Umupasitori akomeye ahevye ubu kristo abaye umu Islam | Amenye amabanga yose y'Abapasitori bagenziwe

  Рет қаралды 2,008

Daawa Tv Burundi

Daawa Tv Burundi

3 жыл бұрын

Ukaba uri umukristo ufise ico ushaka kwunganira kurivyo vyavuzwe vyose ntutinye kutwakura kuri Whatsapp +257 79430969 turakwakira twongere tuguhe amatwi nawe ugire ico ushikirije. Murakoze Amahoro y'Imana abane namwe

Пікірлер: 21
@NtirandekuraOmar-xl9in
@NtirandekuraOmar-xl9in 9 ай бұрын
Wao ndishimye cyane kbs nange ndabakurikiye cyane nibyiza kweri
@dannydjibriil3309
@dannydjibriil3309 8 ай бұрын
Masha'Allahu
@dannydjibriil3309
@dannydjibriil3309 8 ай бұрын
Masha'Allahu Allah abandanye yorosha nabandi babone ukuri
@sarayosaf6602
@sarayosaf6602 10 күн бұрын
❤❤
@amesaniyera4242
@amesaniyera4242 3 жыл бұрын
Maashallah Ishimwe niryawe Ibihe vyose YALLABIE wewe ukomeza.ukura ubashumba bawe mumuzimiza ukaberekeza kunzira yukuri yawewe Uhorahoraho Mana yacu Iteka ryose amashimwe nayawe YA.ALLAH 🙏🙏🙏🙏🙏❤❤❤❤
@safisafinikweli1839
@safisafinikweli1839 3 жыл бұрын
Mash allah imana iguhe igerezo ryiza ugume uzimururura abazimiye
@rutaganirahusein3039
@rutaganirahusein3039 3 жыл бұрын
Manshaalla nyagasani akomeze kubaterinkunga natwe tuzakomeza kubashyigikira tubakurikira
@saidifadhili5493
@saidifadhili5493 3 жыл бұрын
mashaallah allah abahe iherezo ryiza
@user-je7jj1vi2u
@user-je7jj1vi2u 3 жыл бұрын
Uratubeshe
@hamzafishten9560
@hamzafishten9560 3 жыл бұрын
Allah akuji imbere inshaallah
@sheillauwimana4860
@sheillauwimana4860 3 жыл бұрын
Manshallah
@jumakana6126
@jumakana6126 3 жыл бұрын
Amahoro y'imana abane namwe.nimegerageze muze muratumira abapasitori kuko nibo bafise uruha runini mukuzimiza abantu.nabo ntibaba bazi ivyo bariko Barakora.inzara niyo ibibatuma.imana idufashe.
@issankurikiye3833
@issankurikiye3833 3 жыл бұрын
Ubwo bu Pastor bwos buzovayo bub aba sheikh
@sheillauwimana4860
@sheillauwimana4860 3 жыл бұрын
Cheikh iyo video ndayishaka imbox please 👏
@measme4721
@measme4721 3 жыл бұрын
oya iyo n comedie🤣😂
@user-je7jj1vi2u
@user-je7jj1vi2u 3 жыл бұрын
Manawee.nuko
@user-je7jj1vi2u
@user-je7jj1vi2u 3 жыл бұрын
Nazombona inzonomero
@mukundwaalice4761
@mukundwaalice4761 2 жыл бұрын
Mwebwe twarabamenye, muba muri abasiramu muri kuma diri yanyu yo kuyovya abantu mukaza kwinyegeza mu bakristo kugira ngo mu batizwe muhabwe amabanga amwe namwe mw’ishengero igihe mwihaye co gukora ivyo mwatumwe giheze hama mugasubira mw’idini ryanyu mukabesha ngo mwari abapasiteri!!!! Ariko isengesho ryanje niri Kristo muzima yapfuye akazuka, azokubonekere kandi uce aho hose waciye ubesha, ugende uvuga ko wabeshe kandi wihane, mbisenze mw’izina rya Data niry’Umwana na Mpwemu Yera, amen.
@DaawaTvburundi
@DaawaTvburundi 2 жыл бұрын
Suko bimeze reka kubesha nicaha aba Pastori nirirwa ninjiza idini ni benshi caane uzoze urabe canke ubaze ivyo utazi twebwe tuba dukeneye abemera ukuri gusa ntabakiriya dushaka ubu kristo bwazimije benshi dukomeza kubazimurura
@leoncenininahazwe8551
@leoncenininahazwe8551 2 жыл бұрын
Biragahera mutanzimuruye yesu ntakavyumve
@DaawaTvburundi
@DaawaTvburundi 2 жыл бұрын
Yesu araryoherwa abonye uwuvuye mubu kristo
Alex hid in the closet #shorts
00:14
Mihdens
Рет қаралды 10 МЛН
Smart Sigma Kid #funny #sigma #comedy
00:26
CRAZY GREAPA
Рет қаралды 9 МЛН
Now THIS is entertainment! 🤣
00:59
America's Got Talent
Рет қаралды 38 МЛН
تجربة أغرب توصيلة شحن ضد القطع تماما
00:56
صدام العزي
Рет қаралды 58 МЛН
Birangiye babaye abayislamu 0784952876
6:48
Gusenga Tv Imana 1
Рет қаралды 1,1 М.
Alex hid in the closet #shorts
00:14
Mihdens
Рет қаралды 10 МЛН