Umukuru w'Igihugu amenyesha ingabo z'Uburundi KO umwansi yahinduye umukenyuro

  Рет қаралды 52,930

Indundi TV

Indundi TV

29 күн бұрын

#indundinews: Izi nizo mpanuro Umukuru w'Igihugu #Evariste_Ndayishimiye yahaye intwazagabo igihe yari aramutse atanguza umwaka w'ishure utegura intwazagabo muri Kaminuza #Iscam

Пікірлер: 144
@Vlalochkove00199
@Vlalochkove00199 26 күн бұрын
Tuna kupenda sana Raisa Evaliste NDAYISHIMIYE ❤❤❤❤
@undoyenezapeter8102
@undoyenezapeter8102 26 күн бұрын
Njye nkeka ko Rwasa amaze kubona ko umwansi atari umututsi ko umwansi ari uwanga abarundi bose kuko yabonye ko Neva amumereye nabi kandi ari umuhutu mwene wabo. Abarundi ndetse ni isi yose nibareke anacakubiri no kwikubiraho
@maishacenter-eastafricatv3976
@maishacenter-eastafricatv3976 26 күн бұрын
Nta muntu w'umututsi abaho
@hangiroetincelle8167
@hangiroetincelle8167 26 күн бұрын
Mu Rwanda na ho umwansi ni nde? Uwahitanye kizito,karegeya,Nyamwasa Gwigara,Rujugiro,Niyomugabo,idamange,karasira ,n'abandi batutsi ni nde? Ni umututsi canke umuhutu?
@user-lg6ui8zm1e
@user-lg6ui8zm1e 26 күн бұрын
Reka Sha sigaho! Na ba DD Niko baje bavuga, nta Rwasa, ntaba DD Bose nikimwe, uyu munsi uvuga ko ari mwiza koko afise ico ashaka, agomba kwigira mwiza ariko nihahandi agezeko wamuraba!
@gitavihometv5778
@gitavihometv5778 24 күн бұрын
@@maishacenter-eastafricatv3976Mental disorder
@amolam97
@amolam97 23 күн бұрын
Kumbe vyabindi mwita ngo nukwibuka 30 babigisha amacakubiri ivyo vyamoko komwigira abasirimu ngo mwatsinze amoko ayomacakubiri muyakurahe? Stupid
@willymbonimpa2868
@willymbonimpa2868 26 күн бұрын
Abarundi twaraciye ubwenge urwanda nirwo rutuma tutaronka isukari igitoro amatara be namazi reka gusaaza abarundi shaaa twaramente ubwenge ukwo nukugira twitwararike ko dufise umwasi urwanda twibagire ibibazo mwadusizemwo..!! Soma imisa wirenganire ibindi ubireke urananiwe shaaa
@Akasamutwe250
@Akasamutwe250 26 күн бұрын
Mwarasaze ahugo
@user-sv6ic7qx9s
@user-sv6ic7qx9s 24 күн бұрын
Ariko kweri bihome noe kuba ariwe yiguzuburundi ubwambere mukaba mubivuga kumunwa je sindumva itariki yokwibuka bihome mbega rwagasore na ndaye kobashizwe kunoti n abana ba zovuka mukinjana kizoza bazomenya ibyo izincungu zakoreye uburundi nabarundi bihome bite nukutubesha nawenyena aba yibukwa hakaba igisabisho nkuko biba noku bandi bafise icobamaze
@namirembedenise3393
@namirembedenise3393 8 күн бұрын
Nukuligose👍👍👍♥️♥️♥️💪💪
@user-cu2zt8cp8l
@user-cu2zt8cp8l 26 күн бұрын
Uragukunda Afande
@davidnikiza2520
@davidnikiza2520 24 күн бұрын
Mureke kubesha abeni ngihugu iterabere ririhe?
@LeonardMusengimana-nr8qq
@LeonardMusengimana-nr8qq 26 күн бұрын
Ndakwemeeepeee!
