Docteur en communication arazi gutanga ijambo neza riranyurisha amatwi
@godeliveniyongaboАй бұрын
Uyu mu saserdoti , aravuga ukuri kwose . Imana imukomereze ingabire yo kuvuga ADATINYA ! Mu Burundi ni sawa kweri . Ibi abivugiye mu Rwanda yoca arara yaburiwe irengero ! Kuko aya majambo abategetsi ntibashaka kuyumva ! Imana idukomereze patiri wa Ekleziya yacu nkunda cane ❤
@TurabumukizaTheogene29 күн бұрын
Urabesha ntaco Yaba kuko aya niyo majambo president wacu atubwira ku tarya ruswa ni bindi
@godeliveniyongabo29 күн бұрын
Sigaho , n"amajambo yo mururirimbo president Kagame arayasesengura ! Saint KIZITO MIHIGO , ngo amashuka yahindutse ivyuma ! Abihaye Imana mu Rwanda , ntawuvuga ngo yisanzure ect.... !
@TurabumukizaTheogene29 күн бұрын
@@godeliveniyongabougiye kuvuga ibyo urabizi ko iyo ntwaro ya ba Dede ishaka ku munyuruza yo bikora kuko si we wa mbere iyica Adolphe ikica kararuza Ara basirikare bakuru bashaka padili bamureke ikica bazungu mu kamenge padili niwe batinya
@godeliveniyongabo29 күн бұрын
Kiremwa muntu ni NTAVOGEGWA , NICOKUBAHWA . Dusabiranire , ariko mu Rwanda ho Kagame ararengeje pe ! Ati : tuzahora tubarasa kumanywa y'ihangu 🫢
@godeliveniyongabo29 күн бұрын
Raba ningene bagize Cyuma Hassan ngo nuko yatangaje ivyo yabonye ku murambo wa Saint KIZITO MIHIGO ! Bwa butareba bwabo nabwo ngo ntakarata agira y'ukumenyesha amakuru ! Ariko urumva izo ntwaro Koko arizo kwishimira ?!
@DonatienNTIHARIRIZWA-sh9rzАй бұрын
Philosophiquement parlant ✔️✔️✔️✔️
@gabrielntahondi9797Ай бұрын
Amen. Ndafashijwe. Ese abantu twese twokwibuka ko Imana ibona vyose. Tukayitinya.
La finalité, les principes et le profil du dirigeant tels que définis par ce sage passeront par la revalorisation de l'école. Merci infiniment pour la contribution de l'église catholique à l'édifice de ce pauvre peuple burundais.
Ese iryo jambo ry'inkoramutima ryoshikira abategetsi
@calixtesindayigaya1999Ай бұрын
Merci Juste Gaël
@MuhiziSimonАй бұрын
Gaël ikiganiro na patiri tugihabwe nkumwanya utakaza kuri Samuel ndayiragije na fabrice manirakiza nkizindi lbunuza urakwiye guha ikiganiro uwumwuvahwa na mbayahaga avuga ubujajwa uramuha micro