Umuriro uratse🔥Idriss SIMBIZI tumuhuje na DJ Paulin,Philbyte na Eric Mugisha ikiganiro canse guhera

  Рет қаралды 54,232

Siren Vibes TV

Siren Vibes TV

Күн бұрын

#sirenvibestv #industry

Пікірлер: 1 000
@hosyirakoze
@hosyirakoze Жыл бұрын
Ku bantu bariko bavuga ngo narahenganye reka ndabahe umuco… Icambere nambere ivyiyumviro vya SIMBIZI Eka n’abandi bose bariko baratera urwanko mu barundi ntavyo nigeze nshigikira… Nari gushobora gukora iyo débat nabo bagabo bandi Simbizi atarimwo kandi ikagira ico imaze ariko kubera ko iciyumviro c’umuntu naho noba ntagishigikiye ata droit mfise yo kucankisha abandi nategerezwa guheze, ariko comme ndi bariko baragwanywa nategerezwa kugira ico ndabivuzeko… Muri make Nari umu présenter aussi la concernée kuri sujet… hanyuma abadukurikira barafise ubwenge turabizeye umwe wese aratora vyiza muvyavuzwe.
@ericndikumana1504
@ericndikumana1504 Жыл бұрын
Ivyiyumviro vya simbizi ntarwanko rurimwo, ahubwo ico mvuga nuko ivyiyumviro vyiwe bitari kurinda Kuba un sujet de débat arik bavuga ngo ivyanse mumashi bashira mumigere, abari concernés batigeze bashaka gukora nk'uko ahandi bakora bategerezwa kubishira kumugaragaro, abarundi mwibaza ko arimwe mwoba mufise urukundo gusumba les zose zo mûri Africa? Mais non ! Ahubwo abarundi ntimuhagaciro ivyanyu. Vuza umuziki ndundi à 80 % étranger umuhe 20%, Kora concert niwatumira harmonize ukamuha 50 millions sat b, D one, kirikou drama T, alvin Smith muhe 50 millions avec 30 millions de plus. Nimba produits zacu naho mubona zidakundwa nabarundi kuburyo mwumva mutoyagarura banza mukundishe abarundi leurs produits, concerts 100% burundians bashake bahabwe chacun 2 millions arik ari 100 % burundais, pas que ucuzana un étranger ukamuha 100 mios iwacu agahabwa 3 mios c'est honteux. Corrigez vous mureke kuguma mumafuti et puis ngo nurwanko bariko ba créa, si tu veux Gira sondage Gato Kuba promoters bo hakurya tu sauras pourquoi ? Mais wait and see bizokunda hazoza aba promoters bavyikorere umurundi yubahwe
@Saporo-g8d
@Saporo-g8d Жыл бұрын
We urikijuju ur journaliste ntugira uruhande uhengamiyeko
@didepala
@didepala Жыл бұрын
Keep it up Hosy 👍🏿
@ndayishimiyepascal6503
@ndayishimiyepascal6503 Жыл бұрын
I Got u my sister . Kubwanj nikwo nar nabitahuy ko wahengamiy kuruhande. Gusa ubandany wihanganira Negative comments
@kamaroderrick6859
@kamaroderrick6859 Жыл бұрын
Ariko hosy wewe iki kiganiro wacitwayemwo nabi wakurikiye kwa Paulin kubwivyaguha 🔥🔥
@noelalain5647
@noelalain5647 Жыл бұрын
Hosy vrt🙄🙄😭! Ibuk k Ur um journaliste ! Avis yaw ntiyar ikenew muriy émission🙏
@bestjo2003
@bestjo2003 Жыл бұрын
Je suis pour, kuba uri journaliste ni kuba neutre
@freddymuhimpundu5247
@freddymuhimpundu5247 Жыл бұрын
Nawenyen yaravuzwe
@nzeyimanamoussa7756
@nzeyimanamoussa7756 Жыл бұрын
🙌🙌
@iraara2831
@iraara2831 Жыл бұрын
Ese iyo muvuz aba journaliste kweli abo ba KZbinrs murabashiramwo?wapi kweli abo sibo namacandya
@mireillemizero2149
@mireillemizero2149 Жыл бұрын
Yavyitwayemw nabi nkumu journaliste
@albertndayishimiyekarasira240
@albertndayishimiyekarasira240 Жыл бұрын
Numurwa révolution mumuziki yatanguye ukunyene kuko Dj adams murwanda nawe yatanguye batamwumva nkuku kwa simbizi wa semavumba ubu murabona aho bageze simbizi wa semavumba nturambirwe
@limageplustv9422
@limageplustv9422 Жыл бұрын
Uyu Wa Gospel ivyavuze nivyo cane igikenewe nukurabira hamwe nigiki abanyarwanda bakora mu muziki abarundi badakora kuko franchement abarundi bakunda ibiryoshe sikuvugako tudakunda indirimbo z’abarundi nayo kugira jalousie idakenewe nkabirya simbizi avuga nibikenewe, Paulin nawe aradandaza c tout ategrezwa gutanga ivyo abarundi bakunda kandi nawe bimwinjiriza ibintu nuko um
@giftuwiragiye7697
@giftuwiragiye7697 Жыл бұрын
Iyi emission iri deséquilibré 3 contr 1??😂😂
@stansiyomana1239
@stansiyomana1239 Жыл бұрын
Iki kiganiro ni ciza rwose. Muri débat abantu baraba ico umwe wese yashikirije. Abakurikirana ikiganiro boshobora kuvuga bati muri barya bantu cumi bose baterereye ivyiyumviro, umuntu umwe rudende niwe yavuze ibisobanutse.