@cyriaquesibomana2050
@cyriaquesibomana2050 23 күн бұрын
Ariko musigaye muncanga!!!!!!!Imana muvuga n'Imana ki? Imana y'urwango ntayo nkeje kbs. Nzaba numva😢😢
@user-is5qn3uy9b
@user-is5qn3uy9b 26 күн бұрын
Esemwagiye mwandika ariko mudatukanabavandimwe beza😊
@davidnikiza2520
@davidnikiza2520 24 күн бұрын
Ahubwo ibitu nvarakunaniye reka gupfana urwada sha kuko naco bakugize nihamwe uwo binaniye avunga go ikirango kiranyerera gira ubise abadi
@MunezeroHyguette
@MunezeroHyguette 26 күн бұрын
Ntamunyamahanga yanka iburundi abarundi nitwe twankana ntumuze mutipfane kubanyamahangaa abarundi nibo biyishe biyononeye igihuguuu kubera indandende
@LeonardMusengimana-nr8qq
@LeonardMusengimana-nr8qq 26 күн бұрын
ndakunda
@user-ry5pm9ni1b
@user-ry5pm9ni1b 26 күн бұрын
Reka gusamaza abantu izonkinamico turazimenyereye, vuga kubibazo biduhangayikishije nkabarundi 🙄🙄🙄🙄🙄🙄🙄🙄🙄🙄🙄🙄🙄🙄🙄🙄
@shemaisaac5358
@shemaisaac5358 26 күн бұрын
ariko konziko abarundi arabasirimu nkuyu bamukuyehe koko , sha abarundi baragowe nukuri , uyu uko mbikeka, ashobora kuba arya kumafaranga ya Congo kugirango avuge nabi urwanda , NB: Africa ibibazo ifite byoguhora mubukene nabayobozi bibihugu nkaba ,bashimishwa nokurya abaturajye baburaye imana tabara abarundi ndakwinginze.
@UwimanaAnnemarie-we5xh
@UwimanaAnnemarie-we5xh 26 күн бұрын
😊😊
@muganza1
@muganza1 24 күн бұрын
Abarundi ntibazobabashye Urwanda rukunda abarundi, ata murundi numwe ari Rwanda afise ikibazo abahonyorwa ni abari Burundi, kuko ata ndongozi bufise
@amolam97
@amolam97 23 күн бұрын
Ubu ngubu aho mpagaz harumunyarwanda anciye impande kand abayeho neza ntawumukorako gusa uwomunwa wanyu niwo.muzama muzira abarundi bategerezwa kubaho neza aho bagiye hose bafise indero bavuga make barabana nibibaraba sinkamwebwe umengo iminwa yanyu ninkiyasamusure noe uvuze kuburundi butangira ababurongoye ubushats kuvuga iki ukosowe wumva bataba bakwigishije indero mbe urwo rukundo muvuga nurwahe mucunga iminwa yanyu
@raphaelmulenga9083
@raphaelmulenga9083 26 күн бұрын
We need one Africa
@NtaleMulungi-ct2np
@NtaleMulungi-ct2np 26 күн бұрын
Komera mutama tukurimyuma
@user-je9fe8qj3r
@user-je9fe8qj3r 26 күн бұрын
Urwana avuga uraruzi neza uruyoboye utsekumva ngo nikagame yabazi amateka ye azabanze abaze amateka ye ubundi abone kumuvuga
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 26 күн бұрын
Kagame si Mana bwana kandi ntazokwamaho azopfa kandi ntiyasumba Kadafi nigisoda ciwe ntabushobozi gifise busumba ubwicakadafi cari gifise kandi yarapfuye nta muntu yokanga abandi kurino Si kuko na Kagame yokosorwa
@mutombopatrick1292
@mutombopatrick1292 26 күн бұрын
Sendagara zishobora kuba zigeze mumutwe. Iki kigabo gifite amabyi mumutwe
@user-vf6cb5ey8s
@user-vf6cb5ey8s 26 күн бұрын
Ntugatukane si byiza
@frankub8107
@frankub8107 26 күн бұрын
wambwawe yumunyarwanda utamenyera president wacu stupid wamwana windaya
@mutombopatrick1292
