Umurima w'Agatangaza kubera AMAGANGA Y'INKWAVU/ 24Tonnes kuri 3Ha gusa||Raba neza uko abigenza

  Рет қаралды 7,908

Agaciro Media

Agaciro Media

Күн бұрын

Пікірлер: 31
@AgaciroMediatv257
@AgaciroMediatv257 10 ай бұрын
Ikiganiro ca Honoré kivigwa ku NKWAVU kzbin.info/www/bejne/bKLTf5WXbNKkl7csi=9qCotcstnC4doD_9
@pierrechaneldusabe1308
@pierrechaneldusabe1308 17 күн бұрын
Komera mugenzi honoré ndakwemera cane uburundi burakeneye abantu bakamaro nkawe 🎉
@ntahomvukiyevincent9245
@ntahomvukiyevincent9245 10 ай бұрын
Girumugisha mugenzi.Aband bashishikara kudusangiza ubuhimbiri nibidusamaza,ark Raba ivyiza utwitangira ukadusangiza.Biciye mubiganiro vyawe, maze kubon vyinshi nogutahura vyinshi ntarinzi KO dufise.Ukwiye agashimwe kumu jeune wamber ariko akangurir abene Burundi mwiterambere
@AgaciroMediatv257
@AgaciroMediatv257 10 ай бұрын
Murakoze cane
@francescafrancesca8901
@francescafrancesca8901 10 ай бұрын
Cana umuhunhu w'i gihugu arakwiye agashimwe vy'ukuri. Akwiye gushigikirwa kuko intererano yiwe mw'iterambere ry'igihugu n'intashikirwa.
@samkabayiza6212
@samkabayiza6212 10 ай бұрын
​@@AgaciroMediatv257Agaciro Media courage cyane nkukurikira ndi iwacu I Rwanda
@nduwimanaaboubakar2337
@nduwimanaaboubakar2337 10 ай бұрын
Merci ku kiganiro,amase ni sawa wamubajije urupimo mais amaganga ntiwamubajije urupimo be n'incuro yayakoresheje gushika vyere.Niwabimenya uzombarira
@nsabimasheba9165
@nsabimasheba9165 10 ай бұрын
Jwe ibiganiro ndabikwirikiran kuk haricozakungukamw mukomer 🙏🙏
@ericbizimana8367
@ericbizimana8367 10 ай бұрын
Murakoze can natw tubakurikirana umwanya kumwanya igisigay nugutangura
@mauricendayishimiye3102
@mauricendayishimiye3102 9 ай бұрын
Murakoze guma mutuzanira bishasha
@akimanaesther7535
@akimanaesther7535 10 ай бұрын
Félicitations ku bikorwa biteye igomwe
@nzobonankirajeanwillian2209
@nzobonankirajeanwillian2209 10 ай бұрын
Ndagukunda cane nibiganiro uduha
@MitimidacyaMitimidacya
@MitimidacyaMitimidacya 3 ай бұрын
Mpora,nirabira neza neza abarimyi naborozi mubiganiro Mutugezaho!!; umukuru w,igihugu yarabivuga!! Abanebwe nabakozi babazungu bakamuseka kumpi ababitangiye Aho bageze ntitwabashikira pe!!!!
@kalimbaedouard8250
@kalimbaedouard8250 9 ай бұрын
Mwihangane mwitungire inkwavu, irwanda dutunga inka.
@JeanNdayizeye-y9n
@JeanNdayizeye-y9n 6 ай бұрын
Komera HONORE Ndibaza ko umutama akiriho komeza uburimyi iwacu i Bururi abatarabitahura bazobisamira munzira; naraje kugurira mini tubercules aho kwa mutama turakwiye abantu bakunda i wabo
@silidio
@silidio 5 ай бұрын
Nyenicubahiro NEVA iyo ariko arababwirako inkwavu arubworozi buzotuzamura benshi baramwibasiye abandi bamwita umugwayi ariko mumyaka mike abamwumvise muzobibona.
@cedricrukundo7229
@cedricrukundo7229 10 ай бұрын
❤❤❤ndabaramukijee mutaa ..go on
@DianaCiza-zc7or
@DianaCiza-zc7or 10 ай бұрын
Yoooo courage bro❤❤
@ruhumurizarichard3211
@ruhumurizarichard3211 14 күн бұрын
Komera mutama, birabreye ijisho. Numéro please
@rahaytv26
@rahaytv26 10 ай бұрын
chalma courrage vraiment
@urwiririzatvAmateka
@urwiririzatvAmateka 10 ай бұрын
Tubashimiye ikiganiro cyiza
@mdbosco1640
@mdbosco1640 10 ай бұрын
🤙❤
@bizomenyimanaelias5455
@bizomenyimanaelias5455 10 ай бұрын
UBurundi burikwije
@JeremieSiboniyo
@JeremieSiboniyo 10 ай бұрын
vyaramukundiye kabisa
@NshimirimanaSylvain
@NshimirimanaSylvain 5 ай бұрын
Dukeneye abantu nkabo
@nimenyamechack5820
@nimenyamechack5820 10 ай бұрын
Thanks
@jeanineAl-u1d
@jeanineAl-u1d 10 ай бұрын
❤,
@rahaytv26
@rahaytv26 10 ай бұрын
Guma utizanira ibindi vyorwa
@mashakaraoul8369
@mashakaraoul8369 10 ай бұрын
@Claver-zt1id
@Claver-zt1id 10 ай бұрын
Komeza
@HatugimanaPhilbert
@HatugimanaPhilbert 10 ай бұрын
Komer
Сестра обхитрила!
00:17
Victoria Portfolio
Рет қаралды 906 М.
When you have a very capricious child 😂😘👍
00:16
Like Asiya
Рет қаралды 15 МЛН
RABA UKO BATUTIKA #IBITOKE MAZE HAKAMA BININI CANE #NCDP-NDIBATIRA
9:07
uko bubaka inzu yinkavu how tu buld rabbit cage
8:11
Assoutech
Рет қаралды 24 М.
Intara ya Ngozi ntiyatanzwe mu kwitabira akamo ko kworora inkwavu.
9:42
UMUSHINGA W'UBWOROZI BW'ISAZI BUTANGA IFUMBIRE N'IBIRYO BY'AMATUNGO.
7:14
TWOCUTSA IMISWI Y'INKWAVU RYARI?
5:17
Didace Nizigiyimana
Рет қаралды 422