@measme4721
@measme4721 Жыл бұрын
Bamukoraniye kbsa
@kechristainge8692
@kechristainge8692 Жыл бұрын
M23 iriko igwana n'ingabo za FARDC n'ingabo za EAC, Monusco n'iyindi mirwi, pour te dire uwatanguje urugamba aba yiteze kugwana nyene! Yari kuba déséquilibrée le concerné atahari ! So, gu créa imice ntaco uzodufasha mw'iterambere !
@cadeauwatanga5686
@cadeauwatanga5686 Жыл бұрын
Ikiganiro ciza c’erekeye inyungu y’umuziki wacu mwiza w’Uburundi 🇧🇮🙌🙌🙌,iyi tv online @Siren vibes niya mbere mu Burundi 🇧🇮 vraiment kuko ifise ihangiro ya kazoza keza k’igihugu cacu ,komera @Hosy Irakoze waje hageze 🙌🙌🙌,Cadeau from Sweden 🇸🇪
@ishimwechrista7982
@ishimwechrista7982 Жыл бұрын
Hosy ndagukundaaaa caneee...mugabo uno musii ntiwitwaye neza ukuntu...oft ivyo wakoze ntibibaho sinziii twebw twaravyize muri communication
@sidibebouroundi
@sidibebouroundi Жыл бұрын
Za muramubwira mwebwe mumukurira!!!
@theddyishimwe2485
@theddyishimwe2485 Жыл бұрын
Simbizi wanje tuza ufise ivyiyumviro biri hasi cane vrt!!
@jean-lucnikoyagize5910
@jean-lucnikoyagize5910 Жыл бұрын
Simbizi Ntibavuga Mukiryama DJ Paulin ntiyihenze bavuga ku Kiryama!
@ncarwatsi
@ncarwatsi Жыл бұрын
Umunyoni ariyemera ndake kurwana nabagabo batatu bikanka ko behera
@melindorofficial3511
@melindorofficial3511 Жыл бұрын
😂😂😂😂😂😂
@nzeyimanamoussa7756
@nzeyimanamoussa7756 Жыл бұрын
😂😂😂
@prosperbirorimana5982
@prosperbirorimana5982 Жыл бұрын
Erega simbizi nincabwenge
@marcelsindayigaya5250
@marcelsindayigaya5250 Жыл бұрын
Uwaserukiye Gospel bien dit vrt Wubahwe ivyiyumviro vyawe ni top kabisa respect
@charlesrubimbura327
@charlesrubimbura327 Жыл бұрын
Ikibazo numvise cyuyu mu type ngo numunyoni ikigaragara nuko yanga abanyarwanda munyamakuru inama navuga nuko abahanzi banyu nuko baza murwanda bagakora urujyendo shuri murwanda abaje turabumva kandi cyane uzi ukuntu dusigaye dukurikira ibiganiro byanyu kandi mwanagize ikiganiro kiza ninako natwe twatanjyiye
@vanessa-vavandikumwenayo2757
@vanessa-vavandikumwenayo2757 Жыл бұрын
😂😂😂😂 muzoze muribuka nomuba cinéaste kubaha support 🗣️🗣️🗣️🗣️ kuko ✊🇧🇮🇷🇼✊❤️
@kenny-gofficiel8287
@kenny-gofficiel8287 Жыл бұрын
Simbizi sha😂😂 Nizere ko watahue! Shout out to Dj Paulin🔥🔥
@tweseltd
@tweseltd Жыл бұрын
Ibyo murimo uyu munsi no mu Rwanda twabihozemo. Itandukaniro n'uko twe tutigeze twishyiramo ikindi gihugu ahubwo twahoraga twibaza impamvu umuziki wacu utajya urenga iwacu. Ikibazo gikomeye twari dufite ni umuziki ubishye kuburyo n'abanyarwanda batawukundaga. Ariko kuva production yacu yatangira kuba nziza imiziki ikaryoha, ubu mwatangiye kutugirira ishyari. Nimukore imiziki iryoshye tuzayikunda nk'uko twakunze Kidumu, Rolilo, Big Fizzo
@karangwa2315
@karangwa2315 Жыл бұрын
wabivuze neza kabisa abarundi bafite amatiku ntarabona kwisi
@Evra800
@Evra800 Жыл бұрын
Ico kiganiro gikwiriye UMUKUBITO nibo bazi kubaza ibibazo
@lixmutunzi7553
@lixmutunzi7553 Жыл бұрын
Juste Gael c’est un bon journaliste.
@jeandedieundayizeye568
@jeandedieundayizeye568 Жыл бұрын
Journalisme sirwaw... Ntushobora kwerekana aho uhengamiye ukanavyerekana de cette façon 🤔ja kwiga
@ntagimba0scar142
@ntagimba0scar142 Жыл бұрын
Ibyo Simbizi avuga ni Leta yabikora si aba organisers , ubu mu rwanda concert zose payment ni online.
@walcottrira4538
@walcottrira4538 Жыл бұрын
Hosy la prochaine fois mukiganiro uzoshiremwo professionnalisme kubera waguma udefanda Dj. Paulin arko na Semavumba akoreshe diplomatie muvyo avuga
@BigAlpha365
@BigAlpha365 Жыл бұрын
Pour Rosy juste un conseil, uze ugerageza ureke umutumire arangize iciyumviro ciwe utamuciriyemwo vraiment....