@mutombopatrick1292 26 күн бұрын
@@frankub8107 gashino Ka nyoko wo gahobagira
@bienvenurukundo7890
@bienvenurukundo7890 22 күн бұрын
Icyo mbashije kubona nuko abobagabo bakwicaye inyuma batinya Urwanda uraruvuze bubika umutwe ,muve mumatiku mukore muzagera kwiterambere
@user-kk3fp2yq2d
@user-kk3fp2yq2d 26 күн бұрын
Ark Uburundi Koko Mushakaho iki Kurwanda ark urebe ko Muribigoryi Muribukako arimwe mwanze gusinya Amasezerano yokudahana inkozi zibibi kugirango Mucumbikire interahamwe muzigaburire muzitoze muzitunge ngo Muzazicyure Murwanda kuntambara Ntimwanze gutanga Abicanyi Batumariye Abantu 94 ark kuberako bishe Abatutsi ntacyo byaribibabwiye nubundi Abarundi mwatumariye Abantu mwogashiramwe Sha Murimbwa iyo mwibeshya Mugatera Urwanda tukabashwanyaguza mwabicanyimwe, Urwanda ntamwanya rwabatekerezaho mwampyisimwe
@user-rb4sm2fc6s
@user-rb4sm2fc6s 21 күн бұрын
Turakwemera.mutama.wacu
@uwimbabaziappoline1002
@uwimbabaziappoline1002 22 күн бұрын
Ingabo zuburundi zarashize
@LeonardMusengimana-nr8qq
@LeonardMusengimana-nr8qq 26 күн бұрын
Ufite impano nziza
@batamurizagasaro5634
@batamurizagasaro5634 26 күн бұрын
Nawe ubanze ujye kwiga
@blessing8061
@blessing8061 26 күн бұрын
😀😀 ubwo rero nawe ngo uri umukuri wigihigu cyakoze abarundi twaragowe
@frankub8107
@frankub8107 26 күн бұрын
long live H.E
@Mafia1984Ayirwanda-ge4ty
@Mafia1984Ayirwanda-ge4ty 26 күн бұрын
Nibajye murikongo guhangana na m23turebeko ibyobize babimenye
@NsengimanaJeanbosco-nj1db
@NsengimanaJeanbosco-nj1db 26 күн бұрын
Cyarasaze iki
@zazo-bmike6082
@zazo-bmike6082 26 күн бұрын
Ibintu biduhanze muri kano karere nivyamoko nituhishanye
@HabanabakizeFrugence
@HabanabakizeFrugence 26 күн бұрын
Utakurushagusenga ntakagutere ubwoba
@kagamenshizirungu2056
@kagamenshizirungu2056 26 күн бұрын
Uyu nigicucu ntago yuzuye
@NkusiJohn-em7sz
@NkusiJohn-em7sz 16 күн бұрын
Ariiko ufite ibitekerezo bipfuye
@gasarabwepatrick659
@gasarabwepatrick659 26 күн бұрын
Nkiyibwa irashakiki kugihungu cyacu kweri😢
@user-uo5bb5gp8x
@user-uo5bb5gp8x 26 күн бұрын
Kagame kamwe gatunzwe no kunwa amaraso y'Abantu,nako koca kaba iki?
@clementiraguha1315
@clementiraguha1315 13 күн бұрын
Ndumiwe
@user-ty9xi9ti1r
@user-ty9xi9ti1r 26 күн бұрын
Uvuzukuri mutama
@HarerimanaPhilabdillah
@HarerimanaPhilabdillah 26 күн бұрын
Boss Neva twarbahay mwatos miga ntacomwarþþř
@nizigiyimanayves9485
@nizigiyimanayves9485 26 күн бұрын
Ntamacakubiri ari Burundi mugenzi! Uratohoza ubaze, ikiriy amoko yose abanye neza!
@Oscr100
@Oscr100 18 күн бұрын
Nababeshye naterambere muzagira mugihe mufite umuyobozi nkuyu ubabibamo urwango😂😂
@JesperManirankunda
@JesperManirankunda 26 күн бұрын
Ariko muratwenza, ngaho mu Burundi hariho umukuru w'igihugu nabandi barongora igihugu. Nibe muritwengera bantu bo mu bindi bihugu hari abatware nyabatware. 😊😊😊
@nizigiyimanayves9485
@nizigiyimanayves9485 26 күн бұрын
En bon, kubera?
