No video

"Uwuzigerezako azokubitwa n'Imana inkoni y'icuma....*Imana yo mwijuru niyo cabona" Pierre Nkurunziza

  Рет қаралды 12,568

Mashariki TV

Mashariki TV

Күн бұрын

Mu mpanuro yahaye abagumyabanga, umukuru w'igihugu yaragabishije bikomeye abagumyabanfa boramuka bahemukiye umugambwe na canecane mu gihe bimirije kuja mu matora ya 2020 é. Ati: "Uwuzigerezako azokubitwa kabiri n'Imana inkoni y'icuma....*Imana yo mwijuru niyo cabona"

Пікірлер: 11
@yvonnekwizera688
@yvonnekwizera688 4 жыл бұрын
yaga mutama wacu !!! Jewe uranezera pe! kandi bakuveko . tugutore twese , uwimena yimene ,
@guillaumerusengo9371
@guillaumerusengo9371 4 жыл бұрын
Sibomana! Ukinda ugaramye, ugira iki, iterabwoba ntirigikora! Turabarindiriye imbere! Na Buyoya embargo yaramutembeje! Inkoni zo, warikuba uri muri coma, wewe nyene!
@THEAMERICANDREAM1107
@THEAMERICANDREAM1107 4 жыл бұрын
👍
@AthanasNibizi
@AthanasNibizi 2 ай бұрын
Ekaye vyaramenyekanye.ivyanyu?
@kurubuga6562
@kurubuga6562 4 жыл бұрын
Babwire Mutama wacu
@yvonnekwizera688
@yvonnekwizera688 4 жыл бұрын
umuntu ahemukira uwamugiriye neza, navumwe kandi abone ibara, aho ndiyo bwana
@THEAMERICANDREAM1107
@THEAMERICANDREAM1107 4 жыл бұрын
Ubu ntakintu mubonamwo???🤣🤣🤣 mutama guma hamwe nawe igihe cawe kiri bugufi, uyu azokibatana yihungire musigare murondera aho munyikira. Be wise burundian...#birababaje #biteyeagahinda
@richardjayden4942
@richardjayden4942 4 жыл бұрын
mbegakomuvukwo buyoyanawe na Kagame mubavugakwiki????
@mugwanashakamadiba8726
@mugwanashakamadiba8726 4 жыл бұрын
Ivyo vyipfuzo vyawe ninkivyo umuswi wipfuriza agaca uzobirindira urinde unogoka utabonye nkurunziza ahunga
@aboali2763
@aboali2763 4 жыл бұрын
Umutima wawe mubi sha nawe iman yaray igukubise inkoni yicuma iman ihorihoze
@dizmodizo6420
@dizmodizo6420 3 жыл бұрын
Komer mutama waduha impanur muga intunva zamaho
"Ubwoko ntibwari kumbuza gutwara umugore nkunda"
8:06
Yaga Burundi
Рет қаралды 10 М.
Happy birthday to you by Tsuriki Show
00:12
Tsuriki Show
Рет қаралды 12 МЛН
طردت النملة من المنزل😡 ماذا فعل؟🥲
00:25
Cool Tool SHORTS Arabic
Рет қаралды 25 МЛН
WILL IT BURST?
00:31
Natan por Aí
Рет қаралды 31 МЛН
Ifaranga rimwe muri EAC : ryari ?
5:31
Yaga Burundi
Рет қаралды 1,8 М.
Runyota na Inámujândi bokwitwa incungu z'Uburundi ?
8:26
Yaga Burundi
Рет қаралды 2,3 М.
Happy birthday to you by Tsuriki Show
00:12
Tsuriki Show
Рет қаралды 12 МЛН