KZ
bin
Негізгі бет
Қазірдің өзінде танымал
Тікелей эфир
Ұнаған бейнелер
Қайтадан қараңыз
Жазылымдар
Кіру
Тіркелу
Ең жақсы KZbin
Фильм және анимация
Автокөліктер мен көлік құралдары
Музыка
Үй жануарлары мен аңдар
Спорт
Ойындар
Комедия
Ойын-сауық
Тәжірибелік нұсқаулар және стиль
Ғылым және технология
Amarira y'Umurwizatunga imbere ya PRESIDENT//MAIRE de la VILLE Yagomvye kunyaga HOTEL/Agahinda nagiz
1:15:44
Umukuru w'igihugu asaba abarundi bose guhaguruka bakamufasha urugamba rwo kugwanya akarenganyo,.....
38:42
Қылмыскерді таптым… | QARGA 2 | 3 серия | КОНКУРС
31:30
СКАНДАЛЬНЫЙ бой Али, когда в ринге ему противостояли сразу ДВОЕ #shorts
01:12
Support each other🤝
00:31
Что будет если украсть в магазине шоколадку 🍫
00:39
Umukuru w'igihugu , Olucome na Ntabariza bashize mu bwato bumwe ivy'ubutunzi n'ubutungane
Рет қаралды 21,473
Facebook
Twitter
Жүктеу
1
Жазылу 320 М.
Indundi TV
Күн бұрын
Пікірлер
@LeonceNdimugakiza
2 сағат бұрын
Intwari kbx
@ThamiKhundula
15 сағат бұрын
General Neva you're the best ❤❤❤
@ArakazaZai
3 сағат бұрын
Ndashimiye caane abo bantu ba Sociétés Civiles batanze ivyiyumviro vyiza caane kandi vyubaka; ahubwo na ba Buramatari bakwiye kuva abasirikare vrema !!! Harageze Aho nsaba ijambo nshikirize ivyo ndiko ndabona nivyo nabonye!!!
@ArakazaZai
2 сағат бұрын
Nakamaramaza; dusavye ibintu vyabo bantu muze murahashira kumugaragaro twumva amafuti yabo bahasigurira imbere yabene gihugu!!!
@RutareIrambona-gh1d
17 сағат бұрын
Rufyiri yaramaze gutahura droit yiwe
@gihungaselemani8727
9 сағат бұрын
Sh nyakubahwa Gabriel ndifuz ko twohur ukampa n 1 %kubweng bwanyu nukur uraciy ubweng
@LynaKaneza-mr4qp
16 сағат бұрын
Intwari👍👍👍👍👍
@AdamsMusisi
15 сағат бұрын
7tena mzeee ❤
@johnphiri-vf3ih
3 сағат бұрын
Ubutungan budatunganirije Agaton Rwasa nubu ntabuhari.
@JosephBigirimana-ky1hi
11 сағат бұрын
❤❤ wubahwe❤
@dedeNsabimana2077
4 сағат бұрын
Nibayiguhe direction 1 gusa
@habumugishaterry6543
15 сағат бұрын
President wacu
@BarnabéNdayengenge
Сағат бұрын
Amahoro y,IMANA kubarongozi bacu ndabazwa nokwumvako Uburundi bukenye birirwa batugongera Imiduga ngaha mugisagara ca Bujumbura kuberako hari abantu batwara Imiduga nabi bakubwira ngo gupima ni 50,000 Mwoduza mugashira kuri1,000,000 Hari uwosubira kugonga uyundi
@EdinaChiwamba
Сағат бұрын
Nyakubahwa nazarakura abantu ataravye nguyu numu dede
@RoseNijimbere
13 сағат бұрын
Sebarundi ur'umwarimu mwiza nuko wigisha intumva zibijuju
@GivasNgezaho
3 сағат бұрын
Ibintu nisawa,Umu kuru wigihugu na rufyiri ibintu babibona kumwe
@FrederickThadeo
Сағат бұрын
Inyigisho cyagwa agafuni
@SergesBukuru-m8c
13 сағат бұрын
😮
@FrederickThadeo
Сағат бұрын
Umupolokileli utama numusuma kaluhaliwe
@EdinaChiwamba
Сағат бұрын
Mugira amana meshi atagira akamaro
@FrederickThadeo
Сағат бұрын
Ntabutungane na balyamanza
@KubwimanaOlivier-g8e
16 сағат бұрын
Intwari
@FrederickThadeo
Сағат бұрын
Mzee wetu fanya kama magufuli usicheze na wezi
@pamphilekantabaze
7 сағат бұрын
Moi j'ai été très sérieusement hué par le public pour avoir "gêné" la circulation en observant l'arrêt complet sur un feu rouge 😢
@ENOCKboyTv-fm5ye
14 сағат бұрын
Leta yakajagari😂😂😢😢😢