@LameckNgabo
@LameckNgabo 25 күн бұрын
Abakuru bibihugu buburundi ntibemerezwa murwanda urakarya nyoko
@emanuelNimbona-kd2tf
@emanuelNimbona-kd2tf 19 күн бұрын
Je ndachaka kuja mugidirikare
@respecttv5039
@respecttv5039 20 күн бұрын
Abarundi twarumiwe
@bienvenurukundo7890
@bienvenurukundo7890 22 күн бұрын
Ba president baragwira p,uyuwe ninyongezo
@user-if2qg7wd1i
@user-if2qg7wd1i 26 күн бұрын
Igicucu gusa 😢
@Bakariijr
@Bakariijr 26 күн бұрын
Wamenya ko so na nyoko baza mubibanza vyambere yibigugu kwisi
@DodoDodo-pb9mw
@DodoDodo-pb9mw 24 күн бұрын
Uwu ntakigenda ntute umwanya wokumwishura.
@jeanpierrendagijimana5298
@jeanpierrendagijimana5298 26 күн бұрын
Arko iyo mwirirwa muvuga ngo tubabuza amahoro, ubundi bibaye ngombwa ko turwana namwe saa sita sinaba ndi gushyira Bujumbura kumurongo, apu
@muganza1
@muganza1 24 күн бұрын
Sha abarundi mubuze byinshi peeee! Perezida, intwaza ngabo,ubutunzi asha murageramiwe peeee, perezida aringaha kbsa,
@KireheProduction-uc6wq
@KireheProduction-uc6wq 24 күн бұрын
Urwanda rwaragowe
@Abanyacyaro
@Abanyacyaro 22 күн бұрын
Buriya x nka general usinzira president arikuvuga .aahh Mbega UBURUNDI bwacu
@JesperManirankunda
@JesperManirankunda 26 күн бұрын
Never ni nka Tshisekedi, n'abakeha bwenga, ico bakora n'ukunywa inzoga n'ukurya inyama no gusahura itunga ry'ibihugu. Amatama n'inda zikavyimba bagaca baja ku ma medias ngo u Rwanda ni rwo rubabujije guhangana n'ibibazo vy'ubukene aba nyyagihugu barimwo. Aho Kagame niwe ababangamiye ga mwa bihwiji, mutagira iyo muva niyo muja, mutagira ubwenge. Ariko umusi n'umusi, abanyagihugu barabona ivyo mukora vyose. Keba keba
@abdallahjuma7997
@abdallahjuma7997 26 күн бұрын
Ntibarusha so nanyoko bataguhaye indero sha abatutsi mwagira amanyama kera ubu cire birarura
@ConsoleeUwamariya
@ConsoleeUwamariya 26 күн бұрын
​@@abdallahjuma7997 Ngaho ubwo se umwise umututsi uramuzi?ahaaa!!
@abdallahjuma7997
@abdallahjuma7997 25 күн бұрын
@@ConsoleeUwamariya ibitekerezo by'abo birabagaragaza
@user-od4ow4dp1x
@user-od4ow4dp1x 22 күн бұрын
Nihataliumu bagenzi
@vickyofficia91
@vickyofficia91 26 күн бұрын
Agashyari kimikeke nindagara sha wa mugabo
@dimitryibrahim2447
@dimitryibrahim2447 26 күн бұрын
aba ba type batoye Pasteur ngo batoye President
@labanniyonsaba8376
@labanniyonsaba8376 26 күн бұрын
Ariko Urwanda kuki murwanga????
