Oya aho ni sawa kabisa na Tanzania nta mishatsi kueza College
@lizynyame69775 жыл бұрын
Bene data ntabutware butava kuwuhoraho aba pingayi nibaduge umusozi nkuko Mose yabikoze babaze NDIHO azobishura igituma Nyenicubahiro atwara igihugu ahari ntihazogire umuntu azosubira kubaza ivyo vyiyumviro nuwuzoza nuko
@Thelegend-zd8bn5 жыл бұрын
Uzotinda ukibona
@marcntwari40124 жыл бұрын
Vuga yesu canke yezu .
@Thelegend-zd8bn5 жыл бұрын
Iyo Mana nyene niyo izokwanikira. Na Sauli iyabimenye mbere yarikwigarura kare
@mamyakintore42844 жыл бұрын
Jew nsavye komwokwihweza ikibazo kijanye nabana biga fundamental Koko uwomwana a bafise ubumenyibunganagute kombonamubakuramwishurebadashaka bagumabidoga ejonibobazojakugirikiroberi ngomwabankiye kwiga mwemwigirango muzubwenge ndabarahiyebabandi ntimuzobigana fondamentaliteyamakenga
@marcntwari40124 жыл бұрын
Wumvukomeye rero ukurabesha
@mamyakintore42844 жыл бұрын
Noneabanabanyunabobarayiga
@truthbythruthsimba60745 жыл бұрын
😂😂 ariko nigute wajyereranya history ya Israel na burundi?? How?? Icyambere Israel kiriya gihe sibaribafite ikibazo cya mandat sibyo etc... Listen ubu abanyafurika bamenye ubwenjye sibimwe byakera. It's matter of the time...
@ndabagezesecond62965 жыл бұрын
Ntiyari Mandat ? Ni akagaye k abatutsi batagomba ko batwarwa n abahutu. Mu rwanda hari mandat zingahe ? Muri uganda hari mandat zingahe ? Kuki abo banyakuri biyamiriza mandat nyinshi ataco bavuga kuri ivyo bihugu ? Mbere akaba ariyo bahungira.Ntibahungiye muri uganda canke urwanda ?
Uvuze iki ? Wew ni we uri injiji ya mbere.None kuki bavuga ngo ihonyavwoko ryakorerwe abatutsi, kabdi atabwoko buriho ? Kuki mu Burundi bagabura ibiti bisunze ubwoko ? Kuki mu nzego za gisirikare bagabuye bisunze ubwoko ? Ahubwo wewe utabona ivyo uri ikijuju.Ubwoko buriho.