@NahayoJean-x1u
14 сағат бұрын
sebarundi wacu kbx
@FrederickThadeo
Сағат бұрын
Umukuye utamufunze bizaba bimazeki
@FrederickThadeo
Сағат бұрын
Kuala Umar ntacyo ashoboye
@VedasteTuyishimire-m8v
5 сағат бұрын
Tubwire iyo iyo modoka iri basi ko utashatse ko tuvyunva
@FrederickThadeo
Сағат бұрын
Kuala ivyo bigugu mulia natwe tukalila uhoza India ninde bikubite agafuni
@evelynenkurunziza287
9 сағат бұрын
28:19 Ukaza wumva ngo mumbikire sha nukuri birababaje
@NukurunzizaOl
2 сағат бұрын
Good imagination ariko gushira mubikoewa nikibazo gikokomeye gitwara igihugu suguhendahenda canke kwinginga canke ka twaragoranwe sinomukosora oooyyaaa . president namenye inshingano afise nayo gushira amakosa kubandi nabireke
@DjbizocuCuthizo
4 сағат бұрын
Komera kumuhetoo
@Nkunzimanathierry-x4l
14 сағат бұрын
Urumugabo kbx
@ThomasMula-n2b
15 сағат бұрын
Ibaze nkumudhikirangaji ijambo avuze devant Le public Ibintu vyugufundikanya amajambo gusa
@RaphaelMVUYEKURE
2 сағат бұрын
Muzohashiremwo amahwa
@Tter12
13 сағат бұрын
Ministre wa Justice asa nuwuhejeje gutanga imihoho, agize ko ubushikiranji bwiwe bamunaniye guhindura. Ajejwe iki none? Iyo changement nico bagushizeho gukora none ati barananiye guhindura ingeso.
@FrederickThadeo
Сағат бұрын
Ivyo bihugu ntiobikula ibisuma ukavyangaza
@dismasniyo5641
8 сағат бұрын
Ariko none uwo mushikiranganji w’ubutungane ivyo avuze biteye isoni caaane. NGO abashingwa manza ngo ntibubahirije itegeko kandi abibona hanyuma akinumira ntabahane uwo ni une authorite wahe? Ndi president naca kwirukana
@jacksonnkunzimana144
2 сағат бұрын
Uwomugabo yavuze ivyubutungane nintwari kabisa ahubwo iyo commission bayimuhe ayitware nintwari kabisa
@VedasteTuyishimire-m8v
5 сағат бұрын
Parti ya kabiri irih? Ko ubikiraho hagezw ibikenewe ko twumva vyukuri
@christophebigirimana7747
11 сағат бұрын
Iyaba waruzi amanyama yabantu bapima icayi.hari nabagisubiza inyuma ukamenga nibo bahiga ababagurira.kurary 350.muzikangura bakiranduy cose
@FrederickThadeo
Сағат бұрын
Abachamanza bakubitwe agafuni
@AlexisNivyayo
10 сағат бұрын
Nyakubahwa sebarundi muhe akazi uyomushingantahe yagasavye mushire mubutungane kuko vyukuri bisa naho atabuhari uravy ibiberayo kandi aribwo bwaru mutima wigihugu
@SylvainRUKINZO
6 сағат бұрын
Umuvyeyi wacu araduhaye icizere cahazoza heza.
@israelpacificndihokubwayo1026
24 минут бұрын
Nukubafunga
@anicetndikumwenayo3055
13 сағат бұрын
Nimba mutariko murondera amajwi tunganiriza rwasa turabeko muri mukuru
@MinaniPenuel
13 сағат бұрын
Mutama président iyo proposition niyo kandi nanjee nongeyeko iyindi nanje mbona nuko umucamanza aza gusasa urubanza hoba Aho guciraimanza hubakwe neza kuburya umucamanza aza kunviriza arabona nuwuca urubanza ariko akivuga Ixina gusa kugira yunvirize urubanza arabona uwoyunviriza kugira umuntu aza kuburana arabona numucamanza amwunviriza kandi nugusoma urubanza araza kuboneka uwariwe bibe kuko basenga kiranga bakunva iryavumereye batamubona kiranga rero nasubirirwe abobacamanza. Ibiturire ntako bizotangwa kuko ntako hazoba communication directe numucamanza canke nanyene urubanza have hakora igihe ntarengwa urubanza rumara.