@LameckNgabo
@LameckNgabo 25 күн бұрын
Urwanda nimunyo
@user-gm3sn6kb8s
@user-gm3sn6kb8s 26 күн бұрын
Ariko wagirira ishyari umuntu Mutareshya nkababanyagupfa batagira Namba waba ubashakahiki basi wenda nkakongo arikose nkaba waryayiki nabo nabashonji haryangobafite imikenke nindagara nimuzishore iburayi babahe amadovize
@user-lj9wu1rb9j
@user-lj9wu1rb9j 26 күн бұрын
Urwanda nigihugu cyiza kumunyarwanda numurundi Abanyarwanda bakunda abarundi nabarundi bakunda abanyarwanda ibi uwo arimo byitwa politice yu rwango nasomyemo ko afite ishyari urwango uburyarya muzajye mumva mutekereze mutange ibitekerezo binenga cg bishima ariko mugamije kubaka mudasenya
@amolam97
@amolam97 23 күн бұрын
Warasaze ahubwo hahaha ubundi ivya umukuru wigihugu avuga birimwo reseau kandi birumvikana nimba uburundi bugize umwansi urwanda rukamucumbikira rugasaba mubatange mukanka mwe mwumva mwohuza gute ba Niyombare za RPA nabandi ntanduru ivugira ubusa muhungu tuzokundana muga turyaryana kandi ico uvuga ngo twoppose turazi ico vyatuvyariye muri 2015 bawasamira kugahinga shaaa nigiki tutazi se
@sese667
@sese667 22 күн бұрын
@@amolam97 Ubundise ko kuva mu 2008, Leta y'Urwanda yasabye Leta y'Uburundi ko bamwe mu Banyarwanda batuye mu Burundi n'abamwe mu Barundi bose bakekwaho kugira uruhare muri Jenoside yakorewe Abatutsi mu Rwanda mu 1994, bakoherezwa mu Rwanda kugira ubutabera bukore ndetse na mandats d'arrêts zirasohoka, Leta y'Uburundi yigeze ibatanga ?? yagize icyo ikora ?? yigeze inabivugaho ??
@amolam97
@amolam97 22 күн бұрын
@@sese667 uri sur kwivyo bintu atarivyo mwikomporeje mumitwe kugira mwisigur gusa vyose vyugariye aho bizogorana guhuza kwimpande zibiri pe kubintu bigaragara
@sese667
@sese667 22 күн бұрын
@@amolam97 Leta y'Urwanda mu 2008, yararungikiye urutonde (liste) rw'abantu bamwe (Abarundi n'Abanyarwanda) bakekwa kugira uruhare muri Jenoside yakorewe Abatutsi mu Rwanda mu 1994, uko ni ukuri ! Urwanda rwasaba mu 2008, ko Leta y'Uburundi yohereza abo bantu mu Rwanda kugira ubutabera bukore canke naho, Uburundi bubahane , ntanakimwe muribyo byose cyigeze gikorwa n'Uburundi ...
@amolam97
@amolam97 22 күн бұрын
@@sese667 reka ikinamico shaaa ubwo reo rek tunyukurane ki diplomatie ntampamv yokuvuga ngo turi bamwe Ubwo bizogorana guhuza
@user-we7uq1qh7p
@user-we7uq1qh7p 26 күн бұрын
Umwansi nimwebge muzatuvire mugihugu turonke amahoro
@LameckNgabo
@LameckNgabo 25 күн бұрын
Pima unyambe
@BemerVenuste-yz9qw
@BemerVenuste-yz9qw 24 күн бұрын
Twagiz isanganya ryo mumutwe nitwakira mumutwe tuzoca tuba abakomey knd muburundi ntidukenye ikibazo nimumutwe
@user-wr5wh8fr5z
@user-wr5wh8fr5z 26 күн бұрын
Abarundi ntamuyobozi mugira pe
@user-uo5bb5gp8x
@user-uo5bb5gp8x 26 күн бұрын
Uraza ukirongore😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂😂
@sadikibasabose3067
@sadikibasabose3067 26 күн бұрын
Ariko Urwanda rwabagirira ishari kuki Mururusha kweli Murantwengeje 😂
@LameckNgabo
@LameckNgabo 25 күн бұрын
Mutunziki mwebwe??