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 Жыл бұрын
Yitamwo ntandero agira ntiyubaha abatumire
@Chrian670
@Chrian670 Жыл бұрын
Vraiment arakwiye guhindura
@edouardngabonziza1441
@edouardngabonziza1441 Жыл бұрын
Nshaka kumenya Hosy wari mukiganiro nk'umu journalist canke Artist? Ikiganiro wari kuzana uwund mu journalist gutyo ukaba umutumire mubandi
@JayFazzHassan619
@JayFazzHassan619 Жыл бұрын
Hosy ako kademu karazi kwisabira urumva ingene gahengamira kuri #Paulin😁😂 none kowafashe utumira abarwanya #simbizi gusa #Simbizi Turikumwe a 100%
@arakazaevrard4635
@arakazaevrard4635 Жыл бұрын
Simbizi shaaaaaa Wahuye numu fan wa dj pole ngo nu mu journaliste shaaaaa Iyuhura nuyo wa gospel.... warigushika kuviyumviro cawe..... simbizi courageeeeee ....... uzoshika kucushakaaa uyomu journaliste nawe yige gukora kazi kiwe ....... shaaaa
@hosyirakoze
@hosyirakoze Жыл бұрын
Bon débat nije nayiteguye kandi nayiteguye kubera ko Nari mfise ico ndayivugako ça me tenait au coeur… donc à part yo kuba umu présenter nategerezwa kwerekana point de vue yanje aho ihagaze…. Amatiku, inzankano, guteranya Canke gutera akaduruvayo ntaho bizodushikana. Umwe wese muri domaine yiwe akore yisanzuye kndi yubahe akazi k’abandi
@bestfamily7242
@bestfamily7242 Жыл бұрын
@@hosyirakoze jew ndagukurikirana knshi wabikora neza ariko wumve impanuro nihuzoshika kure caaane,ico kiganiro wagikoze nabi caaane uzobikosore vrt ,guharira ikosha sivyiza namba
@Sam_rw
@Sam_rw Жыл бұрын
Much love from Rwanda 🇷🇼 Gusa hari icyo nakongeraho 1.Icyambere umuziki mwiza uracurangwa 2.Burundian mwubake production yanyu mukore imiziki myiza abantu bazayikunda 3. MuRwanda dukunda Drama T kiriku double jay kuko nibo baje kudusura kandi baririmba neza 4. Mugabanye ishyari kuko ntacyo rigeza kubantu Naho abanyarwanda ntago twanga abarundi Kandi hari nabarundi benshi bakunda abanyarwanda Murakoze
@ncarwatsi
@ncarwatsi Жыл бұрын
Sweti abarundi rero ntamiziko ifyoshe dukora🤔🤔🤔🤔🤔
@sobaboyofficial
@sobaboyofficial Жыл бұрын
Uvuze neza kbx👏👏 from 🇧🇮
@lajaxbean
@lajaxbean Жыл бұрын
Ntandirimbo zo murwanda ziryoshe
@NduwimanaSammy
@NduwimanaSammy Жыл бұрын
Murwanda turabizi ntarukundo mufitiye abarundi nta nimiziki yabo muvuza
@NduwimanaSammy
@NduwimanaSammy Жыл бұрын
Aba dj nabamenyasha makuru nibaze dukunde imiziki yacu
@mugishamwenedata6574
@mugishamwenedata6574 Жыл бұрын
DJ Paulin ari mukazi kweli !Deal bamutumye ayikora neza caneee! Mugihe bamuhaye akanya nakore kuko abafise ubushobozi bwo kumubuza ntabahari. Abanyarwanda baramukwirije nibaze bifatire akarere. Simbinzi respect Mzee!
@andypacifique
@andypacifique Жыл бұрын
Ikibazo Ntikiri Kuba Dj,Evenemenciel,Journaliste,Radio,TV....Nooo Ikibazo Kiri Kubaririmvyi Bonyene Ubwabo. Barakwiye Kwicara Bakiga Bakaraba Ati Mbega Indirimbo Zo Murwanda Zikunzwe Zubatse Gute Zigenda Gute Melody Yazo Imeze Gute Zanditswe Gute Ivyo Bamaze Kubireba Bace Bubaka Ibimeze Bityo Kuberako Aba Clients Babarundi Arivyo Bakunda Barebe Ingene Baba Abatunzi Mukanya Gatoya. Abanyagwanda Bafashe Style Ya RNB Iri Combineé N'AfroBeat Bayikundisha Umunyarwanda Ivyo Ntibigagije Bongera Kandi Baza Barazikorana Ama Melody Aryoboye Kuburyo Uramutse Uyumvirije Ikuryohera Mugutwi Ndetse Ingene Yanditse Navyo Bikaza Vyiyongerako. NONE Nyimba Ivyo Mwarabibonye Haraburiki Ngo Namwe Aba Clients Banyu Ko Mwamaze Kubona Ivyo Bakunda Kuki Mutabaha Ivyonyene Bakunda Mugashaka Kubahinduza Goût Zabo Emma Ngo ZOUK,KIZOMBA,RAP,HIPPO...Etc Izo Style Aba Clients Banyu Bubu Bo Muri(2022) Not Abo Muri (1900) Bakeneye Melody Iri RNBist Ikongera Ikaba Combiné Na Style Ya Beat Yitwa AFROBEAT Nukuvuga Indirimbo Zitambitse Ziha Ivyishimo Aba Clients Banyu Iyo Baje Kwinezereza. Love From 🇧🇮2🇨🇦
@alvinsmithofficial
@alvinsmithofficial Жыл бұрын
Dj paulin hejuru 🔥🔥🔥🔥🔥🙌🙌🙌🙌
@niyongaboaurlylorris3248
@niyongaboaurlylorris3248 Жыл бұрын
Ewe Alvin urumuti wamenyo🤣🤣🤣🤣🤣🤣🤣woe iy bikamagiriye niyo uja🤣🤣🤣
@etiennenzettruez7141
@etiennenzettruez7141 Жыл бұрын
@@niyongaboaurlylorris3248 alvin n'umu comédien niko legend mumuziki yavuze🤣🤣
@freddymuhimpundu5247
@freddymuhimpundu5247 Жыл бұрын
Weh warayacikany sh
@nzeyimanamoussa7756
@nzeyimanamoussa7756 Жыл бұрын
@@etiennenzettruez7141mugih avuz il faut kwaz arashirak ati nkumu comédiens mvuz......😂😂
@classik4realofficial408
@classik4realofficial408 Жыл бұрын
@bigfizzo ati:🤔Alvin Alvin oya urya s'umuririmvyi numu comédien
@kalyka4107
@kalyka4107 Жыл бұрын
Kuberiki induru zivuga iyo ari abanyarwanda baje? Abarundi muze dukunde ivyacu, dukundane hagati yacu, tureke kwitwaza ababanyi ko aribo batwononera...
