын
Well done bru
@edouardniyongabo9436
@edouardniyongabo9436 Ай бұрын
Impano igihugu gifuse.courage muvandi
@rafikiwakweli2049
@rafikiwakweli2049 Ай бұрын
Babrice umuntu wanje nisawa kabixa God bless you
@user-qq6mv6vh3e
@user-qq6mv6vh3e Күн бұрын
Fabrice imana ikuzigame
@kellykizzytheboss3891
@kellykizzytheboss3891 Ай бұрын
Woow🎉❤❤
@user-qw5qn8gx8j
@user-qw5qn8gx8j Ай бұрын
congratulations Fabrice, but environment ntimuriko muyiha agaciro, murubaka ahantu atagiti na kimwe kihari mukahareka uko, nibaza ko mutiyumvira kwihinduka ryibihe, hama les espaces verts nazo nyene. iciyumviro canje nuko mwogura ahantu hanini hama aho hantu hakaba abamazu na jardin. ikindi mugerageze kwubaka ahantu hakirurutse(kumisozi) hama mwubake les maonoirs hamawe inzu imwe iba ifise plus de 10 chambres, 5 cuisines, 7 salons, les barcons, espaces de sport babacues, caves, salle de cinema, sales de fetes, parking,.... kuburyo bakurabiko, ikaba ari inzu niburi buri itari munsi ya 5 millions de dollars kuko hariho abayafise naho jewe ntayafise.
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 Ай бұрын
Yubahwe caane uyumusaza 🙌🙌🙏
@DivineNiyogu
@DivineNiyogu Ай бұрын
Wow nimumpe inzu kuri 270million mucemumbwir ahonzoyakura😢😢😢😢
@mozboy-uc2rb
@mozboy-uc2rb Ай бұрын
Uwu niw murundi wenyen maz kubona adkoresha umunwa
@SEKA6
@SEKA6 Ай бұрын
Wow 😍🥰
@PrintingAndcomputerservices
@PrintingAndcomputerservices Ай бұрын
Contraduction: ntanumwe musaba amafaranga ngomukoresha amahera yanyu hamango twubaka mais yaguzwe, none wumva ivyo bihura. Vuga ko mwubakisha amahera yabanyene kugura ayo mazu
@TheRealGold
@TheRealGold Ай бұрын
Wow ninyinshi 😂😂😂😂😂 kwa gael
@user-ld9mg1hf2v
@user-ld9mg1hf2v Ай бұрын
Aha ni heh ga🤷‍♂️
@bernicebeba
@bernicebeba Ай бұрын
Abagwizatunga b i Ngozi vrt.
@yanganandeemmanuel7171
@yanganandeemmanuel7171 Ай бұрын
Nonese izi nizazindi bubakaga impande ya Tanganyika??
@espritguidegamer7907
@espritguidegamer7907 Ай бұрын
Tu es grand
@seniorrobertoomonde7652
@seniorrobertoomonde7652 Ай бұрын
Ibintu vyamateka kweli
@user-ii5dw4lq8d
@user-ii5dw4lq8d Ай бұрын
Fabrice Uri Umugisha Kuburundi
@xenabizindavyi6414
@xenabizindavyi6414 Ай бұрын
FABHOMES, A MASTERPIECE IN BURUNDU 🇧🇮
@razarondiwayezu6314
@razarondiwayezu6314 Ай бұрын
biragaragara ko iyonyubako ari iyumwe muri family ya fabrice 🤣ariko ninzinza vyukuri 👍
@twororeturimekijambere5491
@twororeturimekijambere5491 Ай бұрын
Komera🎉🎉🎉
@Vision2300
@Vision2300 Күн бұрын
Fabrice président
@logic-commentetor3258
@logic-commentetor3258 Ай бұрын
Gusa imico yo kwambara ibirato mu nzu abantu babamo sivyo ....
