Uri umu Mama aciye bugufi cane. Imana iguhezagire muri vyose
@hoppyjerry8 күн бұрын
Ko mbona akiri muto!!!! Jewe uwo Nzambimana namwumva kw'iradio ndi umwana muto none nkaba mbona uko ngana, ntangajwe no kubona umupfasoni wiwe aboneka gutyo, she's blessed for sure.
@alainnahimana85424 күн бұрын
Meric Maman Philippo
@caritasniragira14288 күн бұрын
Wawuuuuuuu,Félicitations Madame Francoise,wakoze gushingira Intahe Yesu Ndizera ko ico gitabo kizofasha benshi.nukuri Icubahiro nic'Imana.
@dianemadona148 күн бұрын
Well done and congratulations Mme Françoise 🎉 Encouragement kuri benshi, ngira hagiye gusohoka ibitabo vyinshi kubakenyezi b'i Burundi, amen pour ce bon example and calling from the Lord
Bravo a dame romaine Francoise que j, ai eu la chance de connaitre quand j, etais un petit Garcon de 8 ans proche de la Famille.. Humblement alars epouse de l, ancien premier ministre Mr Edward Nzambimana.. a repris le chemin de l,ecole.. inscrite a l universite du Burundi.. Elle a acceuilli Jesus glorieux comme roi et salut.. Et beneficie les effets induits..de la convertion.. Un exemple pour les generations montante et future.. Model pour une ancienne seconde dame du pays les 1976-1977.. Je lui dois bcp de respect et d, amour une ancienne de mes parents Bravo Maman Philippe..
@KidomoHenriPierre8 күн бұрын
Bcp de respect et d amour Une ancienne proche amie de la Famille..
@ngendakumanafrancois5958 күн бұрын
Soit 🎉benie..madame..nzabimana
@luizfigo11338 күн бұрын
Imfura cyane ❤
@melchiorntiruhenura97398 күн бұрын
Courage et honneur à vous Madame. Si vous pouviez croiser et échanger avec Madame Rose Ndayahoze ou encore Madame Thérèse Ngendandumwe! Vous déplaceriez des montagnes.-
@christinen.945 күн бұрын
Mme Ngendandumwe était présente à l événement.
@bwengejeanbosco26107 күн бұрын
Gusa mwanditsi w'igitabu ntuzohave ufatwa na satani n'amacakubiri y'urwanko rw'amadini. Imana ni 1 kubeza n'ababi,Yezu ni 1 kuri bose igikuru ni URUKUNDO nabo wita abansi bawe basengera muyandi masengero canke imisigiti(urukundo kubakristu,abadasenga canke aba islamu)
@alexsingirankabo89417 күн бұрын
Comment puis-je avoir ce livre?
@ibrahimbigiruwuhiriwe1026 күн бұрын
Zikomo kwambili.
@KuzikoTV6 күн бұрын
Nivyiza cane kwandika ibitabo none gute uzana ivya isirayeli ukabizana muri africa ? Imana ni nyinshi ncuti zanje mbega iyomana avuga niyahe ? Africa biratugoy cane kuzana umuco wa isirayeli mu burundi nukuzana umuco wikindi gihugu mucacu
@kanyangefrancinekanyangefr47818 күн бұрын
Mutubwire uko twokironka!!aho twigisanga
@bernardsimbahwanya596 күн бұрын
Ndakeneye copie. Nogisanga hehe? Kuri angahe?
@bwengejeanbosco26107 күн бұрын
Mwagira iyihe nama abatutsi canke abatutsikazi bafise ingengabitekerezo ko aribo bavukiye gutegeka abahutu?
@peninnamuller95026 күн бұрын
Wewe Reka kuvanga amasaka n’amasacramentu, niwaba ugomba gukina politique allez-y. Ukaba naho ugomba kwabira Umwami Yesu, hindura imvugo n’ivyiyumviro. Jesus a dit : « Mon Royaume n’est pas de ce monde ». Convertissez vous et croyez la bonne nouvelle. Amen