@Ip-paci
@Ip-paci Жыл бұрын
Noe umu journalist ninde muri iyi emission🙈
@ndihokubwayoaudace6352
@ndihokubwayoaudace6352 Жыл бұрын
Ntawurimwo
@Hi5392
@Hi5392 Жыл бұрын
1:15:47 😏🙄 moyen de paiement uyishakirah’iki?? nimba abaririmvyi badafise ubwenge bwo ku géra neza amahera yabo… ba dj paulin nibo bategerezwa kubihangayikira?? 🙄🙄
@tresorkabagema9123
@tresorkabagema9123 Жыл бұрын
Dj Paulin niwe Promotor abarundi mufite mu mwubahe Love from Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@chrismuryango6140
@chrismuryango6140 Жыл бұрын
Mais nkumu journaliste uzugerageze kuba bcp plus modérateur kurusha umu participant.même si umuntu yobe ariko avuga ivyo muhuza ou mudahuza.notanga exemple ya alain foka wo muri rfi.muri émission iraba son pays aguma ari neutre même si un des participant yobe avuze ibihushanye nukuri
@hosyirakoze
@hosyirakoze Жыл бұрын
Bon débat nije nayiteguye kandi nayiteguye kubera ko Nari mfise ico ndayivugako ça me tenait au coeur… donc à part yo kuba umu présenter nategerezwa kwerekana point de vue yanje aho ihagaze…. Amatiku, inzankano, guteranya Canke gutera akaduruvayo ntaho bizodushikana. Umwe wese muri domaine yiwe akore yisanzuye kndi yubahe akazi k’abandi
@clementhakizimana1411
@clementhakizimana1411 Жыл бұрын
Nn w kowahengamye
@alexikagoma5135
@alexikagoma5135 Жыл бұрын
Umurundi akwiye guhabwa agaciro ubwambere kweli
@karorerodjibril6251
@karorerodjibril6251 Жыл бұрын
Hosy mubisazwe uri umu animatrice wikiganiro uja hagati kirazira kugira aho uhagaze wamenga wegamiye cane kuruhande rwa paulin nabo bandi simbizi we wari wamujugunye
@Lewis_257
@Lewis_257 Жыл бұрын
Ko mbona umenga wahengamiy kuruhande rwa ba paulin kandi uri presenter?🤔🤔 Amahinyu, so try to be professional
@chrismuryango6140
@chrismuryango6140 Жыл бұрын
.mu rwanda penetration ya internet igeze kure bisigura ko umuririmvyi aje buja azanana na fan base yiwe et abunguka nabarundi.ahubwo aba musicien babarundi bakore cane,kuko nka paulin en tant qu'hoe d'affaire,azana abo public imusaba sinon yoce ahomba.preuve ubu avec les news generation zaba musicien urabona ko basigaye basabwa hose exemple ni drama T...donc aba musicien babarundi bazunguka mugukora ivyo public ishaka non pas mukugara ngo abo hanze ntibaze.kuko uko uwo hanze aje,azosiga collabo,asige asangije abandi na experience.
@Ida35715
@Ida35715 Жыл бұрын
Uwaserukiye Redemption voice yubahwe 👌🏾👌🏾👌🏾👌🏾
@sidibebouroundi
@sidibebouroundi Жыл бұрын
Yishuye neza
@flavioduhayimana6763
@flavioduhayimana6763 Жыл бұрын
Asha simbizi ww ndemeye ko ufis ingabirano kbx débat urumwe nimitwe 4 yose bariko barakwataka uravuruze mpkaaa 😀😀😀
@therayanmusic7097
@therayanmusic7097 Жыл бұрын
Reka Mbabwire Bavandi mfite management House Irimo Itangira Hano mu Rwanda 🇷🇼 🇷🇼 🇷🇼 Hano Murwanda Dukunda Abarundi Kurwego Mutakumva ahubwo iyo Tubonye Murimo Gushwana muri Industry Yanyu Biratubabaza kuko Twakuze Tubafatiraho Ikitegererezo pe Mugihe cya FIZZO, SAT B, LOLILO, Abashya bose like Drama T, Olegue, Kiriku Bad Bwoy, Double Jay, Bavandi Turabakurikira pe Muduhe imiziki pe, Kandi Birashoboka pe
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Жыл бұрын
Sha ni mujana mu Rwanda nka inteternment yo mu Burundi igiye mu Rwanda ewana natwe abafana tuzobashigikira nukubaterera tuzobaterera natwe abafana tuzonabaherekeza.Simbizi muyaze neza Ubu rero mwamamarize Polin Show yiwe ya le 31/12/2022 ntahombe Paulin kuko nawe n'umurundi wacu kandi turamukunda reka tuje hamw n'inyishu zibintu vyose tuzumvikaneko tuzitorere inyishu hamwe Ubu ni sawa Abanyarwanda ni baze mu Burundi bakore nama Show muga natwe tuzogenda mu Rwanda kandi n'Abanyarwanda nabo bavyumve ni tujayo iwabo kugirayo ama Show bakadufata nabi natwe ico gihe tuzoca tubanka rero bazoba badashaka umubano mwiza no gufashanya muri intertaiment ico gihe natwe ntituzongera kubaha ama opportunité ngaha iwacu natwe iwabo b'atwimye opportunité bakatuzibira.