@Oscr100
@Oscr100 18 күн бұрын
Mubatse murebe ibibazo mufite byigitoro umurindankuba
@GatoWilliam
@GatoWilliam 26 күн бұрын
Ariko ubanza abasoma misa nka padiri kuko ntakura mumutwe mugitabo
@IshimweCloude-rw3lx
@IshimweCloude-rw3lx 26 күн бұрын
umenga neva atagira umbwenge nabusa
@niyorukizaelias8142
@niyorukizaelias8142 26 күн бұрын
Ikirundi conyene wandika kirakuranga ico urico ntawogushavurira😂😂😂
@Ntwari563
@Ntwari563 26 күн бұрын
Ubwenge yabukura he? Yirirwa atekereza ibiryo🤣
@maishacenter-eastafricatv3976
@maishacenter-eastafricatv3976 27 күн бұрын
Mzee, dushaka ibikoresho bishasha mugisirikare cacu Kandi bigezweho
@nizigiyimanayves9485
@nizigiyimanayves9485 27 күн бұрын
Ubuhinga turi 1
@KanyewestVlog
@KanyewestVlog 26 күн бұрын
Murabigura iki 🤣🤣🤣
@nassrasaid5680
@nassrasaid5680 26 күн бұрын
Yooh atanguye kumenya kuvuga Imana ishimwe
@innocentbimenyimana7858
@innocentbimenyimana7858 26 күн бұрын
@@KanyewestVlogAmarundi 😂😂😂
@olivierniyongabo4437
@olivierniyongabo4437 26 күн бұрын
Hama muzobigurae mu Burundi mbe iyo miduga y ingwano izotwarwa n amazi
@innocentbimenyimana7858
@innocentbimenyimana7858 26 күн бұрын
Ndayishimiye nikigoryi kbsa. Mbega igicucu, aratekerezako ariwe muhanga kurusha abazungu gukuraho Kagame Murwanda ???? Abahutu nibijuju kbsa ntago bajya biga hubwo bitwaza ubwinshi bakagirango burahagije!!! Vuba cyane Kagame arashyira umurongo utukura kuri RDC Hanyuma Azahita ashyira umurongo utukura hafi y’intara ya cibitoke uburundi nibukora ikosa gato Kagame azabwinjira ba Agatho Rwasa babone ubwigenge babuze kuva kera.
@Vlalochkove00199
@Vlalochkove00199 26 күн бұрын
Umva Sha wowe utuka abahutu urikigoryi kikiburaburyo
@kanzenzeSamuel-uu1yz
@kanzenzeSamuel-uu1yz 26 күн бұрын
La folie commence ainsi
@moshwayne2565
@moshwayne2565 26 күн бұрын
Wowe utekerereza mukibuno,,isi ntabwo ikiri hahandi mwarimuzi byarahindutse
@user-if2qg7wd1i
@user-if2qg7wd1i 26 күн бұрын
Nigicucu président wu Burundi
@eliasmcbooker3869
@eliasmcbooker3869 26 күн бұрын
Wanjiji we wogatsindwa utuka abahutu nkande wogacwa we . Sooner than later kagome wanyu biramutekurukana wakigoryi we . DRC yoyo iramwoma kumutwe . Urwanda rutanga ruswa gusa ntagisoda gikomeye bafite . Ubu DRC ifise umu president nyakuri wangegera we
@KaranganwaJeanMarievianney
@KaranganwaJeanMarievianney 17 күн бұрын
Murafise ibibazo ntangere kuko muca mushakira ibibazo aho bitari nyakubahwa.
@user-hv9tq5rn6d
@user-hv9tq5rn6d 26 күн бұрын
urwanda uruziza ko ingabo zawe zirikwicwa nkimbaragasa muri congo na m23 kandi nubundi m23 ni abanyarwanda ariko bavukiye congo ibindi wibeshya abenyagihugu bawe wagicucuwe nizo ngabo zawe kagame yabahuta nkisupu yibiyoba
@habanabashakazacharie5635
@habanabashakazacharie5635 24 күн бұрын
Ariko mbabaze nicyihe gihugu Cyagiri Uburundi Ishyari Esubundi Uburundi burushiki Kenya? burusha iki Uganda ? Burusha iki Tanzania ? Burusha iki Urwanda ?? Cg nakacyagisakuzo NGO Iyobimucanze Iwe abeshyera Abaturanyi 😂 cyimpe Ngicyo mweshimiwa Gisegeti & Nyenicubahiro Ndayishimiye 😋😋🤣😂🤣😂
@tambatv5362
@tambatv5362 26 күн бұрын
Zero mind man! Kaboshye ucyaurira abantu imikeke n' indagara abantu barya ibimasa,amahene n amafi Thomson ya korea dukora import yayo...ngo imikeke n indagara!
