Ntago wamwishuye none abo bana bamarayo igihe kingana gute?
@salvatorkaburundi32229 сағат бұрын
Mbega ko abakora mwene ako kazi mu gihugu kibanyi c’Urwanda bakorana rwose na Chine bakaronka bourses, mwebwe hari ikibabuza gukorana n’ico gihugu?
@renildeniyonkuru996311 сағат бұрын
None nabo baragiye murivyobihugu?
@demarcotv1431Сағат бұрын
mbeg higa bangah😀😀😀 nukuj gupagasa
@IraannyСағат бұрын
Abanyaburayi bariko barazabkubwinshi muri afrika namwe muriko muroha abantu kuja aho bariko barahunga!!!!Attention surtout pour nos jeunes!!!nos enfants!!!
@الينابرونديСағат бұрын
Uvuga ukuri???
@douce96018 сағат бұрын
Abarundi ntidukundana ,kuko municira amahera menshi Kandi aribintu biri simple . Abanyarwanda birirwa baraza kwiga kuko bobo batanga ama information gratuit Kuri KZbin bakakwereka vyose
@aimenimbona175911 сағат бұрын
Nangahe amfaranga
@Magnifique-c1y7 сағат бұрын
Muturungikire amanimero zanyu
@ezekielsabiyumva80484 сағат бұрын
Reka kubesha abantu
@divinenduwayo2162Сағат бұрын
None mumaz kurungika abangana gt?
@nicolempwenayo662211 сағат бұрын
Ndakeneye numéro zanyu svp 🙏
@bujaExpress10 сағат бұрын
Mwe muri abajura canada nta Ma visa iriko iratanga barabihagaritse jusqu'a nouvel ordre
@martinenshimirimana18276 сағат бұрын
None aba bafise ama partenariat nama immigration ? Urumva abarundi bose bakwijijeze izo condition bararonka visa?