@Umweranda_BIHOME
@Umweranda_BIHOME Жыл бұрын
Mubatumire nta Equilibre yaririmwo, SIMBIZI bamusumvya amajambo Kandi ari mukuriiii
@sirenvibestv
@sirenvibestv Жыл бұрын
Nuko tutaronse abandi bavyumva kumwe… maybe next time tuzobaronka canke nahone ntitubaronke
@henryjoelbigira192
@henryjoelbigira192 Жыл бұрын
Hosy il fallait kuba neutre..ikiganiro wagishizemwo amarangamutima
@ndihokubwayoaudace6352
@ndihokubwayoaudace6352 Жыл бұрын
Hosy ntiyari umumenyesha makuru ahubwo nawe yarumitumere ari kuruhande rwa paul ahubwo wahevye urasarisha dj paul avuz akantu wacugasasira ngo kubadida canke numugabo wawe???????
@Umweranda_BIHOME
@Umweranda_BIHOME Жыл бұрын
@@henryjoelbigira192 voilà hakoreshejwe amaranga mutima kuri Philbyt na Hosiane
@mfashemenshichristian6058
@mfashemenshichristian6058 Жыл бұрын
DJ paulin much respect from Kigali rwanda.
@bercafricain
@bercafricain Жыл бұрын
Uwo mu Dj avuze 100% ndamushigikiye kabisa avuze ukuri sans kuraba abantu bariko babijana mu moko nibintu vyinshi bicafuza image yigihugu
@benjos-bofficial453
@benjos-bofficial453 Жыл бұрын
Hosy Irakoze yahengamye cane yashigikiye Paulin cn,. Journalisme irabihana , any way Simbizi is 🔥 love you too much
@gabrielmanirakiza6731
@gabrielmanirakiza6731 Жыл бұрын
Osy ni nzisabira yahengamye cane kandi ntazosubire canke hari ivyo akwiye kuja kunonosora muri journalisme kumbure niba atari ukwisabira ashobora kuba yakoze ivyo atazi
@plusakili
@plusakili Жыл бұрын
Complex d'infériorité
@13mviews12
@13mviews12 Жыл бұрын
Ndumu 🇷🇼 100% ariko iki kiganiro kinyibukije kera Murwanda kumva indirimbo nyarwanda byarafatwaga nkubuturage ugasanga muma club cg kuma tv nama Radio bakina izabanyamahanga. Gusa ubu byabaye amateka Music yurwanda abanyarwanda twayihaye agaciro nabahanze bacu biga kubidukundisha icyo nabwira abarundi Nuko Mufite Music nziza iryoshye kdi ifitemo na message nziza kdi Murwanda turayikunda nukuri new generation Yuburundi in Music soon as possible iratuma namwe Music industry yanyu Iboosting cyaneeee kdi namwe ibi bibahangayikishije bizasigara aramateka courage nibi mukoze Haricyo biribwubake kiza cyaneeeee Love from Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼🇷🇼
@bosconiyonkuru6151
@bosconiyonkuru6151 Жыл бұрын
Hama gutumako umuririmvyi wo hanze muri Show n'ibisanzw igikuru nuko habaho réciprocité.
@mrkeyburundi
@mrkeyburundi Жыл бұрын
Presenter at the same time a fan😰 Hosy uramaramaje umwuga wa Journalisme vmt witway nabi mukiganiro wagize neza kubatumir ariko directement werekany aho uhengamiye.
@niyongaboaurlylorris3248
@niyongaboaurlylorris3248 Жыл бұрын
Hosy Noé kumengo ur contre ya simbizii oy vrm nimb uk ukoresha débat uj hagati
@hosyirakoze
@hosyirakoze Жыл бұрын
Yaje abizi ko ntashigikiye intambara yabo 😂😂 donc wewe yari yiteguye…
@kentraindykabuhungu3866
@kentraindykabuhungu3866 Жыл бұрын
🇧🇮Barundi muhira hm ari muhira kndi twese turi bamwe dushigikire bakuru bacu nabatoya bacu 🇧🇮tuje hamwe duhurire mumihinguro yose 🇷🇼🇨🇦🇨🇵🇩🇪umugani WA #paulin duhurire hamwe tubahe show🙌🙌🙌🇧🇮Barundi twese hamwe turashoboye, merci.
@tresorshujaa5725
@tresorshujaa5725 Жыл бұрын
Hosy Wewe ndakwemera ariko ngaha muriyi interview wahaye kweli but courage
@bellarmeeuma1653
@bellarmeeuma1653 Жыл бұрын
Aujourd'hui,l'industrie musicale burundaise rencontre des difficultés à cause du manque de la volonté des autorités dans la mise en application effective du droit d'auteurs au Burundi.Après un long combat mené par les tenors dans la musique burundaise(je cite comme Jéremie Production,Étoile du Centre,Apollinaire Shemezamusic,Cedric Banguy,Botchum,etc.) pour la mise en place du droit d'auteurs,le Parlement avait une loi qui n'a pas été mise place effectivement.Avec cette loi,on a mis en place l'OBDA qui,personnellement est inefficace. Aujourd’hui,tous les acteurs œuvrant dans l'industrie musicale doivent s'assoir ensemble pour penser à des stratégies de la promotion de la musique burundaise.
@owanaishimwe
@owanaishimwe Жыл бұрын
33:28 CEO wa redemption voice Respect 💯
@simbarakiyedamien7775
@simbarakiyedamien7775 Жыл бұрын
Mbe paulin kowogira ashaka kuzana amanyama menshi aho arafise amahera yokangisha abantu ngo nobireka?mbe ubiretse abarundi duhomba iki?stupid guy
@maronkocome4786
@maronkocome4786 Жыл бұрын
I like this gospel man contribution. But Paulin has put lot of emotion in the debate, I understand that some points are super sensitive, knowing what some businesss people do ;-)! Such debates should really be done.