@shemaisaac5358
@shemaisaac5358 26 күн бұрын
hoya ndabinginze banyarwanda ntimuzahore abavandimwe bacu babarundi amafuti yababayobozi babo , gusa ikindi nsaba abarundi nukutazamera nkareta mbi urwanda rwijyeze kugira nkiyi , ibiba urwango aho kujijuka bakumvako iterambere arugufatanyiriza hamwe. musengere abarundi ahubwo iyi leta izaveho kuko sha ntacyo ibamariye , uziko ngo nugerageje kuvuga ukuri bamwica , nkibi bisaza byagiye bisaza bitanduranyije.
@ericbikorimana8713
@ericbikorimana8713 24 күн бұрын
Ewe Ndayishimiye shaaa😂😂😂 uzovyina urwanda gushika ryari.hhhh.igitoro insukari ama devise Ni urwanda rwayatwaye😂😂😂😂 turi na president abona kw'ino kweri.😂😂😂
@MajambereStephen
@MajambereStephen 26 күн бұрын
Bakubite chane
@user-vk1yu7ug2s
@user-vk1yu7ug2s 9 күн бұрын
Hahaha
@mponganochristian2196
@mponganochristian2196 23 күн бұрын
Abaturage banyu bagiye gufpa uburundi buracyenye bikabije murakeiye kuza mukegera kagame mukamwigiraho ukuntayobora urwanda rwacyu nifubai urekane nuburundi abaturage barikeiyotomba kugira muzamerenkurwabdanbizabavunap😅😅😅😅😅😅😅😅
@user-pn9fu2cw7t
@user-pn9fu2cw7t 25 күн бұрын
Aka gasaza kabure kwicara kigire ku Rwanda nako nukwirirwa kiriza,ndebera nkukuntu avuga discours afashe micro muntoki!
@muganza1
@muganza1 24 күн бұрын
Sendagara 😂
@user-jh7lq5hx1w
@user-jh7lq5hx1w 25 күн бұрын
Umwansi wigihugu cawe ni wewe… don’t forget that.. kuko uri umubeshi, umusuma, urajijisha abarundi bapfira murikongo for your own personal benefit not for Abarundi.. naho Urwanda Rwaragusize cne cane mumyunvira, mbega nibaza nimba you really know what leadership is? Icara wige kuko ntacyo ushoboye..
@user-cu2zt8cp8l
@user-cu2zt8cp8l 26 күн бұрын
Hhhh ubonyuwusaba afande never !!kagame nabatutsibe ntamubano bashakana nabahutu!!!ururimibumva ni urusasu nawe arabizi afande,knd ubimenye.afande. umuhisi Kayibanda yarabizi kuturusha knd kutabamenya byatumye inwariyacu Ndadaye yicwarubi,
@gasarabwepatrick659
@gasarabwepatrick659 26 күн бұрын
Beshwa abawe sha twe utwihorere ungushire hasi
Whyyyy? 😭 #shorts by Leisi Crazy
00:16
Leisi Crazy
Рет қаралды 17 МЛН
Balloon Stepping Challenge: Barry Policeman Vs  Herobrine and His Friends
00:28
IVYARANZE UMUHISI PEREZIDA PETERO NKURUNZIZA
21:51
sagarara
Рет қаралды 281 М.
😳 МНЕ НУЖЕН ЕЩЕ 1 ПОДПИСЧИК !
0:28
Настя, это где?
Рет қаралды 4,5 МЛН
She showed him coke lifehack🥤
0:23
meierfamily
Рет қаралды 13 МЛН
Леопард просит прощения🥺 #freekino
0:31