@MathiesKwizerimana
@MathiesKwizerimana Ай бұрын
Nuwambere
@dushimeterry
@dushimeterry Ай бұрын
Uyu mu Boss❤wacu nukuri 🙏🌙Habonetse nkabandi bameze nkawe 🎉Burundi izoba Yubakitse neza mumwaka 10 irimbere
@isinakahisetv4183
@isinakahisetv4183 Ай бұрын
Justin Gael ndakunda cameras zawe
@NININAHAZWEBlaise-bj4xd
@NININAHAZWEBlaise-bj4xd Ай бұрын
Fabrice umwana w'u 🇧🇮🇧🇮🙏yubahwe
@joelnzeyimana7791
@joelnzeyimana7791 Ай бұрын
komera
@ueush643
@ueush643 Ай бұрын
Juste gael afise ururimi rwuzuye akanwa
@user-gp2ue3hj8z
@user-gp2ue3hj8z Ай бұрын
🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇿🇦home sweet Home nyumbani kwanz
@bitwivyawe9141
@bitwivyawe9141 Ай бұрын
Ndabona mufise igikorwa ciza
@muhiragroupepictures1682
@muhiragroupepictures1682 Ай бұрын
Birakwiye ko yoronnswa ahantu hadasanzwe hari igisagara akahategura akahubaka igisagara gishasha kuko arashoboye
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja Ай бұрын
❤❤❤
@hategekimanamariespeciose5701
@hategekimanamariespeciose5701 Ай бұрын
MANA WEEEE❤❤❤❤🎉🎉🎉🎉
@user-qs4sl6xf8z
@user-qs4sl6xf8z Ай бұрын
❤❤
@CelestinNiyitunga
@CelestinNiyitunga 5 күн бұрын
Mukomeze
@ndolijaydas2768
@ndolijaydas2768 Ай бұрын
Cameraman nasubire kwishuri canke uko yokwikosora,abantu bakeneye kubona ibiriko biravugwa.Murakoze
@CelestinNiyitunga
@CelestinNiyitunga 5 күн бұрын
Murikuturyohera
@IziIssai
@IziIssai Ай бұрын
Muburundi turashoboye sana ntimuzosubire kwitwaza ngo murakenye ahubw turi 1 dutunze pe
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 Ай бұрын
None Fabrice kwarumwe hatungiye abarundi mwese?niho mubera ibijuju.
@beatriceahishakiye6308
@beatriceahishakiye6308 Ай бұрын
We are all ready did
@EnockNdayisenga-wk5rm
@EnockNdayisenga-wk5rm Ай бұрын
Big Boss kabsa courtage kabsa
@vt-kn6qf
@vt-kn6qf Ай бұрын
Umukubito please tafuta cameramen professional you are a big Media now please 🙏
@machariagilbert3475
@machariagilbert3475 Ай бұрын
Courge
@hildenyandwi1142
@hildenyandwi1142 Ай бұрын
Ndaryohew cane kko nkabari mu barabo ,barashobora kukubaza ngo inzu nkizi murazifisee??so turaronse ivyiza tuzorata natwee🎉🎉🎉💃💃💃
@antoinettempaimana2724
@antoinettempaimana2724 Ай бұрын
😂😂
@user-er8wc3yl1j
@user-er8wc3yl1j Ай бұрын
VIVE LA JEUNESSE
@KC-wj7yh
@KC-wj7yh Ай бұрын
Niki gituma batamuha amasoko akomeye yareta nkayajanye no kuzana igitoro canke kubaka amabarabara. Please turabbinginze murabe abashoboye akazi mumve murivyo mwirata ngo mwarakirwaniye .
@SylvereSinzinkayo
@SylvereSinzinkayo Ай бұрын
Courage vrm nzokurondera baduhe aka numero
@lareinegaga
@lareinegaga Ай бұрын
🥰🥰🥰
@nshimirimanaolive4965
@nshimirimanaolive4965 Ай бұрын
Umwana wokugasaka ndiho akomeze kukwagura ushike kure hashoboka urumugisha ku Burundi
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Ай бұрын
Uyu Mujama nibamuhe budget y'Igihugu yose yiyubakire igihugu acuzuze ama étage cose mbona ariwe abishoboye kurusha naza OBUHA uyu arose amahera urabonako mukanya gato ibikorwa aba abishize ahabona kandi mumwanya muto cane niho bavuga ubunyegeri bwishi ntibwimba raba umuntu umww ibintu akora arumwe.
@carinemanirambona2708
@carinemanirambona2708 Ай бұрын
Baguhaye iriyasoko yakera yabaye igisaka akayubaka ?
@MegaYifu
@MegaYifu Ай бұрын
💯🇧🇮
@doriankarisabiye5037
@doriankarisabiye5037 Ай бұрын
Neza
@ngezahayoadam8067
@ngezahayoadam8067 Ай бұрын
Fab umugabo nyamugabo hezagirwa Fab URI umurundi w,ijunja nijambo