@blaisebeni572
@blaisebeni572 Жыл бұрын
Hosy hosy!!!!!! Kuriki uhengamiy kwa DJ paulin n'agir WW uja hagati ukababaz izo blocs zibiri idées zabo Apan guharira hoho are you sure yuko il peut vous convaincre muri bane nihatarii kbsaa !!!!! WTF???
@monia_fleur
@monia_fleur Жыл бұрын
You make me pocoloco 😂🤲😂😂
@joelndayisaba2310
@joelndayisaba2310 Жыл бұрын
Monia ndakund ukuntu ushigikir umuziki ndundi no muma live yaw mensh ub uriko uravuz indundi gus irya ni geste nziza narayigukundiy cane eh rero shaa urabon ko wew ufis fanbase nini murwanda uzogeragez uz urababwir barya bafana baw ko muburundi dufis imiziki iryosh baze baradukurikiran kuber ko aba dj n'aba journalistes bo murwanda banse kutuvuza ngo ntituririmba neza knd ntakind babikorer atar urwanko n'inzigo barabiz ko muburundi duturira
@vanessa-vavandikumwenayo2757
@vanessa-vavandikumwenayo2757 Жыл бұрын
Hosy uy,umusi umwuga wawe wawushizemwo amarangamutima cane vt gushikaho werekana uruhande uhengamiyeko🤭🤭🤭😷🗣️🗣️🗣️🗣️ nkumu journaliste w,umunyamwuga ntabwukwiye kugaragaza uruhande uriko🙅🏾‍♀️🙅🏾‍♀️🙅🏾‍♀️🙅🏾‍♀️🗣️🗣️🗣️🗣️ ubutaha ntuzotwagwe n,amarangamutima kuko nivyo bikugira umunyamwuga🗣️🗣️🗣️🗣️🗣️ kandi mwakoze cane🙏 kuba mwatuzaniye beneburundi murwego rwokungurana ubumenyi ni harambe UBURUNDI n,abarundi muri rusangi✊🇧🇮✊❤️
@fatmahaf4951
@fatmahaf4951 Жыл бұрын
mwese mupfubukene🤔🤣🤣🤣
@vanny387
@vanny387 Жыл бұрын
Hosy Hosy Hindura ukuntu ukora ibiganiro umenye uko witwara mubiganiro ....puuuuu
@divadaqueen6558
@divadaqueen6558 Жыл бұрын
Nibareke uburyarya baze dukorere. hamwe nihotuzoter imbere nakare Uburundi nugwanda Turibamwe❤️❤️❤️
@godsgrace6820
@godsgrace6820 Жыл бұрын
Bjr Hosy wagize initiative nziza gutumira les différents protagonistes sur ce sujet kugira muhe umuco ndets mutore inyishu sur cette question complexe. Ariko un clin d'œil gerageza kugabanya des intervention uhe umwanya abatumire baheze gutanga iciyumviro cabo. Hama ube neutre ureke kuba partiale iyubona uri concernée par le sujet ufis icuyivugako urabe mugenzaw adiriger le débat wewe uparticiper nk'umutumire. Hama courage utanga ibiganiro vyiza
@Chrian670
@Chrian670 Жыл бұрын
Uvuz neza. Ciy mbona ukivuz nagira ndakivuge.merci
@viggoohb1263
@viggoohb1263 Жыл бұрын
aguma aribwaribwa kumunwa ntivyomukundira
@mrkeyburundi
@mrkeyburundi Жыл бұрын
Comme la solution Dj Paulin na Simbizi bagiy hamw bagashir ivyiyumviro hamw bokor ikintu kizima🙏 Hama Hosy zurarek abatumire bishur bahez urek kubaciramo no kwerekan aho uhengamiye vmt ndinz mpeza ikiganiro Hosy unduhije mumutwe kbr warengeje ariko courage wakoz ikintu kizima kubahuza🙏
@esangira3648
@esangira3648 Жыл бұрын
Thank you Paulin! God bless you and stay positive.👌🏾👌🏾👌🏾👌🏾
@cocochanelle258
@cocochanelle258 Жыл бұрын
Idriis araryohera trop petit Uri très intelligent mais jew icombona mwes mufis ama idées meza paulin vrmnt ntako atagira kugire afashe abarundi gusa nkuko paulin yabivuz mwes nimwicare hamwe murabe ama points forts et faibles yabandi hama muyigireko c tt kuko mwes mufis ama idées meza sinon kwanka aba rwandais siyo solution iyo idée ya le21 ya paulin niyo vrmnt muzobigire👏
@naturelmec7752
@naturelmec7752 Жыл бұрын
Dj Phylbyyyyyyyyyyyyyyyyyyyyyyte that's my guy, I have listened to all the mix volumes. I can always count on you to turn around my bad days with some fire mixes. Great to finally put the face to the name.
