Never uriko uridigadiga kuko nta leadership ihari mu Burundi, guhera kuri wewe nabo mwegeranye. Nakajagari, umwe ahari arasahura. None ga Never, basahura gute ama devises muri BRB kandi wayishize mukwaha kwawe. Abarundi baca babona ko ubwo busuma ari wewe ubuhagarariye, urumva mu misi iza abarundi bakavuga ko ariwewe uri umusuma ari imbere yabandi, ntuzotangare. Basha aho uri muyabira, abarundi bose baguhanze amaso