@NdagijimanaIssa-d9n
9 сағат бұрын
Neva arobanura amoko ntamututsi numwe uba mu bakubwa
@NIKI96-h6y
12 сағат бұрын
Amajombo ahere dukubite ahababara
@ferdinandodanielo1
13 сағат бұрын
Umaze guhana bangahe?.Uzi abantu biba igihugu ukuntu bangana?.Wavuzeko naho bazokwiba utazobakura.Burya umuntu wambere yanka igihugu Niwe perezida nabandi bakwegereye.Urabanza ufunge abirigwa banyuruza bicira abantu ubusa.
@BernardNzitunga-ms3qt
14 сағат бұрын
Bisaba hateare G-Z
@jeanclaudendayisaba4411
11 сағат бұрын
Uyu mugabo ndashaka guhura nawe ampe kubwenge
@christophebigirimana7747
11 сағат бұрын
Iyaba waruzi amanyama yabantu bapima icayi.hari nabagisubiza inyuma ukamenga nibo bahiga ababagurira.kurary 350.muzikangura bakiranduy cose
@christophebigirimana7747
11 сағат бұрын
Iyaba waruzi amanyama yabantu bapima icayi.hari nabagisubiza inyuma ukamenga nibo bahiga ababagurira.kurary 350.muzikangura bakiranduy cose
@christophebigirimana7747
11 сағат бұрын
Iyaba waruzi amanyama yabantu bapima icayi.hari nabagisubiza inyuma ukamenga nibo bahiga ababagurira.kurary 350.muzikangura bakiranduy cose
@christophebigirimana7747
11 сағат бұрын
Iyaba waruzi amanyama yabantu bapima icayi.hari nabagisubiza inyuma ukamenga nibo bahiga ababagurira.kurary 350.muzikangura bakiranduy cose
1:15:44
Amarira y'Umurwizatunga imbere ya PRESIDENT//MAIRE de la VILLE Yagomvye kunyaga HOTEL/Agahinda nagiz
UMUKUBITO
Рет қаралды 37 М.
38:42
Umukuru w'igihugu asaba abarundi bose guhaguruka bakamufasha urugamba rwo kugwanya akarenganyo,.....
Indundi TV
Рет қаралды 5 М.
31:30
Қылмыскерді таптым… | QARGA 2 | 3 серия | КОНКУРС
OMIR
Рет қаралды 594 М.
01:12
СКАНДАЛЬНЫЙ бой Али, когда в ринге ему противостояли сразу ДВОЕ #shorts
BalcevMMA_BOXING
Рет қаралды 1,2 МЛН
00:31
Support each other🤝
ISSEI / いっせい
Рет қаралды 81 МЛН
00:39
Что будет если украсть в магазине шоколадку 🍫
Miracle
Рет қаралды 3,2 МЛН
21:09
Umukuru w'inama nshingamateka avuze amarushwa abarundi bagorewe muri diaspora| NTA BUKENE MU GIHUGU
Indundi TV
Рет қаралды 29 М.
8:53
Hoba hariko hakorwa iki kugira ngo ikena ry'igitoro ryibonekeza ritorerwe umuti?
Mashariki TV
Рет қаралды 6 М.
27:16
PRÉSIDENT NEVA ATANGAJWE NUWU MU MAMA YAGIRIJE UBUSUMA MAIRE DE LA VILLE
Waka Light TV
Рет қаралды 22 М.
4:51
Elon Musk: The New Kingmaker in Global Politics? | Vantage with Palki Sharma
Firstpost
Рет қаралды 189 М.
15:56
Ishirahamwe OLUCOME risaba ko haba inama yo kwiga ku kibazo c’ubukene bwugarije Uburundi
Tele Renaissance
Рет қаралды 13 М.
5:00
Can Donald Trump Retake the Panama Canal? | Vantage with Palki Sharma
Firstpost
Рет қаралды 249 М.
8:27
UMVA INYISHU KU KIBAZO C'UBUTARE🤔 SEBARUNDI🇧🇮 N'UMUSHIKIRANGANJI BATANZE UMUCO UKO BUZOKWUNGUKA
Fulgence Mika
Рет қаралды 7 М.
15:22
Umukuru w'igihugu yerekanye ibicantege vyinshi vyaranze umwaka wa 2024 vyerekanye inzira yiyo tuja
Indundi TV
Рет қаралды 3,1 М.
12:15
Ngiye kwirukana muri Kigali abantu bafite ubushobozi bakomoka i Nyamagabe
FLASH TV RWANDA
Рет қаралды 13 М.
47:44
🤯ФЕЙГІН: Путін ВИЙШОВ із планом кінця ВІЙНИ! Трамп ЛЮТУЄ. Україна ПРИНИЗИЛА Лаврова при всіх
24 Канал
Рет қаралды 241 М.
31:30
Қылмыскерді таптым… | QARGA 2 | 3 серия | КОНКУРС
OMIR
Рет қаралды 594 М.