@nellykwizera1989
@nellykwizera1989 Жыл бұрын
Paulin nibamureke umuntu niwe ahitamwo choix ya business akora
@kevinmunezero7425
@kevinmunezero7425 Жыл бұрын
hosy iyo uri journaliste ari professionnel utegerezwa kubaza ibibazo bose ahokuba umujournaliste wabaye um invité mubandi iryonikosa
@Fk-fm1rn
@Fk-fm1rn Жыл бұрын
Uyo munt wa gospel afis ubwenge
@AlbansBans
@AlbansBans Жыл бұрын
Hosy Irakoze wagize ici yumviro ciza mugabo kirazira guhengama uri umu journaliste sivyiza knd ntibiryoha wewe ugerageza kubahuza jewe nti biryoheye vrt
@NduwimanaSammy
@NduwimanaSammy Жыл бұрын
Uyu mujama wa rédemption voice ndamukunze kweri aba star nibakore tubumvishe umuziki mwiza
@stevendayishimiye882
@stevendayishimiye882 Жыл бұрын
Ikibazo nuko ama radio nahagarike umuziki wohanze uvuzwe kuri 10%cank 5% kko jewe navuye mubuganda ntabonye kuri TV nokuri radio ntumvise indirimbo yo muburundi murwanda nubunuko ntamuziki wuburundi uvuzwayo
@cedricmpfukamedusenge361
@cedricmpfukamedusenge361 Жыл бұрын
Vyanka bikunda ntegerezwa kurondera umwanya nzocumvirize cose iki kiganiro! Merciii bcp hosy kukigoro ukoze ugahuza ababantu!😘🙌
@mediandayishemeza427
@mediandayishemeza427 Жыл бұрын
Wumva ivyo bintu bibaho? En plus ukavuga ko utari ushigikiye ivyiyumviro vya Simbizi?iyo commentaire wari kuyihoza ntihagire icuvuga kuko wewe uja aho benshi baja niko nama mbona, gusa ivyiyumviro vya benshi ntibisigura ko arivyo! Kiretse ko en tant que journalitse iyo débat yari nka Hard talk wari ukwiye kuba cuisina bien na ba Paulin nabo kuko barafise ivyo bakwiye gukosora kandi bivuzwe igihe kirekire, bagasigura igituma bidakosorwa, none wibaza ko Simbizi yapfuye kuvuga ibintu adafitiye ama preuves? Come on ba mumenya umwuga wanyu, wewe wategerezwa kuba neutre un point un trin. Ninko kuvuga kumuganga yokwanka kuvura umuntu kubera ata mwiyumvamwo! Wewe kora akazi kawe hanyuma inyuma ya camera hengama
@Hi5392
@Hi5392 Жыл бұрын
Yaba Alvin yari yaje… Ndamwemera cane aciye ubwenge
@inganjijoe6252
@inganjijoe6252 Жыл бұрын
En tout cas OZZY ababantu bakugoye kwegeraniriza hamwe
@ericmanirakiza8349
@ericmanirakiza8349 Жыл бұрын
Un peu de professionnalisme Mme! La loi de l'impartialité doit être de rigueur! Un journaliste n'est pas un avocat ni un juge ni un humiliateur public! Pôle sana
@iradukundajonathan4714
@iradukundajonathan4714 Жыл бұрын
Simbizi wa semavumba ntibaguter ubwoba ngo birahanywa wap duhanguruk turwanir umuzika wacu twirukan Tanzanie na Rwanda
@gangtv1759
@gangtv1759 Жыл бұрын
Nkivy bintu Dj paulin ahereyeko 😭😭😭😭ntibijanye nagato na émission
@freddymuhimpundu5247
@freddymuhimpundu5247 Жыл бұрын
Uwumunt vrt aciy ubwenge kand ntakibi abishiramwo
@ngabojoel4752
@ngabojoel4752 Жыл бұрын
Big up dear sister Hosy, this show was inspiring, and should know that, Burundi 🇧🇮 &Rwanda 🇷🇼 we one...so let's fight together.
@fleuryb8706
@fleuryb8706 Жыл бұрын
DJ Paulin merci bcp mutama kutuzanira juno kizigenza n'a Davies d.rekana nabo barofa ba simbizi naba illétré bakoreshumwanya. Songa mbele mutama wacu niho tuzoba turiii
@iulunahimana8053
@iulunahimana8053 Жыл бұрын
Naw mumutw sihez vrt bawubaha abandi ww wize ubarushiki?twige gukosorana tudatukany tudasuzugurany ncuti ynj
@fistonnzoyihera7791
@fistonnzoyihera7791 Жыл бұрын
Simbizi numunyamacakubiri .nareke ivyo
@vanessa-vavandikumwenayo2757
@vanessa-vavandikumwenayo2757 Жыл бұрын
Big up sana Paulin👌
@kayiamanda1117
@kayiamanda1117 Жыл бұрын
Ndabibonye abantu dutekereza ukuntu gutandukaaaanye,uyu ngo ni umunyoni ukuntu atekereza biratangaje yumva utegura ibitaramo abikora nka business ariwe wajya kumara inzara abo bahanzi bose???inama nagira abo bahanzi babarundi ushaka kugera kure cyane hanyuma babone bajye bamutumira mubitaramo nabo banyarwanda barabiharaniye ntago bavutse ngo bahite bagera kuribyo byose uvuga imodoka nziza,inzu nziza babigezeho babikoreye ndikumva umunyoni ameze nkufitiye ishyari abanyarwanda.
@bellarmeeuma1653
@bellarmeeuma1653 Жыл бұрын
Quand vous préparez une émission très sensible,très divergente,pensez à faire équilibrer l'émission.La neutralité et l'impartialité sont des principes de base pour donner une information vérifiée,fiable et équilibrée.
@marcbigirimana9233
@marcbigirimana9233 Жыл бұрын
Akarangamutima zéro, ça se comprend bize scientifique puis ngo ni journaliste
@guykatina7251
@guykatina7251 Жыл бұрын
Noe mushaka agumane neutralité comme une journaliste??? N'umu créatrice de contenu et pas une rapporteuse d'information... Donc gukorera dans l'émotionnel birarekuwe kuko suwuriko akoresha ikiganiro ça RTNB kugira tugaruke kuvuga ivya déontologie journalistique.
