Umukuru w'Igihugu Evariste NDAYISHIMIYE yuguruye ihinguriro rikora amakara ya kijambere [briquettes]

  Рет қаралды 16,646

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Umukuru w'Igihugu Evariste NDAYISHIMIYE yuguruye ihinguriro rikora amakara ya kijambere [briquettes] ry'ubatatswe ku Muzinda mu ntara ya Bubanza n'Ubushikiranganji bwo kwivuna abansi

Пікірлер: 14
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 3 ай бұрын
🎉🎉🎉
@roddyfawaz6
@roddyfawaz6 3 жыл бұрын
Burundi bwacu ndakwikundira 💕 Mutama wacu sebarundi ni wirambire 🤝
@JackieloveKingbuja
@JackieloveKingbuja 3 ай бұрын
❤❤❤
@desirendiho4938
@desirendiho4938 3 жыл бұрын
Mukomere cane iterambere rizozanwa n'abenegihugu
@asbrasa515
@asbrasa515 3 жыл бұрын
Nimumpe akazi none abakozi barakwiye
@shadist4338
@shadist4338 3 жыл бұрын
Vyiza
@itangishakapascal531
@itangishakapascal531 3 жыл бұрын
Ikibazo duhora tugira ku mahinguriro nk'ayo ni gutunganywa neza. Aratanguranakora neza ariko kubera kutayiborwa neza bigahomba kurya kwa cotebu, ONATEL n'izindi. Aha rero bipfira kubahabwa amabanga no kubabakurikirana.
@angealainbigere5119
@angealainbigere5119 3 жыл бұрын
Ko mbona rukoramwo abasirikare gusa ntabwo ndi gutahura, nu ruganda rwa leta cank nigu mu privé?? hama félicitations pour l'idée innovatrice
@nsengiyumvaeric4924
@nsengiyumvaeric4924 3 жыл бұрын
banza usome neza ni iryegukira ubushikiranganji bwo kwivuna abansi.
@johnstars9191
@johnstars9191 3 жыл бұрын
murakoze nyakubahwa nimugire nayandi mahinguriro turabe kwimisozi yacu yosubira kwambara.
@lovepeace5460
@lovepeace5460 3 жыл бұрын
Ntimuzogire kakantu baheruka gukebuza Alfa condé, Guinea Conakry
@macardjosua4622
@macardjosua4622 3 жыл бұрын
Komeze ibikogwa barundi bumutima.
@fredchibs1902
@fredchibs1902 3 жыл бұрын
Ibi nibiki bakora
@sanny.m3767
@sanny.m3767 3 жыл бұрын
Namakara ya kijambere Akozwe kubuhinga buhanitse.
Try this prank with your friends 😂 @karina-kola
00:18
Andrey Grechka
Рет қаралды 9 МЛН
1% vs 100% #beatbox #tiktok
01:10
BeatboxJCOP
Рет қаралды 67 МЛН
Don’t Choose The Wrong Box 😱
00:41
Topper Guild
Рет қаралды 62 МЛН
Try this prank with your friends 😂 @karina-kola
00:18
Andrey Grechka
Рет қаралды 9 МЛН