Abarindiriye commentaire ya chimamanda moses mumpe likes😂😂
@MusafiriValens-g7g32 минут бұрын
Yazikoze kare
@OlivierNininahazwe-m3h12 сағат бұрын
Kuba tugitwarwa n'abantu bameze uku turacagowe😢 Mana,turarushe nukuri
@user-nk3ue2cs4k5 сағат бұрын
I agree with u , aba batama baracafise ivyiyomviro bishaje. He is a bastard and old enough to stop politics....Burundi has a chance in the young ppl struggling to make his daily meets outside the country
@tuyisabeevariste32514 сағат бұрын
Mubisanzwe twaraguye muvyago
@niyofaxofficial26934 сағат бұрын
Good outside of country niho hasigaye amaronderero none uzoguma muburundi naho boguhemba 2M per month ntakintu nakimwe zigufasha aho wohaguma uharondera iki, politic irakwiye guhinduka igahabwa abakiri bato bafise ivyiyumviro biri hejuru kandi birashe kuko umuntu nkuyo numwe hirya yejo uzozawumvango Pafe niyugare ntihagire uwusubira kuronka Passport bivanye nukwo ivyiyumviro vyiwe biba bishaje ,@@user-nk3ue2cs4k
@chrisk47264 сағат бұрын
Bikomeye gose
@user-nk3ue2cs4k3 сағат бұрын
Sometimes I wonder niba les dirigeants burundais lisent les livres, écoutent les informations ? Ils visitent d'autres pays pour écouter comment ils font, ou bien ils sont des touristes et ne font que boire et manger enfin de gonfler leurs gros ventres...
Ababajama nn kuberki imana yemeye bakaba bari gutwara igihugu nukuri barakwiye uwobamanika kuri antene kbx 😢
@nutritionhealthsecrets5 сағат бұрын
@Hhhh,😂😂diaspora umwe yaratashe agura moto ngo ifashe umuryango,police yayitwaye 3fois mu gipolice bamuca plus de 300.000Fbu atana petrol,mu mezi abiri gusa,yasubiye mu mahanga avuga ati ahwiiii😂