@joachimtuyubahe
@joachimtuyubahe Жыл бұрын
Hosy ndakunda ibiganiro vyawe u're one of burudians journalists ladies babikorara neza so i advice u to continue to improve yourself kugirango ubandany uba umunyamwuga kuko harukuntu iyo uriko ukora ikiganiro ushaka kubivanga sinzi ko novyita guhengamira kuri côté imwe cnk gutsindwa kuvugako nawe harabantu bagutuka mur interview numva bitaba bikenewe so my sister stay hungry to your dreams just wishing u Marry Xmas
@chrismuryango6140
@chrismuryango6140 Жыл бұрын
Hosy👏🤝wagize neza guhuza hamwe aba bantu.impari zivugigwe ahabona
@Semavumba
@Semavumba Жыл бұрын
Umusirikare umwe anyinyurana n abagabo 3. N umugore umwe. Bwabundi ndarinda. Hama hari ikibazo ntishuwe, kandi ndazi impamvu kuko burya hari abantu bunguka Abaririmvyi bacu bakenye
@costantinomotino6596
@costantinomotino6596 Жыл бұрын
Respect kuri paulin , nivyo abaririmvyi mukore mureke amacakubiri yibihugu
@joachimtuyubahe
@joachimtuyubahe Жыл бұрын
Un vrai patrote comme Simbizi wa Semavumba respect to u m bro
@joachimtuyubahe
@joachimtuyubahe Жыл бұрын
Iyo ushaka kugera ku ntsinzi biraharanirwa ,biragwanirwa mu gihe benshi bagerageza kuguca intege stay who u're bro
@vanessa-vavandikumwenayo2757
@vanessa-vavandikumwenayo2757 Жыл бұрын
Simbizi wa semavumba🗣️🗣️🗣️🗣️ nkunda ivyiyumviro vyawe kubi👌👌👌 biranyubaka trooooop🥰 komerezaho🗣️🗣️🗣️
@gabrielmanirakiza6731
@gabrielmanirakiza6731 Жыл бұрын
Umunyoni yubahwe cane.
@kabakaisaiah8705
@kabakaisaiah8705 Жыл бұрын
Dj Poulin much respect kbx bacyebure kuko urwanda na Burundi bafatanyije bagera kure nu Burundi bwagera kura bareke urwango Love from Rwanda 🇷🇼🇷🇼🇧🇮🇧🇮
@nkunzimanajosias5068
@nkunzimanajosias5068 Жыл бұрын
Niho nkibona umunyamakuru winjiji kwel.ww urongoy ikiganiro ugahengamira muruhande rumwe
@hosyirakoze
@hosyirakoze Жыл бұрын
Uzotegure débat nkiyo hanyuma ubatumire ncuti ureke kuza gutukanira ngaha
@bukururamadhan2442
@bukururamadhan2442 Жыл бұрын
@@hosyirakoze bawitonda mukwishura bantu. Ushaka bantu bose bugurure ama Tv on line nawe woca ujahe ?? Zuritonda mukuvuga apana kujagara mukiganiro
@cubahirodadyqueen4560
@cubahirodadyqueen4560 Жыл бұрын
Wahooou sujet intéressant top vraiment, iyokiza Kuba harimwo Alvin&Big Zoé vyarikurenga gose
@historia1217
@historia1217 Жыл бұрын
Simbizi ahubwo ariko asubiza inyuma industrie musicale burundaise. Kubw'ubumenyi buke ntaramenya yuko ari business barimwo aba artistes. Uwugusumvya marketing aragusiga. Hama His Excellence ntawe yatumye kwanka abanyamahanga. Il n'a jamais soutenu la xénophobie.
@butoyialexandre2134
@butoyialexandre2134 Жыл бұрын
Simbizi sinzi icyo abanyarwanda bamutwaye
@Umweranda_BIHOME
@Umweranda_BIHOME Жыл бұрын
Ibihugu biratumira abanyamahanga ariko si kurugero rw'iburundiii Hama kuri Cas yaba Nyarwanda bihagaze kukuvyaruzanya, iyo abanyarwanda babaye benshi mubiteramo vyo muburundi bibongerereza fan buzz ni indirectly kubateza imbere knd cane , Kubona umuntu ariko ateza imbere abantu buzoca kabiri bagaca baza gusuzugura no kwiyemera kubarundi bifatwa nkoguhemukira igihugu. Umuntu ashira inguvu kukuzana abanyamahanga cane mugihugu gukora ibiteramo cane cane abanyarwanda ni umwansi w'uburundi naho mutavyemera
@cleverjay6693
@cleverjay6693 Жыл бұрын
Ok ikiganiro niki tuba dukneye.🔥🔥🔥ndagikurikirana jusqu'à la fin.merci bk @Hosy IRAKOZE.
@jeromehakizimanaumutarambirwa
@jeromehakizimanaumutarambirwa Жыл бұрын
Ton côté penchant wabwirizwa kutayigaragaza my sister. A la prochaine nibaza ko uzobihindura
@remyniyirera7341
@remyniyirera7341 Жыл бұрын
Hosy Asante sana kukiganiro watunganije ndashimiye Kandi abatumire bose bavyitwayemwo neza ntera n’intege Semavumba kurugamba yatanguje ari narwo rutumye Iyi ntambwe igerwako courage mon frere ukomeze Ubwo butwari.
@Umweranda_BIHOME
@Umweranda_BIHOME Жыл бұрын
Dj Phylbyt na Hosy ntamutwe wokugira izi Débat bafise
@sidibebouroundi
@sidibebouroundi Жыл бұрын
Bahengamye biribonekeza!
Spongebob ate Michael Jackson 😱 #meme #spongebob #gmod
00:14
Mr. LoLo
Рет қаралды 10 МЛН
escape in roblox in real life
00:13
Kan Andrey
Рет қаралды 93 МЛН
Help Me Celebrate! 😍🙏
00:35
Alan Chikin Chow
Рет қаралды 49 МЛН
Gasape Internet  Giga
22:56
BUSORO
Рет қаралды 2,5 М.
UMVIRIZA UBUBI BW'ABAHABARA N'IMIKOSHI BATERA.
58:48
HUNGA ICAHA MINISTRY
Рет қаралды 136 М.
Oliver Kahn will never forget this humiliating performance by Ronaldinho
10:07